ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Wooow mbega weee ubundi prank ikwereka uwugukunda vyukuri🎉 abari bakeney prank kuri solution couple amaboko hejuru tumenyane
tupo
Iyi prank ni too murch
Aho nyene ntavyo yarazi? Ico mukoze ndizera akantu. Ngo passport imukumbuje yurugendo 😢
aragukunda sana😍😍😍😍
Uwabonyeko atari Prank nkanje nampe like
Abayisubiyemw incuro zibiri mubinyerek 💃💃💃🙌🙌🙌
Fanny yarira nanj nkarir😭😭😭
Fanny wanje mpore disi baragukomye, abakunzi ba fanny natwe dupange prank yindi tumwishure Norasque
Cane cane
Mupange ntibizokora nkivyo vyacu😂😂😂
Uciy umena ibanga?twariguhurira in box
😢😢😢
Baramurijije fafa faxine wacu ark urakund umutware wawe kweli Ndiho aguhezagite
Wawooo!!!!!mbakunze kanini caane muze mubandanye udu prank turaturyohera💓💓💓from Rumonge
Mamama muga murazinduka😂naj nduwa 16 mump izo like gusaa fanny wnj arandijij vrt😢ndabakunda bantu banj❤
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Vyizacane❤❤❤❤
Yoooo😂😂😂😂😂😂😂😂
Rekagaruke ntweng😅😅😅😅
Ubundi ni mwebwe twari tubuze muri Edeni kugira ngo umunezero wacu wuzure.mwirambire, i really love you❤❤❤
Bwira mugenzawe uti ibintu birakomeye😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂
Ngo naramenyereye kwibana ng Genda 🤣🤣🤣🤣 abumvisakokantu bangonge ngaha 👍
Birababaza Ukuntu sha
Nono nukuri ndakwanse kubona uriza fany Uzi nibibazo yaciyemwo ariwe wari kumuhoza ambarira ntaco genda uzohura n'Imana
😂😂😂
😂😂😂😂
Muraryoheye🎉🎉🎉
Iyo si prank kuk mbona mwabiteguriye hamwe kuk n'uumu cameraman ndaz Fanny yaramubona imbere yiweee😂😂😂 prank ntab abizi
Uziko narinkangutswe simba shaka kurira fanny so ndabakunda pe
Harabagabo beshi bahisha abagore babo kwel nanj uwanj yarateguy urugendo ntabiz ndabimeny agiragend gus ndaba❤naho mwandijije
Uwa kabiri mumpe izo j'aime
Komudaherutse kuduha
Gusa nanje ndikijuju 😂ukwo fanny arira nikwo nanje amosozi atemba wogira bankubise🤣🤣ariko mana😂
😂😂😂😂kimw kibi
Najewe nuko sha
Mpol non😂😂😂
😂😂 najewe
jewe naringize ubwoba mbonye ukuntu urize , koko URUKUNDO 💖 rurabaho
Yooo!!!mugabasha bwabundi ndabakunda cane.nanje narimfashwe n'agahinda ngo nivyo.umutima warutanguy kundya basha.ndaba❤❤❤❤❤
Gusa Norasque wavyibushe, bandanya muterimberee
Ico gi perruque wapi fany ndabona atari sawa cane.urabewe nudushatsi duke ucuba nkikibebe cizaaaa😂
Umuntu yantanze niwe yangiriye nabi Sha ❤❤❤
Merci kunyigisho zanyu ziraba abubats na bavyimirij gus kwubaka sicorosh nacan can kuvyo muba mudahurizako nugusenga can mubandany muduha nibindi❤❤
Nukuri urukundo nirwose, warumukuyemwo umutima, Ndabakunda cane bantu banje Imana igume yivanga murukundo rwanyu peee❤❤❤❤
Waaaaoooo team norasque hejuru cn,murih kontababon mumpe like hano❤❤❤,aga prank kambernirwacu👊👊👊👊,team fanny pole xn turabahay kafashe tuuuu
Jewe ndaryohewe kubwino prank nakunda kuraba za fleury and jeannette ms nafurahi sana hama vyukur nsindubaka ms kubantu bubatse vyukur nimube umwe plz kuk nivyomwahisemwo vyukr birabish sivyiza kudatahurana nokwemerana murugo nyamba umunt aronse iciyumvir ca projet vyukur mushigikir kuk ni résultat mumuryango muyage mumvikana
Ndatwenze ndahwey, 😂😂😂 nora ntuzosubire ,kumuriza wap umu bajou wacu ,ndabakunda sha team fanny natwe tuzogukirera prank mpak urize😂😂😂.
