Je suis touché nuko uvuze ko tukimugajwe na Community yacu, ubwoko, si ikibazo, you're real❤. Turabe ineza ya twese. President, nabumvirize. Nimuz muzane imitahe, baborohereze, abarundi dutunge. Ikijama cica akazi n'ubuzima bw'igihugu. Mon Point de Vue. Big up Fabilice
@@caramamttv il ne faut pas kubona chaque personne qui fait le bien au pays comme le futur président. Il faut kumushigikira mu bikorwa vyiwe et ce n'est pas tout le monde qui peut être politicien. Laissez les gens faire leurs vies autrement !!!
Aba Dia turi tayari. Dushaka ibintu biri k umurongo bikurikiza amategeko. Na cane cane utwereke uko imitahe yacu izokingirwa ntizimangane nk iyabo muri KIRA Hospital
Sir Fabrice go ahead brother many can sand up for discouraging you but never lesten them those are sanibarath and Tobin and Gishem are so many in our country
Abo ba bob nukubihorera nabantu badakunda ko uburundi butera imbere bakunda amacakubiri jewe ndifuza ko aba jeune mukora kuko future ni mwembwe keep your good work Fablice Ahubwo nibaguhe ministere nka 2 dufashirize urwo rwaruko kuko Rwaruka murashoboye Good luck guys
I am a Congolese and a big supporter of everyone who is striving towards the development of Africa. I admire this guy. All Burundians should support you and learn from you.
Toutes mes soutiens à toi Fabrice ! Aha uriko uratuvyurira inkomezi kndi ntakizoduhagarika , aha twagiye 💪UBURUNDI hejuru can🚀 "Twipfuza U Burundi butekuruwe nko mwisashe nshasha , imyumvire misha, inkomezi nsha,ntagasuzuguro dushaka" Ndagukunda❤
Hari ico ntumva mu barongozi b'abarundi, pourquoi il n'y a pas un Master Plan de la nouvelle ville de GITEGA pour que la diaspora puisse construire une ville moderne comme l'Égypte, le Nigéria etc qui ont construit des belles nouvelles villes. GITEGA HAS TO BE THE MIRROR AND A WINDOW OF THE BURUNDIAN DIASPORA. Think about it FABLICE and the ministry in charge of infrastructures. GITEGA SHOULD HAVE BIG ROADS AND A WELL ORGANISED CITY.
@@burundishallsmile1day109Problème nuko il y a toujours des gens qui continuent à construire en désordre i GITEGA kugira bazibe amahera ya leta comme umuzibukiro. On doit les arrêter avant que ça crée un sérieux problème dans la construction d'une ville moderne. C'est à dire que ibiharuro de base pour déménager ces paysans changent chaque jour. Beaucoup de pays africains n'avancent pas à cause du manque de planification et prévention. Les jeunes burundais doivent exiger la qualité et la modernité
Très belle initiative vraiment ! Néanmoins nashaka kugira une suggestion ,amazu amasoko nibintu vyiza mais mu gihugu gifise amabarabara meza urabanza ubwire ababijejwe ( ndakuraba ndabonako que toi tu es juste un prête nom ) mubanze muhere kuri le réseau routier vraiment les routes sont dans un piteux état alors que le réseau routier est un important indicateur de développement ! No kuba mu nzu nziza usohotse ugaca mu vumbi gusa ntibiryoshe nambaa
Que RPA s'occupe du monde politique et leurs ennemis politiques . Il faut laisser les jeunes avec un business mind progresser et développer le pays à leurs façons.
I like this young man. Avuga nk'uwakuriy, hanze yagiyeyo akiri muto. Terrain akoreramwo niyo mbi from both sides ari tutsi or hutu kubera a long time conflicts abo bamutesha umutwe bakuriyemwo. Abari contre ubutegetsi bazogutera imijugujugu hanyuma abari ku butegetsi coe bo bagufise uri hafi yabo bashobora kugutwara projets zawe ck amahera yawe. Bisaba ko udacika intege ariko kdi uba careful mu buzima bwawe. Ww uri intwari no matter what
Je suis un diaspora uyu mu jeune bamuh abajejw umutekano, ejo iyo rpa ikorana na red tabara iramwirahira. Ariko agapfa abarundi umuntu wambere tuzobaza ni Bob Ruguruka. Ni arwane n ABA politiciens arek uyo mujeune akore. Twese turingez ivyazokora bizogirira akamaro les générations futures.
