ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Murasamanga ivyubwoko nimutwereke abomurikumwe turabe hakaba harimwo umuhutu sha ariko twarabamenye nitugihendwa
Wewe uri ikijuju ,ingoma yanyu yarabogojwe ,kdi Imana niyo nyine yabikoze,niko haruwarusha bene wanyu guhonya ubwoko bwa abahutu Micombero na Buyoya sha ,mwaribonye kbs ,Kagame arabahenda ngo azobaha i gihugu, sawa nimukomeze nyine murindire.
Urwanko n umutima wubukoko ntahushikana uwuwufis mugnzi. Urisubirako
Nsengimana muzemuhumure amatora yahez nimubemurikinisha !
EGA,aho mubereye ibijuju,Muguma mwibaza kigihugu gitwarigwa hanze
Ndagushigikiye 100%
Ndabona Sinduhije ubu hari iyindi maturité yaronse. Umwimvirije uko avuga ubu bitandukanye ni uko yavuga 2013, 2014 et 2015
Mutama sinduhije ihorere Imana izobisobanura byose ntabwo yahebye abarundi
'omM
P
Nimuyerere mwambwamwe
Erega ivya 1960 ntivyosa nivya 2024 Abantu mwitwa ngo mwarize nimwebwe bijuju vyambere bibaho
Wew Urirofa ntamurundi Azubwenge yoba akigushigikira warofawe uwokujinyuma yoba arikijuku nkawe
Rega muvugana abishyatse atabishatse ntimuvugana rega nipresudant
Ubuho sibyabindi mwagira 2015.tubahonda mucico
Wihorere mutama ivy'iburundi bizosobanurwa n'Imana. Kandi vuba iradutabara,nayo mwebwe ntaco mushoboye
Uvuze ngo chance yanyuma......😂😂 Yarabahamagay ngo mutahe hama mubivugane ntanumw yaje bivanye n'uko harivyo mwakoze bibazibira.harageze musubire mugumure abana b'igihugu.ikibi canyu twarakibonye amacakubiri nogusumira inda zanyu nivyo mushira imbere ngo murakunda igihugu naho shwi
Nkurunziza yababwiye KO muzoshira nkifu yimijira mwibaza kababesha
Uwabivuz wew arih ubu? Ahubwo wew uvuz ibi ntunamaramara cank ngo unameny ibiba, Adolph Nsh arih? Yishw na nd? Bunyoni arih?
Ndabona haraho womutanga kuko nta giturire uzohava ngo uhereze akaburi ngo kakwanke, sindakuzi muga nawewe ntaho uri, uraremvye
Mwabigugu MWe muguma mutera amajambo mubiba urwankoo mubanyagihugu ahol gutaha tukubaka igihugu
Urarungika umuhungu wawe aze gukuraho ingoma ya ndayishimiye.
Muribesha. Urazi. Buyoyaivyoyakoze?
Aho hari kera sindu,Kera Amerika bakorera ama cents none wibaza ko ariko bikimeze
Mbabajw n'abantu biteze impinduka kuruy'umuntu ngo niwe azobogora Uburundi Umenga ntazi nivyo arimwo😢
Muhendwa nabazungu ariko ntacomuzoshikako
Uko biri kwose n'aho Uburundi bwogera ahatemba ntawokwitabaza ikirogorye nkaw
Iyimbwa yumwicanyi yishe abanyamulenge uzapfa wangara.igihutu cihinduye igitutsi
Noe yihinduye gute ?yishe abanyamurenge gute ?nsigurira numve nyakubahwa
@@bonheurNimbeshaho-qy7sy2004 barabamaze mugatumba, uyo na Rwasa n'abagenocideri
Wabuze urumogi ,Ubu waronze
ivyo Alexis avuga sivyo,kuko NKURUNZIZA ntakibi yakoreye abarundiushaka kubimenya ja mubanyagihugu bato nibo bazi ivyarivyo.Uje rero kwerekanainguvu zo gutembagaza ubutegetsi bwatowe,ugasanga ntabanyagihugubari inyuma yawe,vako kuko ntakindi uzobona atari ivyago.Alexis rero yokwotonda naho twoba mubibazokandi nivyo,umuti si ALEXIS SINDUHIJE.Ashoboye bike
Ubu twarabamenye na Musaga nk8zongera kuduhenda
Taha mugihugu nako kagwi kawe mwishikane mucirirwe imanza,inzara ndabona irakurembej muzoshirira iyo.nk'ifu yimijira na shetani ntazobakira😮
@uwimuhweester-zh8meubona yokwicanyene none wokwishinga kuri faceebook na youtube ukareka gusonza hakuja kurima
iyo imihibiri irasara😂😂😂
Ewe Sinduhije sha haguruka uze ubudendure kuko wabusenye kuva kera.ariko uraza neza nimba uriko wegeranya uburyo bwo gusambura igihugu watayemwo uruzogi kubera kumbure ufise aho baguhaye nationalité abarundi isinzi bazokwerekako intare yafashe ishamba kabisa.ico noguhanura nuko woreka kuguma uruha ugwaruka uruta mukaga uhejeje ugaca wiyuririra indege.egeranya ayo 20 uyabarungikire bakore montage des projets,bashireho ama industrie ntubahamagarire kugira montage de coup d'etat.wamugome we
Voilà narizi ko wanduhevye. À barundi nduhaguruke igihugu cacu nikimwe
Urikibwa kabisa
Uurakumbuye Sogokuru Nkurunziza 😂😂😂😂
Harageze ko utaha I burundi mwene data.
