ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Amen Amen uhezagigwe cane patiri.kubwijambo ryimana udusangije
th-cam.com/video/CT8ZPY68pX4/w-d-xo.html
Imana Ikongerereze Amavuta menshi turagukunda cane
Yezu nkiza ubugumba...ndosa ikibondo yezu mwana wa dawudi....yezu ngiririkigongwe
Abigukorere kuko arabishoboye niwe atanga abana
Ikwumve iguhe umunezero wo guheka ikibondo
Arakwumva kandi ntakimunanira
Izere Yezu azogutabara kumwe yatabara Sarah yaramaze nuguca!
Yezu aguhe ikibondo
Nindamaze gusubiramwo iyinyigisho incuro zirenga zitatu nkanje tumenyane❤❤❤❤🎉
Yezu aninahazwe mwisramentu ryeranda .jewe nshaka menye aho notura ibibazo vyanje Yezu kuko umugenzi yarantwaye i Muyaga ariko ntiyanyetse ahonca kuko nari mushasha nawe amaze kuhaza kenshi! Ni munyereke aho novugana nu mukama wanje
Gira adoration kenshi gashoboka
Amen amen ituzi kuva tutaranasamwa Imana nihabwamashimwe nicubahiro
Yezu nkubone mubuzima bw'urugo rwacu.Ameen
YEZU agukomeze
Yesu mwana wa Dawundi ngirira ikigongwe,umpindurire izina umpe uruvyaro.
Imana ikwumve iguhe guheka ncuti y'Imana,😊
Imana ikwishure
Bikubere nkuko ubisavye amen
Yoooh❤IMana ikumve ,ikugirire Ubuntu uvyare,uheke
Imana igutabare uheke nkabandi Bavyeyi
Fr Irakoze has made my best Sunday. Highly gifted man of God. God continues to guide you on the right path. Amen
Yezu mwana wa Dawidi ngirira ikigongwe umparire ivyaha vyanje uheze umpe ivyiza vyaweee.Ameeen.ndafashijwe Imana ihe umugisha uwu mu patiri nukuriii
Amen amen inyigisho Saw ziraruhura pe! Muhezagirwe cane.
Mukama ndazi kushoboy vyose ndagusavye umbehafi mubibazo vyanje maz uze unkuriz ikibond wankeja
Uragahezagirwa n'iyakuremye Pati. Umukama yakwitoreye nakomeze kuguhunda ingabirano ziwe, akomeze kukugira umudahemuka kandi nkwipfurije kubona Imana wakoreye umunsi w'imperuka. Ndakunda ekleziya catolika caane kuko muri ekleziya hari vyose.
Nukuri ntubesh hari vyose turahiriw 💃💃💃
Yezu kaze mubuzima bwanj umpindurire ubuzima bwanj umpe beabuza wanteguriye
Wigisha neza cane pe umukama yaragusize pe be blessed
Mwami Yezu ngirikigongwe, unkize amashetani anyikirimbako
Uhezagirwe,mugitondo,kumurango,no mw'ijoro!Warahezagiwe,Yezu akwongere amavuta unagure ubwoko bw'Imana,uvuga neza,usigura neza,wuzuye Mutima mweranda,akomeze akumurikire mon père .Urumugisha!!!!
Mukama kaze ub mubuzima bwanj undos akazi kamez nez undos urugo rwiza
Merci Père Yezu ni mwiza cane ndamukunda iyi nyigisho impinduriye ubuzima
Imana ishimwe cane kuko iduha ivyo dusaba nivyo tutasavye akabituronsa kuko azi ivyo dukeneye. Yezu kristu naninahazwe imwaka yose. Amen
Amina Patiri,ivyo twaciyemwo ,ducamwo ni vyinshi vyari kutwaka ubuzima. None kuva tugihema Imana iradufiseko umugambi.
Ndagushimiye cane inyigisho ziramfashije cane.Yezu abongererez amavuto
May God continue gives you the Power to do his work.
Yezu mukiza, kiza abagorewe mubitaro,sylvestre ari muri coma ararindiriye ijambo ryawe rikiza.
Urakoze kunyigisho uduhaye ziradukujij mukwemera....ninahazwa yezu mwami wacu....yezu numva mpindutse cane kuriyo nyigisho duhawe....
Yezu ndamwera nk'Umukiza wanje, ariko inyigisho ndonkejwe, zirafise ico zunguye mu mutima wanje. Yezu, ni ahezagirwe imyaka yose.
