Prezida NDAYISHIMIYE asaba abarundi gukomeza ibikorwa mu rugendo rugena ku gihugu giteye imbere

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 28 ก.ย. 2024
  • #Burundi Umugambwe Cndd-Fdd waratunganije kuri uyu wa kane amasengesho yo gushimira Imana wama utunganya mu mpera za buri kwezi. Mu nyigisho yatanze, umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yibukije abarundi ko urugendo rwo gushika mu gihugu giteye imbere rukiri rurerure, ariko abasaba kugira umwizero, batibagiye kwongereza ibikorwa.

ความคิดเห็น • 9

  • @INTAHETV-ni5pq
    @INTAHETV-ni5pq 3 หลายเดือนก่อน +1

    mbega hoba hariho CNDD zibiri ?kontambona Reveriyano muraya masengesho ?

  • @kasongo_barber
    @kasongo_barber 3 หลายเดือนก่อน

    ❤😂

  • @niyorukizaelias8142
    @niyorukizaelias8142 3 หลายเดือนก่อน

    Aba dd hamwe mwoguma mubujuju murimwo bwogusahura igihugu mwibaza ngo ntitubibona 2027 gutakaza amahigwe mubishire muri gahunda kuko turarushe kandi twarabahinyuye icomurico

  • @george496
    @george496 3 หลายเดือนก่อน +2

    Raisi asiejua anachokifanya nchini Burundi warundi wote amkeni aondoke madarakani

    • @kingumwami1434
      @kingumwami1434 3 หลายเดือนก่อน +1

      Twampenda Rais wetu . Waca kufwata habali za wazungu, hawapendi MTU akiiwakilisha vizuli inci yake . Inawezekana kuwa matatizo kidogo, lakini ni jambo la mda tu

  • @ericbikorimana8713
    @ericbikorimana8713 3 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂😂😂 tête vide au sommet de la nation😂😂

    • @panacool978
      @panacool978 3 หลายเดือนก่อน

      Montres nous tête pleine toi...vous êtes des descendants de Caïn... arrêtez votre haine...