Ewe wakazehe nwarukeya ntubona kushaje
Sha Aho wabukaranga twari munsi y'urujo.ehe ngukebure uburundi ntubwitiranye nibindi bihugu sha .Naho dukenye ndavyemera tuzoguma dutora CNDD FDD uzotangara ubonye dutoye CNDD FDD ijana kwijana kandi turi mubukene .ubukene uvuga tuburimwo buratubabaza ariko kuko tuzi iyo bwazananye nuwotubwira abudukize ariko tumutore ntitwokwemera .rero ba urigirira irigara kuko ntiwoshobora gukoresha amaboko yawe ntakindi mushoboye atari kuvuga gusa .
Nta sinduhije hovuga nabandi.
CNDD FDD ntawuzotumwanya wiwe ngo arayikura kubutegetsi. Abo bazotanga imihoho bonyene! Gusa mbabajwe n'abazoja k'ubutegetsi kuko aho u Burundi bugeze ubu n'ah'Imana gusa nta guvu canke ubwenge bw'umwana w'umuntu buzo zanzamura u Burundi.
Abarundi mugomba gucana kumaso Izi ngegera zaba politisiye ntize zibateranye ngo zubasubize mumoko abarundi Cg reta yuburundi amakuru mite Yigaragaza igerageza kuha abanyagihugu guhumeka Kuko iyo benshi baba mumahanga mbona Burira indege bagataha yewe bashaka bagasohoka bakajya iyo bashatse Ntawe usubirayo ngo bamwiruke inyuma bamubaza aho yahora, Inzara cg ubucyene biri hose Aba biyita cg bashaka kwigira abacunguzi babarundi nibo birura cyangwa ibisambo Kabisa murwanye Abantu nkaba bashaka gusubiza abarundi muntambara ngo murakuraho ubutegetsi, Niba abarundi Murimo incabwenge koko mwibaza neza barya Bakunze gutera ibisasu mubanyagihugu ko ari reta ibikora? Ntimutecyereze Kure Abadurumbanya umutekano wigihugu ni Aba bagabo nufukipe twabo none amahoro cg imikorere Mwiza yigihugu igomba kugerwaho ari uko Bagombye kwica abanyagihugu? ibyo Niki none niba atari urugomo?
Nibisuma million 40$ batwara baveho namashetani nimana irabarindiriye ibahembe kazi keza
Ubwo bujuju bwuwo mujenjeka agomba asubire ate kurisongoye urundi rwaruka, baraza babereke uko imtama..., muzovugira aho muri nk'inanga
Mwebwe nimwe muguma igihugu kidatera imbere. Non icombaza nivyo ibint vyaraduz naho bitari kurugero rumwe. Imbere Yuko wigisha injiji. Baza mubindi bihugu igih waruka wew ibintu uko vyqgugwaa uce ubaza ubu aho bigezee. Niho wotanga akarorero kumvikana. Non igih waruka impen yaguhwa angaheee. Ibujumbira mwari mufise amabarababra angana. Gute
We paysan mkulima si urudi kwenu ma birimani. Mshajuwa kutumikisha youtube mnaanza kuropokaropoka. Genda mwubake iwanyu mureke bujumbura none turabe. Mwigira abntu bakijije Uburundi mukigira abantu barokoye uburundi. Subira iwanyu kuragira impene je dis bien iwanyuuu kuko aha Bujumbura hafise ba nyeneho.Bande d'analphabètes.
amatora arageze muratanguye kuyavuga
Ndabaramukije bashingantahe
reka iterabwoba kuko ntaco rizogushikanako. Niwirire amanyaburayi wiryamire. Buri gihugu kirisa, Uburayi n'Uburundi biratandukanye. Iyo ni propagande nkiya 2015, ariko ntaco muzoshikako. BANDANYA UHOHA.
Can gose❤ 15:56
Sinduhije nivyiza kuvuga ko ubwoko bw'Iburundi ari ubwoko bumwe. Ubwoko n'Abarundi- Ururimi rumwe-ia même croyance...Hari imiryango mwyinshi mubahutu, no mubatutsi n'imirango y'abattwa myishi yitiranwa n'iy'abahutu n'iy'abatutsi nk'abanyakarama, abenengwe!Ariko Sinduhije, wokwisigura icatumye uvuga ko atarya ma contenders y"imipanga Ndayishimiye na Kikwete binjije???