Kristu Yezu umuryang wanje uwuhamahoro ubuging bwanje ubutwikireee
YEZU ari harya nyene mw'itaberenakuru ni vyo ni ivy'ukuri kandi uko umwituye ni ko akwakira.YEZU ,nshoboza guhora ndakwiyegereza no guhora ndakwakira mukaristiya umfashe kwamana nawe no kugukundisha abandi.
ndafashijw nuyu mupatiri basha❤❤ Imana yaramutoye nukuri😢ishishikare kumusiga
Yezu nkubone mumagorwa Yanje ndimwo mubukene nibindi bitandukanye
Imana yabasize ishishikare kubakomeza.Inyigisho zanyu zihindura imitima myinshi.Muragahezagirwa ukwo mwahezagiwe.Yezumukaristiya ni muzima ibihe vyose,narabibonye igihe cose ndamwihereje .
Uyumu Patiri ndakunda inyigisho ziwe🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼 Bless you P Aimé
Yezu Na Mariya ni baninahazwe ,Pati urampimbara ❤
Yezu Munyakigongwe, ngirira ikigongwe ivyaha vyose ,umpe Umugisha no kuba muvyo wanteguriye
Urakaninahazwa ibihe vyose Yezu mwiza nduhindurire izina utwigishe gusenga Amen
Iyinyigisho iramfashije cane gose ndafashijwe amen
Yezu mwana wa dawudi ngirira ikigongwe unkize akabi.Umfashe muvyo nkora bigende neza umpe umugisha ngere kuvyo umutima wanje ushaka kuko iyo uvuze biraba.
Hallellua urakoze musasedoti w'umukama inyigisho uduhaye irarema mehezagirwe caane imana iduhe abandi benshi nkamwe
Ndahezagiwe nizinyigisho Yezu abandanye akuzuriza aguhezagire muvyeyi kandi gikuru nuko Yezu azoguhe iherezo ryiza hama ubandanye udushikiriza ubutumwa bwiza ku nyigisho uduhaye ndumva zimpinduriye ubuzima
Ndakwisabiye Yezu wanje nkubone mubuzima bwanje uze mubuzima bwanje uganze👏🙌
Imana ininahazwe kw'isi naho Haze amahoro kub'antu Imana ikunda nabo bakayikundira.amen.
Mukama Yesu Mpindurira izina kuko urabishoboye unkirize umubiri n'umutima.
Murakoze kutwibutsa ububasha buri mwi Sakramentu ry'Ukaristiya! Yezu nimuzima mw'isakramentu ry'Ukaristiya
Amen.Yezu naduhe kumumenya,duhumure amaso tubone,yezu mpagukira kumutima burundu
Yezu nanj unyibuke mungwara zanje zibangamiye ubuzima bwanje ndarushe ndipfuzako wontabara
Amen.Yezu ntavira ku ngoma ubusa❤
Merci kunyigisho nziza udushikiriz.Yezu ni muzima ibihe
Imana ibandanye kugukomeza can patiri
Prere, keep your faith up, the sky is the limit. May God bless you Bundanly.
Amen.murakoze cane musaserdoti w'Umukama muhezagigwe cane🙏🙏🙏
Ewe mukama Yezu warakozee 👏 👏👏 ntarasamwa munda yamama warunzi mukamaa👏👏
Ngirir Ubuntu Yezu ❤ndafashijwe n,inyigish muduhaye umukama abakomeze
Ngira ikigongwe Yezu kuvyaha vyose vyanzingamitse sindangure neza ishaka ryawe
Dusab lmana,mushobora vyose adufash kwakira ikinyegezwa kiri muri Yezu mukaristia!
Patiri aime imana ikwongere inkomezi.urigisha cane nanje ndanyuzwe.
