ABAKOBWA ubu dukoresha imiti kugira ABAHUNGU baturongore//ABAHUNGU barongora ABAKECURU kubera ubuken

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 26 มิ.ย. 2024
  • ABAKOBWA ubu dukoresha imiti kugira ABAHUNGU baturongore//ABAHUNGU barongora ABAKECURU kubera ubuken
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 63

  • @NackiNellaofficiel
    @NackiNellaofficiel 4 วันที่ผ่านมา +28

    Ababonako nitwaye neza mumpe amashugwe 🤣🤣🤣🫣🫣🥳🥳🤣🤣

  • @aftapat5365
    @aftapat5365 5 วันที่ผ่านมา +6

    ako kana nikeza pee 🇨🇦🇧🇮❤

  • @mrsammyofficiel9246
    @mrsammyofficiel9246 4 วันที่ผ่านมา +2

    Nella ingo ubimbwire neza peee😂😂😂😂

    • @Mugishafransine
      @Mugishafransine 4 วันที่ผ่านมา

      😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @tontonginolla1234
    @tontonginolla1234 4 วันที่ผ่านมา +2

    Imana Iguhezagire uranshimishije chr wawe yaratomboye❤🎉

  • @sizepro5607
    @sizepro5607 วันที่ผ่านมา +1

    Uyu mukobwa nataba arukwiyorobeka afis ivyiyumviro vyabagabo!! Kand biragaragara ko ub buzima bwindyankurye yamaze kubutahura

  • @user-zb9uv8rv6o
    @user-zb9uv8rv6o 4 วันที่ผ่านมา +1

    Merci pour l'émission gael. Ariko ndakwisabire ikintuu: uzodutumirire umuntuu yodusigurire impamvu abahungu benshi ba buja basigaye bafise amahereni! 😢! Iyo émission ndayigusavye!

  • @FidéleBikorimana-f1g
    @FidéleBikorimana-f1g 4 วันที่ผ่านมา +2

    Uyumushikiwacu araciyakenge wallah azivyavuga thank you

  • @julesspencer517
    @julesspencer517 5 วันที่ผ่านมา +3

    Juste gaël urakora ikiganiro utubwir ukuntu wabaye successful kur TH-cam twipfuza udupartager experience yaw en tant que journaliste au Burundi kuk ni benshi bipfuza guca amahera kur TH-cam kand vyoba bishimishije peeeh hamwe wokora ico kiganiro ukatwungura ubumenyi

  • @DianeKamariza-zo9zu
    @DianeKamariza-zo9zu 5 วันที่ผ่านมา +3

    Nukuri uyo Mukobwa avuze ukuri. Umukobwa ashobora kuba iwabo batagira nico barya ariko wewe umuravye ukumigwa uravye nivyo yambaye ugatangara pe

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 5 วันที่ผ่านมา +5

    Abarundikazi naba abandi sibo barataye indero ,wumva uno mwigeme ingene avuga ikirundi neza.Abakobwa bo gushira munzu ni mwenaba apana birya birara vyirirwa birizerereza.

    • @user-ld9mg1hf2v
      @user-ld9mg1hf2v 5 วันที่ผ่านมา

      Hhhh

    • @kamanzikhadija3951
      @kamanzikhadija3951 4 วันที่ผ่านมา

      Uraciye ubwenge mwigeme indero yabakobwa yaratubanye ndase kweri imana niyo yokutuba hafi

  • @maestroirambona2932
    @maestroirambona2932 4 วันที่ผ่านมา

    Uyu Mukobwa araciye ubwenge ahubwo ndamusabira kubandanya atera imbere🙏🙏🙏

  • @BISUKWAVYO
    @BISUKWAVYO 4 วันที่ผ่านมา

    Uyumwigeme arasobanutse nciye nibuka idemu iraho😂😂

  • @hildenyandwi1142
    @hildenyandwi1142 4 วันที่ผ่านมา

    Ndazi abahungu bifotoza na za snap 😅😅😅 bakipostinga narumiwee 😂😂😂

  • @user-ug1xz2gf6t
    @user-ug1xz2gf6t 4 วันที่ผ่านมา

    Nukuri nuwanka urukwavu yokwemerako runyaruka. Umwigeme avugana umutima munda, afise ivyiyumviro birashe kandi arota iterambere ryurugo numubano mwiza.
    Ndakwipfurije gushika murugo gwiteka mwigeme w'ibanga

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 4 วันที่ผ่านมา +1

    Kera abahungu n'abakobwa barakura amaboko mu mifuko bagakora, ab'ubu bashaka vyinshi batarushe=ivya gusa.

  • @iranziarnaud-Orgnl
    @iranziarnaud-Orgnl 4 วันที่ผ่านมา

    Sh sinarinzi kwabakobw bimvugakuri bubwenge nkabo kobakibaho pe Gaël mpuza nuwomuntu twikorere ivyunguka

  • @nemrod_nemh
    @nemrod_nemh 4 วันที่ผ่านมา

    Très intelligente harakenewe part ya kabiri

  • @samuelniyo8605
    @samuelniyo8605 5 วันที่ผ่านมา +6

    Umukubito washitse.nimumpe umu maman wa 45hama ampe imitahe urabe KO tutigirira mariage.nimumpe j'aime abakunda umukubita.

