INKEBUZO KU BAVYEYI Short Film by The Gift Films Society|Burundian Movies|EAST AFRICA MOVIE|

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 10 ก.พ. 2025
  • INKEBUZO SERIES ni udukino muzohora mukurikirana kuri Homewood TV bugakinwa n'umurwi GFS(Gift Films Society)igahinyanyurirwa muri 257 Films Production.
    Nimba hari ivyo ubona twokebura aho mu kibano twandikire muri commentaire canke utwandkire kuri facebook,instagram,twitter
    no kuri E_mail: homewoodburundi@gmail.com
    Fyonda kuri SUBSCRIBE na NOTIFICATION kugira ubandanye ubona amakuru yacu aca kuri TV yacu ariyo yanyu HOMEWOOD TV.
    For more info:
    homewoodburundi : homewoodburundi@gmail.com
    Whatsapp Number: +257 79 954 731
    Homewood TV Together we can move forward
    Dukunde ivy'iwacu
    Dutezimbere ivy'iwacu
    Dushigikire ivy'iwacu
    #INKEBUZOKUBAVYEYI #SUBSCRIBE

ความคิดเห็น • 22

  • @BigRoRo28
    @BigRoRo28 4 ปีที่แล้ว +9

    Komeza muduhe kbx
    Uwaryohew na flm ampe like

  • @zainabzainab9803
    @zainabzainab9803 3 ปีที่แล้ว

    Ninkebuzo kweli 🙏🙏🙏 Ndabakunda chane muterimbe

  • @zainabzainab9803
    @zainabzainab9803 3 ปีที่แล้ว

    Hahaha kimugongo mbavu zangu mtazilipa 😀😀😀😀😀🤣🤣🤣💪💪💪💪💪💪

  • @zainabzainab9803
    @zainabzainab9803 3 ปีที่แล้ว

    Abavyeyi bamwe bamwe nitqə twonona abana 🥺🥺🥺🥺🥺ninyigisho zikwiye🙏🙏🙏🙏❤️❤️❤️

  • @esther8032
    @esther8032 4 ปีที่แล้ว +2

    murakoze kumpanuro nziza

  • @angekritsa4256
    @angekritsa4256 4 ปีที่แล้ว

    Ringatere😅😅😅😅😅😅😅👍

  • @hatungimanaclaudette6644
    @hatungimanaclaudette6644 4 ปีที่แล้ว +1

    Mukomereze aho murashoboye

  • @alicengozi1606
    @alicengozi1606 4 ปีที่แล้ว

    🤣🤣🤣🤣nukur muranyuzuza nukur mukomerezah

  • @ddnn2706
    @ddnn2706 4 ปีที่แล้ว

    Mukomez mutange impanuro kwer kuber harih abavyey bamezuk

  • @doradora653
    @doradora653 4 ปีที่แล้ว

    Ngo Emaman waringaho 😀😀😀 uranyica nkahwera🤝🤝🤝

  • @umuhozamchantal7506
    @umuhozamchantal7506 4 ปีที่แล้ว +1

    Isomo riraryoshye

  • @umuhozamchantal7506
    @umuhozamchantal7506 4 ปีที่แล้ว

    Ntibyoroshye kbsa umwana usinda kuriya

  • @user-js4yi6xg4y
    @user-js4yi6xg4y 2 ปีที่แล้ว

    yoooo

  • @buteranoresirakiv4767
    @buteranoresirakiv4767 4 ปีที่แล้ว

    Mbaye uwagatanu

  • @alida-nadegeirankunda1395
    @alida-nadegeirankunda1395 4 ปีที่แล้ว

    Komereza aho kabisa murashoboye

    • @josephciza7214
      @josephciza7214 4 ปีที่แล้ว

      Alida-Nadege Irankunda

    • @elisa3242
      @elisa3242 4 ปีที่แล้ว

      Yesu abahezagire cane kumpanuro muza muduha

  • @belysekwizera1033
    @belysekwizera1033 4 ปีที่แล้ว

    Abumva nibumv

  • @niyukurifaustin1038
    @niyukurifaustin1038 4 ปีที่แล้ว +1

    Vrt Bigup saaana kuri GFS na HOMEWOOD TV.QUITE COLOR and SOUND.

  • @amenahalshahrani112
    @amenahalshahrani112 4 ปีที่แล้ว

    🇧🇮🤣🤣🤣🤣😂🤣🇸🇦