Amen Yezu aninahazwe mukaristiya agukomeze imyakayose
Bikiramariya mawe ntwikiriza umutamana wawe umukam umwana wawe Ankize ibicumuro vyose nkora ngendane nawe ,Marasomeranda ya Yezu ubishoboye wonkiza
Yezu nimuzima,uwombwira imisi imisa yokubohoka ibera yoba akoze canke adoration mbaye ndashma
Yezu ndaghaye Kaze mubuzima bwanje umpindure kndi uhindure abo wiremeye ukomez umuryango wnje unkure mubibzo ndimwo yezu mwiza
Imana ukongererez ubwir mubutumwa washinzwe
Batiri aimé imana iguhezagire kunyigisho mudasiba kudusabikaniriza ziradufasha cane
Urakaninahazwa Mukama Yezu vumera vumera musaserdote wumukama
Mana nyenimpuw nikigogw turaguhay ikaz nicubahir muvyac nomubac Amen Amen
Yezu warakoze kumuha ingabirano nziza zokuzirikana nukutwigisha ivyiza ukora muri ukaristiya yawe nyeranda
Murakoze kunyigisho nziza muduhaye
Urakoze cane Musasetdoti w'lmana nkwipfurije iherezo ryiza
Amen... Merci bcp Père..Yezu agukomeze
Iyi nyigisho naho woyumviriaa incuro igihumbi igumana ubushasha(uburyoshe)
Urakoze cane patri yezu ambabarire ivyaha nakozeIvyonzi nivyo ntazi
Yezu kristu Habwicubahiro mwami wacu nawe bose❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Iyi nyigisho iranyubatse, Imana ibandanye igusiga Amavuta Padiri
Urakoz kand inyigisho uduh ziraduhimbar Iman ibandany ikurungikir mutimamweranda kugir agukomez.
Ndafashijwe nukuri uhezagirwe,Yezu abandanye akwiyereka
Ndigishijwe sinashaka KO Patiri aheza izinyisho murakoze kudusangiza izinyigisho patiri
Patiri imana iguhe umugisha uradufashije
Ndahezagiwe cane gose.yezu nyongerereza ukwemera
Ubereye amashimwe MWAMI wa bami wacu YEZU CHRIST
Ndakengurutse kurizo nyigisho.mubandanye muhezagirwa kw'iyo ngabirano mwahawe n'imana
Inyigisho nziza cane❤❤🙏🙏🙏🙏
Amen amen wariwabonye ingorane dufise mumuryango zindwara,uraturemesheje
Mukoziwimana mukoze kubibazo vyabeshi yesu abandanye kubadutumako
Imana iguhezagire père Aimé ,inyigisho zawe ziranyubaka
Mukama ndagusavye impindurire izina
Yezu ni muzima mu karistiya nyeranda❤
Turifuza indirimbo nje ngana iwawe mu nyandiko
Yezu ngusavye ingabirano yukwemera ndakwinginze Mukiza🙏🙏
Yezu ingo mu rugo wampaye wice ingeso mbi zatwiziziye udukize
Habw'icubahiro mwami yezu uri mwiza yezu amen amen
Imana iguhezagire Patiri inyigisho zawe ziranyubaka.
Yezu ndagukunda,Yezu ndagushaka
Yesu mpikigorwe nanje umpindurire izina amen
Imana igutabare
Mukama ubishatse wonkiza ngiririkigongwe
Nuninahazwe Yezu mwiza.ngirira ikigongwe Aho hose ntakwakira uko bikwiriye
Imana ikongerereze umugisha murakoze.Amen
Mwami yezu mpindurira ubuzima ,yezu nkingira munzira zose ncamwo nshaka kwamana nawe
Ingo yezu wanj undonse akazi uhindure ubuzima
Yesuuuuuuuuuuuuuuuuuu ntabarira urugo gwanje usukemwo urukundogwawe uzobukoze cane yesu ntabaraaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaa
Imana ihabwicubahiro❤ natwe lmana yumve ugutakamba kwacu
None uyu ni umupatiri w'umukatatolika? Ko avuga go tugire Kristo!!! Ukaba uri umupatiri w'ekleziya, vuga uti ..Tugire Kristu
Mbega byiza Koko Yezu arakiza Rwose🙌
IMANA yomwijur ihabw icubahiro kuvyiz idasib kungirir
Iyinyigisho iranyigishij cane,numva nohaguruka nanj kuko nsanze nkukumba,ndimpumy gusa ndabona ,ariko nsanze ndiko ndakujumba
Amen Amen uhezagigwe cane patiri.kubwijambo ryimana udusangije
th-cam.com/video/CT8ZPY68pX4/w-d-xo.html
Imana Ikongerereze Amavuta menshi turagukunda cane
Yezu nkiza ubugumba...ndosa ikibondo yezu mwana wa dawudi....yezu ngiririkigongwe
Abigukorere kuko arabishoboye niwe atanga abana
Ikwumve iguhe umunezero wo guheka ikibondo
Arakwumva kandi ntakimunanira
Izere Yezu azogutabara kumwe yatabara Sarah yaramaze nuguca!