NDo kwemerera ko uri umugabo ufashe iyo mukibira kurya kwa Nkurunziza. Naho ukivugira iburaya uzoririiiiimba uhebe uruhe manda ya 2 ya Ndayishimiye zihere nuwundi yiyongere zihere. Aho uri uraza Nyangoma uko vyamugendekeye gushika nahari ubu
Reassemble fort a un bon predicateur.. .
Mwa bijuju mwe! Dawudi na Sawuli babayeho mu gihe kimwe? Muragarukana MICOMBERO, nako MICOMIBI, abafashe. Ishano mwakoreye Abarundi kuva muhonya imiryango y'abami b'abarundi gushika ejo bundi mugandagura Pierre Nkurunziza, nta munyakuri atabizi. Mukinda mugaramye ngo igihugu gihagarare ariko ntikizohagarara. Imana ikibamwo.
Abahima mwasaze muriko muriyahura ntanisoni mufise kuvuga Neva Umuvyeyi w'Uburundi n'Abarundi
Abahima uje ubakurahe?
nuko kugomata kwawe ndumva ataco womarira igihugu guma iyuri
Abarundi nyimba bashonj wobaha indya uri irofa
Ugonurumogi uhaze karibu imbibi ziruguruye barakwakira mugabo ntubahende ngobaze usigare muzanane
Wakiguguwee😂😂😂😂😂😂😂
Mujehamwe mwabagabo mwe . Utudumbidumbi wapi .
we bandi reka kubesha abantu mwenye wa tutsi muko n'a nzigo n'amcakubiri CNDD FFDD for life
Umuhutu yoba acuditse nawe ntiyoba akomeye kweri 🤣🤣
❤
Yeah
Huuu urahumba!!!Ndumva bwabusazi mwategwa navyabiyayuramutwe ntibirabaheramwo mwanwa 2015 .Ngugomba gukura Neva?Ingo none rukumwe!!
Ww urikijuju,muzorindira ubutegetsi amaso azoherera mukirere
CNDD-FDD s'umugambwe wa NEVER canke REVERIEN,n'Inama y'abanyagihugu baharanira demokarasi,ingabo zigwanira demokarasi.N'abanyagihugu bayishinze ,nibo beneyo,naho twokena gutekuri CNDD-FDD ntituvako.Naho twocanamwo mukibazo ca systeme tuvoma dushira hamwe
Ewe sinduhije harijambo uvuze ryikinyoma kweli 😆😆 ntamunyepolitike numwe yogira politique yokugaburira umwenegihugu muribisambo murabokwuzuza indazanyugusa ntahomuzogenda mubaye nka Dawidi kuko mwese muvuguko mudukinakumivyima yamagorwa muduteza gusa ntiwumvako urikuvuga konamwe mwipfuza nkurunziza pfawambaye ntawuzovugana nawe iyininzozi rekatwipfire vyose mubifise mwuruhara
Ncanibuka kera ukirumusore urahira ngo jewe ngotawuzonkura ngaha ndakendamama ngo nomumpimba 😂😂😂😂 kumbe agapaseport kari tayari 😂😂😂😂 abatabizi nibo bawunyoye
Egooo kl uvuze ukuri ikosa nitwebwe kubera tuguma dufise igitambara ku maso tutugera dushaka impinduka benshi ni bampemuke ndamuke Aho rro évolution mu Burundi tuzoyumva ku matwi sinkubeshe
Amoko muyareke kuko ni uguhenda abenegihugu.None ko Rwasa yahora avuga ngo abatutsi ni babi none abahutu ko ko bagiye kumwica , Neva ko amumereye nabi
Ntiyomushobora gwasa ni légende
Komera mutama uvugukuri nuko ubwira intumva❤
Urahaze
2015 kutagiye imbere
Ngo "...il faut y'uko duhaguruka..." Muhaguruka gukoriki?gutera ama grenades muri ville?kwica abantu mugatumba?gushuhurira urwaruka mw'ibarabara ? Ubwonko buzobahindukana ivyondo.
Bible niyubwoko hw'abayahudi kandi ntamuyahudi w'umuhutu ubaho
Imbwa mugupfa iramoka sha tuguma tukwiteze Nkurunziza yarakweretse kuri muto gose yasize amavubi uriyahura urabe
Wewe urabeshe kabisa kuko ntaco mumaze atarukuryanisha abarudi
On se deteste subtilement, mais quelle folie? Ninde yabimubwiye?
Haaaaaa, uburozi barya mu banzu bwarababoreye ntibakimenya gutandukanya ibihe!!!! Ikinjana kigiye guhera twisamburirako nk'impene 😢dusigaye twipfuza basi intwaro ya CAMI nayo ivyaba president n'ukuvuruga gusa imyaka yose, nukwica abacu bazira inyungu z'utugwi tw'inda ndende zidahomwa!!
Mr Sinduhije, evec ce decor derriere vous ca va pas deja!
