Umukuru w'Igihugu aranegura intambwe ibikorwa vyo kwubaka inyubakwa y'amanama mpuzamakungu bigezeko.

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 15 ต.ค. 2022
  • #Burundi Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye aranegura intambwe ibikorwa vyo kwubaka inyubakwa y'amanama mpuzamakungu bigezeko.
    Source : Ntare Rushatsi House

ความคิดเห็น • 32

  • @Hello-gr8fg
    @Hello-gr8fg ปีที่แล้ว +3

    Bravo 👏🏾 excel pres ubu nikwishikira pe, kwirukana bose

  • @muhitiraamissy7198
    @muhitiraamissy7198 ปีที่แล้ว +1

    Uburundii bugira butere imbere kabisaa komeraa mtama 🙏

  • @espelleniyo6879
    @espelleniyo6879 6 หลายเดือนก่อน

    Kombona neva ahaze cyane iyo abanza akaruhukaho

  • @drogdian8274
    @drogdian8274 ปีที่แล้ว +4

    Hahahah Uwumutama Imana imutuzigamire gusa ❤

  • @kawziraburundi9711
    @kawziraburundi9711 ปีที่แล้ว +1

    Imana.iguhezagire.cane

  • @alainwalterrwota9687
    @alainwalterrwota9687 ปีที่แล้ว

    Abarundi Imana yakuduhaye hageze , iguhezagire kandi ikurinde

  • @alexandreniyomwungere4364
    @alexandreniyomwungere4364 ปีที่แล้ว +2

    Président engagé,
    Courage tukurinyuma 💯💯💯💯

  • @nsengiyumvadieudonne5560
    @nsengiyumvadieudonne5560 ปีที่แล้ว

    Imana imukomeze kabisa

  • @rmerefayafamily9383
    @rmerefayafamily9383 ปีที่แล้ว +2

    Wow this is burundi 🇧🇮

  • @twororeturimekijambere5491
    @twororeturimekijambere5491 ปีที่แล้ว

    Niwubahwe Mutama🙏🏾🙏🏾🙏🏾🙏🏾

  • @Serge123
    @Serge123 ปีที่แล้ว +1

    Huruma sana warundi 🤔

  • @niyubahwearcher5995
    @niyubahwearcher5995 ปีที่แล้ว

    Komera komera mutama vuga ukuri kabisa imana ikongereze uyo mutima

  • @muvunyinshimiyimana0
    @muvunyinshimiyimana0 ปีที่แล้ว +1

    Uyumuzehe afite ubwitange, yokwubaka igihugu, abura gusa abobakorana.😢

  • @user-qu9rj1ek1h
    @user-qu9rj1ek1h 3 หลายเดือนก่อน

    Ndagara weeeee😂😂

  • @abubarayn
    @abubarayn ปีที่แล้ว

    Ibirundi bihora aribicucu uhereye kuricyo ngo ni ndayishimiye kibayoboye njye mbona arkirimarimi😂😂😂😂😂😂

  • @lovepeace5460
    @lovepeace5460 ปีที่แล้ว

    Nukuri mutubarize OBUHA, abantu twasavye ingurane muri banque tugura paracels muri NKENGA-BUSORO biciye muri SIP ahohari 2017. Ariko kugeza uyumusi amaso yaheze munzira. Agahombo nikeshi kukonamwe murazi amafaranga yingurane muri banque.

  • @abdulkarimbasekana5783
    @abdulkarimbasekana5783 ปีที่แล้ว

    👏👏👏my president

  • @bennychris2299
    @bennychris2299 ปีที่แล้ว

    Ntamifyino

  • @vitalmurwanashyaka6961
    @vitalmurwanashyaka6961 ปีที่แล้ว

    Baramutenguha ariko afite umutima pe!

  • @comedebari4773
    @comedebari4773 ปีที่แล้ว

    Komera

  • @jonasphilemon6956
    @jonasphilemon6956 ปีที่แล้ว

    Bravo president never evarste

  • @liberemanariyo5364
    @liberemanariyo5364 ปีที่แล้ว

    U Burundi ntibugishobora gutwagwa numunya bureau,abarundi turi bantarukundo uzobirabira no kwabo batabato iyo imvura iguye uko bigenda

  • @mutabazidamasene8618
    @mutabazidamasene8618 ปีที่แล้ว

    Hhhh ubahwa muze

  • @songamberetv2219
    @songamberetv2219 ปีที่แล้ว

    Mutama babansi biterambere baca murabonyene bashinzwe ibikogwa kugira bakwankishe abanyagihugu rero ntubahagahengwe twaramaze kumenya inzira zabo

  • @murutababiinnocent3874
    @murutababiinnocent3874 ปีที่แล้ว

    Ariko nkuyu muhutu arigira ibiki

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 ปีที่แล้ว

    🎩
    Bahindure! Batahe!
    Aho Uwoha aba chinois ako kazi
    bovuza induru ngo Abarundi barimwa ibirakA kandi ngo babishoboye🤕

  • @ndayishimiyeelyse4125
    @ndayishimiyeelyse4125 ปีที่แล้ว

    Mutama kora akaz ndabona biriko biraz

  • @richardburengengwa6998
    @richardburengengwa6998 ปีที่แล้ว +1

    Zurizira nyakwubahwa ahandiho vyoyanzara ariko muta uzegendere nahandi. IMANA iguhe kuramba

  • @Chance.Umvaneza
    @Chance.Umvaneza ปีที่แล้ว

    Murama ntafyinaga kabisa!

  • @kawziraburundi9711
    @kawziraburundi9711 ปีที่แล้ว

    Imana.iguhezagire.cane

    • @thadeebonny3105
      @thadeebonny3105 ปีที่แล้ว

      wirambire imana ikuje imbere mubikogwa urimbooneza yukuri uze ubashira kumurongo turagukunda cane