UMVIRIZA UBUBI BW'ABAHABARA N'IMIKOSHI BATERA.

แชร์
ฝัง

ความคิดเห็น • 129

  • @crypto_echangeur
    @crypto_echangeur ปีที่แล้ว +4

    Amen pasteur urakoze nabatarubka izacu uratwigishije mwarahezagiwe mukomere mumurimo wa Christ jesus

  • @jeanplacidemunyengabe4915
    @jeanplacidemunyengabe4915 ปีที่แล้ว +3

    Murakoze cyane pasitori rwose,jewe mba mugihugu ca Cameroun,ariko nkunda gukurikira inyigisho zawe kuko n'iz'ukuri,Imana iguhezagire kbs

  • @sintiasaid9082
    @sintiasaid9082 ปีที่แล้ว +5

    Amen Amen IMANA igukomereze mumurimo wayo

  • @egideegideology3196
    @egideegideology3196 ปีที่แล้ว +1

    👏👏👏👏👏 Imana ihezagire uyu Mukozi w'Imana Aya majambo Avuga arakomeye Cane Naje ntarubaka Ni nafashwa kuyitondera nubwo ntarubaka nzoba Ndi Umushingantahe akomeye 👍

  • @emilendayishimiye9492
    @emilendayishimiye9492 ปีที่แล้ว +1

    Nyakubahwa Pastori inyigisho zawe ziratomoye caaaane, ziratuma zabubatse zisubirako, vyinshi biragarara mu ngo zacu, mwubahwe,

  • @patricendihokubwayo3803
    @patricendihokubwayo3803 ปีที่แล้ว +1

    Ndagukunda cane mukozi w'Imana ukwomwigisha biranyubaka cane

  • @lyduinemunezero1937
    @lyduinemunezero1937 หลายเดือนก่อน

    MWubahwe Paster,IMANA iguhe kuramba mubawe

  • @ndikumanapacifique5993
    @ndikumanapacifique5993 3 หลายเดือนก่อน

    Imana izagushoboze uzakorere ivugabutumwa bwiza hano mu Rwanda 🇷🇼 turagukunda imana ibahe umugisha 🙏🏿

  • @odilenkunzimana5044
    @odilenkunzimana5044 ปีที่แล้ว +2

    nyakubahwa mukozi w'lmana Yesu arushirize kugusiga amavuta ivyo uvuga nukuri

  • @denisenininahazwe8434
    @denisenininahazwe8434 ปีที่แล้ว +1

    Imana igume inkwongerereza amavuta..Uratwigisha neza tukumva

  • @horimberepeace7376
    @horimberepeace7376 ปีที่แล้ว

    YESU CHRISTO ADUFASHE CAAANEEE GOOOSEEE!!!!!!👏👏👏👏👏❤❤❤❤❤

  • @irakozechimene656
    @irakozechimene656 ปีที่แล้ว +1

    Utii"Imana Isanzwe Izi Kurindaa🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣👌👌👌Ndakwikundiraa Disii

  • @jeanmariebahombuwungutse3217
    @jeanmariebahombuwungutse3217 ปีที่แล้ว +1

    I like how you teach

  • @ndayishimiyealine9085
    @ndayishimiyealine9085 5 หลายเดือนก่อน

    Ndafashijwe caaaane uhoraho akuduze kuyindi ngazi urubaka imitima ya benshi

  • @AmadiHabo-kp9lo
    @AmadiHabo-kp9lo ปีที่แล้ว +1

    Ndafashijwe

  • @user-rz7dv8ck8g
    @user-rz7dv8ck8g 5 หลายเดือนก่อน

    Muraho neza ? Nukuri inyigisho mutwigisha ziradufasha cyane imana ibahe umugisha murakoze!!!

  • @candidegahugano7058
    @candidegahugano7058 ปีที่แล้ว

    Ivyindero ' no mubazungu twe dukuze aba jeune barahaguruka bakatubise Imana ibahezagire

