Ingorane yanyu abanyaru iyo mubwiye ukuri muca mutangura gutukana ivyo navyo bikerekana ko mutagira indero benshi muri mwebwe. Man nta talent mudusumvya haba mu muziki canke mu mupira 😂 gumana umuziki wanyu natwe tugumane uwiwacu c'est tout ariko ureke gutukana
Simbizi ndakwemer burya ww urazi amategeko yigihugu bandanya ukebura naho benshi batagutahura kure caaane niho nkwipfurij ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Simbizi wa Semavumba ubahwa..🙌
Juste Gaël take your five👊
#IBUCOsurl
Guhera 28:00 Simbizi aranyish Sat B 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
We simbizi kuva aho bakuriye sapor sinaguheruka iyo energy ngira irimwo akantu kuko wewe uvuga wanyoye
Erega Simbizi yoshobora kuba umuvugizi atanyoye 😂
AK kantu ka sat b uvuze karanyishe😂😂😂
Yitwa ngo maniragaba Elvis😮
Ubisiguye nezaa kweri
Umugore yaraguhinduye pe Kandi ni vyiza komera
Dukeneye champagne hano Gael
Bwira uwo mugwayi simbizi arekane na team satura.
Icanditswe burya kirakomeye…mais on le néglige…naragize formation ya contract law…hari abantu benshi bahaguye kubera ataco banditse ari juste promese cnke confiance yahabaye
Ayo mazi na chimamanda yabivuze Ko uriko ukora promotion yayomazi niyo énergie
Ni bibi none?
#UMUKUBITO Gaël harikint Simbizi atazi mur contrat des obligation bacita actes sous seing-privée ,nimba bafise ahobanfitse ntibiba bigikenewe kwarimpak bamanze kuj mur ODB
ino izambia bahora bayi vuza mwiyi misi
Simbizi numuntu wumugabo.
Sha bwabundi urumuhinga kabisa
Mistachampagne amejaza arena
Simbizi vrt ubisiguye neza sinahora nkunda kugira Commentaires mugabo sinoreka kugushigira nibabe bandika amasezerano barakuze kandi baba bariko bakora ivyunguka rero nibabe babijana kwa notaire banarihe nikori .
Komera komera
Uru rutype rushatse ruri sérieux ruvuga ibitimoye dushatse
Simbizi wewe ndakwemera cane uvuga ukuri burya naho abantu bakugwanya
Iki kigoryi, ntakindi kiba gishaka ni uguteranya abanyarwanda n’abarundi!? Wowe ko uvuga ubusa iyo abo Bahungu bataza gukorana indirimbo na Merody ntamuntu numwe warubazi, ariko ngo byabasubije inyuma wowe uri umusazi, ngo babahembye inyama what!? Wowe ubwo urwo rwango ugirira Urwanda nyine wumva hari icyo byenda kuduhinduraho!? Uwo kuziki wanyu twahumenye kubwa Fizzo muri 2004 ubu nti tuwuzi rwose, uwacu murawukina, mwanze kuwushyira kuma Radio station abene gihugu barawu kurikira kuri youtube, ubwkrero uba uriho urigora wa njijiwe m, ihora ya borewe.
Man mug ntiyavuz mwebw mwenyn yavuz nabaganda naba Tanzania bro wap kwer watahuy fx bro abanya Rwanda mur bene mama bro
😂😂😂
Ingorane yanyu abanyaru iyo mubwiye ukuri muca mutangura gutukana ivyo navyo bikerekana ko mutagira indero benshi muri mwebwe. Man nta talent mudusumvya haba mu muziki canke mu mupira 😂 gumana umuziki wanyu natwe tugumane uwiwacu c'est tout ariko ureke gutukana
Ahubwo injiji niwewe bro Ubu twaritahuye gukunda ivyiwacu nukubikundisha Abandi rero ntampamvu yukugum dukurikirana urwanda tekana
Ubu ntugire amanyama nta munyarwanda numwe ubu mufise akunzwe mwaratwigishije twaramenye izonzigo zanyu nizo zatumye duca ubwenge.