Salut , Merci bcp Mr Fabrice ndabasavye mutunyarukirize iyo projet ibe natwe turonkereho turonke ikibanza mwisoko svp parler et agir ni ibintu abarundi bafisemwo ikibazo. Murantunga nkeneye igisubizo kuvyerrkeye procédure à suivre ndi umurundikazi Aba en Belgique ndafise aussi projet yuko mwo nyubakira inzu. Merci pour votre collaboration.
Bro fablice courage, courage ,hama abitwaza ubwoko nabo baragenda babuteke baburye bubahaze, people need change mind ,if they don't change mind they Will die poor
Komera @Juste Gaël 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾,u the best bro👊🏾👊🏾👊🏾,nibaturekere @Fablice wacu azane iterambere mu gihugu cacu ciza dukunda c’Uburundi ,Love from Sweden 🇸🇪
I so Love this Guy❤ 🎩 But you disappointing me for the 1st Time😊 Guta Umwanya wisigura kubacangero RPA na Rugurika😢 Uko ni Ukwikorora Agaciro kurwego rwa ba RPA nabo bakorera😴 Imburakimazi uzisigurako ni Uguta Umwanya. Komeza Ibikorwa uBdi dufise Akazi kenshi katurindiriye!
Nama shoprite mubindi bihugu barabikora kabisa bakubaka après quelques années bicabiba ivya leta mufita imbono nziza bwana Fablice Raba icigitoro Nico gihanze twebwe abenegihugu❤
Jew numuryango wanj turafise ama hectar arenga 3 mu ruyigi commune bweru. Nashaka mbaze aha nta mu diaspora yoza tugahakorera projet hama tukumvikana interet umuryango woronka? Hafi yaho hariho ikiyaya barimamwo umuceri, amazi yamashuha ataraba découverte ,hafi yaho hari lycee nyankanda .muri make ndafise projet no presenta nyenimitahe. Murakoze
Muri super merci beaucoup ubututsi ubuhutu ntababurya turabarundi twese kabisa❤❤
Iyoba bose batahura ibi twoc dutera imbere
Kwumviriza ibiganiro vya Fabrice gusa vyatuma nterimbere ubwanje nkatwzimberee nigihugu ça nyibarutse 🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪
good
Murakoz bubahwa kuri zino nyigisho uturonse, be blessed. Vous êtes vraiment intelligent
Fabrice waje hageze💪💪
IMANA IMBERE hama ibikorwa ibindi biguc’intege uvyime amatwi keep going my son
Je suis touché nuko uvuze ko tukimugajwe na Community yacu, ubwoko, si ikibazo, you're real❤.
Turabe ineza ya twese.
President, nabumvirize. Nimuz muzane imitahe, baborohereze, abarundi dutunge. Ikijama cica akazi n'ubuzima bw'igihugu.
Mon Point de Vue.
Big up Fabilice
Waje uburundi bugukeneye big up cane!!!
Son excellence Paul Kagame yavuze ijambo rikomeye 'ati ww kora ibikuraba ubikore neza hama utere imbere abakuvuga nabi nibagaruka warateye imbere bazoza bahinduye imvugo RPA nabo bihoze ww ukore ibikogwa nivyo bizokuvugira natwe turi inyuma yawe.❤❤
Tubwake isoko jew ndafise 200milion from Mozambique 🇲🇿
Nibaza ko hazoba imitahe umuntu umwe atarenza. Utanze ayo mahera woba utwaye imitahe y'Abarundi 2000. Uwozana imiliyardi 2 nawe yoba aserukiye abantu 20 000 ari umwe. Mumajambo make, bidatunganijwe neeza, isoko rirashobora kuba ryabantu 4 canke 5 bava mumuryango umwe.