  • @ProsperNdayisenga-qp3fr
    @ProsperNdayisenga-qp3fr 5 หลายเดือนก่อน +1

    Amen muvyeyi ,

  • @queenrachelvlone7731
    @queenrachelvlone7731 ปีที่แล้ว

    Amen 🙏 lmana lkomeze kuguha umugisha mumurimo wayo

  • @user-yr8fy5vw8g
    @user-yr8fy5vw8g 5 หลายเดือนก่อน +1

    Ndagusabiye kuramba kugira ukize beshii cane

  • @cesariehakizimana429
    @cesariehakizimana429 ปีที่แล้ว +1

    Komera mukozi W'IMANA,
    Bandanya ubabwira

  • @vavamuhoza2148
    @vavamuhoza2148 ปีที่แล้ว

    Respect Muzehe.babwire babeho babizi disi

  • @user-cg6wq5fx2c
    @user-cg6wq5fx2c 8 หลายเดือนก่อน

    Ubutumwa bawe buranyubaka
    Amen

  • @girukwishakaclaudine5374
    @girukwishakaclaudine5374 ปีที่แล้ว +1

    Amen Amen Mana yancu yomw'ijuru habwicubahiro nukuri

    • @theodomirnkurunziza961
      @theodomirnkurunziza961 9 หลายเดือนก่อน

      Imana igume ibana nawe urumuga ubutumwa kweri nabandi bacs hiryz

  • @christellairakoze532
    @christellairakoze532 ปีที่แล้ว +1

    Babarire,abahabara nibisuma,Nabambuzi,kandi imana izobahana pe

  • @user-rm1vp3ck8h
    @user-rm1vp3ck8h 2 หลายเดือนก่อน

    Amen amena izonyigisho zirakwiye

  • @edithenzeyimana4747
    @edithenzeyimana4747 ปีที่แล้ว +2

    Uravuga ntuvura mukozi w'Imana

  • @arnaudmbazumutima8750
    @arnaudmbazumutima8750 ปีที่แล้ว

    Yesu ashishikare kuguh umugisha inyigisho utanga zirimwo impanuro nyinsh cane

  • @theofacilemanirakiza1274
    @theofacilemanirakiza1274 ปีที่แล้ว

    Amen kosora twatahuye

  • @SuavisNtibazahiri
    @SuavisNtibazahiri 4 หลายเดือนก่อน

    Iman ibandanye kuguha umutima winkomezi uvuga ukuri abandi batabasha gusigura Iman iguhezagire

  • @HAKIZIMANAChadrac-zd7je
    @HAKIZIMANAChadrac-zd7je ปีที่แล้ว

    Amina Imana ishishilare kukwongerereza !

  • @MTheoTV
    @MTheoTV 6 หลายเดือนก่อน

    Uzatuzanire umugabo w'umutabzaniya witwa Daniel Mgogo

  • @nizigamagloriose5276
    @nizigamagloriose5276 ปีที่แล้ว +2

    Uhoraho aguhezagire caaane ntuvugira muvumbi kumuvumba

  • @AndreNdayishimiye-db3ss
    @AndreNdayishimiye-db3ss ปีที่แล้ว +1

    Manaziraremvye ninyinchi

  • @clementineuwizeyimana3117
    @clementineuwizeyimana3117 ปีที่แล้ว

    Urumuvuga Butumwa wimana kabisa ❤

  • @solangeniyonsaba4331
    @solangeniyonsaba4331 ปีที่แล้ว

    Uvuga ukuri Imana ijye iguha umugisha

  • @user-fp5wo4ls3i
    @user-fp5wo4ls3i 10 หลายเดือนก่อน

    Yesu akwongere amavuta menshi caane.uvuga ukuri nkurima.wubahwe

  • @jeanjacquesniyitanga8867
    @jeanjacquesniyitanga8867 ปีที่แล้ว +1

    Umwami Yezu akomeze kubahezagira no kubazigama mukozi w'Imana🙏🙏🙏🙏

    • @najmahnajmah1078
      @najmahnajmah1078 ปีที่แล้ว

      Nihatar wavunga nuko tutuva ariko tuzuvirayo kwer

  • @floridenduwayo4142
    @floridenduwayo4142 ปีที่แล้ว

    Nyakubahwa muraruhura umutima y'abantu batari Bâke. Turabashimiye cane

  • @emmanuelniyonzima2407
    @emmanuelniyonzima2407 ปีที่แล้ว

    Nikuri ndagushimiye cane kurubwo butumwa utanze imana iguhezagira.

  • @user-xw6uk9dc2i
    @user-xw6uk9dc2i 5 หลายเดือนก่อน

    Murakoze

  • @regineregine8025
    @regineregine8025 ปีที่แล้ว

    Ikibwirwa n'icumva, icerekwa n'ikibona.
    Murakoze

  • @VanessaNelly-uz7uq
    @VanessaNelly-uz7uq 3 หลายเดือนก่อน

    Warubabwiy Abo bahehesi basigay buzuy isi

  • @meryorndi630
    @meryorndi630 11 หลายเดือนก่อน

    pasta Ntuyahaga wubahwe cane Imana iguhezagir ndakunda ibiganir vyawe ndino saudia

  • @ericmukeshimana6602
    @ericmukeshimana6602 ปีที่แล้ว +1

    hezagigwa ndagukunda

  • @amosniyorukundo-sx4zg
    @amosniyorukundo-sx4zg 3 หลายเดือนก่อน

    Imana nihabwe icubahiro

  • @bestjeremiah5451
    @bestjeremiah5451 ปีที่แล้ว

    Urakoz apôtre izinyigish ndabona zizongirira akamaro murug rwanje

  • @donatienngendakumana8696
    @donatienngendakumana8696 ปีที่แล้ว

    Imana ikwongere amavuta mukoziw'lmana

  • @user-mm5lw5dc1u
    @user-mm5lw5dc1u 8 หลายเดือนก่อน +1

    Wubahwe

  • @dinaniyo4921
    @dinaniyo4921 ปีที่แล้ว

    Nkunda kwunviriza inyigisho wigisha Imana ibandanye I kuzigama ministry kugira ubandanye gufasha abananizwe murubu buzima .

