ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Ameeen!Imana yatanguye ivyiza muri wewe musaseredoti w'umukama.Niyuhire!Izo nyigisho ziranyuze kandi zirakomeye!
Ninahazwa Mana ubu no mu myaka yose. Padiri Imana ibahezagire ,Mutima mweranda abandanye abakomeza.Amen
Uragahezagirwa nyakubahwa musaseredoti w'Umukama.Ameeen!!!
Amen
Amen amen amen Umukama yatanguye igikorwa muri mwebwe niyuhire
Imana igukomeze inyigisho zawe ninkoramutima
Imana yaragutoye mukwigisha 'hamwe nubukerebutsi mukorana
Imana ishimwe kuribi vyiza yagize.Ihezagire namw mwabituronkeje
Amennnn ninahazwa yezu mwiza. Ndasavye umbohore nanje Yezu mwiza🙌🏽🙏🏼😊
Amen 🙏🙏Urakaninahazwa Yezu wowe uzi gufata ingingo muri twe!!
🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙌🏽🙌🏽🙌🏽amen amen . Murakoze caaane kunyigisho nziiiza ziramfashije. Hezagirwa Patiri Aime
Urakoze Padiri Imana ibandanye iguhezagira
Amen.
Ndakwumva cane Musacerdoti w'Umukama
Amen uhezagigwe cane patiri kubwijambo ryimana udusangije
Uramfashije caaaaane muvyukanyi.Hezagirwa niyagutoye ikagutonesha.inyigisho yawe yashitse Ku Mutima.Imana ininahazwe muri Mutima Mweranda wayo yakugiye imbere akakuyobora mukubona twebwe abana bayo ijambo tunyotewe.Hezagirwa.
Kristu chemezwa amen murakoze
Urakoze mwigisha mwiza imana iguhe kuramba kubwijambo ryayo utugejejeho
Amen.urakoze mwigisha wa yezu
Amen.imana yatanguje ivyiza muri mwebwe niyuhire
Nukuri inyigisho ni nziza. Mworaba ijwi rikegera neza. Rikumvikana neza
Amen amen umukama abandanye aguhezagira nkuko natwe uriko uduhezagira
❤❤❤❤❤❤❤❤
Merci pour votre Homélie notre Abbé
Amen musaseredoti w'Umukama
🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Amen umukama agukomeze muri vyose
Amen, 🙏 imana,ikugwirizamavuta
🙏🙏
Amena urakoze musuku wa YEZU
IMANA iguhezagire kandi ikuzigame yo yakwitoreye ikagutonesha.Iyinyigisho yanyubatse kandi yankijije.Hezagirwa Musaserdoti w'Umukama. 4:55
Yezu nyakira uko ndi, Yezu nyakira 🙏
Turasobanukiwe Padiri wacu. Ntibahwema kuduhekura
Amen,
Amen amen
Amen❤
Murakoze caane. Imana Ibaj imbere.
Yezu naninahazwe, ubu n'imyaka yose.Niwe mahoro yacu, kanyamuneza kacu, mbaraga zacu, inkinzo yacu.Yezu ni vyose ku bamwizeye, bamwemera kandi bamukunda.
Murakoze
Ameeeena
Yezu Christ naganze 🙌
Merci beaucoup Patiri. Imana ibandanye igukomeza .
Imana ibandanye ikomeza umusaserdoti wacu, kuko ituronsa ivyiza vyinshi iciye kuri we,Dawe mukomeze
Imana yatanguje iciza muri wewe niyuhire.
🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻
Imana n'umuvyeyi yo itwitaho buri musi tutanabizi
Padiri Aime Irakoze ubuarangurira ubutumwa hehe?yahora Kuri centre jeune kamenge Ubu sinkimubona.