Eeeh nacerew ariko ntaco rek nterame murabantu banj vraiment 👌👌💐❤❤abakunzi ba solution couple nkanj badatarwa mwubahwe🥰🥰🥰
Wow!! Urugo N rwiza bagenzi❤🎉 I'm happy for you guys
yoooooooooh solution couple😂😂😂 mwebwe muzodusaza nukuri🎉🎉🎉🎉ndabakunda cne kbs
Ndabakunda❤ vuba cane Team faxine🌹 nao izokor aga prank kubwenge🥰
Mwafatiriye Asia hamwe numugabo we gusa muraberewe kand ndabakunda ndabashimira ko munkumbuje Asia aho ari muri Américain yubahwe
nn Acha uzomugwinyuma araguku❤ hm Fafa mpole mwiza wacyu uwukunda agiye ntiwari kureka kumuririra gusa nd❤❤❤❤❤❤🎉❤
Yoooooo bibi kuriza umukunzi😊Solution Man abayateguye😂😂😂Ariko sha Fanny ari sérieuse ukuntu
Ndabakunda cane gose❤❤😊
yoioooooo mana nanj ndariz fafa oya vrt naj aho ndumvak naj bitokoroh asha kur reseaux sociaux ntitwar kubakir babashenz gus nyen impanur zar zikenew arik na nono ntazosubire kukuriz
Gusa jew vyari bimbabaje non Imana ishimwe ko aragakino
Yooooo ndarize kubera Fanny wanje😭😭😭😭
Abatayiravye bahomvye.Bro u're more than Brave urategura ntibasubizeyo🇧🇮🇧🇮
Nora iyavuz ngo bubububu mpita ntembagara kubw gatwengo🤣🤣🤣🤣🤣fanny ukw warir nik nanj narira 😢😢
Lavine nzokwerek iyo umwishur naw kd azicuz icatumy akor iyamber team lavine twagiye
Wapi biraboneka nezako arivyo mwakinye nta surprise wokwera ko ibera imbere ya camera 📸
Uwomudiho watwiciy ntitwumvise ivyo mwzvuganye nafanny Gus twaridukumbuy prack yabarundi nabo❤❤❤
Ako kantu sasa fany yikorey kumutwr!!! Lezami ndabakunda pe precisement kur fafa wanje
Bravooooo nukuri Fanny natwe turagushigikiye dupange prank nawe tumukorereko🎉 🎉🎉🎉timu fanny turaguteye intege pole
PRANk kwr yafash vrema Fanny aragukunda ❤ vrema kand naw uzubandany uwukund ❤ Kandi natw abafana banyu turabakund ❤ kbc🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉💯💯💯💯💯💯💯 yari 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥😂😂😂😂😂
😅😅😅😅😅😅😅🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤so much solutions couple
Oooh mana urukund nkurw rurabah 😢vrt yesu abagirir neza muzasazan mudahararany❤❤❤
Ndarize nukuri narinumva mbabay cane😭😭😭😭😭umutima urasubuy hamwe Kandi mwakire❤️❤️❤️🫶🫶
Abagabo nka Nola 😂babaho bagakora ikintu atabwiy umugore akanamwim ivyakor ngo umugore ngonuwo kuguma murugo ntakuhava murakoze maze
Ariko mama.!😢 ubanza uyu muvyeyi agira umutwe ukomeye kuko incuro arira nizo nyinshi gusunva gutwenga😮
Nukuri nguma subiramwo ino prank iratesa🤣🤣🤣🤣
Hahahahaha nora wew nogufata nokwataka pe kk ukwiy inembo niyo yogukubita neza
Si prank nivyo mwateguye iyo camera fanny ntayo yabona kombona iguma ibouga!gusa ndabakunda
Batugize ibirofa
Vrmt
Iyo projet uraba ko utayerekanye ukudakwiriye kndi ishobora kuba nziza ugasanga siyo ikenewe bisaba kwicara mukayigira hamwe ari iyidakunda mukabibon kumwe ari iyikunda vyose mukabibonera hamwe mukabona kumenya icokorwa kndi ivyo vyose ntibikunda musanzwe mudahuza, mutayaga mutabwizanya ukuri, mudasenga