Erega ikibazo nuko utegera aho uwo witwa umwansi ari uguma uvugira hiyo
Nkurunziza yarabakuye amaboyi basha be murayebayeba mububirigi
Igihugu tuzogiha Gwasa abasigaye mwaragitaye mwarahunze rero uwotibona ywizeye ni gwasa niwe twizeye kwazokura igihugu mumanga
Rwasa naw arashobora kugira nk'abandi ariko turamwizeye
Reka gusamaza abenegihugu murugamba turimwo Rw kurwanya ubukene
Gen major Ndayishimiye Evariste président wacu yavako atavako ntaco uzohanoba kuko nubwo yojako hajako uwundi ameze nkawe 100% kuko twese imbono ya polique nimwe .uwo turwana turamuzi .umwansi dufise numwe .igiti ntigigukora mujisho 2
Wewe umeze nkuwuraho ngo naho nopfa n'inzara hatwara umuhutu ntaco...uwundi nawe ati nopfuma ntotezwa n'abahutu biwacu ntaco bitwaye....uwabaroze yabatwaye n'ubwenge bwose...niko babigisha ng'umwansi mufise n'umwe?😂
Ayo mashi n'ayabantu bangahe?
Tubwire ico twoko kugira ivyo ubona bitameze neza vyohera tubwire umuti wivyovyose
Ivyo bitoro ndababaye kuba atabihari .ariko nkwibarize kera mwikomine nzima haba hariho imodoka zibinwesha zingahe ??? Ubu hari zingahe ?? . Ivyo twarabitahuye sha fata isuka urime ntayandi mahungiro .ikena ryamadorare ririho Alexis ariko turazi iyo rizanana .si kwa président oya .niyo mpamvu gutora ni 100%. Erega Alexis ntiwibagireko abantu Bose Ubu bahumutse .humuka nawe .Uzi kuba inyuma yigihugu uko bibabaza ???? Emwe sejo sihiryayejo uracahabaye kiretse uciye bugufi cane ugasaba imbabazi .atariko buricwa n'a hiver nanje mbe ndagenda namaguru kugatumba
Kuko ntiwoshobora kugereranya ivyakera nivyubu kuko ubu abantwaragiriye ahubwo tubwira icogwa tuve mumajambo yokunegura banaka wapi
Urikurarogota urikuratogotwa kubera yakwimye umubonano tock0
Uyu numwicanyi yamaze abanyamulenge agomba gufungwa
Bamunywa ruke
Muganira mubiki murafitaniye ama dili? mandat mwashwaniye nyenevyo ntiyitahiye?mutama mumureke yitwarire Eden mumahoro namw mubandanye mumukoshereza hiyo twiburira idolar mugihugu Imana irababona
Ingo ubivugire mu Burundi,abayaga Bari kure baba batukana!
Oya ntamurundi azosubira kubatega umatwi kuko ntawuzopfa yibagiye abo mwataye murudubi 2015 mugaca mutungwa nayo mwameze
Mwe muri ibikoresho bya Kagame nta kuvugana na mwe 😂Ndayishimiye ni umugabo ashaka ko Uburundi bwigenga 👍Naho nwe ni inda nini mukaba ibikoresho 😂
Urumva iyo mbwa ga nani! "Ngo bavuga yuko?" Urabivuga nkaho weho bitanakuraba,ariko ninavyo ntibikuraba kuko siho uri. Hama ivyo uvuga ngo igihugu buca gihagarara,urahumba ntakizohagarara.
Ahubwo ubwonko bwanyu nibwo bwasenyutse. Reka kwidigadiga 😂😂😂
7:06 rekareka ntusubire guhenda abana b'igihugu ngo bagumuke ngo bafate igihugu . Ababikoze n'ubu bamwe bavundiye mugasho nawe uriko wlnywera akavinyu Hiyo hanze. Teshw'ute twaraguhinyuye.
Amashi ashemeza shetani Yo murayakoma
Mwebwe mwarahie mumutwe ivyo mubona bihue ntumbona ko uwo arumuntu yabivuze aca afata iyindi namavuwo yarko akoresha ashirako Ayo masanamu!!!?Murarushe amarira arageze mutere akajagari.ruzobamwa nimwarukarisha
Alexis ndaguhanuye reka kwita mubibazo bindi ivyo ufise birahagije . abarundi baraciye ubwenge ivyo utubwira vyose turabona intumbero yavyo .rero tahurako abarundi twaciye ubwenge sibimwe vya kera .ehe nkwereke none KO uriko ugirisha inama muri salle kuki utatweretse Abo uriko ugirisha inama Aho abantu 4 nibo uhagaze imbere ngo ninama ???
Sinduhije wewerindirira iyuri Hama usezerisi ivyuvuga ntavyowoshobora
None ngaho wew uwoguha igihugu wobikora ivyuvuga wamukingawe bamureka Politik zubugodyi mbega mwibazako Abarundi Aribijuju Jew maze gutembera ibihugu bitari bike Igihugu camber nabonye ibintu bizimbutse ivyokurya muburundi
Harico Alexis utazi .turi prêt gukosora umwansi wabarundi hamwe atazosubira mbere nokwinyagaza .rindira umwanya nugera uzobibona .kandi burya uzosuka benshi .ntibaze barire bandaba.abo mwahenze 2015 Ubu barihe ?????