♥️🙏🙏🙏🙏
Ninahazwa mukama wonger ushemezwe
Twahezagiwe
Turanezerwa ninyigisho zanyu
Nashaka kubasaba mumbwire paroisse uwomusaserdoti w'umukama asomesherezamwo imisa ndipfuza kuja kuhasengera
❤
Shemezwa yezu utwiha mukaristia patir waranduhevye kunyamuz turagukumbuy can uzozekuturamuts
Nimana ikomeye kuko vyose biva kuriyo
Mwiriwe bakristu dusangiye urugendo. Mwombwira aho Padiri Aimé IRAKOZe akorera? Murakoze
Imana Ikutuzigamire Musaserdoti mwiza w'Umukama.🙏 ( Nom yiwe ni Irakoze canke ni Rukundo?)
Ni Irakoze
Nahatoye
🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Pâti ndahimbaw caac kunyigisho urik uratanga
Iman yatanguye iciza Mur wewe niyuhr kuk wara hezagiw
Inygisho zanyu ziranyura umutima🎉🎉
Ariko igihe kirageze ngo bave mu nzira amahoro aganze
Ameeen!Imana yatanguye ivyiza muri wewe musaseredoti w'umukama.Niyuhire!Izo nyigisho ziranyuze kandi zirakomeye!
Ninahazwa Mana ubu no mu myaka yose. Padiri Imana ibahezagire ,Mutima mweranda abandanye abakomeza.Amen
Uragahezagirwa nyakubahwa musaseredoti w'Umukama.
Ameeen!!!
Amen
Amen amen amen Umukama yatanguye igikorwa muri mwebwe niyuhire
Imana igukomeze inyigisho zawe ninkoramutima
Imana yaragutoye mukwigisha 'hamwe nubukerebutsi mukorana
Imana ishimwe kuribi vyiza yagize.
Ihezagire namw mwabituronkeje
Amennnn ninahazwa yezu mwiza. Ndasavye umbohore nanje Yezu mwiza🙌🏽🙏🏼😊
Amen 🙏🙏
Urakaninahazwa Yezu wowe uzi gufata ingingo muri twe!!
🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙌🏽🙌🏽🙌🏽amen amen . Murakoze caaane kunyigisho nziiiza ziramfashije. Hezagirwa Patiri Aime
Urakoze Padiri Imana ibandanye iguhezagira
Amen.
Ndakwumva cane Musacerdoti w'Umukama
Amen uhezagigwe cane patiri kubwijambo ryimana udusangije
Uramfashije caaaaane muvyukanyi.Hezagirwa niyagutoye ikagutonesha.inyigisho yawe yashitse Ku Mutima.Imana ininahazwe muri Mutima Mweranda wayo yakugiye imbere akakuyobora mukubona twebwe abana bayo ijambo tunyotewe.Hezagirwa.
Kristu chemezwa amen murakoze
Urakoze mwigisha mwiza imana iguhe kuramba kubwijambo ryayo utugejejeho
Amen.urakoze mwigisha wa yezu
Amen.imana yatanguje ivyiza muri mwebwe niyuhire
Nukuri inyigisho ni nziza. Mworaba ijwi rikegera neza. Rikumvikana neza
Amen amen umukama abandanye aguhezagira nkuko natwe uriko uduhezagira
❤❤❤❤❤❤❤❤
Merci pour votre Homélie notre Abbé
Amen musaseredoti w'Umukama
🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Amen umukama agukomeze muri vyose
Amen, 🙏 imana,ikugwirizamavuta
🙏🙏
Amena urakoze musuku wa YEZU
IMANA iguhezagire kandi ikuzigame yo yakwitoreye ikagutonesha.Iyinyigisho yanyubatse kandi yankijije.Hezagirwa Musaserdoti w'Umukama. 4:55
Yezu nyakira uko ndi, Yezu nyakira 🙏
Turasobanukiwe Padiri wacu. Ntibahwema kuduhekura
Amen,
Amen amen
Amen❤
Murakoze caane. Imana Ibaj imbere.
Yezu naninahazwe, ubu n'imyaka yose.
Niwe mahoro yacu, kanyamuneza kacu, mbaraga zacu, inkinzo yacu.
Yezu ni vyose ku bamwizeye, bamwemera kandi bamukunda.