Ngo harimwo abaroberi muri Reta y'Uburundi ???

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 8 ก.พ. 2025
  • Birakomeye ivyashikirijwe umukuru w'igihugu c'Uburundi kuwa 27/12/2024 i #Bujumbura.

ความคิดเห็น • 16

  • @theafricanhauler3396
    @theafricanhauler3396 หลายเดือนก่อน +2

    Neva namuhe Iyo Direction yigwarize turabe😂😂
    🎩

  • @wre1565
    @wre1565 28 วันที่ผ่านมา +1

    Nukuri uravuze neza cane wubahwe

  • @NduwimanaBosco-o5p
    @NduwimanaBosco-o5p หลายเดือนก่อน +1

    Imvugakuri muracariho mwirambire

  • @MupendaJaphet
    @MupendaJaphet หลายเดือนก่อน

    Verry good

  • @FrensaHavy
    @FrensaHavy หลายเดือนก่อน +1

    Urakozemutama..dukeneye banwe bwe

  • @UwamariyaDusabe
    @UwamariyaDusabe หลายเดือนก่อน

    Hello fatafaka Turanbiweagasunzuguro yesunimunzimaagiyekugaruka❤❤❤❤❤😂😂😂🎉🎉🎉🎉 and I hope you are

  • @alainwalterrwota1868
    @alainwalterrwota1868 หลายเดือนก่อน

    Good

  • @GaspardNiyonkuru-q6w
    @GaspardNiyonkuru-q6w 9 วันที่ผ่านมา

    Uwo ntagiturire arya ibya uvuga arabizi

  • @Egide.b
    @Egide.b หลายเดือนก่อน

    Urumurundi wumutima

  • @NizigiyimanaVales
    @NizigiyimanaVales หลายเดือนก่อน +1

    Wubahwemutama

  • @SamsonNdereyimana
    @SamsonNdereyimana หลายเดือนก่อน +1

    Mutama muravuze ukuri bamaze abantu ku bijanye no kurya igiturire abo bafunga babagurishije ni beshi.

  • @NdungutseElias
    @NdungutseElias หลายเดือนก่อน +1

    ntuzobe nkabandi

  • @Jean-pierreNdahigeze
    @Jean-pierreNdahigeze หลายเดือนก่อน +1

    Uzopfa urumugabo

  • @Ukurikuraryana24
    @Ukurikuraryana24 หลายเดือนก่อน

    Bayarira ahabanyagihugu babona kuko ntibabona ayashobora kugura inzu Dubai niyompanvu bayariraho abandi barayajabukana

  • @Ukurikuraryana24
    @Ukurikuraryana24 หลายเดือนก่อน

    None kuvyibuha inda gusa amaboko ko yumye nku duti sibiturire nawe urya

  • @NgendahimanaEmmanuel-t8y
    @NgendahimanaEmmanuel-t8y หลายเดือนก่อน

    Aho ntubeshe nturura busema