Opposition yazanywe na Satani. Dawidi ntabwo yakuye ku Ngoma Sauli kandi ntiyigeze amurwanya, kandi ntiyamuvuga nabi ngo amutuke. Twubahe kandi twumvire abaganza, kiretse mugihe batubwiye gukora ibitandukanye n'ubugombe bw'Imana. Dawidi rero Yarasubiriye Sauli kubera igihe c'Imana cari kigeze. Gusa kimwe Abarundi twige kubana, bitabaye uko tuzokwama turyana, twiruka. Abanyapolitike bokwirinda kujuragiza abenegihugu. Uwo mutama Sinduhije ndumva atanguye quand meme kuvuga Ijambo ry'Imana, komereza aho kuko kwubaha Imana niryo tanguriro ry'ubwenge. Igihugu cacu ntikigahagarare, ejo ni heza.
Aho mwavugiye ko musenyura abatware babi ni kuva ryari?
Bikomagunaweturavyibagiyenone😂
Muraza umuti wama uteguye kandi muzowunywa kabisa
Murasamanga ivyubwoko nimutwereke abomurikumwe turabe hakaba harimwo umuhutu sha ariko twarabamenye nitugihendwa
Wewe uri ikijuju ,ingoma yanyu yarabogojwe ,kdi Imana niyo nyine yabikoze,niko haruwarusha bene wanyu guhonya ubwoko bwa abahutu Micombero na Buyoya sha ,mwaribonye kbs ,Kagame arabahenda ngo azobaha i gihugu, sawa nimukomeze nyine murindire.
Urwanko n umutima wubukoko ntahushikana uwuwufis mugnzi. Urisubirako
Nsengimana muzemuhumure amatora yahez nimubemurikinisha !
EGA,aho mubereye ibijuju,
Muguma mwibaza kigihugu gitwarigwa hanze
Ndagushigikiye 100%
Ndabona Sinduhije ubu hari iyindi maturité yaronse. Umwimvirije uko avuga ubu bitandukanye ni uko yavuga 2013, 2014 et 2015
Mutama sinduhije ihorere Imana izobisobanura byose ntabwo yahebye abarundi
'om
M
P
Nimuyerere mwambwamwe
Erega ivya 1960 ntivyosa nivya 2024
Abantu mwitwa ngo mwarize nimwebwe bijuju vyambere bibaho
Wew Urirofa ntamurundi Azubwenge yoba akigushigikira warofawe uwokujinyuma yoba arikijuku nkawe
Rega muvugana abishyatse atabishatse ntimuvugana rega nipresudant
Ubuho sibyabindi mwagira 2015.tubahonda mucico
Wihorere mutama ivy'iburundi bizosobanurwa n'Imana. Kandi vuba iradutabara,nayo mwebwe ntaco mushoboye
Uvuze ngo chance yanyuma......😂😂
Yarabahamagay ngo mutahe hama mubivugane ntanumw yaje bivanye n'uko harivyo mwakoze bibazibira.harageze musubire mugumure abana b'igihugu.ikibi canyu twarakibonye amacakubiri nogusumira inda zanyu nivyo mushira imbere ngo murakunda igihugu naho shwi
Nkurunziza yababwiye KO muzoshira nkifu yimijira mwibaza kababesha
Uwabivuz wew arih ubu? Ahubwo wew uvuz ibi ntunamaramara cank ngo unameny ibiba, Adolph Nsh arih? Yishw na nd? Bunyoni arih?
Ndabona haraho womutanga kuko nta giturire uzohava ngo uhereze akaburi ngo kakwanke, sindakuzi muga nawewe ntaho uri, uraremvye
Mwabigugu MWe muguma mutera amajambo mubiba urwankoo mubanyagihugu ahol gutaha tukubaka igihugu
Urarungika umuhungu wawe aze gukuraho ingoma ya ndayishimiye.
Muribesha. Urazi. Buyoyaivyoyakoze?
