Why bishobotse ubu, what they been doing before? We need roads all around the country, provinces, musanure amashure, abanyagihugu amatara namazi, kweri , ibitaro biba biri mu ma province, kweri mubigarukire, murakoze cane, nizere mu myaka 5 irimbere ko hazoba impindika nini, God bless Burundi
C'est bon ça mais il ne faut pas seulement indiminiser la population touchée mais il faut aussi songer à la responsabilité sociale pour les voisins qui sont toujours exposés à la poussière provoquée par la Société qui extract la minerée.
3 Selon Apocalypse 14:6-8, l'Évangile sommait l'humanité de se détourner de ces démons. Pour la première fois, on a su que le féticheur, le devin, l'astrologue était un prophète de Satan. Après les rois, c'étaient les féticheurs et marabouts qui menaient des vies aisées: des cabris noirs, des moutons, des poulets blancs, des bouteilles de liqueur… 4 Et voyez aujourd'hui ces prophètes, comment ils sont riches ! Ce sont des féticheurs déguisés, sans exception. Les autels et les hauts lieux de 2 Rois 17:29-31, les mêmes autels de 1 Rois 11:5-7 sont devenus des églises, missions et ministères aujourd'hui. [Kc.15v11] [Kc.32v27-28] [Kc.40v9] [Kc.108v16] [Kc.116v9] [Kc.118v13] 5 Et quand l'État donne agrément à l'une de ces églises, missions et ministères, c'est le fétichisme qu'on légalise. [Ndr : L’assemblée dit: « Amen! »]. www.philippekacou.org
None ntimwumva ko muzohava mumera nkabakoroni nimwubake ibarabara ryiza nizo nyungu zabanyagihugu nimwaheza gucukura abanyagihugu basigarane ibarabara ryiza niryo terambere hama amahera yagaciro tuyaronke twemegwe mumakungu nkabantu nyene batatugaya idollar rimanuke arikokweri ntimubona kwabanyagihugu babihanganira bagatubika umukanda namwe mwafunguye vyukuri nabo baraba ingene mufungura igihugu nabo bamira amate none ivyomuvuga bizodufasha ryari umuntu murimwebwe aziyubakira igorofa riverine cane ngo niterambere Kandi Dushanbe tutiyunguruza umuyagankuba ntawo namwe bibagira kwingaruka amazing Meza ntayo ibiciro vyarnaniranye abantu ntibacihaza birirwa bazabukimbibe bagirirwanabi Kandi ubutunzi bwigihugu buhari nkubu namba ubwobutare babukoramwo batteries rondera materiel mukoramabateri musore ayomabateri akoze turonkakazi murumva bayobozi bigihugu namashirahamwe yareta dufashe mudutabare umuzigo wamakori yumurengera nibindi vyo mukomere cane
Good news thanks you viva Burundi 🇧🇮 from Burundi Lives in cape Town 💪💪💪💪💪❤️❤️❤️❤️❤️❤️
amasengesho wamarira abarundi bamaziminsi basenga yesu yishuye
Imana ikomeze Uburundi n'abarundi
😮😅😮😢😂❤ 2:11
👌👍👍🙏🇧🇮🇧🇮 vyiza cane kwo arabarundi babikora
Ubwiza bw'uburundi
Imana idufashe turer’irimbere abarundi
Hama ibidukikije Nacho nigute
Ebagabo zewe sinasimye 😀😀bampaye akanoti kadakwiye ebagaboooo
Ntibavuga zewe bavuga (JEWE)
Responsabité sociale irakenewe cane kubanyagihugu bicwa n'intumuka hamwe n'ibidukikije bihagirira ingorane, rero iryo shirahamwe risabwa kwubaka Iditarod, amashule cangwa amabarabara meza akomeye kuko nayo twari dusanzwe dufise ari kuhagirira ingorane.
Imana ibibemwo
Kora kora turonke amafaranga yagaciro
Nzoshima ko butanyurujwe bubatse Ibarabara rya CANKUZO -GAHUMO bagumye bemera kobazubaka ariko bigaherera mumvugo ntivyigere Buja mungiro!!
Twabibonye hasigaye kutwereka umusaruro ico wakoze
Ubwo ntahandi hoba ubutare bwiza hoba hatazwi aha muburundi?
Gumamuvyimvya izonda natwetugume tuwutubitse
Ubwo butare basanga mwitongo rwamurundi mbeho we naburendanzira abufisehoooooo ?????