    • @user-ld9mg1hf2v
      @user-ld9mg1hf2v 5 วันที่ผ่านมา

      Iki uri mayibobo ige gukora mwambwebwe mwe😂😂😂😂

    • @Mugishafransine
      @Mugishafransine 4 วันที่ผ่านมา

      😂😂😂😂😂😂😂

  • @AbdallahHussein-md4qq
    @AbdallahHussein-md4qq 5 วันที่ผ่านมา +3

    S'inari bwabone mwerekana kwo comment muzisoma mwubahw cn

  • @ishimwejf
    @ishimwejf 4 วันที่ผ่านมา

    "Tous les chemins menent à Rome"pour dire yuko uko urondera inoti kose c'est ton problème l'essentiel nuko uticwa ninzara hama habe abahungu canke abakobwa abenshi nab matérialiste bose baragutse😂😂

  • @nirenganira8433
    @nirenganira8433 4 วันที่ผ่านมา

    Hari umuntu aherutse kumbwura ko bamuhaye imiti nase kuvyemera ndamutuka, none nyumvira birabaho

  • @barakamfitiyecelestin8617
    @barakamfitiyecelestin8617 4 วันที่ผ่านมา

    Baramwica😂😂😂

  • @niyomwungerebienvenue7675
    @niyomwungerebienvenue7675 4 วันที่ผ่านมา

    Sha uvuze ukuri kweli,,abakobwa baragutse,,,nanj narabuze uqo nokwizera mwiyi bujumbura,,narabuze uwo ndongora ibikenewe ndabifise ariko nguma nigiza igihe inyuma kubera ivyo mbona😢

    • @EsperanceNsabimana
      @EsperanceNsabimana 4 วันที่ผ่านมา

      Akari mu mpene niko kari no muntama burya abahungu nimwe mworoshe?
      Inda woyibarirwa n'uwayirayeko mugenzi
      Ivyari amagera vyarageruye ubu satani yarambaye urwaga impande zose rer komeza gusenga Imana izoguhishurira ko ivyo bisayangana vyose ko bitaba ar'inzahabu kandi ko ivyera vyose ataba ari ikivunde n'ikirorina usanga cera

    • @Mugishafransine
      @Mugishafransine 4 วันที่ผ่านมา

      😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂ntawe warondeye kwle😂😂😂

  • @user-zu8gh2zz6p
    @user-zu8gh2zz6p วันที่ผ่านมา

    Uwo mudemu abahe gael?

  • @RahimNishimwe-br9vb
    @RahimNishimwe-br9vb 4 วันที่ผ่านมา

    Mbega nkumukobwa mugiy mukabare yishakira Bavaria sans alcool, za poulets Na jalets, je dis bien wamubwiy uti dusabe brochette! Uwo womukunda canke womureka

  • @IrakozeEzéchiel-e3q
    @IrakozeEzéchiel-e3q 5 วันที่ผ่านมา +2

    Hatal vrt ivyubu

  • @gaspardhabarugira
    @gaspardhabarugira 4 วันที่ผ่านมา

    Uyumukobwa yubahwe avuze ibintu bizima

  • @Nkurunziza-rn4xt
    @Nkurunziza-rn4xt 5 วันที่ผ่านมา

    Tugarukire akaranga n'imico Gaël.

  • @NinganzaJean-oh3yj
    @NinganzaJean-oh3yj 4 วันที่ผ่านมา

    Nukuri pee !!

  • @niyomwungerebienvenue7675
    @niyomwungerebienvenue7675 4 วันที่ผ่านมา

    Nukurondera aba kecazi (45ans) izo nkumi tuzihebere abatama,,,vis versa,,ibi biremwa vyo vya generation whatsup na tiktok nakumiro😂😂😂

  • @jeanclaudeofficial9653
    @jeanclaudeofficial9653 3 วันที่ผ่านมา

    Uyumukobwa araciyubwenge

  • @SchwalbeNS
    @SchwalbeNS 4 วันที่ผ่านมา

    👌💯

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 4 วันที่ผ่านมา +1

    Fanny Lavine na Nolaske harya😂😂

  • @NdohoAud
    @NdohoAud 5 วันที่ผ่านมา +1

    Aho uradututse kuruwo mugani uko nukudutyoza

  • @user-gj6et6rg7y
    @user-gj6et6rg7y 5 วันที่ผ่านมา +1

    ivyubu ni hatari kl

  • @godsjoy3885
    @godsjoy3885 4 วันที่ผ่านมา

    Nellaaa j’suis d toi

  • @BimenyimanaChadrack-ml7bl
    @BimenyimanaChadrack-ml7bl 5 วันที่ผ่านมา +1

    Tubwire

  • @MomoMUGISHA
    @MomoMUGISHA 5 วันที่ผ่านมา

    Like and comment hama twimanukire❤❤🎉

  • @NiyingaboSylvain-ex9pd
    @NiyingaboSylvain-ex9pd 4 วันที่ผ่านมา

    Umukobwa afise ivyumviro nkivyo aracabahoo muburundi?

  • @ndikumanaclovis1146
    @ndikumanaclovis1146 4 วันที่ผ่านมา

    Ni ww gusa vrmt

  • @ChadeauMabano-kl3tl
    @ChadeauMabano-kl3tl 2 วันที่ผ่านมา

    Hello,Just Gaël mr6 l'émission mais wahora wibuka kubaza question zikenewe kuki utamubajije ko afise umutype amufise B1 atamufse atubwire jw numva afise ivyiyumviro birashe rép svp

  • @NackiNellaofficiel
    @NackiNellaofficiel 4 วันที่ผ่านมา +8

    Ababonako nitwaye neza mumpe amashugwe 🤣🤣🤣🫣🫣🥳🥳🤣🤣

    • @boashamah3642
      @boashamah3642 4 วันที่ผ่านมา

      Naringukumbuye Cherie wanjye ❤❤❤

  • @nemrod_nemh
    @nemrod_nemh 4 วันที่ผ่านมา

    Très intelligente harakenewe part ya kabiri