Mu rugendo Inkebuzo mu ntara ya Gitega umukuru w'Igihugu yaragendeye imigambi iriko irarangurwa

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 19 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 38

  • @hakizimanaviolette1564
    @hakizimanaviolette1564 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ubundi igihugu kirima usanga bateye imber

  • @angemarywolf2549
    @angemarywolf2549 2 หลายเดือนก่อน

    Ibihugu vyinshi vyateye imbere n'uko abategetsi bavyo bubashe iragi rya base na basekuru 'Uburimyi n'ubworozi pour le Burundi étaient signe de prospérité' apana abanyonora canke 'imbunuza' imbura kimazi. Imana-Mutima iguhe inspiration ntukangwe n'ibihuhusi bihuha ata n'impwemu bifise zo kwinjiza mumahaha yavyo. Komera Muntu w'IMANA

  • @angemarywolf2549
    @angemarywolf2549 2 หลายเดือนก่อน

    Komera kandi wubahwe kandi ukunde IMANA kuko nayo iragukunra.

  • @angemarywolf2549
    @angemarywolf2549 2 หลายเดือนก่อน

    Yakora murundi. Umwubahwa nk'uyo yibuka ko vyose tubisiga haziko.

  • @Nziga257
    @Nziga257 2 หลายเดือนก่อน +3

    Ndi nzigamasabo I matyazo impanuro nyenicubahiro president avuze kirakomeye gose burya duhindure ivyiyumviro cedutunga

  • @munyandekwejmvianney632
    @munyandekwejmvianney632 2 หลายเดือนก่อน

    Sebarundi niyubahwe mubaturagebe

  • @angemarywolf2549
    @angemarywolf2549 2 หลายเดือนก่อน

    Ntuze utinye kuvuga ukuri uze utinye abanka ivyo wavuze. Ariko ukuri wavuze kuzobamaramaza, kandi kukubere inkinzo yakingiye UBURUNDI n'abarundi.

  • @JimmyGahungu
    @JimmyGahungu 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ibi bintu vyo kuvunagura ibiti abanyagihugu barabiheba biha ishusho mbi igihugu kuberiki batokwakira umutegetsi batavunaguye ibiti

    • @LameckNgabo
      @LameckNgabo 2 หลายเดือนก่อน

      😂😂😂😂 irumuhinga mukwitahibidukikije mbega wew umaze gutera ibiti bingahe?? Mbaye wawundi ngo ayomavuta musize yesu ngo yogaburira imfuvyi nabafakazi 😅😅😅

  • @kezananafleur8480
    @kezananafleur8480 2 หลายเดือนก่อน

    Joliiiiii😢

  • @alanbronzecreations2011
    @alanbronzecreations2011 2 หลายเดือนก่อน +1

    Byari byabananiye "Azabitsinda Varisito yabukuye ku muheto😅😅😅

  • @James-y3j2v
    @James-y3j2v 2 หลายเดือนก่อน +1

    Sha abarundi ntamuperezida mufite

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian2196 2 หลายเดือนก่อน

    Azacye mukomine yagishubi murigitega yiwe nihoazabona igikenewe akareka gucahandi yirebgagiza ikomine yabayemo intwali

  • @JimmyGahungu
    @JimmyGahungu 2 หลายเดือนก่อน

    Ibidukikij barabihonya buhoro buhoro.ibaze nk'igiti kikiri gito abanyagihugu bakagihundagarako bakagica amashami gisigara ari inkokore

    • @LameckNgabo
      @LameckNgabo 2 หลายเดือนก่อน

      Ngo ayomavuta uyumugore yononer kuri yesu yogaburira imfuvyi nabapfakazi kahumenga atunze nyinshi 😅😅😅 mbega wew umaze gutera ibiti bingahe??