Aho hari kera sindu,
Kera Amerika bakorera ama cents none wibaza ko ariko bikimeze
Mbabajw n'abantu biteze impinduka kuruy'umuntu ngo niwe azobogora Uburundi
Umenga ntazi nivyo arimwo😢
Muhendwa nabazungu ariko ntacomuzoshikako
Uko biri kwose n'aho Uburundi bwogera ahatemba ntawokwitabaza ikirogorye nkaw
Iyimbwa yumwicanyi yishe abanyamulenge uzapfa wangara.igihutu cihinduye igitutsi
Noe yihinduye gute ?yishe abanyamurenge gute ?nsigurira numve nyakubahwa
@@bonheurNimbeshaho-qy7sy2004 barabamaze mugatumba, uyo na Rwasa n'abagenocideri
Wabuze urumogi ,Ubu waronze
ivyo Alexis avuga sivyo,kuko NKURUNZIZA ntakibi yakoreye abarundi
ushaka kubimenya ja mubanyagihugu bato nibo bazi ivyarivyo.Uje rero kwerekana
inguvu zo gutembagaza ubutegetsi bwatowe,ugasanga ntabanyagihugu
bari inyuma yawe,vako kuko ntakindi uzobona atari ivyago.Alexis rero yokwotonda naho twoba mubibazo
kandi nivyo,umuti si ALEXIS SINDUHIJE.Ashoboye bike
Ubu twarabamenye na Musaga nk8zongera kuduhenda
Taha mugihugu nako kagwi kawe mwishikane mucirirwe imanza,inzara ndabona irakurembej muzoshirira iyo.nk'ifu yimijira na shetani ntazobakira😮
@uwimuhweester-zh8meubona yokwicanyene none wokwishinga kuri faceebook na youtube ukareka gusonza hakuja kurima
iyo imihibiri irasara😂😂😂
Ewe Sinduhije sha haguruka uze ubudendure kuko wabusenye kuva kera.ariko uraza neza nimba uriko wegeranya uburyo bwo gusambura igihugu watayemwo uruzogi kubera kumbure ufise aho baguhaye nationalité abarundi isinzi bazokwerekako intare yafashe ishamba kabisa.ico noguhanura nuko woreka kuguma uruha ugwaruka uruta mukaga uhejeje ugaca wiyuririra indege.egeranya ayo 20 uyabarungikire bakore montage des projets,bashireho ama industrie ntubahamagarire kugira montage de coup d'etat.wamugome we
Voilà narizi ko wanduhevye. À barundi nduhaguruke igihugu cacu nikimwe
Urikibwa kabisa
Uurakumbuye Sogokuru Nkurunziza 😂😂😂😂
Harageze ko utaha I burundi mwene data.
Ewe wakazehe nwarukeya ntubona kushaje
Sha Aho wabukaranga twari munsi y'urujo.ehe ngukebure uburundi ntubwitiranye nibindi bihugu sha .Naho dukenye ndavyemera tuzoguma dutora CNDD FDD uzotangara ubonye dutoye CNDD FDD ijana kwijana kandi turi mubukene .ubukene uvuga tuburimwo buratubabaza ariko kuko tuzi iyo bwazananye nuwotubwira abudukize ariko tumutore ntitwokwemera .rero ba urigirira irigara kuko ntiwoshobora gukoresha amaboko yawe ntakindi mushoboye atari kuvuga gusa .
Nta sinduhije hovuga nabandi.
CNDD FDD ntawuzotumwanya wiwe ngo arayikura kubutegetsi. Abo bazotanga imihoho bonyene! Gusa mbabajwe n'abazoja k'ubutegetsi kuko aho u Burundi bugeze ubu n'ah'Imana gusa nta guvu canke ubwenge bw'umwana w'umuntu buzo zanzamura u Burundi.
Abarundi mugomba gucana kumaso Izi ngegera zaba politisiye ntize zibateranye ngo zubasubize mumoko abarundi Cg reta yuburundi amakuru mite Yigaragaza igerageza kuha abanyagihugu guhumeka Kuko iyo benshi baba mumahanga mbona Burira indege bagataha yewe bashaka bagasohoka bakajya iyo bashatse Ntawe usubirayo ngo bamwiruke inyuma bamubaza aho yahora, Inzara cg ubucyene biri hose Aba biyita cg bashaka kwigira abacunguzi babarundi nibo birura cyangwa ibisambo Kabisa murwanye Abantu nkaba bashaka gusubiza abarundi muntambara ngo murakuraho ubutegetsi, Niba abarundi Murimo incabwenge koko mwibaza neza barya Bakunze gutera ibisasu mubanyagihugu ko ari reta ibikora? Ntimutecyereze Kure Abadurumbanya umutekano wigihugu ni Aba bagabo nufukipe twabo none amahoro cg imikorere Mwiza yigihugu igomba kugerwaho ari uko Bagombye kwica abanyagihugu? ibyo Niki none niba atari urugomo?
Nibisuma million 40$ batwara baveho namashetani nimana irabarindiriye ibahembe kazi keza
Ubwo bujuju bwuwo mujenjeka agomba asubire ate kurisongoye urundi rwaruka, baraza babereke uko imtama..., muzovugira aho muri nk'inanga
Mwebwe nimwe muguma igihugu kidatera imbere. Non icombaza nivyo ibint vyaraduz naho bitari kurugero rumwe. Imbere Yuko wigisha injiji. Baza mubindi bihugu igih waruka wew ibintu uko vyqgugwaa uce ubaza ubu aho bigezee. Niho wotanga akarorero kumvikana. Non igih waruka impen yaguhwa angaheee. Ibujumbira mwari mufise amabarababra angana. Gute
We paysan mkulima si urudi kwenu ma birimani. Mshajuwa kutumikisha youtube mnaanza kuropokaropoka. Genda mwubake iwanyu mureke bujumbura none turabe. Mwigira abntu bakijije Uburundi mukigira abantu barokoye uburundi. Subira iwanyu kuragira impene je dis bien iwanyuuu kuko aha Bujumbura hafise ba nyeneho.