  • @Jafanny21
    @Jafanny21 ปีที่แล้ว +1

    Amen Amen 👏👏👏

  • @sewarss8422
    @sewarss8422 ปีที่แล้ว

    Urakoze cane 🙏🙏

  • @pali3502
    @pali3502 11 หลายเดือนก่อน +1

    ❤amen amen

  • @user-nz9ve5yh6o
    @user-nz9ve5yh6o 6 หลายเดือนก่อน

    Nukuri uzoshike niwacu mumagarama kutwigisha inyigisho zabubatse

  • @nzambimanachantal5769
    @nzambimanachantal5769 ปีที่แล้ว +1

    pasteur ndabuz icomvuga ariko imana ikwongere amavuta kuko urimvuga kuri pe

  • @bertilleminani1562
    @bertilleminani1562 ปีที่แล้ว +4

    Ton enseignement nous edifie fortement!

  • @user-yb4xy1lf9b
    @user-yb4xy1lf9b ปีที่แล้ว

    Mudusengere natw tutarubakizacu ndabona bigoye ivyakinogih

  • @user-tk4ok3ni4f
    @user-tk4ok3ni4f 5 หลายเดือนก่อน

    Amen amen

  • @user-lb6sd3og4s
    @user-lb6sd3og4s 5 หลายเดือนก่อน

    Wongererezwe amavuta

  • @user-zi4nm5hi7t
    @user-zi4nm5hi7t 9 หลายเดือนก่อน

    Ndumugatorik sinahor nkund inyigish zumunt tudasangiy ukwemer ndavyumvirij nfyin non birampimbay mukoz w iman yezu akwonger ubukomez uravug ukur peee!! Umukam akutuzigamir

  • @JoanaKeza
    @JoanaKeza 5 หลายเดือนก่อน

    Amen❤❤

  • @sethngolo6558
    @sethngolo6558 ปีที่แล้ว

    amen!

  • @mabekijeanbosco141
    @mabekijeanbosco141 ปีที่แล้ว

    Namajambo yukuri nukkobitugora

  • @ericngabireyimana3746
    @ericngabireyimana3746 ปีที่แล้ว +1

    Zurahanura nimisor

  • @denisnduwarugira8494
    @denisnduwarugira8494 ปีที่แล้ว

    Ingo zubu nizo gusengera bwana Paster

  • @jeanpaulniyonkuru-hq2wl
    @jeanpaulniyonkuru-hq2wl 9 หลายเดือนก่อน

    Imana itubabarire

  • @athanasentibankundiye1839
    @athanasentibankundiye1839 ปีที่แล้ว +1

    1) Hérode mukuru. 2) Hérode Firipo. 3)Herode Antipa. 4), Hérode Agripa

  • @zuzufaida3253
    @zuzufaida3253 ปีที่แล้ว +1

    Nanjewe ntacomfise ariko ngusabiye Amavuta

  • @pali3502
    @pali3502 11 หลายเดือนก่อน

    Arinkajewe ntamusi nosiba gusenga😂😂😂😂 nogucererwa sinocererwa😂😂

  • @B-Y-N
    @B-Y-N ปีที่แล้ว

    👏👏👏💒💒💒💒

  • @ericmanirambona3378
    @ericmanirambona3378 ปีที่แล้ว +1

    Utavuga ukuri

  • @ericngabireyimana3746
    @ericngabireyimana3746 ปีที่แล้ว

    Amena

  • @nduwamunguheaven2345
    @nduwamunguheaven2345 ปีที่แล้ว

    Amen

  • @gloriosenyinawabana2259
    @gloriosenyinawabana2259 ปีที่แล้ว

    Merci

  • @ndayizeyejohnathan8838
    @ndayizeyejohnathan8838 ปีที่แล้ว

    Inyigisho nziza

  • @nadegeirakoze6768
    @nadegeirakoze6768 ปีที่แล้ว

    Bt mukozi wimana urashoboy

  • @gilbertmanirakiza2616
    @gilbertmanirakiza2616 ปีที่แล้ว

    👂🙏

  • @anesiendaz9890
    @anesiendaz9890 ปีที่แล้ว +1

    Commite yagizwe n,abatagirimitima nyene. Kandi urubanza rwatashwe n,imisuma gusaaaa.

