Igiterwa c'amavoka hamwe cokwitabwaho cokwinjiza amafaranga mvamakungu ku rugero runini.

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 13 ต.ค. 2024
  • #Burundi: Ku mutumba #Ntamba muri komine #Muyinga hari umurundi azwi kw'izina rya Niyongabo Nephtalie yatanguje uburimyi bw'amavoka ku buringanire bungana na hegitari 600 akaba anabifadikanya no kworora, kuri uno wa 17 Mukakaro 2024 yari yagendewe n'Umukuru w'Igihugu ari m'urugendo bise #Inkebuzo . Uwo mugambi ukaba uzoshobora kwinjiza amahera mvamakugu atari make.

ความคิดเห็น • 23

  • @nduwimana669
    @nduwimana669 2 หลายเดือนก่อน +3

    🎉🎉🎉🎉🎉

  • @melchiadehishakiye8639
    @melchiadehishakiye8639 2 หลายเดือนก่อน +2

    Abarundi haguruka dukore igihugu cacu ni ciza cane

  • @jesusSmithnsengiyumva
    @jesusSmithnsengiyumva 2 หลายเดือนก่อน

    Mukomere mwiterambere

  • @MartinKagame
    @MartinKagame 2 หลายเดือนก่อน

    Uburundi nibwiza dukuyamabokomumpuzu tugakora ntagihugu gisumvyumbwiza nkaco ndavyibiterwa vyaho usanga bifise akanovera

  • @DesireWilaya
    @DesireWilaya 2 หลายเดือนก่อน +1

    komeza kuduteriteka mubyeneva

  • @niyorukizaelias8142
    @niyorukizaelias8142 2 หลายเดือนก่อน

    Neva arafise impano ya comedy ngo ivoka zonyene zizoba zitunga uburundi😂😂😂

  • @ndayizeyepatrick225
    @ndayizeyepatrick225 2 หลายเดือนก่อน

    Invoka murazikora muburundi?

  • @cadeaunsabiyumva5304
    @cadeaunsabiyumva5304 2 หลายเดือนก่อน

    sogo yarabona kure.ngico cacamwa kigira kivume

  • @NEZA138
    @NEZA138 2 หลายเดือนก่อน

    Uyu muvyeyi ariko arabeshya kuko ntagihugu na kimwe kigizwe na Avoca niyubake ibikogwa remezo, ahindurire abanyagihuhu ubuzima, yubake amashuri ibindi byose arabesha

  • @chapuztv3040
    @chapuztv3040 2 หลายเดือนก่อน

    Mutama yizera ningoga kweli bibonekeko asenga Kuko izovoka ntizirera Teka tuvyizere

  • @lilianempinganzima2762
    @lilianempinganzima2762 2 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂,akomanaweee😂😂😂😂😂😂😂

  • @kasozichrisestome1997
    @kasozichrisestome1997 2 หลายเดือนก่อน

    C.nl.niyamber

  • @JosephSikogukira
    @JosephSikogukira 2 หลายเดือนก่อน

    Ukwo n ukubunza amajambo vyaramunaniye. N atange imihoho

    • @cvzx-2968
      @cvzx-2968 2 หลายเดือนก่อน

      Muzopfa nabi imana irababona. Mwubahw ababaganza

    • @MitimidacyaMitimidacya
      @MitimidacyaMitimidacya 2 หลายเดือนก่อน

      Icyamunaniye nikihe!? Domaho agatoki kucyamunaniye!? None ushaka agutamike!? Abari kukivi baramaze kugera kure weho uri mubugambo!!! Nkubu mu Burundi haboneka abarundi 1miliyoni bakora nkuyu!! Urakeka havamo umwimbu ungana gute!?!!??

    • @hacimanaelysee5195
      @hacimanaelysee5195 2 หลายเดือนก่อน

      Bace bakiguha?

  • @mwandishimussa6319
    @mwandishimussa6319 2 หลายเดือนก่อน

    Kwagomba kutwibagiza za coltan zomu Kirundo😅😅nigute twoja kurima amavoka kandi twamaze kwogorora

    • @nduwimanajeannine7934
      @nduwimanajeannine7934 2 หลายเดือนก่อน

      Poor Mind

    • @gervaisntirenganya470
      @gervaisntirenganya470 2 หลายเดือนก่อน +2

      Ikinebwe burakujakukivi ziyanahobozimba zizokora iterambere mugihugu nonuzi kobazokugabira amaherayagusa nambabarimwobarubaka amabarabara uzoyaronka biciyemuriyonzira ntawebazogabira amafaranga yubusa

    • @rwandagenocide1994
      @rwandagenocide1994 2 หลายเดือนก่อน

      uyu mugabo azigukina comedy 600 million dollars arayazi 😂😂😂😂 es ntiyigez anabaz uko azabona aciye ayadugiraho 😅😅😅 kuri avocado 🥑 600 million dollar😅😅 komeza wizeze abarundi 😅😅😅