NO ST0P//INDIRIMBO ZA KERA ZA CHORALE CENTRALE NTAHANGWA VOL 2//JE NDAFISE ICONIRATA...
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 4 ต.ค. 2024
- Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV
j'aime bcp ces cantiques à l'ancienne mode. c'est vraiment inspiré. pas de modernisme là-dedans
Murakoze cane kubw'iyi album.Yesu aragahezagirwa kuko asubiriye kunezerez'umutima wanje kuko nari maz'iminsi nifuza gusubira kwumviriza izi ndirimbo nkiyumvira n'aho nozikura.muhezagirwe bakozi b'Imana mwe mwazidushiriyeko.Imana izobah'iherezo ryiza kandi abanezereze mukiri mw'isi
Indirimwo zirimwo Ijambo ry'Imana.Zitandukanye cane nizo mwiyi myaka.
Imana ibahezagire muzane na Vol.1 imw'irimwo ngo Hitamwo neza hitamwo Yesu nayo satani we n'umubeshi
Trop de nostalgie.... Nc nibuka vyinshiiiii kubera izo ndirimbo. Zasohoka ku ma cassette,
Umuntu yashizeko izi ndirimbo Imana imuhe umugisha. Uzi aho nari narazirondereye!
Antoine lMANA ihezagire cane iyo chorale nuyu muntu adukumbuje izi ndirimbo zakera zirimwo amavuta
Nkunda caaaane izindirimbo 👏👏👏
Ndazibuka nkiri muto papa wanje azivuza muri gaseti🤣🤣🤣🤣🤣
Muhezagirwe bakindwa ba kirirsito
Ntakuntu chorale yoziririmba bijanye nogihe???
Rev Pasteur Niyungeko Samweli hamwe na Rev pasteur Rukwiririkanya Onesphore,Umwami wacu Yesu Christo azobibukire kubikorwa vyiza mwamukoreye kandi nubu mukibikora.Umwami wacu Yesu Christo abahezagire cane kandi azobahe kurangiza neza batama bacu beza mutagiramwo uburyarya muzorangize urugendo rwanyu mukiri abizigirwa batama bacu beza bakozi beza ba Yesu.
Imana ibahezagire caaane
Muhezagigwe yemwe Abo Ku mucowera mukoribikorinka murakoze
Murakoze cane mutuzanire vol 1 nayo tuyumvirize
NUKURI IMANA IHE UMUGISHA IYI CHORAL
Amen
Amem
Nice
Muzaturondere indimbo zacyera za cHoRALe centaLe zacyera batanguriyeho baririmba korare igitangura kuntahangwa nizindi zacyera namakoresi baririmba mwobamugizeneza harimo ubutumwa bwiza kdi bumeye inyigisho zimigisha yokwihenda byaribitaraduka