We love you xo gusa mugira umwanya munini muzohore mugira nka 20 min ck 25min kubera ntitugomba kuyicira hagati tuba dushaka kuyimara muraturyohera❤❤❤❤❤❤🎉🎉
We love you xo gusa mugira umwanya munini muzohore mugira nka 20 min ck 25min kubera ntitugomba kuyicira hagati tuba dushaka kuyimara muraturyohera❤❤❤❤❤❤🎉🎉
Abakunda solution couple mudemer like kubakund prank mbay uwamber munteritek nukur nd❤❤❤❤❤
Noé nyene Rita aravukana n'a nono?
@@ChantalMarieKwizera
Nibaduh ayomakuru🎉🎉🎉
Nibaduhe umuco
Abantu muraba prank musoma nama commentaire tumenyane😅😅😅 uyumusi nacerewe basha Solution couple hejuru cane✌️✌️ ndabafise kum❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Bt
@@angeliquenigaba3551 ni sawa
Merci chr ntiwigera utunyoteza vrt❤❤❤basha nimundemere kutu j'aime❤❤
Eeeeee waoooo kumbe ni Belle soeur wawe yoooo ntavyonarinzi gakobwa amashurwe yawe🥰🥰🥰💐💐💐💐💐
Nimumbarire vya vrai Rita nimushik wa nono???
Sha sindavyibaz kwl kwar belle soeur wiw vy vrai nyamb arubugenz
Uyu mu maman ndamukunda kuri
TIKITOk arafis icyiyunviro
Cyunvikana
Cyaba kwasha
Muzahore mumuhi kiganiro
Indoto ziw ziger kure 🎉🎉🎉
Basha jew kumpanvu zakazi eheraba iyi sinaribwayirabe mbega mwibaza ndayiravye arisangapii 2:04 zijoro muburundi 1:04 rer nukuri kumpavu zuko nacerewe abazoyisubiramwo kuyiraba canke abatarayiraba basoma komatter mundemere basha🙆🙆🙆😭😭😭♥️♥️♥️♥️♥️♥️✍️✍️✍️✍️
Inomuns mbaye uwamber like zanje muzimpe😅😅
Ndabakunda cn muraturemer iman ishikar kubagez kure
Fiko n'akajwi gatuje ngo mureke yubake urugo rwiwe nimba azorwubaka ruhengamye,.....😂😂😂Fanny et Rita nimugende mwari mubashuhije umutwe.
Norasque arazi gutora umuti w'ingorane adahengamye
😂😂😂nubu ndacatwenga pe,umuntu abakurikirana kugira stress vyomugora ndabarahiye,muri umuti wakabonge ndabarahiye😂😂😂❤❤
Muranduhura peee.Fiko fiko numunyabwoba 😂😂😂😂 habayinduru ntasubira kuvuga 😂😂😂😂😂
Ritha jewe nzonakwicapako kuko kurukundo ngukunda ntivyoherera ah mwiza wanje 😂❤
Fiko aranyishe 😂😂😂😂😂ngo mureke nyamba azorwubaka ruhengamye ni yeye mwenyewe😂😂😂😂😂😂, Norasque ntashuha numu nyamahoro pe
Kumb rita ni sister wa nono murakozumuti vrt🎉🎉fiko sha ngo nimbazogwubaka rugoramye biramusha nurugo gwiwe😂😂😂❤❤❤
Mbanye nabuj wamariy ntagur gutweng ntarabon iyo prank nukur kuk akina nez mur série urugo namukunda mur série urugo ❤❤❤❤❤mbendatweg kuk ndaz hagir 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Muranyibukije mabukwe ngo ndamwicisha inzara kandi ariwe yarura😅😅😅😅 uwukeney kukurya ntabura imboga agukoza
Haha😂
ivyobindekere
Waouh iiiii ndahageze kare Sasa Bari nkumbuye prank Noé reka ntore agatebe mbe ndirabira abamararungu banje
Solution couple hejuru cane vraiment ❤❤❤munkorera umusi😂😂😂💐💐💐💐
Murakina. Neza kabisa murigisha kweli
Ngonimbazogwubaka ruhengamye😂nukuri munkura stress kabisa😂😂😂
Norosique arintonda fiko wewe yajovye😂😂😂😂😂
Fiko ndabonye arakunda fafa hahahaha 😂😂😂😂😂😂😂😂
Mukama nimb muzi abakunzwe ni solution couple vrema❤
Ingene Fanny na mama prince bashwana rero wogira nivyo🤣🤣🤣 abandi nkamwe ntabo💐💐💐💐