Yezu aguhe ikibondo
Nindamaze gusubiramwo iyinyigisho incuro zirenga zitatu nkanje tumenyane❤❤❤❤🎉
Yezu aninahazwe mwisramentu ryeranda .jewe nshaka menye aho notura ibibazo vyanje Yezu kuko umugenzi yarantwaye i Muyaga ariko ntiyanyetse ahonca kuko nari mushasha nawe amaze kuhaza kenshi! Ni munyereke aho novugana nu mukama wanje
Gira adoration kenshi gashoboka
Amen amen ituzi kuva tutaranasamwa Imana nihabwamashimwe nicubahiro
Yezu nkubone mubuzima bw'urugo rwacu.Ameen
YEZU agukomeze
Yesu mwana wa Dawundi ngirira ikigongwe,umpindurire izina umpe uruvyaro.
Imana ikwumve iguhe guheka ncuti y'Imana,😊
Imana ikwishure
Bikubere nkuko ubisavye amen
Yoooh❤IMana ikumve ,ikugirire Ubuntu uvyare,uheke
Imana igutabare uheke nkabandi Bavyeyi
Fr Irakoze has made my best Sunday. Highly gifted man of God. God continues to guide you on the right path. Amen
Yezu mwana wa Dawidi ngirira ikigongwe umparire ivyaha vyanje uheze umpe ivyiza vyaweee.Ameeen.ndafashijwe Imana ihe umugisha uwu mu patiri nukuriii
Amen amen inyigisho Saw ziraruhura pe! Muhezagirwe cane.
Mukama ndazi kushoboy vyose ndagusavye umbehafi mubibazo vyanje maz uze unkuriz ikibond wankeja
Uragahezagirwa n'iyakuremye Pati. Umukama yakwitoreye nakomeze kuguhunda ingabirano ziwe, akomeze kukugira umudahemuka kandi nkwipfurije kubona Imana wakoreye umunsi w'imperuka. Ndakunda ekleziya catolika caane kuko muri ekleziya hari vyose.
Nukuri ntubesh hari vyose turahiriw 💃💃💃
Yezu kaze mubuzima bwanj umpindurire ubuzima bwanj umpe beabuza wanteguriye
Wigisha neza cane pe umukama yaragusize pe be blessed
Mwami Yezu ngirikigongwe, unkize amashetani anyikirimbako
Uhezagirwe,mugitondo,kumurango,no mw'ijoro!
Warahezagiwe,Yezu akwongere amavuta unagure ubwoko bw'Imana,uvuga neza,usigura neza,wuzuye Mutima mweranda,akomeze akumurikire mon père .Urumugisha!!!!
Mukama kaze ub mubuzima bwanj undos akazi kamez nez undos urugo rwiza
Merci Père Yezu ni mwiza cane ndamukunda iyi nyigisho impinduriye ubuzima
Imana ishimwe cane kuko iduha ivyo dusaba nivyo tutasavye akabituronsa kuko azi ivyo dukeneye. Yezu kristu naninahazwe imwaka yose. Amen
Amina Patiri,ivyo twaciyemwo ,ducamwo ni vyinshi vyari kutwaka ubuzima. None kuva tugihema Imana iradufiseko umugambi.
Ndagushimiye cane inyigisho ziramfashije cane.Yezu abongererez amavuto
May God continue gives you the Power to do his work.
Yezu mukiza, kiza abagorewe mubitaro,sylvestre ari muri coma ararindiriye ijambo ryawe rikiza.
Urakoze kunyigisho uduhaye ziradukujij mukwemera....ninahazwa yezu mwami wacu....yezu numva mpindutse cane kuriyo nyigisho duhawe....
Yezu ndamwera nk'Umukiza wanje, ariko inyigisho ndonkejwe, zirafise ico zunguye mu mutima wanje. Yezu, ni ahezagirwe imyaka yose.
Kristu Yezu umuryang wanje uwuhamahoro ubuging bwanje ubutwikireee
YEZU ari harya nyene mw'itaberenakuru ni vyo ni ivy'ukuri kandi uko umwituye ni ko akwakira.
YEZU ,nshoboza guhora ndakwiyegereza no guhora ndakwakira mukaristiya umfashe kwamana nawe no kugukundisha abandi.
ndafashijw nuyu mupatiri basha❤❤ Imana yaramutoye nukuri😢ishishikare kumusiga
Yezu nkubone mumagorwa Yanje ndimwo mubukene nibindi bitandukanye
Imana yabasize ishishikare kubakomeza.
Inyigisho zanyu zihindura imitima myinshi.
Muragahezagirwa ukwo mwahezagiwe.
Yezumukaristiya ni muzima ibihe vyose,narabibonye igihe cose ndamwihereje .
