Alvin Smith - Hahiye Remix ft Double Jay ,kirikou , Bface , Mow Kanzie , Belle Nice( official video)
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 13 มิ.ย. 2024
- #Alvismith #Hahiye #Burundi
Artist: Alvin Smith ft Double jay kirikou Bface mow kanzie belle nice
Director :John Elart
Music MM :kolly the magic
Mak up Artist: Jenny
Stylist : Kay Mars & Madred
BiG THANKS 🙏🏾 TO @TUREL
Suivez toute l'actualité de Alvin Smith
alvin_smith_off...
lavacheOG?mi...
alvinmilan@gmail.com
snapchat www.snapchat.com/add/alvinsmi...
tiktok www.tiktok.com/@alvinsmith52?... - เพลง
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥Courage kuri Team yose Abemeye ino Ngoma mumpe likes nyinshi nkabatananigwa👏🏼👏🏼
Bro kora cane like zirizana kand courage bro Gus nkamwe abanyamakuru murakwiye kwicara mukaja hamwe mukiga icabandi babarushije mukagikora kuko abantu beshiii mugihugu nagaciroo babahaaa🙌🏾🙏🙏
Wap tu igoma barayitovy iyamber niyo imez neza😮
Umuziki wagarutse kweli, 2015 wari wapfuye kabisa none wazutse, Ubu hasigaye KO twirukana intanzaniya gusa, nayo izababandi twita ba MANENO bo ngaho hakurya murwanda twarazimije ibirofa
Abaririmvyi babarundi bari mukazi lose pe! Ndabarahiy ubu urwego umuziki wacu uriko wabaye international uwuvyemera ampe like
Uyu musi ntibangayishij
Abemera ko belle 9ce yatabuye ingoma mumpe like zanje good job kuri team yose 💥🔥🔥🔥
Rab munshigikire nanje th-cam.com/video/qzLdWpsTGZI/w-d-xo.htmlsi=Vs7XcTH-8wv2_tdE
Umurundi hejuru cane Umurundi yiyemera ashireko like ngaha tumenyane
Belle nice niryambere aririmvye nkanezerwa.good job Kuri team yose
Hit song kandi kabisaaaaaaaaa Burundi on the MAP video kugwegooooo caaaaaaane
Bro kora cane like zirizana kand courage bro Gus nkamwe abanyamakuru murakwiye kwicara mukaja hamwe mukiga icabandi babarushije mukagikora kuko abantu beshiii mugihugu nagaciroo babahaaa🙌🏾🙏🙏
👍
Iyi song ni bon mais bface yayononye
Rab munshigikire nanje th-cam.com/video/qzLdWpsTGZI/w-d-xo.htmlsi=Vs7XcTH-8wv2_tdE
Abatunguwe na talent ya belle9ice mumpe like❤🤔
Ntaravyibagira kbx
Nikinebwe cogusohora indirimbo uzingene nkunda ijwi ryiwe
Cyaze byo akora gacye kand afit voice nange nkunda p
Sinarinzi ko belle nice yoririmba gutya
She makes me crazy 🤔🤔
Belle 9ice aranyemeje respect sana iyi ni hit kabisa ariko belle 9ice yubahwe ndemeye cane gose
Belle nice hejuru
Kbx yabifutse bose 🍾🍾🍾👊👊
Rab munshigikire nanje kl th-cam.com/video/qzLdWpsTGZI/w-d-xo.htmlsi=Vs7XcTH-8wv2_tdE
double jay you kill meh bro🙏🏾 🇷🇼❤🇧🇮mpa like niba nawe ukunda buja music and rwandan music
Rab munshigikire nanje th-cam.com/video/qzLdWpsTGZI/w-d-xo.htmlsi=Vs7XcTH-8wv2_tdE
Any Rwandan here🇷🇼 l like burundi stars when coming together❤❤
Bonboclat🎉🎉🎉
Shaaaaaaa ingoma mwari🔥🔥👏🏿🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 hashe mbere mwongere aka essence 🫡🫡🫡
Belle 9ice Aho uri hose uko mtu wngu kbsa.hahiye🔥🔥🔥🔥
Belle nice hejuruuuuu❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ n double jay
Hejuru cane ❤
Nice song
Belle Nice Verse yawe ni ya b1 sanaa🔥🔥🥵🥵😍😍🥰👌🏽👌🏽👌🏽
Man nanj aranyemej gusa simbona impamvu adasohora
B face yoca anakwica kir flow ziwe aranryohey mwiy Rimix cokimw na Belle Nic ❤🔥🔥🔥🇨🇦
Abemera ko bakobwa baririmvye neza kuruta ibisuguru mumpe Likes zanje ngaha😍😍 Nice Rimix 👌❤
Monia urahashitse nakwemera Sana.