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 ปีที่แล้ว

    🎩

  • @ClaudeVandamme-hr4bb
    @ClaudeVandamme-hr4bb 4 หลายเดือนก่อน

    Ndumusore nezererwa ninyigisho zawe bandanya kubwira abo bagabo bibipfamutima bata abo bashakanye bazakaza kurondera abagore hanze ,babwire kuko biteranye isoni kubahuka gukora ibintu nkivyo bituntuza abo bashaka ye

  • @desirentiryica4685
    @desirentiryica4685 ปีที่แล้ว

    Ndumugatorike ndakunda'inyigisho zawe hezagirwa

  • @NiyomugaboEugene-qk6my
    @NiyomugaboEugene-qk6my 5 หลายเดือนก่อน +1

    Ndi umunyarwanda arko niwowe pastor wanjye kndi nkusabira umugisha mwinshi nkakwifuriza ijuru pe! Ndagukunda

  • @sebudandimediatrice389
    @sebudandimediatrice389 ปีที่แล้ว

    Hezagirwa Mushumba kubw'ukuri uvuga

  • @user-uw2nf6dg3d
    @user-uw2nf6dg3d 8 หลายเดือนก่อน

    Amen Amen

  • @user-mp6ue2nf1b
    @user-mp6ue2nf1b 6 หลายเดือนก่อน

    😅

  • @GorethGoreth-lp6kl
    @GorethGoreth-lp6kl 4 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂

  • @dvjderrick2680
    @dvjderrick2680 ปีที่แล้ว

    Bahanure

  • @giftdumaboi9018
    @giftdumaboi9018 ปีที่แล้ว

    Umu camera man hageze gusenga aca abikata,nabireke umuntu ayumve
    IMANA idutabare itubabarire inatuyobore 🙏

  • @wesleyndayi3440
    @wesleyndayi3440 ปีที่แล้ว

    Uhoraho akomeze kugukoresha ivyagura ubwami bwiwe

  • @haberumukamaalexis5213
    @haberumukamaalexis5213 ปีที่แล้ว

    Ariko uyumugabo ni kuki abantu bose tutwomwunviriza hanyuma tugakira ko avuga ingwara abantu benshi bagwaye ,nubwo tutwomunva ivyacu imana irabizi duhinduke

    • @anesiendaz9890
      @anesiendaz9890 ปีที่แล้ว +1

      Erega ivyavuga biriho ,naho batomwumva ,kazima ijambo aba yarivuzeee

  • @noadieamimu5857
    @noadieamimu5857 ปีที่แล้ว

    🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @gatorekazifrancine1740
    @gatorekazifrancine1740 ปีที่แล้ว

    Komera mukoziwimana

  • @ericnahishakiye2719
    @ericnahishakiye2719 ปีที่แล้ว

    Ou

  • @Jdmcs19-81
    @Jdmcs19-81 ปีที่แล้ว

    Mbonye ikintu gikomeye kuri Herodiya kurusha Herodi.
    Mbega ngo Herodiya aranyagwa umugabo we Filipo, Herodiya bikamugwa neza,akumva abonye ibisuzo kdi amaze kunyagwa umugabo!! Kugeza ubwo abandi babibonagamo akarengane,we akabahigira kubicisha. Ndi kumvamo akantu gasa nk'aho,abagore bo muri icyo gihe nta nshingano bari bafite zo gukunda abagabo apfa kuba atwawe n'umugabo ufite ibintu kurusha uwe. Ese muri iyi minsi ya none byaba byarahindutse cg ni ukwitwararika amategeko gusa n'aho ubundi abagore babonye uburenganzira busesuye bata abagabo bakajyanwa n'abandi bakize kdi ntibibatere igikomere nk'icy'umugabo utawe yasigarana!!

  • @ndayizeyeferdinand3304
    @ndayizeyeferdinand3304 ปีที่แล้ว

    Ubutumwa buraryoshe ariko nashaka kubaza none Hérode numubara wiwe bahanishijwe iki?

  • @irakozechimene656
    @irakozechimene656 ปีที่แล้ว

    Nubu ndacasubiramwo Ubu butumwa

  • @cardinalendikumagenge7972
    @cardinalendikumagenge7972 ปีที่แล้ว

    Mana dutabare

  • @mpawenimanaaline6576
    @mpawenimanaaline6576 ปีที่แล้ว

    Muhezagigw

  • @karabanikkarabanik1035
    @karabanikkarabanik1035 ปีที่แล้ว

    000

  • @gregonienahimana2918
    @gregonienahimana2918 ปีที่แล้ว

    Uhezagirwe wigisha neza ,impanuro zikora kubuzima bw'umukuru n'umuto,ariko hakwiriye utegeko Rihana abubatse batubaha abagore canke ababo babo