I
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 19 ธ.ค. 2023
- Mu gisagara ca #Bujumbura hagiye kwubakwa ibindi bibuga bibiri bishobora gukinirwako umupira w'amaguru. Muyenge Alexandre arongoye Ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu #Burundi yabishikirije mu gihe yariko avuga aho ibikorwa bigeze vy'ukwubaka Stade Intwari. #FFB #Burundi #Football #StadeIntwari
Aba nyagihugu ninzara ishaka kubicha mubahe ivyokugya stade kandi inzara nirahera imana irababona ari ijuru nomukuzim uzakorera imana tuzahurira mwijuru
Comment ziraho ziraryoshe
Habuze igitoro ect mugabo ibi bi hutu makaki bigiye kwubaka ama stades, niyambere itarahera
You're a big ignorant of 21st century 😂😂😂😂 ivyo biracakuraza ishinga?
Naho nakagendeye kabisa hari ibikigoye birengeye ubwenge nkamacakubiri
mbewewe mukanwa kawe hama mwibitutsi nutikebuka uwomunwa uzocika
Ariko ubwenge bwabategesti bacu bukora gute amabarabara yaraheze igitoro ntaco hama ngi bibuga vyumupira manawe
Nuko biriko bitegurwa gukora ntaco bifasha umwenegihugu wohasi .