Vraiment bahaturiye 🔥🔥
Ni ww wabuz vraiment 🔥🍾
Belle nice🎧🥰❤️
Remix nisoo kabisa kirikou hejuru cane uranyemej mwe na belle Nice respect nabandi mwabikoze fresh
❤❤❤nice song MPa like niba wayikunze nkanje❤tuguma dori
Belle nice b face hujuru cane mwahaturiye mwese nwabikoze neza 🙏🙏🙏🙏🙏🙏❤️
Iyababikunda kurungika audio muri cmnt walai Bel9 atumye merereza wow iyi song igiye kungwaza ukukwezi kwose 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Team belle 9ce tumuhe 🎉 yiwe
Nice song
Bravo mon grand surtout B-face, Belle Nice, Mow Kanzie et Kirikou, ils ont bien chanté
Ingoma iraryoshe walahi imeze neza caneeee ababibonye twagiye hano vyihuse caneeeeeeeeee
Bro kora cane like zirizana kand courage bro Gus nkamwe abanyamakuru murakwiye kwicara mukaja hamwe mukiga icabandi babarushije mukagikora kuko abantu beshiii mugihugu nagaciroo babahaaa🙌🏾🙏🙏
Impa liké nyinshi nyimba wemera ko Buja Fleva bayituriy💥🔥🔥🥵
Belle9ce verse yiwe imez bien sana
Iyi song 🙆❤️🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
B face ko Ari Jamaican boy walah.indirimbo ni méga hit Bose bakoze neza Sanaa 🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Belle 9ice na Double jay bakoze umuti kwl🔥🇧🇮
Hejurucaneeeeeeeeeeeee
Belle nice na alvin chimanda yabuze ukuntu agashimw kabashikir kko mwatabuy
Belle nice ndamukunze cyane yinjiye neza abandibo ni hejuru 🍻🍻🍁🍁🍁🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Abemera ko irenze mumpeee amashiii🎉🎉🎉🎉🎉
Ugwego nawe wahashitse.
Belle 9ce🎉🎉🎉❤ na b face kill it ngomaa kalii summer hit yabonetsee🎉❤
Uwemerak abarundi batwik nakand like I'm 🎉🎉
Hahiye kbs Alvin Smith🎉ayawe ngwayo with your geng🎉
Belle 9ce(Sat_b's madam)🎉,,bwanyuma nanyuma arabishoboyee kbx✍️😂😂
Rekura iyo bombe iturike ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Wallah iyi turu biri serious ibi bintu Wagirango nubwambere nyumvise hejuru cane Update ya Hahiye repeat 11tour
Belli9nice 😢😢😢 🔥 📛 ulalenze ...@Doublejay 😅😅
Belle nice yabafuse kbx arikomuri muri rusangi mwa🔥🔥🔥🔥🔥
Fire burn dem🔥🔥🔥🔥🔥
La force ❤️
Ya vyigiye kwa baddan dem😅😂
Hit song, B face yavyitwayemwo neuza canne
Turashaka collaboration ya B face na Kirikou Akili 💥💥💥💥
Mumpere respect ka belle nice kabisa narabafuse sana
Here I am supporting our artists nikiwa Keny 🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪
On the floooo🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
You Did It 💥 HAHIYE🔥🔥🔥
Hit song muradutwitse p hahiye hahiye 💥💥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥💫💫💫🔥🔥💫🔥💫💫
Hahiye 🔥🔥🔥🔥🔥
big up alvin hahiye kwel bwabumw nyen
Niryo ryambere Belle nice anyemeje
b face 👏👏👏🙅 urarenz wallah nkwemera Faux 😊
Hahiyeee❤❤❤❤ mump izo like ✌🏾✌🏾✌🏾✌🏾
Sindayihaga 🙌🏾❤️🔥❤️🔥❤️🔥
Double jay ,Kirikou,belle nice chapeau 🎩
Bell nice yishe umuzungu🎉
Wooohhh. Hahiyeee ni maaamaaa 🥱🥱. Ukaba wunvise vibes zo gucoma kwa Double Jay impa like 🤣🤣🤣
Mwiswanze 😂 nimbarizo zituma aduha vibee nkizoo turakwiye guteranya inotii tukamuranguriraa rwinshii Wallh ❤❤❤ ubundi vibeee ikabaa vibeee ndkaeeee🔥🔥🦅
Mwiswanze 😂 nimbarizo zituma aduha vibee nkizoo turakwiye guteranya inotii tukamuranguriraa rwinshii Wallh ❤❤❤ ubundi vibeee ikabaa vibeee ndkaeeee🔥🔥🦅
+250 FAMILY WHERE ARE YOU??🔥🧡🇷🇼
Big selector play the music abansi tubicish jealous @bface on the Flo🔥🔥🔥🔥
😂😂😂 iyaborewe aca ashaka idemu Mr bad than them. Hot song of ze summer ⛱️⛱️⛱️
Harasha 💥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Iyi ndirimbo kuyumva mur summer uriko ugendera mumodoka yaw igitoro gishobora kuguhererako birababaje😢😢😢utiteze ahukura ikindi ❤❤❤mow kenzie she's everything to me
1M mumisi mike kubaryemera mpa like
Rab munshigikire nanje th-cam.com/video/qzLdWpsTGZI/w-d-xo.htmlsi=Vs7XcTH-8wv2_tdE
Rab munshigikire nanje th-cam.com/video/qzLdWpsTGZI/w-d-xo.htmlsi=Vs7XcTH-8wv2_tdE
Wow Burundian music hejuru cyane🔥🔥🔥 barakangutse kabisa barikubikora neza❤ i miss buja for sure😢 mbega yemwe za club GET UP , TOXIC, HAVANNA, MUKOROMBOKA ..... no Kwa ba GERARD na za BORA BORA haracyabaho i miss Buja for sure 😢 Congratulations to you guys the remix is 🔥🔥🔥🔥🔥 by the way Mow Kanzie is my crush❤ and Double J killed it the chorus
Iyi song numuti uvura imbabare 🔥🔥🔥🔥🔥
Kora like mbaye uwa 10
😂
Izi like musaba misi yose murazirya cnk??