Ati ntabwo twatangurany nsinsengana uburyarya mbega vyiza ndakwemey sha Fanny
Norasque sivyiz kuriz Fanny l'avons gusa turabaknda cneee Fanny mpore mazeu❤❤
Iyo caméra ikubit zoom ifata angle zose😂😂😂😂 iy cinema nta prank imezuko
Akina neza canee Fanny vrt.. yubahwe
Kimwe gusa mbonye Fany Imana ikworohereze nayahandi ho ayo mosozi ufise nimenshi cane uragowe
Mwari munteye ubwoba kumbe nimpanuro hejuru cane solution couple ✌️✌️✌️
Muburundi twari dukeneye abantu nkamwe❤ mutera mujimbere gose ❤
Icombonyeco mwabiteguye nimuduhe ivyo mutateguye nivyo sawa
Eg kbx 😂😂😂
Babiteguye biraboneka
Ego babiteguye twashaka ibidateguye niho Sawa
Fanny,Imana yaragutabaye kuko mwavanye na Libert.Ntiwari guhura na Norasque agukunda.Kandi Norasque turagusavye ntuze uhemukire Fanny wacu
Fanny inbox ndagufashe gutegura prank😂 arambabaje nawe tumukorereko sha urazi ukuntu antunguye😭😭😂😂😂😂😂Fanny uze dukore umuti natwe 😂
Olalala nono kumez UK kwl urambabj kuriz fanney naj ndariz kumb it meny ko bihr UK sinar kurir vrmf fafa pol an bibah munyum ndaryohw nono wabikoz nezvpe ndabikundir
Waooo vyukuri murakundana pe Norasque wubahwe kabisa umukoreye surprise yumwotsi kabi Kandi uciyubonako Fanny agukunda vyukuri
Fanny nawewe uzomukorereko umusumwe nawe azorire shaaa gusa yagukoreyeko kwel hm ndakunda couple yanyu kweli ❤❤❤😂😂
Jewe gusa ikintu ntuma ico caméra KO yaguma ibuja nkuko umenga n umuntu yaratifise Fanny ntayo yariko abona??
Naga film shaaa,prank ntimeze uko😅
Nagarutse film nyene baraduhenze
Umuntu bagiye gu camera acinjira nimodoka ngo ni prank
Ivyo si vyiza vrema bituma Fanny asubira kwibuka ivyamubabaj gus ndabakunda cane murabizi Yezu abubakire💞🥰💞
Fanny ico kintu wambaye kumutwe
Waaaao gusa Fanny wanj rek kuzuramuriza gus prank iy mumazimis mutazikor ndazikumbur
Nono ndababaye Kuba urijije fanny😢😢gusa utu nitwo twari turindiriye
Yoooo Nono fanny aragukunda nukuri knd cn .gusa iyo perike wapi imishatsi yawe irakubera cn ucuba mwiza gose
Nono ww ndakwemeye ugize akantu kubwenge Fanny naw genda usubire um médite kwirya film urugo muriko murakina burya nono niyo yagkuye
Kir émotionnelle ca fanny
😂❤ ufise umugore arira neza
Pole sana warahabuts nabagabo😂😂gus harimw impanur vrt
Hahahaha😂😂gusa ndabasavye nkr mudukomereze nkr ewe prank shahooo muraje muhatwike hahire rimwe❤❤❤
Yooooo kabisa plank yarafashe uburero ndemeyeko Fanny yakunze Nora ataburyarya shandemeye plank iratumumenya umuntu nanje nzoza mbitegura
Hhhhhhh fani kumbe urakaze vert maaaa Noraske wubahwe ahubwo zibe nyinshi goseeee😂❤
Iziko nanjye ndize
Nanjye ndarize
Nubwambere munryoheye pe,reka iyi link ndayihumuntu🎉🎉🎉🎉❤
Ndarize nanjye kuberiki urijije fani wacu😢😢😢 ndakwanze😢😢
❤❤❤❤❤
Musubiremwo mbashe kuryohegwe😂😂😂😂😂fanny arira neza pe😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤
Kumbe Fanny arigumura cane yoooo Fanny pol ma chr gwa ntare tuzogwereka yooo waaooo 😂❤
Gusa murabe muhindure muze muvuga cane vraiment kuko ntitubumva namba
Nagira ngo ni écouteur zanj zapfuye😢
Bapunguz sound ya melody
Basha ntabeshe vyatangiy ndokondarira birangiy ndiko ndatwenga! Uyu muti urantwengeje pe! Norasque yubahwe arakaze! Fanny nawe disi yoooo mpore sha fafa ugo nurukundo rwa cne nono agifitiye
Fanny baragukomy naw uzomukome gus ndabakund❤❤❤❤
Ijwi nukwemera murigure basha niba ataryo vrm mwigore ubukurikira muzoze mwanyoye kiki vrm cnk sapor
Oya basha nukuri ivyo bintu mubireke!jew sindabikunda ibintu vya prank kko akenshi usanga bihengamiye kubintu atari vyiza!e mama ngo umugabo yatey inda ahandi,e mama ngo umugore yaciy inyuma umugabo!kenshi ndabikonamwo akantu atari keza,bishobora kuba vyanavuye kubadayimoni!!sinzi,nubwo ari gushaka imibereho mbona mworaba ibindi muza muratuganiriza ariko prank wapi wapi,umenga ntizibereye abantu b'Imana!!murantunga ariko!!!gusa ndabikundira kndi caane
Ibi twebwe turabikunda kuko aba bari mukazi kandi bazi ivyo baba barimwo
Oy reka ivy bntu
Noé kwer tutabeshany ntubon kumeng nink film barik barikinir?ushak kumbwir KO cameraman arihe kubury hos azunguruk ag caméra oy rek.
😅😅😅😅😅 Ariko vmt Norasque urakorikibiiiii.Fanny urasubiriye kurira watwemerey kutazosubiraaa.gusa muri bagacuyubwenge
Bamwegera tubuve neza mega zanje mbananguze zirazimba
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Yoooo norsque wabeshe chr wawe sivyiza ivyo birababaza kd cne sha nukur gusa nd❤❤❤❤❤
Fanny twaheruka kukubona urira mumupfakazi so muryohegwe kandi ibi jewe ndabikunze ❤
❤❤❤❤❤. Fanny mpore di
Nkayamarira yanje mwoyampa
Waouh 🎉🎉muratesa Hama natwe turabakunda Hama uramukunda Fanny prank ariko irakuranamwo umutima muga iratesa
Nono ivyo nivyutanguye sha turagukorerako natwe😂😂😂😂😢😢
Abantu bavuze ko Fanny akunda Can ntibabeshe yoooo ew Fanny sha gus Imana ikurinde ndabon usubiy kubabazw vyob bibi cane mur waw
Sha niyo utoba ukunda ukumva ngumugabo mutaranamara nukwezi ngwaragiye sha jewe noruhukira mubitaro ndazi neza imisi yohera atawumbona mwibarabara😭😭😭😭😭
Uwo mugore umbwira projet akayanka ABA ar uwikirori umaze kumumenya wamubwiye vyinshi akavyanka ucuzurabikora utamubwiye,kuko ntimwoter imbere ugumye umwumviriza😊
Ibaze ko na camera yagiye gufata passeport ikerekana n'ivyanditsemwo😂😂hama ngo ni prank😂
Uwuri hafi ya norasque amumpere inkoni zibiri gusa
ZIBIRI NINKEYI AHUBWO😂😂
Ndakunda Ivy couple vrtm
Iyi prank mwarahipaze gute woja muri Canada utabaje kwitegura nimba ugenda Ni modoka ivyo bipapuro warikubirondera mutari kumwe nivyari gukunda kuko umugore wawe yategerezwa kubimenya ariko courage
Yagusiriprenyee,Bandanyucubwenge rwose.
Nukuri imbavu zanje muravunaguye❤nsigaye ndabakunda ukuntu ntazi!hejuru cane muhagere!