200 million de MT ou FBU?
naho zoba 200ml yimpapuro ni meshi cane
Komera 🎉🎉🎉
Komerq
I like this young man! He is very creative, innovative, proactive and more compeling, he loves his country and is patriotic! Very fantastic really.
Imana umuhe kuramba uzopfe inyuma yaje..Fabric ndakubonamwo president wakazoza muburundi
reka ntumukwegere herode yahiize yesu kuk yumvise ko havutse umwami
@@caramamttv il ne faut pas kubona chaque personne qui fait le bien au pays comme le futur président. Il faut kumushigikira mu bikorwa vyiwe et ce n'est pas tout le monde qui peut être politicien. Laissez les gens faire leurs vies autrement !!!
Apuuu ivyakora birahagije ntumujane murivyo vyaba herode batamusinziriza hataragera ubwabo bariyicanira bapfa iyontebe
Abakora kuri RPA bafise Depression bareke ubaharire.
Ntaco ubeshemwo vyiza bokwiha Sumu ya panya😂😂bakavaho uraziko inzigo yica nabi😂😂
Aba Dia turi tayari. Dushaka ibintu biri k umurongo bikurikiza amategeko. Na cane cane utwereke uko imitahe yacu izokingirwa ntizimangane nk iyabo muri KIRA Hospital
Fabilice you're very intelligent. You'll be the main of the pillars of our economy!
Sir Fabrice go ahead brother many can sand up for discouraging you but never lesten them those are sanibarath and Tobin and Gishem are so many in our country
Abo ba bob nukubihorera nabantu badakunda ko uburundi butera imbere bakunda amacakubiri jewe ndifuza ko aba jeune mukora kuko future ni mwembwe keep your good work Fablice Ahubwo nibaguhe ministere nka 2 dufashirize urwo rwaruko kuko Rwaruka murashoboye Good luck guys
🤝❤❤🇧🇮✊
One day will vote for you ❤❤❤❤❤❤
I am a Congolese and a big supporter of everyone who is striving towards the development of Africa.
I admire this guy. All Burundians should support you and learn from you.
Isengesho ryanje urarifise misi yose.Uri intumwa y'Imana ku gihugu canje ❤
Iyo mana yakuduhaye iragahezagirwaa
Fabrice ukwiye kugenwa ka ministry wa infrastructures et urbanization
Wapi agiye muri politique ntiyosubira kuba free muvyo akora. Yoguma ari privé
Komeza ibikõrwa vyiza ureke n abagusamaza kuko twebwe äba Jeune bamw bamw ntamizingi tugira kuko ntituzoguma mwivyo vyiyumviro vy Abasaza kuko ntaho bizotugeza.❤❤❤🇧🇮🇧🇮💪💪💪
Nkunda GAEL ingene aduha amakuru ashushe 🥰🥰
MANIRAKIZA nawe turindiriye ko utumenyesha ko baguhaye iyo soko twigurire imitahe.🙏🏾🙏🏾❤️❤️
Fabrice Nyagasani Imana ikomeze ikutuzigamire kuko urafise indoto nziza ziterambere zigihugu cacu .ariko kuyisi indwara abarundi bafise ntibagimba kubona umurundi mwenewabo agira dreams yiterambere nahuri abagifitiye ishari nibeshi kuko umuntu wabaye hanze mubazungu akoresha ukuri atabinyoma akoresha ariko abo benedata baragutiye ishari
Toutes mes soutiens à toi Fabrice ! Aha uriko uratuvyurira inkomezi kndi ntakizoduhagarika , aha twagiye 💪UBURUNDI hejuru can🚀 "Twipfuza U Burundi butekuruwe nko mwisashe nshasha , imyumvire misha, inkomezi nsha,ntagasuzuguro dushaka" Ndagukunda❤
I am really stunned by your cleverness and openness and honesty of mind. You are discouraged by jelous and dishonest guys because of your worth.
