INKEBUZO KU BAGANGA Short Film|Burundian Movies|Gift Films Society|257 Films Production|
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 10 ก.พ. 2025
- INKEBUZO KU BAGANGA
Urakeneye ihinduka muri service zitandukanye mu bitaro,uramaze gufatwa nabi mu bitaro canke woba uri umuganga iyi niyo NKEBUZO kuri wewe
INKEBUZO SERIES ni film mugiye kuzoza murakurikirana kuri Homewood TV igakinwa n'umurwi GFS(Gift Films Society)igahinyanyurirwa muri 257 Films Society.
Nimba hari ivyo ubona twozokebura aho mu kibanyi twandikire muri commentaire canke utwandkire kuri facebook,instagram,twitter,snapchat
no kuri E_mail: homewoodburundi@gmail.com
Kanda kuri SUBSCRIBE na NOTIFICATION kugira ubandanye ubona amakuru yacu aca kuri TV yacu ariyo yanyu HOMEWOOD TV.
For more info:
homewoodburundi: homewoodburundi@gmail.com
Whatsapp Number:+257 75 951 082
Homewood TV Together we can move forward
Dukunde ivy'iwacu
Dutezimbere ivy'iwacu
Dushigikire ivy'iwacu
#INKEBUZOSERIES #SUBSCRIBE
Ivyo bibaho kbs
Hahaha non nabo bipodoye bararwayee
🤣🤣🤣🤣
Murakoze cane, ibitaro vyinshi vyaha I Burundi niko bimeze . Abaganga bakwiye kwikebuka.
Nukuri mwakinye neza.nuko vyifashe ahiwacu.biteyagahinda nibikebuke
Jewe mbona mwobakura abantu nkabo babona umuntu agira apfe bakigumira kumafone ndetse bakiganirira babakure.murakoze kutwisha kandi mukomeze gukina mulwiye like nyishi murakoze
Haaaa big up kbx murashoboy Vivi vya vrai meng wagirupfe hhhhhh
Mana nukuri abagangà ahobari nibikubitagashi 😭😭nukuri
Kwirukanwa akazi nikimwe kubura umuntu naco nikindi
Murashoboye kabisa murakoze nimpanuro nzizacane kubaganga kuko birababaje
Biteye umubabaro nagahinda
Mwakinye neza cane nukuri izo nimpanuro zikomeye
Impanuro nziza vrmt
Nice kabisa murashoboye💋💋💋💋💋💋
Mubisanzwe murakoze cane mukomeze gukebura nabandi bose kuko birateye agahinda, nomubindi bisata vyokorwa kuko harigihe witura umuntu kanaka ugasubira inyuma uko kubera amaterefone, Leta yobihagurukira mubisata vyose vyubuzima bwigihugu
Ni impanuro nziza cane kweri
Nukuri mwavuzukuri pé abagang nkaba bikebuk pé yooooo mana
Abaganga nkabo kbx nabo guhana pe
Ndakwikundira natacha😗😗😗😗😗😗😗
Thnxx wngu
Impanuro nziza cane😘
uko nukuri impanuro nziza
Big up vrt murashoboy Vivi nukur meng waroremvy vya vrai hhhhh respect bro komez uzoger kur vrt!!!!!
Murashoboyep1
Eeeego kweri bikebuk cane izo ngeso sinziza cane
I like this from IshuBuja
Nukuri muvuzukuri fone zigiye gukorivara
Nukiri murashoboye
neza cane 👏👏👏
Emw nuko nyene vyimerey🤔🤔🤔🤔🤔🤔🤔
Bon conseil kimoko
Muhanuyr neza cane nanj ivyo vvyarashikiy inza kwivuz akavugish yiberey kur fon gus
Nimutabar kwanza umuntu mureke akagayaaa😂😂😂😂😂😂😂😂
Inyigisho nziz kubaganga
Nukuri nukonyene iwacu
nikeza Cane
Ivyo vyama vyabaye
Mungu mbele sisi nyuma
257 films production , barashoboye gukora film . Ikozwe neza cane eka na GFS ubu musigaye mukina neza . Courage
Muraryohe mwabiryoheje murantwengeje 😀😀😀😀
Hahahaha
Congrats Dr John marry
😭😭😭😭😭😭
I'm with you.... big up
Si muburund gus ub kudah service nez ab bituy ninkahos je naj ivy vyaranshikiy ahubw abagang bakwiy kwisubirak
Mana we abaganga nkabo sibo 😢😢😢😢😢
Flesh sana