Kubera iki haguma hibonekeza icikagurika ry'amatara kandi hari ingomero nshasha zubatswe?

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 27 มิ.ย. 2024
  • Mu Burundi haguma hibonekeza icikagurika ry'amatara ya Regideso , bigatuma ibikorwa bitari bike bihungabana, ivyo bikaba mu gihe hari ingomero nshasha zavuzwe ko zoba zaratanguye gutanga umuyagankuba. Umushikiranganji ajejwe amasoko ntanganguvu amenyesha ko ivyo bitumwa nuko izo ngomero nshansha zitaratangura gukora, bigatumwa kandi n'imihora y'umuyagankuba isanzwe ishaje. Ibrahim UWIZEYE ariko arizeza abarundi ko vuba agahengwe kagiye kuboneka. Hari mu gihe abagize reta bariko bishura ibibazo vy'abanyagihugu.

ความคิดเห็น • 22

  • @user-ws3gi8fk8j
    @user-ws3gi8fk8j วันที่ผ่านมา +2

    Muze m'urwanda tubaheho kuko twe ntabwo ucikagurika nkubu aho mba m'umwaka washize wacitse inshuro imwe gusa kandi ucika iminota 10 gusa naho muri uyu mwaka uheruka kubura mukwezi kwa 1 nabwo wabuze iminota 30 gusa kugeza muri uku kwa 6 ntabwo urongera kubura
    Karibu tubafungurire k'umuriro

  • @hategekimanamariespeciose5701
    @hategekimanamariespeciose5701 วันที่ผ่านมา

    Birateyisoni pe uburundi bwacu buracarinyuma koko kuki uwurongoye Regideso wew adahindugwa ngo abandi berekane ubumenyi nikovyama ntaterambere pe😢😢😢

  • @afrigifttv1038
    @afrigifttv1038 2 วันที่ผ่านมา

    Aba Islam bahora baba sérieux,ariko kuriyincuro birimwo kwanka.Mwakoze kutubariza icokibazo camatara namazi😊

  • @hategekimanamariespeciose5701
    @hategekimanamariespeciose5701 วันที่ผ่านมา

    Uyomutama arakwiye gusubirizwa president wacu urajwiy kuvahasi kuko nikoyamavuga ariko ntagihinduka😮

  • @TurabumukizaTheogene
    @TurabumukizaTheogene วันที่ผ่านมา

    Nyamara abarundi batwangira ubusa urugomero rwa Rusumo rwa kagombye kuba ari urwa Tanzania nu Rwanda ariko tubahaho umuyagankuba bakatwanga

  • @Mkel890
    @Mkel890 วันที่ผ่านมา

    iyo courage yo kubesha mukisubiriza muyikurahe? uzi aho mwavugiye ko ikibazo c'amatara kigiye gutora umuti.

  • @afrigifttv1038
    @afrigifttv1038 2 วันที่ผ่านมา

    Hama amazi nayo???vmt muburundi kubura amazi ninkigicumuro kuko Imana yaraduhaye Amazi akwiye ariko Amazi yo mwarasinziriye😢😢

  • @TurabumukizaTheogene
    @TurabumukizaTheogene วันที่ผ่านมา

    Cyokimwe na congo nubwo wumva ngo bafite barage ikomeye ya inga inacanira congo Brazzaville Goma hari igice kimwe gicanirwa nu Rwanda mwa bikunda mwa byanga hara agatambwe tu basumbya

  • @rudahunganzideson7383
    @rudahunganzideson7383 วันที่ผ่านมา

    Uyu mugabo arabeshye kuko umuriro uvuye Rusumo mu Rwanda turawubona

  • @nduwaemma8588
    @nduwaemma8588 2 วันที่ผ่านมา

    Muta imyaka ntigume ihera iyindi igenda mwama muvuga vyabindi ngo rema bigiye gutungana erega natwe dufise ihakiri hindure ivyo bitsinga muzopfume mukora imugambi umwumwe basi kumwaka ariko nimba arukwubaka amabarabara mubikore vyonyne kumwaka iyundi mwaka mukemure ikibazo cumiriro uyundi mwaka mukemure ikindi kimwe kimwe kumwaka ariko bihere kopo kopo aaaa kwama buri musi ngo tuzobikemura misi yose misi yose mwe muri mubiki? Ibintu bidakemuka imyaka cumi twoterimbere gt

  • @kamenabihu
    @kamenabihu 14 ชั่วโมงที่ผ่านมา

    nibibazo gusa

  • @NishimagizweSosthene-p7y
    @NishimagizweSosthene-p7y 2 วันที่ผ่านมา

    kwizera ryari vyokunda?mbemwishirahamwe nkiryo ryogutangamatara namazi birashobokako habura abahinga bogusubiriza ivyasabumbutse hataje mvamahanga?abobarikikivi bajejwiki?bambabarire nkabenegihugutwobazeko nkigisata cumuyagankuba hojayo ababishoboye apana ababishatse

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo 2 วันที่ผ่านมา

    None ivyomwamamuvuga musubiramwo atagihinduka nimukurubureve ngaho

  • @WiliamKimRgzm
    @WiliamKimRgzm วันที่ผ่านมา

    Uyumugabo ntavyiwe mvaturenze nububeshi gusa

  • @ezechielndayishimiye7181
    @ezechielndayishimiye7181 2 วันที่ผ่านมา

    Niko mwama muduhenda

  • @habumugishaterry6543
    @habumugishaterry6543 2 วันที่ผ่านมา

    Uyumutama natange imihoho

  • @alphonsehabonimana6564
    @alphonsehabonimana6564 2 วันที่ผ่านมา

    Amezi twahawe koyaratandatu azohera ryari igisagara kikaburamatara muvyumva gute

  • @alphonsehabonimana6564
    @alphonsehabonimana6564 2 วันที่ผ่านมา

    Imakamba haribagiwe

  • @alphonsehabonimana6564
    @alphonsehabonimana6564 2 วันที่ผ่านมา

    Kandi biteyagahinda

  • @clovissibomana4952
    @clovissibomana4952 2 วันที่ผ่านมา

    Abo bagabo barabesh cyane

    • @lazzrchanal1935
      @lazzrchanal1935 2 วันที่ผ่านมา

      Non nka wew uronder iki muri eden😮

    • @nancyina5241
      @nancyina5241 5 ชั่วโมงที่ผ่านมา

      ⁠looool