Fabrice Dieu te benisse!
Fabrice,ur'intwari. Abansi bw'uburundi n'abarundi nyene. Iman'iguhezagire, 'ikurind'abansi.
Gig up me fablice you are true,❤ Burundian. You have left Australia - the work you are doing today has motivation. You are so amazing ❤
Hari ico ntumva mu barongozi b'abarundi, pourquoi il n'y a pas un Master Plan de la nouvelle ville de GITEGA pour que la diaspora puisse construire une ville moderne comme l'Égypte, le Nigéria etc qui ont construit des belles nouvelles villes. GITEGA HAS TO BE THE MIRROR AND A WINDOW OF THE BURUNDIAN DIASPORA. Think about it FABLICE and the ministry in charge of infrastructures.
GITEGA SHOULD HAVE BIG ROADS AND A WELL ORGANISED CITY.
Nice idea
Iriho,NEVA yavuganye na Egypt hamwe yajayo barabisinye , Inoti nizo zitaraboneka.
@@burundishallsmile1day109Problème nuko il y a toujours des gens qui continuent à construire en désordre i GITEGA kugira bazibe amahera ya leta comme umuzibukiro. On doit les arrêter avant que ça crée un sérieux problème dans la construction d'une ville moderne. C'est à dire que ibiharuro de base pour déménager ces paysans changent chaque jour. Beaucoup de pays africains n'avancent pas à cause du manque de planification et prévention.
Les jeunes burundais doivent exiger la qualité et la modernité
Fablice ndamukunda ❤❤ukungene aguma yitwengera🤣🤣🤣ivyakora nivyiza kandi agaragara nkumwana mwiza cne❤
Tora Numéro yiw yayitanze hew
Très belle initiative vraiment ! Néanmoins nashaka kugira une suggestion ,amazu amasoko nibintu vyiza mais mu gihugu gifise amabarabara meza urabanza ubwire ababijejwe ( ndakuraba ndabonako que toi tu es juste un prête nom ) mubanze muhere kuri le réseau routier vraiment les routes sont dans un piteux état alors que le réseau routier est un important indicateur de développement ! No kuba mu nzu nziza usohotse ugaca mu vumbi gusa ntibiryoshe nambaa
Bravo fablice courage stay strong ...ibisigaye wewe uri umwubatsi dushaka infrastructures ziteye imbere kandi waje nkitara rimurika opportunity nukwerekana ko bishoboka nanje ndazi ...Burundi you deserve better
RPA kabisa nabantu badashoboka ntubishinge,erega ntibagomba yuko hariciza coba muburundi.
Que RPA s'occupe du monde politique et leurs ennemis politiques . Il faut laisser les jeunes avec un business mind progresser et développer le pays à leurs façons.
Ego kabisa
Bahe aMazi baranyotewe!
Erega bakorera Bampemayuzuye!
Fabrice nakomere abandanye ibikorwa vyiza ariko akora yime izomburakimazi za RPA
💪💪💪
❤ndipfuje KO noronka amahigwe yokwama ndumva imigambi yawe,nkakarorero ndashaka kubona isoko nukuri yubatswe kubwimigambi yawe.ndashaka ngokubona ndarose numutahe numutahe numwe kurya mwabuvuze
Ukwiye kuba umushikiranganji wubwutsi urashoboye Jewe naho woba wiba mugabo tukabona ivyo wiba ukabivyazamwo umusaruro natwe tukabibona nogushigikira kuko harabiba batwara hanze mugabo ntabwo baba negura keep it up my brother 🥰😍🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏🙏 Imana ikurinde muri USA 🇺🇸 Texas
Good Idea!