Why bishobotse ubu, what they been doing before? We need roads all around the country, provinces, musanure amashure, abanyagihugu amatara namazi, kweri , ibitaro biba biri mu ma province, kweri mubigarukire, murakoze cane, nizere mu myaka 5 irimbere ko hazoba impindika nini,
God bless Burundi
Nu kuri aha iwacu turagowe caane ubwo Butare bujahe amahera mva makungu arihe baguma Biba gusa ntakindi kabisa Duhereye ku muvyeyi wacu umukuru w gihugu ahagurukire Abo basuma batwiba ubutare Kuko ivyo bavuga ntibihuye nivyo bakora
Non umunyagihugu koyihse ninzara😅😂😂
Numva ari sawa kumbure tuzoteba dushikirwa
Ivyo ni ivya KERA!!! Iya 5ans😅
Uburundi lmana yarabuhezagiye kweri,ubu butare buba china no muburundi gusa.
Non ko atagishasha kugihugu. President Raba mukorere igihugu neza mwarariye nimwibuke ineza yumunyagihugu . Murwanye ababwiba basi uwubonetse mumurase
Ark ibaze kuva 2017na2018 bimba bakanahingura bagashora mbese nubu baracashora ark tukabura igitoro niyompsmvu ndababwirati ivyubutare karivyakagwikamwe nubwo baherutse kubon buzonyikira muribo
Nukuri bizoherera iwabo ataterambereryigihugu tubonye nkabene gihugu
Ntavyizangaho bakoze nihose batazagataka ahibambew
None ntiwumva kobikorera ivyabo reta kwarukuyi corera gusa!!
C'est bon ça mais il ne faut pas seulement indiminiser la population touchée mais il faut aussi songer à la responsabilité sociale pour les voisins qui sont toujours exposés à la poussière provoquée par la Société qui extract la minerée.
ikibabaje nuko abantu batobato aranagafyete tuzorinka😅
Non bariko baraduhenda ngo batoye coltan na casterite kumbe nubundi hahez imyaka bwimbwa muga atampinduka kugihugu kiguma kigera humwansi ashaka. Mana je simbona uburundi bwejo. Non hobaririye ntibarahaga bakakorera igihugu naco.Evariste ariko akoriki kweri iyontwaro iriko ikora iki kugihugu. Ndavye ukuntu uwushoy agasorori kamwe kumuceri canke kibiharage mwisoko mwirukako na taxi kumbe dufise ubutare nkubwo. Basi ngaha umunyagihugu azobaho gute ko nifaranga ryuburundi riguma ritagaciro reta ibona . Turiko tujahe koko
Birakabona babihagaritse atarinzara yaciye itera ntanyungu yumwene gihu yigeze ahungukira
None inyungu ko tutayibona. Ko dukomeza gukene. Ibitoro vyarabuze amabarabara yabomaguritse. Ibisuma nivyo biguma bitera imbere.
3 Selon Apocalypse 14:6-8, l'Évangile sommait l'humanité de se détourner de ces démons. Pour la première fois, on a su que le féticheur, le devin, l'astrologue était un prophète de Satan. Après les rois, c'étaient les féticheurs et marabouts qui menaient des vies aisées: des cabris noirs, des moutons, des poulets blancs, des bouteilles de liqueur…
4 Et voyez aujourd'hui ces prophètes, comment ils sont riches ! Ce sont des féticheurs déguisés, sans exception. Les autels et les hauts lieux de 2 Rois 17:29-31, les mêmes autels de 1 Rois 11:5-7 sont devenus des églises, missions et ministères aujourd'hui. [Kc.15v11] [Kc.32v27-28] [Kc.40v9] [Kc.108v16] [Kc.116v9] [Kc.118v13]
5 Et quand l'État donne agrément à l'une de ces églises, missions et ministères, c'est le fétichisme qu'on légalise. [Ndr : L’assemblée dit: « Amen! »].
www.philippekacou.org
None icogihe cose buriko buracukugwa ko atampinduka tubona kugihugu biva kuki??
Utunzi bwigihugu bugilile akamaro bene gihugu atali ukwigungiko kwabatetse ka leta zalenganye za babuyoya
Komera mutama wamateka guma kwivora
Ewee burundi
💪💪💪
🇧🇮🇧🇮🇧🇮
A😊😊😊😊😊😊❤
Cool
Nuko hirira abategetsi gunsa
None ko raport zivuga ko ubutare bwinjiza 0 fbu bigenda gute?ahubwo ntanisoni mufise
Le problème Nuko on voit rien sur le pays abasuma baguma biba
None Ko numva hinjiye 0fbu vyagenze gute?? Ni vitu vya ajabu ajabu tu
None nkuwobabaza kuberik igihugu kibura igitoro Amazi bamatara nububi bwamabarabara igihugu gifise ubutare bwamber kwis muba mwiyumvirako muciyubwenge kurushabanyagihugu mutwara nimuve ubuzimu mujubuntu iryo nitunga ryigihugu ntabwariryakarwi kabantu
Wew barek ibintu bizohinduka ntakidahinduka na bibiliya irahinduka ntibibaze yuko tutabibona bazotangara