    • @PolycarpeGAHUNGU
      @PolycarpeGAHUNGU 2 หลายเดือนก่อน

      Hari akantu iyo babica muvyo iwawe.Mbe KO muribwa munda .Uracababaye pe

    • @JimmyGahungu
      @JimmyGahungu 2 หลายเดือนก่อน

      Abarundi Niko mwabaye murwanya uwubakebura ngo murindiriye iterambere .nne nkaho ikosa navuze ririhe? Burundi we are poor minded

    • @LameckNgabo
      @LameckNgabo 2 หลายเดือนก่อน

      @@JimmyGahungu izompanurozawe zishireso

  • @KennysonDjole
    @KennysonDjole 2 หลายเดือนก่อน

    𝐔𝐦𝐮𝐧𝐭𝐮 𝐀𝐭𝐮𝐠𝐚 𝐥𝐤𝐢𝐧𝐭𝐮 𝐔𝐫𝐮𝐤𝐨 𝐲𝐚𝐫𝐨𝐬𝐞 𝐥𝐜𝐨 𝐀𝐟𝐮𝐠𝐮𝐫𝐚

  • @KennysonDjole
    @KennysonDjole 2 หลายเดือนก่อน

    𝐀𝐛𝐨 𝐧𝐚𝐛𝐚𝐭𝐚𝐳𝐢 𝐢𝐛𝐢𝐡𝐞 𝐢𝐲𝐨 𝐛𝐢𝐠𝐞𝐳𝐞 𝐧𝐤𝐚𝐡𝐨 𝐧𝐚𝐦𝐮𝐧𝐭𝐮 𝐧𝐮𝐦𝐰𝐞 𝐀𝐦𝐞𝐧𝐲𝐚 𝐥𝐲𝐨 𝐀𝐦𝐚𝐧𝐣𝐚𝐦𝐛𝐞𝐫𝐞 𝐀𝐠𝐞𝐳𝐞 𝐧𝐢𝐜𝐨𝐠𝐢𝐭𝐮𝐦𝐚 𝐦𝐮𝐛𝐚𝐡𝐞𝐧𝐝𝐚 𝐤𝐚𝐛𝐢𝐬𝐚

    • @LameckNgabo
      @LameckNgabo 2 หลายเดือนก่อน

      Urasara mumutwe amajambere agezehe muta??

  • @KennysonDjole
    @KennysonDjole 2 หลายเดือนก่อน

    𝐈𝐛𝐢𝐡𝐮𝐧𝐠𝐮 𝐯𝐲𝐚𝐭𝐞𝐲𝐢𝐦𝐛𝐞𝐫𝐞 𝐛𝐢𝐤𝐨𝐫𝐞𝐬𝐡𝐚 𝐀𝐦𝐚𝐦𝐚𝐬𝐡𝐢𝐧𝐞 𝐧𝐚𝐦𝐰𝐞 𝐦𝐮𝐤𝐚𝐠𝐮𝐦𝐚 𝐦𝐮𝐛𝐚𝐡𝐚𝐭𝐢𝐤𝐢𝐫𝐢𝐳𝐚 𝐤𝐰𝐢𝐬𝐮𝐤𝐚 𝐮𝐰𝐚𝐤𝐮𝐛𝐰𝐢𝐲𝐞𝐤𝐨 𝐥𝐬𝐮𝐤𝐚 𝐢𝐯𝐲𝐢𝐛𝐮𝐬𝐡𝐚 𝐧𝐢𝐧𝐝𝐞

    • @gervaisntirenganya470
      @gervaisntirenganya470 2 หลายเดือนก่อน

      Ahusanga ahuhererere atacowimariye nonuvuze ibihuguvyateyimbere ubuvuziki

    • @niyorukizaelias8142
      @niyorukizaelias8142 2 หลายเดือนก่อน +1

      Aho usanga niyo fone ufise ariya nyokowawe😂😂

    • @shakinahmurenguka9824
      @shakinahmurenguka9824 2 หลายเดือนก่อน +2

      Gato karakura,izo mashini tuzozironka,ni bukebuke!

    • @LameckNgabo
      @LameckNgabo 2 หลายเดือนก่อน

      ​@@shakinahmurenguka9824 ahomusaza abo bamenyereye kuvugango bakeneye abagiraneza babafasha mbega udakoze iyomashine woyikurahe??

    • @burundishallsmile1day109
      @burundishallsmile1day109 2 หลายเดือนก่อน

      Erega Imashini zikenerwa mu bihugu binini canke ahantu harimwa Hanini
      uBurundi ni buto cane.ukoresheje ama Machines hari Abarundi benshi bobura ico bakora canke Akazi