❤❤❤😂😂😂❤Fanny ararize yooooohooo pore xana!!naw utamwishuy vyombabaza
Wooow mbega weee ubundi prank ikwereka uwugukunda vyukuri🎉 abari bakeney prank kuri solution couple amaboko hejuru tumenyane
tupo
Iyi prank ni too murch
Aho nyene ntavyo yarazi? Ico mukoze ndizera akantu. Ngo passport imukumbuje yurugendo 😢
aragukunda sana😍😍😍😍
Uwabonyeko atari Prank nkanje nampe like
Abayisubiyemw incuro zibiri mubinyerek 💃💃💃🙌🙌🙌
Fanny yarira nanj nkarir😭😭😭
Fanny wanje mpore disi baragukomye, abakunzi ba fanny natwe dupange prank yindi tumwishure Norasque
Cane cane
Mupange ntibizokora nkivyo vyacu😂😂😂
Uciy umena ibanga?twariguhurira in box
😢😢😢
Baramurijije fafa faxine wacu ark urakund umutware wawe kweli Ndiho aguhezagite
Wawooo!!!!!mbakunze kanini caane muze mubandanye udu prank turaturyohera💓💓💓from Rumonge
Mamama muga murazinduka😂naj nduwa 16 mump izo like gusaa fanny wnj arandijij vrt😢ndabakunda bantu banj❤
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Vyizacane❤❤❤❤
Yoooo😂😂😂😂😂😂😂😂
Rekagaruke ntweng😅😅😅😅
Ubundi ni mwebwe twari tubuze muri Edeni kugira ngo umunezero wacu wuzure.mwirambire, i really love you❤❤❤
Bwira mugenzawe uti ibintu birakomeye😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂
Ngo naramenyereye kwibana ng Genda 🤣🤣🤣🤣 abumvisakokantu bangonge ngaha 👍
Birababaza Ukuntu sha
Nono nukuri ndakwanse kubona uriza fany Uzi nibibazo yaciyemwo ariwe wari kumuhoza ambarira ntaco genda uzohura n'Imana
😂😂😂
😂😂😂😂
Muraryoheye🎉🎉🎉
Iyo si prank kuk mbona mwabiteguriye hamwe kuk n'uumu cameraman ndaz Fanny yaramubona imbere yiweee😂😂😂 prank ntab abizi
Uziko narinkangutswe simba shaka kurira fanny so ndabakunda pe
Harabagabo beshi bahisha abagore babo kwel nanj uwanj yarateguy urugendo ntabiz ndabimeny agiragend gus ndaba❤naho mwandijije
Uwa kabiri mumpe izo j'aime
Komudaherutse kuduha
Gusa nanje ndikijuju 😂ukwo fanny arira nikwo nanje amosozi atemba wogira bankubise🤣🤣ariko mana😂
😂😂😂😂kimw kibi
Najewe nuko sha
Mpol non😂😂😂
😂😂😂😂
😂😂 najewe
jewe naringize ubwoba mbonye ukuntu urize , koko URUKUNDO 💖 rurabaho
Yooo!!!mugabasha bwabundi ndabakunda cane.nanje narimfashwe n'agahinda ngo nivyo.umutima warutanguy kundya basha.ndaba❤❤❤❤❤
Gusa Norasque wavyibushe, bandanya muterimberee
Ico gi perruque wapi fany ndabona atari sawa cane.urabewe nudushatsi duke ucuba nkikibebe cizaaaa😂
Umuntu yantanze niwe yangiriye nabi Sha ❤❤❤
Merci kunyigisho zanyu ziraba abubats na bavyimirij gus kwubaka sicorosh nacan can kuvyo muba mudahurizako nugusenga can mubandany muduha nibindi❤❤
Nukuri urukundo nirwose, warumukuyemwo umutima, Ndabakunda cane bantu banje Imana igume yivanga murukundo rwanyu peee❤❤❤❤
Waaaaoooo team norasque hejuru cn,murih kontababon mumpe like hano❤❤❤,aga prank kamber
nirwacu👊👊👊👊,team fanny pole xn turabahay kafashe tuuuu
Jewe ndaryohewe kubwino prank nakunda kuraba za fleury and jeannette ms nafurahi sana hama vyukur nsindubaka ms kubantu bubatse vyukur nimube umwe plz kuk nivyomwahisemwo vyukr birabish sivyiza kudatahurana nokwemerana murugo nyamba umunt aronse iciyumvir ca projet vyukur mushigikir kuk ni résultat mumuryango muyage mumvikana
Ndatwenze ndahwey, 😂😂😂 nora ntuzosubire ,kumuriza wap umu bajou wacu ,ndabakunda sha team fanny natwe tuzogukirera prank mpak urize😂😂😂.