Naho yoba Umuhanuzi w Umushiranganji Ibintu vyohinduka😉
To gather we can build are country thank you so much we love you
Umutekano wa Fablice wongerezwe please
Uvuzukur man
Gose
Abarundi batakigira amacakubiri nka Fablice na Juste Gaël Imana ibahezagire
Stay strong in Lord Almighty God Sir Fabrice ! I am very proud of your plans. Keep on doing Your best 🕊️🙌🕊️
Fabrice turakeney abantu benshi nkawe bafise postive mentality benshii batigera bacike intege abantu bari motivated bazi ivyo bashaka gushikako mugusangiza abandi no gutere imbere right kabisaaa...👍👍
Bro uri intelligent kabisa....bandanya wubaka igihugu tuzogushimira kuvyukora Imana iguhezagire Saaana... Courage
Wakoze. twateramye neza kandi ikiganiro cari kiryoshe. Merci à Fablice , keep moving Igihugu kikwitezeko vynshi. Merci aussi k'UMUKUBITO . Hezagirwa.
Fablice turagukunda here in Zambia
Ariko natwe twoshaka kwiyandikisha muriyo investment ,imana yinjere muri president wacu yemere iyo project
Imana iguhumugisha twaguhaweko nkumugisha urinyungu kugihugu
Keep motivated the brotherhood who leaves abroad let us build up Burundi ❤ ❤❤
Sha Fablice vrma nibareke kugutesha umutwe vrma. Abarundi bamwe bamwe nimburakimazi sinokubesha. Wewe komeza ibikorwa vyawe Hama ukomeze uhamagara abavyunva baze mwiyunge twese tuzoza imigambi yawe ntawutoyitahura uretse imburakimazi gusa
From South Africa 🇿🇦, I truly like you and support you. Be courageous and consistent.
Nanje ubwanje nkumushumba wa Kristo ndabasabara Umwami Yesu abandanye abatwikiriza amaraso yiwe ntihagire uwubakorako nuwoba abiyumvira nabi kuri mwebwe Uhoraho amurandure ntabemw impwemu zabazima mwizina rya Yesu,ariko wewe mukozi w'Imana Fabrice ndagusengera caaane uhangame mugikorwa wahawe kandi uzoshumbushwa n Uhoraho
U deserve to be supported bro
Our Burundi needs Some leaders with mindset like yours
#Bandanyaubakurugutura
Yeah of course
Nibave mubudumbidumbi ubu uburundi bwavyutse ntitukiri mubudigidigi
Keep going Fabrice
Abarundi tugomba kwiyambura ubunebwe
Ngo koreshumwanya bicaye vraiment!!
Nk’abadiaspora niboroheraze abana b’igihugu tuzamure igihugu cacu ata moko ata ntara ata dini ata migambwe
Uburundi bube ishurwe ry’Imana yabuduhaye
Komera Fabrice
turi inyuma yawe fabhome big up sana bra.
I like this young man. Avuga nk'uwakuriy, hanze yagiyeyo akiri muto. Terrain akoreramwo niyo mbi from both sides ari tutsi or hutu kubera a long time conflicts abo bamutesha umutwe bakuriyemwo. Abari contre ubutegetsi bazogutera imijugujugu hanyuma abari ku butegetsi coe bo bagufise uri hafi yabo bashobora kugutwara projets zawe ck amahera yawe. Bisaba ko udacika intege ariko kdi uba careful mu buzima bwawe. Ww uri intwari no matter what
Urakoze gutanga umuco bituma abantu basobanukirwa .Open mind n'ivyiza .
Fabrice ndakumvirije ndarema cane kandi ibikorwa vyawe birivugira ukwiye gushigikirwa cane twigire muri vision 2040-2060
Merci bwana uhabwe intebe yimbere ibikorwa vyivugire ❤❤❤
Je suis un diaspora uyu mu jeune bamuh abajejw umutekano, ejo iyo rpa ikorana na red tabara iramwirahira. Ariko agapfa abarundi umuntu wambere tuzobaza ni Bob Ruguruka. Ni arwane n ABA politiciens arek uyo mujeune akore. Twese turingez ivyazokora bizogirira akamaro les générations futures.