Haaaaa,miraryohey p,,ababonyeko norasque arimunyamahoro nkanje bandemera amashugweee,,,,,nono and fany jtm bcp,,,rita big up sana
Ibimararungu vyanje nono na Fanny ariy solution couple❤❤❤
😂😂😂😂😂😂muzonyica kwr ndabakunda nukuri mama Lao Naritha mwabikoze neza cane❤❤❤❤❤❤❤❤❤
We love you xo gusa mugira umwanya munini muzohore mugira nka 20 min ck 25min kubera ntitugomba kuyicira hagati tuba dushaka kuyimara muraturyohera❤❤❤❤❤❤🎉🎉
Fiko ntaratora ubwenge😂😂😂😂 sha Rita yubahwe
Abantu tuguma turunguruka kur solutions couple ko hari ico bashizeko tumenyane mur likes 😂😂
Naje nagumye nza kurab 😂
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Fiko.arakundafanikl.muhezagigwe.kwl.imana.ibamperumugisha
Ariko fiko nawe aratwenza ngwimpwemumbi zabateye 😮😮
Nubwo ar prank turumvise k ritha Aja gutora amakosa mu rugo kwa musazawe😂😂😂
😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀😀💕💕💕💕💕nukuri ndatwenze ndumwe. Murakoze
We love you xo gusa mugira umwanya munini muzohore mugira nka 20 min ck 25min kubera ntitugomba kuyicira hagati tuba dushaka kuyimara muraturyohera❤❤❤❤❤❤🎉🎉
Yoooo Norasque naho yivugira make iyo yafashwe neza aca yicara kubera acitse intege
Jye uwomuntu ndamuzi ahantu kwl afis umugabo womenga belle sœur niwe mugabo we kbx
Abagore hejuru ca😂😂😂😂😂😂😂😂😂muranyica nukuri
Fany Félicitation ufisumugabo mwiza azikwiyumvira adahuruduka
Fiko arankuyeho vraiment 😂😂😂😂 ngo nashak arwubak ruhengamye😂😂😂😂💐💐💐💐
Akokanyuma niko kabi
Ritha niwamutakaza muri Film zawe bizokugora arashoboye canee
Gusa kimwe muraberewe amahoro pe❤❤ murumuryango wiyunvanamwo
Fiko aranyishe ngo mureke yubake nimba azorwubaka ruhengamye mureke
Norasque na fiko bavyitwayemwo neza cane❤❤
Ritha jewe nkunda wewe 😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Fanny baho utababaye disi ❤❤❤❤❤❤❤❤
Abari bakumbuye prank nkanje mumpe Like❤❤❤❤
😂😂😂😂❤❤❤
Prank yafashe😂😂😂🎉🎉🎉
Nono jew bavuzivyambayeko ahubwo ejo ahobukera fanny nzomwandikira nahora ndamutinya ejo ndakurondera mama kubera munvugiyibintu😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤❤❤
Kumbe fiko n ritha baravuka😂😂🤗muri série urugo bakab ari ABA chr🥰
Nono sha arakunda mushikiwe cane Imana iguhezagire
Yoooooo abantu muryohewe kuba maman presse ari muramukazi wa maman lao mundemere
Fiko ga Mana😂😂😂😂ngo nimba arwubaka ruhengamye,biramusha😂😂😂😂😂
Mwiriwe nez natwe turashimimana,mureke kuza mukina mushavuzanya,umunsi umwe muzorwana,mukomereke 😢😢
Solution couple mwubahwe 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤
Mpinduka gute nse na vert 😄😄😄ewe Ritha nawe muzonanyica😂😂😂
Foko avuze kumuntuu w'umugaboo🎉🎉
😀😀😀muranezey kwl Maman prince wumvek nkukund😘
Maman presse ndagukunda ❤❤❤pe!
kuba demayi..namasazawe badafisefone.ngobarebe iyibranke.
ndahomvye. muga.ntanicohinduka😂😂😢😢🎉🎉
Basha mama prince aranyica peee nkimubona ntera numv ryohewe ❤agere kure disiiiii
😂😂😂😂muri umunezero wanj vrm muratum umutim wanj utekana🎉🎉🎉🎉
None harya fiko muri série urugo akundana Na mushikiwe?