Eeeh nacerew ariko ntaco rek nterame murabantu banj vraiment 👌👌💐❤❤abakunzi ba solution couple nkanj badatarwa mwubahwe🥰🥰🥰
Wow!! Urugo N rwiza bagenzi❤🎉 I'm happy for you guys
yoooooooooh solution couple😂😂😂 mwebwe muzodusaza nukuri🎉🎉🎉🎉ndabakunda cne kbs
Ndabakunda❤ vuba cane Team faxine🌹 nao izokor aga prank kubwenge🥰
Mwafatiriye Asia hamwe numugabo we gusa muraberewe kand ndabakunda ndabashimira ko munkumbuje Asia aho ari muri Américain yubahwe
nn Acha uzomugwinyuma araguku❤ hm Fafa mpole mwiza wacyu uwukunda agiye ntiwari kureka kumuririra gusa nd❤❤❤❤❤❤🎉❤
Yoooooo bibi kuriza umukunzi😊
Solution Man abayateguye😂😂😂Ariko sha Fanny ari sérieuse ukuntu
Ndabakunda cane gose❤❤😊
yoioooooo mana nanj ndariz fafa oya vrt naj aho ndumvak naj bitokoroh asha kur reseaux sociaux ntitwar kubakir babashenz gus nyen impanur zar zikenew arik na nono ntazosubire kukuriz
Gusa jew vyari bimbabaje non Imana ishimwe ko aragakino
Yooooo ndarize kubera Fanny wanje😭😭😭😭
Abatayiravye bahomvye.Bro u're more than Brave urategura ntibasubizeyo🇧🇮🇧🇮
Nora iyavuz ngo bubububu mpita ntembagara kubw gatwengo🤣🤣🤣🤣🤣fanny ukw warir nik nanj narira 😢😢
Lavine nzokwerek iyo umwishur naw kd azicuz icatumy akor iyamber team lavine twagiye
Wapi biraboneka nezako arivyo mwakinye nta surprise wokwera ko ibera imbere ya camera 📸
Uwomudiho watwiciy ntitwumvise ivyo mwzvuganye nafanny Gus twaridukumbuy prack yabarundi nabo❤❤❤
Ako kantu sasa fany yikorey kumutwr!!! Lezami ndabakunda pe precisement kur fafa wanje
Bravooooo nukuri Fanny natwe turagushigikiye dupange prank nawe tumukorereko🎉 🎉🎉🎉timu fanny turaguteye intege pole
PRANk kwr yafash vrema Fanny aragukunda ❤ vrema kand naw uzubandany uwukund ❤ Kandi natw abafana banyu turabakund ❤ kbc🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉💯💯💯💯💯💯💯 yari 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥😂😂😂😂😂
😅😅😅😅😅😅😅🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤so much solutions couple
Oooh mana urukund nkurw rurabah 😢vrt yesu abagirir neza muzasazan mudahararany❤❤❤
Ndarize nukuri narinumva mbabay cane😭😭😭😭😭umutima urasubuy hamwe Kandi mwakire❤️❤️❤️🫶🫶
Abagabo nka Nola 😂babaho bagakora ikintu atabwiy umugore akanamwim ivyakor ngo umugore ngonuwo kuguma murugo ntakuhava murakoze maze
Ariko mama.!😢 ubanza uyu muvyeyi agira umutwe ukomeye kuko incuro arira nizo nyinshi gusunva gutwenga😮
Nukuri nguma subiramwo ino prank iratesa🤣🤣🤣🤣
Hahahahaha nora wew nogufata nokwataka pe kk ukwiy inembo niyo yogukubita neza
Si prank nivyo mwateguye iyo camera fanny ntayo yabona kombona iguma ibouga!gusa ndabakunda
Batugize ibirofa
Vrmt
Iyo projet uraba ko utayerekanye ukudakwiriye kndi ishobora kuba nziza ugasanga siyo ikenewe bisaba kwicara mukayigira hamwe ari iyidakunda mukabibon kumwe ari iyikunda vyose mukabibonera hamwe mukabona kumenya icokorwa kndi ivyo vyose ntibikunda musanzwe mudahuza, mutayaga mutabwizanya ukuri, mudasenga
