NO STOP CHORALE SEMERERA EP1//UMVIRIZA INDIRIMBO ZIRENGEJE IMYAKA 35 ZIRIRIMBWE ZIFISE AKANOVERA
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 6 มิ.ย. 2022
- Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV
Yesu abongere amavuta izi ndirimbo ziramfashije cane
Imana ibahezagire cane
Amashimwe meshi ku Mana yacu
Imana ishimwe izi ndirimbo zinyibukije vyinshi abo twarukanye batakiriho bazikunda zinyibukije 1993
Nimukomerezaho ndabakundacyane ndikigari Rwanda❤😊
Nshobora kumara umusi wose numviriza izindirimbo uwazishizeko Imana imuhezagire goooooose
Narimaze imisi ndazirondera
Yoooo izi nizo ndirimbo isi izorinda ihenuka zicuzuye amavuta apana za Nibebe zimara umwanya urume rumara !!
Karahanyuze
Ni zakera kweri. Zari mwamavut
Ndakeneye vidéo z'aba baririmvyi ck amakuru kuri bo
Emwe gaye!!!Binyibukije igihe kirahoo!Nari mfise imyaka 8-10.Ibihe bibi narimwo n'igihugu carimwo.Izo zaraturemesha zikaturinda kwiheba.Abaziririmvye Uwuhoraho abatuzigamire.
Izi ndirimbo nari narazirondey ndazibura.aboba bakiriho mubaziririmvye Imana ibongere kwiyubura munkomezi nsha.
1993 🇧🇮🤔🤔🤔🤔🇧🇮
YESU abahezagire kw'izi ndirimbo.
Nahora ndazirondera nkazibura
Yesu abahezagire kubona muduhaye izo ndirimbo.Muraturonderera n'indirimbo z'Imana za Nikiza David
Amen Amen Hezagirwa mwenedaata wongey kuturonsa izi ndirimbo combien édifiant.
Ndafashijwe pe!! Yayayayaya Mungu we
Ibuka umuremyi wawe
Amen
Ndazibukira kuradio agakiza muri 1990 _1993 kwer
Amen.
Iyonunvirije izindirimbo zinyibagiza imibabaro yose nimiruho yomurinosi
Ukamengo nibereye mwijuru
Mwarahezagiwe bantunimana
Icompa nkaxoririmbana namwe mwijuru ,unva amavuta yemwe ,indirimbo zuzuye mpwemuyera zohinguwe nabamarayika amen, amen ,amen.
nice songs
Izi ndirimbo zirimwo ubuntu bw'Imana
Mwarakoze cane kuzituronderera
Muhezagirwe cane.
Indirimbo za kera ,zirarengeje kuryoha,murakoze kuzidushiriraho
Murakoze gushima mwesi yesu abahezagire namwe
We need videos or news about them
Aba bantu nimba ntakiriho kandi nimba bakomeje kuririmba, muraturonderera indirimbo ainsi zabo, ikindi izi ndirimbo zabo zaketa nimba mwoturonkera vidéo zazou mwoba mukoze
NNE mutama audace,mwarimwo muri iyo chorale? Vyondyohera hamwe Hoba hakiriho abaziririmvye.
Amen, mukomeze muhezagigwe cane
Amen, ❤️
Ndafashijwe pe!!!!
Umuco wera Imana yo mwijuru Ibahumugisha
Amen kur'iyi choral ya Eglise pentecote y'abarundi bari muri Tanzanie
I do not think that it is pentecostal one.
@@jeromeyamuremye2062Okay. Any idea who they are?
Nibyo nange niko narimbizi
Baracyabaho?
Narabakundaga cyane!!!!
Haleluya Yesu
Izi ndirimbo ndazibuka muri za 1992, 1993, nari narazibuze urakoze kuziduha. Ese batacyariho? Mbega!!! Urabadukumbuje pe, Imana iguhe umugisha.
Muransubije mubihe vya kyera kweli, IMANA ibahe umugishya mwinshi❤❤❤
Karahanyuze kweri
Izi tuba tugomba kuzumva
Ndazikundacyaneee ndi Ikigari Rwanda.
umugisha mwinshi utagabanije
Ziraryohe n'izakanovera
Zizogumana amavuta kweri
Baririmba buzuye mpwemu yera Nico gituma harimwo amavuta
Iyi korale yakorera murihe shengero?
@@UMUCOWERATV2021 nikuri bar buzuye mpwemu yera
Izindirimbo zirarenza imyaka 35 zishobora kuba ziri muri 50ans irenge kandi ahobari hose bubahwe none ababaririmvyi barabahe?
Kuntahangwa Pentecôte
Amen
Amen Amen Hezagirwa mwenedaata wongey kuturonsa izi ndirimbo combien édifiant.
Amen