Bande d'analphabètes.
amatora arageze muratanguye kuyavuga
Ndabaramukije bashingantahe
reka iterabwoba kuko ntaco rizogushikanako. Niwirire amanyaburayi wiryamire. Buri gihugu kirisa, Uburayi n'Uburundi biratandukanye. Iyo ni propagande nkiya 2015, ariko ntaco muzoshikako. BANDANYA UHOHA.
Can gose❤ 15:56
Sinduhije nivyiza kuvuga ko ubwoko bw'Iburundi ari ubwoko bumwe. Ubwoko n'Abarundi- Ururimi rumwe-ia même croyance...Hari imiryango mwyinshi mubahutu, no mubatutsi n'imirango y'abattwa myishi yitiranwa n'iy'abahutu n'iy'abatutsi nk'abanyakarama, abenengwe!
Ariko Sinduhije, wokwisigura icatumye uvuga ko atarya ma contenders y"imipanga Ndayishimiye na Kikwete binjije???
NDo kwemerera ko uri umugabo ufashe iyo mukibira kurya kwa Nkurunziza. Naho ukivugira iburaya uzoririiiiimba uhebe uruhe manda ya 2 ya Ndayishimiye zihere nuwundi yiyongere zihere. Aho uri uraza Nyangoma uko vyamugendekeye gushika nahari ubu
Reassemble fort a un bon predicateur.. .
Mwa bijuju mwe! Dawudi na Sawuli babayeho mu gihe kimwe?
Muragarukana MICOMBERO, nako MICOMIBI, abafashe. Ishano mwakoreye Abarundi kuva muhonya imiryango y'abami b'abarundi gushika ejo bundi mugandagura Pierre Nkurunziza, nta munyakuri atabizi. Mukinda mugaramye ngo igihugu gihagarare ariko ntikizohagarara. Imana ikibamwo.
Abahima mwasaze muriko muriyahura ntanisoni mufise kuvuga Neva Umuvyeyi w'Uburundi n'Abarundi
Abahima uje ubakurahe?
nuko kugomata kwawe ndumva ataco womarira igihugu guma iyuri
Abarundi nyimba bashonj wobaha indya uri irofa
Ugonurumogi uhaze karibu imbibi ziruguruye barakwakira mugabo ntubahende ngobaze usigare muzanane
Wakiguguwee😂😂😂😂😂😂😂
Mujehamwe mwabagabo mwe . Utudumbidumbi wapi .
we bandi reka kubesha abantu mwenye wa tutsi muko n'a nzigo n'amcakubiri CNDD FFDD for life
Umuhutu yoba acuditse nawe ntiyoba akomeye kweri 🤣🤣
❤
Yeah
Huuu urahumba!!!Ndumva bwabusazi mwategwa navyabiyayuramutwe ntibirabaheramwo mwanwa 2015 .Ngugomba gukura Neva?Ingo none rukumwe!!
Ww urikijuju,muzorindira ubutegetsi amaso azoherera mukirere
CNDD-FDD s'umugambwe wa NEVER canke REVERIEN,n'Inama y'abanyagihugu baharanira
demokarasi,ingabo zigwanira demokarasi.N'abanyagihugu bayishinze ,nibo beneyo,naho twokena gute
kuri CNDD-FDD ntituvako.Naho twocanamwo mukibazo ca systeme tuvoma dushira hamwe
Ewe sinduhije harijambo uvuze ryikinyoma kweli 😆😆 ntamunyepolitike numwe yogira politique yokugaburira umwenegihugu muribisambo murabokwuzuza indazanyugusa ntahomuzogenda mubaye nka Dawidi kuko mwese muvuguko mudukinakumivyima yamagorwa muduteza gusa ntiwumvako urikuvuga konamwe mwipfuza nkurunziza pfawambaye ntawuzovugana nawe iyininzozi rekatwipfire vyose mubifise mwuruhara
Ncanibuka kera ukirumusore urahira ngo jewe ngotawuzonkura ngaha ndakendamama ngo nomumpimba 😂😂😂😂 kumbe agapaseport kari tayari 😂😂😂😂 abatabizi nibo bawunyoye
Egooo kl uvuze ukuri ikosa nitwebwe kubera tuguma dufise igitambara ku maso tutugera dushaka impinduka benshi ni bampemuke ndamuke Aho rro évolution mu Burundi tuzoyumva ku matwi sinkubeshe
Amoko muyareke kuko ni uguhenda abenegihugu.None ko Rwasa yahora avuga ngo abatutsi ni babi none abahutu ko ko bagiye kumwica , Neva ko amumereye nabi
Ntiyomushobora gwasa ni légende
Komera mutama uvugukuri nuko ubwira intumva❤
Urahaze
2015 kutagiye imbere
Ngo "...il faut y'uko duhaguruka..." Muhaguruka gukoriki?gutera ama grenades muri ville?kwica abantu mugatumba?gushuhurira urwaruka mw'ibarabara ? Ubwonko buzobahindukana ivyondo.
