ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Imana ishimwe cane gose. Jewe ndi muri église catholique, aba baririmvyi narabakunze cane. Naragiye kubaramutsa i Tabola muri Tanzania Aho bita uryankuru. Murakoze
Imana nawe iguhezagire.natwe turavuga duti:lmana nyene amahoro izobahembere ivyo bakoze
Amen,amen Imana ikomeze ABA baririmvyi ba kera ,baradushikanye ahandi hantu hi mpwemu,Aho Bari hose Imana ikomeze kubana nabo.
Nibutse Papa wanje akiriho nkiri muto niwe yakunda kuzivuza akanazigisha mur'usengero. Rero abantu muzizanye IMANA Ibahe umugisha kandi Izabahe iherezo ryiza. Natwe dukwiye kugera ikirenge nk'iki aba bantu baciyemwo natwe tukama twibukirwa ku vyiza bisigara vyigisha abantu murakoze.
Murakoze cane kuri tuno turirimbo,muturonderere vol 1
Murakoze cane
Umwami Yesu abahezagire ibihe vyose aze abagororere ingero yubugingo budashiira
Murakoze caaaaane kuzana ubu butumwa bwiza mudushirireko niyindi album y'ikiswahili ya Heri mtu yule Asie kwenda katika shauli yawasio haki...Asanteni
Imana ibahezagore cane baririmvyi
Mwarakoze kuzitwegeraniriza. Yesu abongere umugisha
Mbega iyi chorale yari iyo mu ruhe rushengero, ico nibuja ni uko izi ndirimbo zasihotse mu myaka ya 1980
Murakozeee kuzitwibutsa muradukumbuje ibihe vyakera
God bless you guys. Can we please have more songs like this?
Nyuma y'imyaka myinshi nzishaka nongeye kuzumva. Yesu abahe umugisha!
Imana ibahezagir
Imana ibampere umugisha
Murakoze kuduha zino ndirimbo .
Amen. Imana ishimwe kubw'aba bagaragu bayo baririmbye indirimbo zifite ubutumwa budasaza!
Tushima Umwami Yesu
Amen🙏🙏
Mwarahezagiwe
Yesu ashimishwe murakoze nari narazibuste ngiyi chorale yimyaka yose muzotubarize aho bari mwoba mukoze
Bari mw'Ishengero riri muri TZ.Mu ntara yitwa Tabora.Mw'Ishengero rya Ulyankulu .Bari muri camp y'impunzi z'Abarundi.
Ariko muribo har'abamaze kwitaba Imana.
Imana ibahezagire cane mutwibukije ibihevyiza mbe umuntu yozironka gute muri frash
@@bugomasipola9075Ni byo urabyibuka kabisa. Ndabakumbuye cyane nazumvaga muri za 1993 i Kigali.
@@bugomasipola9075Abashoje urugendo Imana ibakire mu bwami bwayo. Yoooo, ndababaye. Narabakunze kugeza n'ubu nkibakunda.
Amen
Amen amen amen
Murakoze nanje nazishaka zose
Nta ndirimbo ya kera Itaryoher' abantu
Bariho
Ameeni
Ndiho abahezagire cane
Muhezagigwe cane ndabipfuriza gushika mwijuru mwese atawuvuyemwo
Muduhe nizindi ndirumbo zaba baririmvyi muzoba mukoze
Mishireho video zizondirimboDividi video
NDIHO UHORAHO NYENINGABO Abahe Umugisha abaturungikiye izindirimbo.Mbega iyi Chorale iracariho? Irihe?Mubaririmvye izindirimbo ntanumwe akiriho? Kuko narabarondeye narababuze abombajije nabo babwiye ngo booose bararangije Urugendo!!None nivyukuri ntanumwe akiriho muraba Bene Data Baririmvye izindirimbo?!
Aba baririmvyi haraboba bagihari?
Indirimbo zakera zarimwo amavuta
Izi ndirimbo zinyibutsa urupfu rwa Nyakwigendera NDADAYE Melchior, abo bakorana hamwe n'abana 2 twavukana. Bica binyibutsa n'intambara yaciye ikurikira igatuma tuza turara mu gahinga. Ico gihe, izi ndirimbo zaravugijwe cane kuri Radio y'Igihugu.
😭😭😭😭
ARIKO MWARI KUZIDUHA ZIRI HAMWE ZOSE. ATARI MUBICE 2
Iri torero n' irihe?