Uyumu Patiri ndakunda inyigisho ziwe🙏🏼🙏🏼🙏🏼🙏🏼 Bless you P Aimé
Yezu Na Mariya ni baninahazwe ,Pati urampimbara ❤
Yezu Munyakigongwe, ngirira ikigongwe ivyaha vyose ,umpe Umugisha no kuba muvyo wanteguriye
Urakaninahazwa ibihe vyose Yezu mwiza nduhindurire izina utwigishe gusenga Amen
Iyinyigisho iramfashije cane gose ndafashijwe amen
Yezu mwana wa dawudi ngirira ikigongwe unkize akabi.Umfashe muvyo nkora bigende neza umpe umugisha ngere kuvyo umutima wanje ushaka kuko iyo uvuze biraba.
Hallellua urakoze musasedoti w'umukama inyigisho uduhaye irarema mehezagirwe caane imana iduhe abandi benshi nkamwe
Ndahezagiwe nizinyigisho Yezu abandanye akuzuriza aguhezagire muvyeyi kandi gikuru nuko Yezu azoguhe iherezo ryiza hama ubandanye udushikiriza ubutumwa bwiza ku nyigisho uduhaye ndumva zimpinduriye ubuzima
Ndakwisabiye Yezu wanje nkubone mubuzima bwanje uze mubuzima bwanje uganze👏🙌
Imana ininahazwe kw'isi naho Haze amahoro kub'antu Imana ikunda nabo bakayikundira.amen.
Mukama Yesu Mpindurira izina kuko urabishoboye unkirize umubiri n'umutima.
Murakoze kutwibutsa ububasha buri mwi Sakramentu ry'Ukaristiya! Yezu nimuzima mw'isakramentu ry'Ukaristiya
Amen.Yezu naduhe kumumenya,duhumure amaso tubone,yezu mpagukira kumutima burundu
Yezu nanj unyibuke mungwara zanje zibangamiye ubuzima bwanje ndarushe ndipfuzako wontabara
Amen.Yezu ntavira ku ngoma ubusa❤
Merci kunyigisho nziza udushikiriz.Yezu ni muzima ibihe
Imana ibandanye kugukomeza can patiri
Prere, keep your faith up, the sky is the limit. May God bless you Bundanly.
Amen.murakoze cane musaserdoti w'Umukama muhezagigwe cane🙏🙏🙏
Ewe mukama Yezu warakozee 👏 👏👏 ntarasamwa munda yamama warunzi mukamaa👏👏
Ngirir Ubuntu Yezu ❤ndafashijwe n,inyigish muduhaye umukama abakomeze
Ngira ikigongwe Yezu kuvyaha vyose vyanzingamitse sindangure neza ishaka ryawe
Dusab lmana,mushobora vyose adufash kwakira ikinyegezwa kiri muri Yezu mukaristia!
Patiri aime imana ikwongere inkomezi.urigisha cane nanje ndanyuzwe.
Amen Yezu aninahazwe mukaristiya agukomeze imyakayose
Bikiramariya mawe ntwikiriza umutamana wawe umukam umwana wawe Ankize ibicumuro vyose nkora ngendane nawe ,Marasomeranda ya Yezu ubishoboye wonkiza
Yezu nimuzima,uwombwira imisi imisa yokubohoka ibera yoba akoze canke adoration mbaye ndashma
Yezu ndaghaye Kaze mubuzima bwanje umpindure kndi uhindure abo wiremeye ukomez umuryango wnje unkure mubibzo ndimwo yezu mwiza
Imana ukongererez ubwir mubutumwa washinzwe
Batiri aimé imana iguhezagire kunyigisho mudasiba kudusabikaniriza ziradufasha cane
Urakaninahazwa Mukama Yezu vumera vumera musaserdote wumukama
Mana nyenimpuw nikigogw turaguhay ikaz nicubahir muvyac nomubac Amen Amen
Yezu warakoze kumuha ingabirano nziza zokuzirikana nukutwigisha ivyiza ukora muri ukaristiya yawe nyeranda
Murakoze kunyigisho nziza muduhaye
Urakoze cane Musasetdoti w'lmana nkwipfurije iherezo ryiza
Amen... Merci bcp Père..Yezu agukomeze
Iyi nyigisho naho woyumviriaa incuro igihumbi igumana ubushasha(uburyoshe)
Urakoze cane patri yezu ambabarire ivyaha nakoze
Ivyonzi nivyo ntazi
Yezu kristu Habwicubahiro mwami wacu nawe bose❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Iyi nyigisho iranyubatse,
Imana ibandanye igusiga Amavuta Padiri