ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
May God bless you man of GodUvuga amajambo y'ubwenge
Nange ndi mu Rwanda! nkunze ikiganiro cyawe
Ndakunda ibikorwa vyawe
Ndakunda Inyigisho zawe
Komera niwirambire
Yooo Fidel ndagukunze cyane
chalome izinyigisho umuntu. yozironka. gut. kuri watsapp kuko. ziranyubaka gose 👏👏
Fidèl nd'umufana wawe
Hezagirwa muvukanyi
Nice
Egooo 😢😢😢
Nipfuzako umusi umwe ubutumwa bwawe bwoshikira abarundi bose
Ndakunda amajambo yawe kuko nibintu bizima gusa
N'inkebuzo y'ubuzima
Kweli abantu 2 bokuzibukira(umuntu agutesha umwanya n'uwukwigisha ikibi)kuko abo bose bakubera igihome kikubuza gutera imbere!IMANA Iturinde kwibagira abo twasangiye inyabutongo ni twamara gutunga tugatera imbere!Dukorane urukundo n'umwete akazi gaciriritse kuko kadushikana kugakomeye!.......Komeza uvuge muvukanyi kumbure imitima myinshi izorokoka!
May God bless you man of God
Uvuga amajambo y'ubwenge
Nange ndi mu Rwanda! nkunze ikiganiro cyawe
Ndakunda ibikorwa vyawe
Ndakunda Inyigisho zawe
Komera niwirambire
Yooo Fidel ndagukunze cyane
chalome izinyigisho umuntu. yozironka. gut. kuri watsapp kuko. ziranyubaka gose 👏👏
Fidèl nd'umufana wawe
Hezagirwa muvukanyi
Nice
Egooo 😢😢😢
Nipfuzako umusi umwe ubutumwa bwawe bwoshikira abarundi bose
Ndakunda amajambo yawe kuko nibintu bizima gusa
N'inkebuzo y'ubuzima
Kweli abantu 2 bokuzibukira(umuntu agutesha umwanya n'uwukwigisha ikibi)kuko abo bose bakubera igihome kikubuza gutera imbere!
IMANA Iturinde kwibagira abo twasangiye inyabutongo ni twamara gutunga tugatera imbere!
Dukorane urukundo n'umwete akazi gaciriritse kuko kadushikana kugakomeye!.......
Komeza uvuge muvukanyi kumbure imitima myinshi izorokoka!