Ndabakunda cane icompa mukazogira iherezo gyiza
Izondirimbo zaramfashije1998 ndimubih bigoy nubu inkomezi nakanovera kazo biraca'nyubaka hezagirwe bene data tuzohurire mwijuru
Ntaworonka ukoyoshima kubatwegeranirije Zino ndirimbo iimanbahezagire kubumenyi bwanyu murakoze
Turavyigihe zavugamwo carigihe kigoye cane narimuto sinazitegera arikubu ndazivuza nkagatanu kumusi mwarakoze cane amen
Imana ishimwe cane gose. Jewe ndi muri église catholique, aba baririmvyi narabakunze cane. Naragiye kubaramutsa i Tabola muri Tanzania Aho bita uryankuru. Murakoze
Imana nawe iguhezagire.natwe turavuga duti:lmana nyene amahoro izobahembere ivyo bakoze
Amen,amen Imana ikomeze ABA baririmvyi ba kera ,baradushikanye ahandi hantu hi mpwemu,Aho Bari hose Imana ikomeze kubana nabo.
Nibutse Papa wanje akiriho nkiri muto niwe yakunda kuzivuza akanazigisha mur'usengero. Rero abantu muzizanye IMANA Ibahe umugisha kandi Izabahe iherezo ryiza. Natwe dukwiye kugera ikirenge nk'iki aba bantu baciyemwo natwe tukama twibukirwa ku vyiza bisigara vyigisha abantu murakoze.
Murakoze cane kuri tuno turirimbo,muturonderere vol 1
Murakoze cane
Umwami Yesu abahezagire ibihe vyose aze abagororere ingero yubugingo budashiira
Murakoze caaaaane kuzana ubu butumwa bwiza mudushirireko niyindi album y'ikiswahili ya Heri mtu yule Asie kwenda katika shauli yawasio haki...
Asanteni
Imana ibahezagore cane baririmvyi
Mwarakoze kuzitwegeraniriza. Yesu abongere umugisha
Mbega iyi chorale yari iyo mu ruhe rushengero, ico nibuja ni uko izi ndirimbo zasihotse mu myaka ya 1980
Murakozeee kuzitwibutsa muradukumbuje ibihe vyakera
God bless you guys. Can we please have more songs like this?
Nyuma y'imyaka myinshi nzishaka nongeye kuzumva. Yesu abahe umugisha!
Imana ibahezagir
Imana ibampere umugisha
Murakoze kuduha zino ndirimbo .
Amen. Imana ishimwe kubw'aba bagaragu bayo baririmbye indirimbo zifite ubutumwa budasaza!
Tushima Umwami Yesu
Amen🙏🙏
Mwarahezagiwe
Yesu ashimishwe murakoze nari narazibuste ngiyi chorale yimyaka yose muzotubarize aho bari mwoba mukoze
Bari mw'Ishengero riri muri TZ.Mu ntara yitwa Tabora.Mw'Ishengero rya Ulyankulu .Bari muri camp y'impunzi z'Abarundi.
Ariko muribo har'abamaze kwitaba Imana.
Imana ibahezagire cane mutwibukije ibihevyiza mbe umuntu yozironka gute muri frash
@@bugomasipola9075Ni byo urabyibuka kabisa. Ndabakumbuye cyane nazumvaga muri za 1993 i Kigali.
@@bugomasipola9075Abashoje urugendo Imana ibakire mu bwami bwayo. Yoooo, ndababaye. Narabakunze kugeza n'ubu nkibakunda.
Amen
Amen amen amen
Murakoze nanje nazishaka zose
Nta ndirimbo ya kera Itaryoher' abantu
Bariho
Ameeni
Ndiho abahezagire cane
Muhezagigwe cane ndabipfuriza gushika mwijuru mwese atawuvuyemwo
Muduhe nizindi ndirumbo zaba baririmvyi muzoba mukoze
Mishireho video zizondirimbo
Dividi video
NDIHO UHORAHO NYENINGABO Abahe Umugisha abaturungikiye izindirimbo.
Mbega iyi Chorale iracariho? Irihe?
Mubaririmvye izindirimbo ntanumwe akiriho? Kuko narabarondeye narababuze abombajije nabo babwiye ngo booose bararangije Urugendo!!
None nivyukuri ntanumwe akiriho muraba Bene Data Baririmvye izindirimbo?!