Ati ntabwo twatangurany nsinsengana uburyarya mbega vyiza ndakwemey sha Fanny
Norasque sivyiz kuriz Fanny l'avons gusa turabaknda cneee Fanny mpore mazeu❤❤
Iyo caméra ikubit zoom ifata angle zose😂😂😂😂 iy cinema nta prank imezuko
Akina neza canee Fanny vrt.. yubahwe
Kimwe gusa mbonye Fany Imana ikworohereze nayahandi ho ayo mosozi ufise nimenshi cane uragowe
Mwari munteye ubwoba kumbe nimpanuro hejuru cane solution couple ✌️✌️✌️
Muburundi twari dukeneye abantu nkamwe❤ mutera mujimbere gose ❤
Icombonyeco mwabiteguye nimuduhe ivyo mutateguye nivyo sawa
Eg kbx 😂😂😂
Babiteguye biraboneka
Ego babiteguye twashaka ibidateguye niho Sawa
Fanny,Imana yaragutabaye kuko mwavanye na Libert.Ntiwari guhura na Norasque agukunda.Kandi Norasque turagusavye ntuze uhemukire Fanny wacu
Fanny inbox ndagufashe gutegura prank😂 arambabaje nawe tumukorereko sha urazi ukuntu antunguye😭😭😂😂😂😂😂Fanny uze dukore umuti natwe 😂
Olalala nono kumez UK kwl urambabj kuriz fanney naj ndariz kumb it meny ko bihr UK sinar kurir vrmf fafa pol an bibah munyum ndaryohw nono wabikoz nezvpe ndabikundir
Waooo vyukuri murakundana pe Norasque wubahwe kabisa umukoreye surprise yumwotsi kabi Kandi uciyubonako Fanny agukunda vyukuri
Fanny nawewe uzomukorereko umusumwe nawe azorire shaaa gusa yagukoreyeko kwel hm ndakunda couple yanyu kweli ❤❤❤😂😂
Jewe gusa ikintu ntuma ico caméra KO yaguma ibuja nkuko umenga n umuntu yaratifise Fanny ntayo yariko abona??
Naga film shaaa,prank ntimeze uko😅
Nagarutse film nyene baraduhenze
Umuntu bagiye gu camera acinjira nimodoka ngo ni prank
Ivyo si vyiza vrema bituma Fanny asubira kwibuka ivyamubabaj gus ndabakunda cane murabizi Yezu abubakire💞🥰💞
Fanny ico kintu wambaye kumutwe
Waaaao gusa Fanny wanj rek kuzuramuriza gus prank iy mumazimis mutazikor ndazikumbur
Nono ndababaye Kuba urijije fanny😢😢gusa utu nitwo twari turindiriye
Yoooo Nono fanny aragukunda nukuri knd cn .gusa iyo perike wapi imishatsi yawe irakubera cn ucuba mwiza gose
Nono ww ndakwemeye ugize akantu kubwenge Fanny naw genda usubire um médite kwirya film urugo muriko murakina burya nono niyo yagkuye
Kir émotionnelle ca fanny
😂❤ ufise umugore arira neza
Pole sana warahabuts nabagabo😂😂gus harimw impanur vrt
Hahahaha😂😂gusa ndabasavye nkr mudukomereze nkr ewe prank shahooo muraje muhatwike hahire rimwe❤❤❤
Yooooo kabisa plank yarafashe uburero ndemeyeko Fanny yakunze Nora ataburyarya shandemeye plank iratumumenya umuntu nanje nzoza mbitegura
Hhhhhhh fani kumbe urakaze vert maaaa Noraske wubahwe ahubwo zibe nyinshi goseeee😂❤
Iziko nanjye ndize
Nanjye ndarize
Nubwambere munryoheye pe,reka iyi link ndayihumuntu🎉🎉🎉🎉❤
Ndarize nanjye kuberiki urijije fani wacu😢😢😢 ndakwanze😢😢
❤❤❤❤❤