Uvuzkri mutaaa iyi nimpano twahae
Imana guhezagire vrm kuko uraciye ubwenge kuko ushaka iterambere ryigihugu nukur wubahwe ♥️♥️🙏
Rekana na RPA turabamenyerey bakunda kuguma bumva ko Uburundi bukenye, ntibaryohegwa n'umuntu wese ashaka gutezimbere igihugu
Imana ikutuzigamire Fablice 🎉
That's all right my favorite ❤❤ I like you from ZM🇿🇲🇿🇲
Hezagirwa hezagirwa Imana igukomeze cane. Turagushigikiye 👏👏👏💒💒💒💒
Salut ,
Merci bcp Mr Fabrice ndabasavye mutunyarukirize iyo projet ibe natwe turonkereho turonke ikibanza mwisoko svp parler et agir ni ibintu abarundi bafisemwo ikibazo.
Murantunga nkeneye igisubizo kuvyerrkeye procédure à suivre ndi umurundikazi Aba en Belgique ndafise aussi projet yuko mwo nyubakira inzu.
Merci pour votre collaboration.
Fabrice! ejo nararavye kino kiganiro wagize hama burya naciye mbona ko kumbe habuze ishaka gusa ! iry strategie yawe yuko abantu bazana ama actions (abarundi) mubintu bitandukanye, naciye nsigara ndibaza kuberiki ibihugu bisaba imfashanyo mugukora imigambi mugihe ikintu cose twoshaka gukora ubwiye abarundi umwe wese akazana imitahe mumisi mukeya coba gikozwe kandi atamfashanyo zigiyemwo. ndavuga cane cane mubintu bizana amahera hama reta igasigara ikora ibitajanye nurudandazwa muma dollar make yoba ifise!!!! jewe mbona SE akwiye kugikorerako hama ya vision yomuri 2040 tuvuga, tukayishikira muri moins de 5ans. kuko nkuko uvuga uti ahari ubutunzi bwawe niho numutima wawe uri, nukuvuga ntanumuntu twokwemera ko a sabota ibintu tuziko twese dufisemwo imitahe! hama ngo RPA yavuze bla bla bla, rekana nabarya nugukuga gusa!! Big up bro!!
Nivyo komera
Jewe vraiment Fabrice Fabrice ndagukunda sana ndavye ibikorwa uriko ukora mugihugu Imana ibandanye ihezagira imirimo yanyu ❤
Nice conversation❤❤
Imana ikuturindire❤❤❤❤❤
Bro fablice courage, courage ,hama abitwaza ubwoko nabo baragenda babuteke baburye bubahaze, people need change mind ,if they don't change mind they Will die poor
Uhoraho Abandanye kubazigama kubumenyi nubwenge Imana yabahaye.
Nimburamukoro Fabrice bandanya imbere niheza bisaba kwimamatwi izomburamukoro za rpa❤
Very true yarahagaritse izuba
Komera @Juste Gaël 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾,u the best bro👊🏾👊🏾👊🏾,nibaturekere @Fablice wacu azane iterambere mu gihugu cacu ciza dukunda c’Uburundi ,Love from Sweden 🇸🇪
Imana.iratwibutse
I so Love this Guy❤
🎩
But you disappointing me for the 1st Time😊
Guta Umwanya wisigura kubacangero RPA na Rugurika😢
Uko ni Ukwikorora Agaciro kurwego rwa ba RPA nabo bakorera😴
Imburakimazi uzisigurako ni Uguta Umwanya.
Komeza Ibikorwa uBdi dufise Akazi kenshi katurindiriye!
Komera Imana igukomeze amaboko ureke abashaka intambara nivyobisuma bitezinyuma igihugu.