Rab munshigikire nanje th-cam.com/video/qzLdWpsTGZI/w-d-xo.htmlsi=Vs7XcTH-8wv2_tdE
Belle nice🎉🎉
Kumbe belle nice abikora ukooo' sh MWESE ntababeshe yabarushijeee' gus murirusangi ingoma iraryoshe
Belle9 Ndemeye...B.face wew nibaza kuva Jamaïca...Kirikou....Good Job...much respect Guyz our 🇧🇮 Hejuru mukirer
Hahiye kenya aratwitse
Belle 9ice niwe ndindiye😂😂
Love from Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼 burundi nizereko iyi song barari buyifute Peuh 😢
Inryana ikaze ❤❤ wubahwe la vache mwarayikozeneza
Wallah iyi ni heat
I appreciate from Rwanda
Dutemwo hahire rimwe ndabona umuzigo arisawaaaaaa 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@Mo_Kanzie Big up🔥🔥🔥I like the way you dance🤩🤩🤩👌
Nice belle n9 wabirengeje vrement
Nur ndarengewe. Uwo tubn kumwe amp like 👍♥️
Simva ngaha itaje!
@belle nice 👌👌 a.k.a tiwa savege song wayitabuyeee
🇷🇼🇷🇼🇷🇼❤️❤️❤️ love from Rwanda Kigali.
Nice song kbx also Rwandan 🙌🏻🙌🏻🔥🔥🔥
Ntanumwe wogaya ngo yaririmvye nabii non non non burundian music hejuru cane
Coup de chapeau mes guys. Habuzemwo floors za Rappy boy too
🙌🙌🙌🙌 hayiye koko turu munyungu all 🇧🇮💪 mbega uburyohe
Umuzigo kbx hit to 10mil ❤🇧🇮🔥🇧🇮🔥
Belle 9ni yabikoze neza aranyemeje wallah ntakwiyicisha ama soda kbx
Waw family Music 🎵🎵🎵 Much Respect Guys 🤗🤗 Kwel Rero Mwahatwitse 🔥🔥🔥🔥💛💛💛♥️♥️♥️♥️
John Elart nailed it for sure! Nta babiri dufise nkawe mukarere 😎
Hadasha se 🔥 🔥 🔥 😂
Hagombe hashe hatokombere uwuvyemeranya nanj like hano hama twimanukire from 🇧🇮 ❤ ❤ ❤
Belle nice 🔥🔥🔥🔥🇧🇮
Habwa amashugwe yanyu mukihari kbxa 🔥🔥🔥💯
Belle 9ice 👑🔥 She's so Talented Mwumvise ukuntu yinjiye ariko ?
Hama Everybody did a great Job 🔥 You Guys Muri Talented 🔥👑
Wabibny naw
@@MIZEROTV numiwe
C'est un Bon travail 🎉🎉 avec la correction de Bell 9nce🎀, then give me my like😅
M🎉❤❤❤Belle nice 👌 respect mwiza mwabikoze bieb
Conglaturatin my b fac end inka yacu ikaze ❤❤❤❤❤❤❤❤🎉
Ngoma kali gee alivin wange nkufana vyogufpa gee umuzigo wandanje 🇧🇮🏳️🌈🏳️⚧️🇧🇴🇧🇶🇬🇧 mumpe Link 🔥🔥🔥🔥 twese tuti hahiye . hahiye
Hahiye hadashya seee
Belle9nice yafuse kbsa respect Mowkanzie nawe arazi gutamba kbsa nemeye ✌🏾🥰
Fire 🔥🔥🔥 Hahiye for sure