ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Hallelujah Hallelujah amen amen égo ntabesha Imana iratabara cane gose
Nimana itabara abayo iyodusenze iratwumva🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙌🏻👏🏻🤲🏻
Imana niziza yakugiriye neza
Haleluya Haleluya Haleluya Haleluya Haleluya Imana yacu iratabara nanje narabibonye icogihe baribanyaturiyeko konapfuye kandi ndimwondabakorera bukeye nagiye numva umutima ugomba umve candafukama ndasenga Imana irantabara baguma baza kundeba konoba napfuye arik sikobabisanze Imana itabara abayitabaje kuko iduhora hafi ukobwije nukobukeye ntabwo yigera iduta Imana ibahe umugisha umuco wera Imana ibongere imbaraga mwizina rya Yesu christo Amen Amena Amena mwarahezagiwe❤❤❤❤
Girumugisha
IMANA N IMANA NYENE
Mbega lmana weeeee irakomeye kabisa
Triphonie Imana ikongere amavuta turafashijwe cane
Amen
Imana ishimwe kowashitse amahoro
Dufise Imana ikomeye,dufise Imana Nya Mana.
Ndafashijwe nimpanuro uherejeko Mukobwa,IMANA Iguhezagire
Ameeeen
Murampezagiy❤❤
Habwicubahiro Mana yacu 🙏🙏🙏
Imana Ishimwe Yarahabaye 🎉
Umugisha 💞
Ntamukristo akwiye kuja guca ariyamafranga
Abo tugwana si ab'inyama n' amaraso... ikirere c' i burundi ndemeje ko kimeze neza mu buryo bw' impwemu bwabundi
Komera
genda warahatwe!
Shimwa Mana yacu uturinda imitimego ya satani na badayimoni.
Turabakurikiye
Umugisha