ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Hezagirwa hezagirwa Burundi Imana yakuduhaye ikudutungire. Fabrice komereza ho turagushigikiye 👏👏👏💒💒💒💒
Ese byokund ikubakw or.pe??!..
Fabrice courage turakwemera kandi imana izohuzagira kuwitanga kuko inguvu nubwenge bwawe nabwo uvyicaritse.
Mr fasha warafashijwe ❤❤❤❤
Shaa uburundi buriko burakira ibirenze kl
ariko iyi video irafise utunenge n'ijwi si neza muraraba muze muratosora kugira bitworohere gukurikirana ibikorwa
Izo escaliers ntizogaruke muri plan Kuko ntizubahiriza abagendana ubumuga bw'amaguru murakize
Courageous
Ngo uburundi bugiye kuba america😢 kubera iki butoba u Burundi nimpaka bube nka kanaka mubandanya kwisuzugura.
Ivyo nivyawe kumenya tekana sha😂😂😂
You're right, we build our own Burundi we don't have to compare ourselves to anybody else.
Ok ngirangomwoheba mukikurayo erega vyaribiteyisonip
Nukur ngaho muzo heza mutevye nta mashini zi kwiye mufise ngaho haba hari imashini zogu terura ivyo bintu apana abantu ba terura ivyo bintu
Icisoko ya buja kirarangiye
❤❤❤❤❤❤❤
Komere cane
Mugiterura ibintu nkivyo namaboko ndabahaye 10ans izoba itarahera
Nuburundi bwabarundi apana amerika yuburundi bro.
Cameramani reka kuturwaza amaso fata amasanamu neza😂😂😂😂😂
Buy the boots and helmet plz manager 🙏
navyo ntavyo muzoshobora mutazanye aba engenier bo hanze bizobagwako kandi
Ce marche avait été bati avec des matériaux durable vraiment
America ngo yo muburundi ivyo biravugika
Moral niyose muku ubaka igihugu cacu
Komera cane gose
Abakozi ntbikwije munyambaro, ntabirato bahawe
Abatagira gants bigira ibirato abirabure sécurité ni insignifiante
Gusa murabe mubagurir ibi rato vyokwambar mwivyo vyuma
Nn bazany imashin byose bigakorw nimashin bwira ukunt abarond boca bahabwa akazi cagitigir nashak kizoronsw akazi
Wigize umugore uyo sumuco wabarundi ikindigihe uzokure iyo mishatsi nturi umukobwa wewe tugire indero
MWOTURABIRA IVYA STADE INTWARI ? COMMENT SE FAIT IL QU'IL N'Y A PLUS DE TRAVAUX NI IMAGES. ESE CIMENTS BATANZE NTIZIZAPFA OU BIEN ABATWARE BARAVYIHAYE .
ivyo mugira nivyo gusamaza abantu mukishira kuri y. youtub gusa
Zamuratwereka twbwe turikur nuburundi
✌️✌️✌️✌️✌️✌️🇧🇮
Ushirako video itabona neza gurageza

MWOTURABIRA IVYA STADE INTWARI ? COMMENT SE FAIT IL QU'IL N'Y A PLUS DE TRAVAUX NI IMAGES.
ESE CIMENTS BATANZE NTIZIZAPFA OU BIEN ABATWARE BARAVYIHAYE .