Musubiremwo mbashe kuryohegwe😂😂😂😂😂fanny arira neza pe😂😂😂❤❤❤❤❤❤❤
Kumbe Fanny arigumura cane yoooo Fanny pol ma chr gwa ntare tuzogwereka yooo waaooo 😂❤
Gusa murabe muhindure muze muvuga cane vraiment kuko ntitubumva namba
Nagira ngo ni écouteur zanj zapfuye😢
Bapunguz sound ya melody
Basha ntabeshe vyatangiy ndokondarira birangiy ndiko ndatwenga! Uyu muti urantwengeje pe! Norasque yubahwe arakaze! Fanny nawe disi yoooo mpore sha fafa ugo nurukundo rwa cne nono agifitiye
Fanny baragukomy naw uzomukome gus ndabakund❤❤❤❤
Ijwi nukwemera murigure basha niba ataryo vrm mwigore ubukurikira muzoze mwanyoye kiki vrm cnk sapor
Oya basha nukuri ivyo bintu mubireke!jew sindabikunda ibintu vya prank kko akenshi usanga bihengamiye kubintu atari vyiza!e mama ngo umugabo yatey inda ahandi,e mama ngo umugore yaciy inyuma umugabo!kenshi ndabikonamwo akantu atari keza,bishobora kuba vyanavuye kubadayimoni!!sinzi,nubwo ari gushaka imibereho mbona mworaba ibindi muza muratuganiriza ariko prank wapi wapi,umenga ntizibereye abantu b'Imana!!murantunga ariko!!!gusa ndabikundira kndi caane
Ibi twebwe turabikunda kuko aba bari mukazi kandi bazi ivyo baba barimwo
Oy reka ivy bntu
Noé kwer tutabeshany ntubon kumeng nink film barik barikinir?ushak kumbwir KO cameraman arihe kubury hos azunguruk ag caméra oy rek.
😅😅😅😅😅 Ariko vmt Norasque urakorikibiiiii.Fanny urasubiriye kurira watwemerey kutazosubiraaa.gusa muri bagacuyubwenge
Bamwegera tubuve neza mega zanje mbananguze zirazimba
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Yoooo norsque wabeshe chr wawe sivyiza ivyo birababaza kd cne sha nukur gusa nd❤❤❤❤❤
Fanny twaheruka kukubona urira mumupfakazi so muryohegwe kandi ibi jewe ndabikunze ❤
❤❤❤❤❤. Fanny mpore di
Nkayamarira yanje mwoyampa
Waouh 🎉🎉muratesa Hama natwe turabakunda Hama uramukunda Fanny prank ariko irakuranamwo umutima muga iratesa
Nono ivyo nivyutanguye sha turagukorerako natwe😂😂😂😂😢😢
Abantu bavuze ko Fanny akunda Can ntibabeshe yoooo ew Fanny sha gus Imana ikurinde ndabon usubiy kubabazw vyob bibi cane mur waw
Sha niyo utoba ukunda ukumva ngumugabo mutaranamara nukwezi ngwaragiye sha jewe noruhukira mubitaro ndazi neza imisi yohera atawumbona mwibarabara😭😭😭😭😭
Uwo mugore umbwira projet akayanka ABA ar uwikirori umaze kumumenya wamubwiye vyinshi akavyanka ucuzurabikora utamubwiye,kuko ntimwoter imbere ugumye umwumviriza😊
Ibaze ko na camera yagiye gufata passeport ikerekana n'ivyanditsemwo😂😂hama ngo ni prank😂
Uwuri hafi ya norasque amumpere inkoni zibiri gusa
ZIBIRI NINKEYI AHUBWO😂😂
Ndakunda Ivy couple vrtm
Iyi prank mwarahipaze gute woja muri Canada utabaje kwitegura nimba ugenda Ni modoka ivyo bipapuro warikubirondera mutari kumwe nivyari gukunda kuko umugore wawe yategerezwa kubimenya ariko courage
Yagusiriprenyee,
Bandanyucubwenge rwose.