ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Urabaye kirumara j gael patiri Pierre yigisha nezaa kubijanye ni inyigisho za st valentin Kandi akanatwenza kabisa big up bro 🤝🏾🤝🏾🤝🏾🤝🏾
Merci beaucoup Patiri, courage d' enseigner.
Ndamuramukije Patiri , ndanezerew gusubira kumubona, namuheruka akiri mu kinama , murakoze kumutuzanira
Birahimbaye ko, naho ivyo kumenya amakuru no gutwenza navyo ari vyiza, mudushikiriza ibiganiro bitwubaka imitima n'imibano. Hezagirwa!
Patiri Pierre 👌👌👌
waaouh mrc san kutunzanira iyo ncabwengepatiri Pierre
merci Juste Gaël🙏🙏🙏
Saint valentine's day abantu bensh twayihay insiguro twishakiye kand sikw vyategerezwa kugenda😅😅😅
Mwubahwe can banyakwubahwa knyigisho nzisa muduhay umukam abahezagir kandi abakomez cane
Murakoze caane, muduhaye imanuro nziza caaaane
Patiri wacu umukama abandanye akuzigama kunyigisho nziza mwama mudushikiriza
Ikiganiro ciza cane😍🙏Inyigisho Juste Gael amaze igihe yumva hamwe atob azikoresha yob aduhemukiy😅
Merci beaucoup Gaëlle
Inyigisho nziza cane muhzagirwe
Imana ikuje mbere pati
Merci bcp patiri
juste Gael #umukubito urakora neza ukuntu rero ujana nibihe mubatumire utuzanira nukuntu ubaganirizanya ubwuzu, nukuri wuhahwe!
👌🌷🥰
Imana ibahezagire
Murakoz cane kwumv inyigisho ya patiri pierre bitera integ nyinshii. Muzomugarukn arimw inyigisho za kanovera
👏👏 that is true🇧🇮🇧🇮
Merci kunyigishomwatuza niye
Asha uradukoreye umuti kabisa vyiza cane Gaël
Patiri❤❤❤❤❤🎉
Pati urakoz kunyigish nziz uduhay
Iyatanguje ivyiza muri patiri pierre niyuhire kandi nininahazwe kunyigisho z'ingo n'imiryango nziza atanga hezagirwa
ndakunda inyigisho zuyumwungere mwza
Wakoze kutuzanira uyo mutumigwa
Komera patiri wacu wigisha neza cane !
urakoze umuti kabisa
Patiri Merci beaucoup pour les enseignements
Patili wancu ikomez kumuzigam
Urabaye kirumara j gael patiri Pierre yigisha nezaa kubijanye ni inyigisho za st valentin Kandi akanatwenza kabisa big up bro 🤝🏾🤝🏾🤝🏾🤝🏾
Merci beaucoup Patiri, courage d' enseigner.
Ndamuramukije Patiri , ndanezerew gusubira kumubona, namuheruka akiri mu kinama , murakoze kumutuzanira
Birahimbaye ko, naho ivyo kumenya amakuru no gutwenza navyo ari vyiza, mudushikiriza ibiganiro bitwubaka imitima n'imibano. Hezagirwa!
Patiri Pierre 👌👌👌
waaouh mrc san kutunzanira iyo ncabwengepatiri Pierre
merci Juste Gaël🙏🙏🙏
Saint valentine's day abantu bensh twayihay insiguro twishakiye kand sikw vyategerezwa kugenda😅😅😅
Mwubahwe can banyakwubahwa knyigisho nzisa muduhay umukam abahezagir kandi abakomez cane
Murakoze caane, muduhaye imanuro nziza caaaane
Patiri wacu umukama abandanye akuzigama kunyigisho nziza mwama mudushikiriza
Ikiganiro ciza cane😍🙏
Inyigisho Juste Gael amaze igihe yumva hamwe atob azikoresha yob aduhemukiy😅