Bible niyubwoko hw'abayahudi kandi ntamuyahudi w'umuhutu ubaho
Imbwa mugupfa iramoka sha tuguma tukwiteze Nkurunziza yarakweretse kuri muto gose yasize amavubi uriyahura urabe
Wewe urabeshe kabisa kuko ntaco mumaze atarukuryanisha abarudi
On se deteste subtilement, mais quelle folie? Ninde yabimubwiye?
Haaaaaa, uburozi barya mu banzu bwarababoreye ntibakimenya gutandukanya ibihe!!!! Ikinjana kigiye guhera twisamburirako nk'impene 😢dusigaye twipfuza basi intwaro ya CAMI nayo ivyaba president n'ukuvuruga gusa imyaka yose, nukwica abacu bazira inyungu z'utugwi tw'inda ndende zidahomwa!!
Mr Sinduhije, evec ce decor derriere vous ca va pas deja!
Erega ikibazo nuko utegera aho uwo witwa umwansi ari uguma uvugira hiyo
Nkurunziza yarabakuye amaboyi basha be murayebayeba mububirigi
Igihugu tuzogiha Gwasa abasigaye mwaragitaye mwarahunze rero uwotibona ywizeye ni gwasa niwe twizeye kwazokura igihugu mumanga
Rwasa naw arashobora kugira nk'abandi ariko turamwizeye
Reka gusamaza abenegihugu murugamba turimwo Rw kurwanya ubukene
Gen major Ndayishimiye Evariste président wacu yavako atavako ntaco uzohanoba kuko nubwo yojako hajako uwundi ameze nkawe 100% kuko twese imbono ya polique nimwe .uwo turwana turamuzi .umwansi dufise numwe .igiti ntigigukora mujisho 2
Wewe umeze nkuwuraho ngo naho nopfa n'inzara hatwara umuhutu ntaco...uwundi nawe ati nopfuma ntotezwa n'abahutu biwacu ntaco bitwaye....uwabaroze yabatwaye n'ubwenge bwose...niko babigisha ng'umwansi mufise n'umwe?😂
Ayo mashi n'ayabantu bangahe?
Tubwire ico twoko kugira ivyo ubona bitameze neza vyohera tubwire umuti wivyovyose
Ivyo bitoro ndababaye kuba atabihari .ariko nkwibarize kera mwikomine nzima haba hariho imodoka zibinwesha zingahe ??? Ubu hari zingahe ?? . Ivyo twarabitahuye sha fata isuka urime ntayandi mahungiro .ikena ryamadorare ririho Alexis ariko turazi iyo rizanana .si kwa président oya .niyo mpamvu gutora ni 100%. Erega Alexis ntiwibagireko abantu Bose Ubu bahumutse .humuka nawe .Uzi kuba inyuma yigihugu uko bibabaza ???? Emwe sejo sihiryayejo uracahabaye kiretse uciye bugufi cane ugasaba imbabazi .atariko buricwa n'a hiver nanje mbe ndagenda namaguru kugatumba
Kuko ntiwoshobora kugereranya ivyakera nivyubu kuko ubu abantwaragiriye ahubwo tubwira icogwa tuve mumajambo yokunegura banaka wapi
Urikurarogota urikuratogotwa kubera yakwimye umubonano tock0
Uyu numwicanyi yamaze abanyamulenge agomba gufungwa
Bamunywa ruke
Muganira mubiki murafitaniye ama dili? mandat mwashwaniye nyenevyo ntiyitahiye?mutama mumureke yitwarire Eden mumahoro namw mubandanye mumukoshereza hiyo twiburira idolar mugihugu Imana irababona
Ingo ubivugire mu Burundi,abayaga Bari kure baba batukana!
Oya ntamurundi azosubira kubatega umatwi kuko ntawuzopfa yibagiye abo mwataye murudubi 2015 mugaca mutungwa nayo mwameze
Mwe muri ibikoresho bya Kagame nta kuvugana na mwe 😂
Ndayishimiye ni umugabo ashaka ko Uburundi bwigenga 👍
Naho nwe ni inda nini mukaba ibikoresho 😂
Urumva iyo mbwa ga nani! "Ngo bavuga yuko?" Urabivuga nkaho weho bitanakuraba,ariko ninavyo ntibikuraba kuko siho uri. Hama ivyo uvuga ngo igihugu buca gihagarara,urahumba ntakizohagarara.
Ahubwo ubwonko bwanyu nibwo bwasenyutse. Reka kwidigadiga 😂😂😂
7:06 rekareka ntusubire guhenda abana b'igihugu ngo bagumuke ngo bafate igihugu . Ababikoze n'ubu bamwe bavundiye mugasho nawe uriko wlnywera akavinyu Hiyo hanze. Teshw'ute twaraguhinyuye.
Amashi ashemeza shetani
Yo murayakoma