Nama shoprite mubindi bihugu barabikora kabisa bakubaka après quelques années bicabiba ivya leta mufita imbono nziza bwana Fablice
Raba icigitoro Nico gihanze twebwe abenegihugu❤
Murakoze .fablice.ndangunda.cane
Irambire bwana fabrice Turagukunda cane, Abo bavuga amajambo nabatipfuza iterambere ryigihugu cacu,Imana Ikube imbere muri vyose bizogenda neza tuzokwama tugusengera❤
Big respect 🙌🏾, umuntu wubwenge na courage nyinshi nkiya Fabrice tuzomwamane! ❤❤❤
Bjr Mr Fablice. Amajambo n'intererano vyawe biranyuzuza.So,nk'umu Ingénieur en construction turiho
Uko vizuri kabisa songa mbele
Jew numuryango wanj turafise ama hectar arenga 3 mu ruyigi commune bweru. Nashaka mbaze aha nta mu diaspora yoza tugahakorera projet hama tukumvikana interet umuryango woronka? Hafi yaho hariho ikiyaya barimamwo umuceri, amazi yamashuha ataraba découverte ,hafi yaho hari lycee nyankanda .muri make ndafise projet no presenta nyenimitahe. Murakoze
Ibis vyiyumviro nivyi twipfuza muburundo bwacu urekane nano baguma bwabweja ngo ni rpa
22:44 Ico baguhora tuirakizi. Ariko Imana yakuremye izokurinda. Courage Fablice.
Fabrice nkubwire nayesu akirikwisi yakoribiboneka ntiyemewe nabose abamurwanya babaye bomubiwabo rema komeza wewe kowubako niwanyu hagatagata shishikara wubake nabandi baze bakore nkuko kwewe uburundi butagate kurusha. Benkubaze komutevya cane mutubaka munyarutsa nkakarorero kunyamugari kovyikwega mubamurimuguheza ntibagutsintege komeza 🤝👍
You’re doing a good job Fablice. Congratulations 🎉
Ndaryohewe ndafashijwe avec votre mission
Abantu bazima baracariho kbsa! Courage Fabrice . Ntucike intege. Wihere akazi aba chômeurs
Imana iragukunda mugenzi bandanya ibikorwa vyiza uwiteka yagutumye.
Fabrise urintwari ivyurikukora namateka kugihugu cacu 🎉🎉🎉🎉 imanikuzigame ikomezekukuba hafi yabandihafi nogukorey indirimbo yiwawe kuko ufise indoto nziza gusa ziruhije imitima yabeshi ❤❤❤❤ jew ndkurinyuma nukuri
Rekana naboborugurika subiramwiryozina boboruburika wunve atangamakuru yahaze saporo nakparibu uryarimubashaka kigihugu cacu gitembagara fabrise komera
Fabrice bayiguhe irya soko uyubake vraiment bandanya wubake uburindi 🙏🙏
Fablice rekana nizo mpene zitazi akamaro kivyo urimwo ukora
Keep focusing on the Greater work
God bless you
Unteye kwiyumvamwo no kwikundisha uburundi Fab uhezagirwe unarambe cane💚💛💚💛
❤❤❤❤❤ mwirambire mwese n'a juste Gaël mukomeze kutweteka iciza cogutezimbere igihugu cacu
Egom bro uvuze neza abantu bavuga nabi barakwiye kwisubirako
Fabi ivyipfuzo vyawe iconogusabira kumana iguharire ivyaha woba wakoreye umuntu wariwe wese ivyifuzo ufise kuburundi Imana izaguhezagira Kandi niwe uzaba imvugangwa mugihugu cacu c'uburundi Imana ikujimbere cane Ariko iconogusaba ntuze wihende ngo uriko werekana kashi muminwe mwico gihugu plz.🙏🇲🇼🇧🇮🇧🇮💪
Murakoze caaaaaaaaane kabisa,Fabrice Imana imuturindire Kandi natwe dushishikare kumwigirako
Fablice ndakwinze usabe Leta iduhe twebwe aba diaspora tuje hamwe tuzane igitoro abana bigihugu bashobore kwiyunguruza. Après isoko nkuru ya Buja nayo tuyubake, abenegihugu baronke akazi
Imana iriko iramukoresha ibikomeye kuko ijambo rizomukomeza
I'm happy to hear your mind Fabrice big up my brother
Mwiriweneza fabrise ndagukurikira cane imana ikomeze kugushoboza
Barakubeshera kbs