😅😅😅ivyo muri film naka jembegete
Kumbe varavukan😂😂
Man nanje ndatangaye ingene yakinye akundana na mushikiwe kwel hhhh,Fiko na Ritha kumbe muravukana hama mugakina mukundana
Fiko urantwengej ng niyubake urugo rwiwe azashak arubake ruhengamye urantwengej kabisa
😂😂😂😂😂❤❤❤Love from #Ligera_familly
Ewe kumbe maman prince ninkumiiiii ndumiweee😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Ndakunda iyo minwa yawe maman rao❤
😂😂😂😂😂😂😂 Fiko ya herewe yashize ukuboko ku matama 😂😂ivyo bibaho kbs
J vrm ivyobint vya prank ntavyo nokora kuko moindre geste wombwra kwari prank nkakurimura ikofe undunguruts mumutima woba uzamuye amarangamutima yanj😀😀😀😀😀😀😀😀
Mama lao komez tugukunda cne hageze kuri prank hoho birates je vous❤❤❤ so much
Fico nukuri kubana naba belle sœur cnk belle maman ntivyoroshe
Solution couple muranduhura
😅😅😅murakoze kundaza ijoro nukuri😂😂😂😂 02h vraiment ubu sinzosubira gusiba kuraba 🙈🙄🤣🤣🤣
None ngo ushaka ugume ngaha murwane😀😀Fiko avuga rimwe ryumutse
Fiko aratwenza ngo mureke yubake ruhengame❤❤
Fanny wubahwe vrmt,norasque uyumusi arafashwe
Nubu hari ingo bimeze uko
Imana itabare izo ngo nukuri
Rita ndagukunda❤
😂😂😂😂ewe fico sha ngo namwe barabakuye muri mood
Yooooooooooo kumbe narinahovye kwer ndumiwe mwayiteguye nez can basha uziko ivyobintu vyambayeko mushikiwumugabo ndamufatanye umuhungu munzu tubamwo ngosinkavuge yooooo ahubwo ndumiwepeee ivyomuvuze vyarambayeko ariko munyuma musazawe yaramwifatiye arigusambanira iruhande yibarabara muhira yajeyiruka nkuwuhushijwe🤷🤷🤷💔💔💔😭😭😭😭
Ndabakunda cane mwese mubikora neza mukutunezereza
Fiko arantwengeje🤣🤣🤣ngo basi nirindira ndaguherekeze?yoooo agatima kuwo muvukana ntikagenda akagirire.
Mariya na Mabuja hejuru caane😂😂❤❤❤🎉🎉
Foko avuze kumuntuu w'umugaboo🎉🎉
Hariho imiryango ibayeho irushe kubera aba belle sœur ntaco ufise womukorera gituma akunezerererwa
😂😂😂😂 Fiko wewe ngo babakuye muri Mood😂😂
Nolaque n'a Fiko ntibaturamukije ntibadusezeye vraiment ,
Egoo Fanny na Rihta amashugwe yanyu murayakwiriye hejuru sana Nono uzusubire nuko wewe ugumana akanyarigabo ntimwemera komutsinzwe na Fiko aronse icavuga amenye kwari Prank hhhhhh
Gakobwa niwe wanje❤
🤣🤣🤣🤣🤣❤❤sinahora mvuga Arik uyumusi biranse kwl 😂😂😂😂nn ashak kugenda ndamuheke🤣🤣🤣muramvunyimbavu😂😂😂❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Iyi prank iransekej ndumy 😂😂😂😂😂
Fiko arazi kubana n'abantu pee gus iyo prank irigisha surtout les belles sœurs mushak kwifatira abagore ba basaza banyu
Mwubahwe vraiment murantwengeje imbavu zanje we🤣🤣🤣🤣Mbega mwiyumviye gute gutora izompuzu muracari abambere pe.Big up
Team fanny oyoooo🗣️🗣️🗣️uyumus urakoze umuti vrm😅😅😅
Mpinduke gt ngo se na Vert 😂😂😂😂😂😂😂😂 ewe Rita uri akasamutwe pe. nono iyo irafashe kwl
ritha araft udu fossette tuizaa❤❤
😂😂😂Kimbe ni wadema Wewe none kwadasa na kajembegete😂
Nukuri ndakunda Ritha sana
Norasque wubahw kabis urorosh ingoran disi Fany and Rita kure cyane ndabakunda❤❤❤❤❤❤❤ cyan fiko fiko naw nugusovya nivyovyaw😅😅😅😅😅😅😅
Ndabafana kubiiiii mwebwe🎉
Nora urumunyamahro ndakurahiy.Fiko nae yikundira Fanny vyagaragay kko yamushigikiy
Iyo prank ni 😅😅😅😅
Genda Ritha uzogaruke usa na bleu 😂😂😂
Bury Norasq yubahw vrmt, numunt wumupap🎉🎉