Mbwira ingene abantu bacituma Ku musozi mu Gisagara,nda Ministre Dukundane. Hakwiye kuri 500m ( twalete nyinshi nziza) Ahantu hose Hari Station ( essence): twalete Ahantu hose Hari shop( iduka): twalete Kuki inzu zubakwa mukajari,nta mabarabara ,nta za espaces vides .. Dukundane,KO uvuze ko wabaye hanze,uriko ukora iki?
Ababonako fabrice arise umugambimwizakuburundimumpe ayomalike❤❤❤
from the bottom of my heart I love you Fabrice ❤🇧🇮
Mbwira ingene abantu bacituma Ku musozi mu Gisagara,nda Ministre Dukundane.
Hakwiye kuri 500m ( twalete nyinshi nziza)
Ahantu hose Hari Station ( essence): twalete
Ahantu hose Hari shop( iduka): twalete
Kuki inzu zubakwa mukajari,nta mabarabara ,nta za espaces vides ..
Dukundane,KO uvuze ko wabaye hanze,uriko ukora iki?
Nimugirinzu zabakene nazo zigurwa make muzoba mudufashije
Wodemaya araryohera😂😂😂
From menyavyishi tv ❤❤❤
C'est très géniale 👏🎆💮 much blessings and Congratulations 🙏👏🇧🇮👏🇧🇮
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Ukoravyizacane
Nkundacane ivyiyumvirovyawe cane❤❤❤❤
Imana ikujimbere❤❤❤
Wodemayaaa❤❤❤❤❤
Amen Amen Imana ikomeze Fablice mubikorwa vyiza vyoguteza imbere igihugu cacu ciza cu Burundi 👏👏👏❤️❤️❤️❤️❤️
Oya Fabrice,nakomeze umwendo kbx,hama abadashoboye kuba mwizonzu basubire muntara mbaye urwa General ndakugarika.imiji niyabakire kbx,gusa nivyiza vrt.
Ndabaramukije mwizina rya yesu kristo umwami wacu.mwoshobora kiturosa inumber ya faburice meoba mukoze cane.
Mwubake utuzu twasugumwe kumabarabara kugira duhinduke batwite abanyesuku
Noronka I number za fabrice gt?
Very good Fafa ❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