Prezida NEVA aranegura ingendo y'abaganga bareka kuvura abarundi bagashima kuja gukorera mu mahanga

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 8 ก.ย. 2024
  • #Burundi Umukuru w'igihugu aranegura ingendo ya bamwe mu baganga bareka kuvura abarundi bagashima kuja gukorera mu mahanga aho gutabara abenegihugu babigishije. Ni mu gihe kuri uno wa 26 Mukakaro yari aramutse yugurura ibitaro vya komine #Bisoro (mu ntara ya Mwaro), ariko amenyeshwa ko abanganga babiri bompi bahora bahakora baheruka kwigira. Prezida Evariste Ndayishimiye yashikirije ko ari uruhombo ku gihugu, ariko abemerera kuzobarungikira abandi baganga.

ความคิดเห็น • 71

  • @ericbikorimana8713
    @ericbikorimana8713 หลายเดือนก่อน +3

    Ewe Ndayishimiye Sha waratembeje igihugu urakigira ivyatsi urahaze sha.turi n'ibijuju vy'abategetsi.

    • @jeanmarievianneysindayigay7716
      @jeanmarievianneysindayigay7716 หลายเดือนก่อน

      Muvuge make ,kuko buyoya na bikomagu nibo ,bateje imbere abaganga kiriya gihe bahemba kuruta America

  • @Alex-cb4rt
    @Alex-cb4rt หลายเดือนก่อน +5

    Isi irikoreye ngo uyu ashaka kubohora urubyiruko rw'u Rwanda kdi urwe rurikwibohora rukigira gupagasa hanze, ibaze gutaha ibitaro bitagira umuganga uri perezida kweli

  • @Aiuoex
    @Aiuoex หลายเดือนก่อน +2

    Sha ivyo bigori uvuga bizokwera bizoboneka abarundi bose baraheze. Ariko icuzi urafise akarimi ko kuremesha abantu!! Mutama umeze nk'inyondwe yumira kurushato gw'inka kandi inka yariwe kera

  • @user-ns1qo5oj1u
    @user-ns1qo5oj1u หลายเดือนก่อน +2

    Shetani iravugira muri Neva kweli

  • @user-ns1qo5oj1u
    @user-ns1qo5oj1u หลายเดือนก่อน +2

    Abaganga ntibaduhombeje kurusha cndd ipfukamye abanyagihugu mu nda.

  • @ericbikorimana8713
    @ericbikorimana8713 หลายเดือนก่อน +2

    Dr sahabo wamuhemvye iki ko yavuye mubususi akazana abazungu bakubaka Kira hospital . president wacu uri imuhimbiri mubi uri ishetani yambere muburundi

  • @user-wx8ig1hn7m
    @user-wx8ig1hn7m หลายเดือนก่อน +6

    😂😂😂😂 nta muganga bafise😂😂😂

  • @undoyenezapeter8102
    @undoyenezapeter8102 หลายเดือนก่อน

    Barasa nabi PE
    Abahutu I Burundi ntiboga basa na NEVA vyabaye karande kbsa

  • @VenusteBG-jj5zs
    @VenusteBG-jj5zs หลายเดือนก่อน +1

    Reka Uzi abaganga baraha iwacu babuze akazi bahe abanyagihugu batore kabiri

  • @mutanganainnocent5552
    @mutanganainnocent5552 หลายเดือนก่อน +2

    Ni gute umukuru w'igihugu afungura ibitaro bitagira abaganga? Ubwo se yafunguye iki?

  • @JosephSikogukira
    @JosephSikogukira หลายเดือนก่อน +3

    Wewe wokorera mu gihugu kitagiramwo : igitoro, agasukari, amazi, amatara, zéro internet, zéro devises, zéro salaire ? Ubonye aho biboneka niyo uja. Igihugu cononekaye none kwungururiza heza weho wovyanka.. ?

    • @Princetuyishime
      @Princetuyishime หลายเดือนก่อน

      Ubutare bwabaye ubutare
      😂😂kuva nakera uburare bwarahab ahubwo kubiyagacane nokuvyirukamo kwa @GeneralNeva nokubikwirakwiza hose nukurangaza abarundi abe arivyo bayaga gusa bareke gutegera inkuru zabasoda babo bapfira muri congo kubusa. Ikindi ivyigitoro ngo mbe 2008 vyarahaba? None president ubu turiryari ? 2024 None urashaka gusubiza igihugu 2008 ?
      Thank you mr cimamand urumugabo wukuri ureba kure.

  • @RoseNijimbere
    @RoseNijimbere หลายเดือนก่อน

    Bwira izo mburabwenge ,on connaît les talents de l'individu après son départ.ikibabaje ejo ngo neva yarabivuze.

  • @Aiuoex
    @Aiuoex หลายเดือนก่อน +1

    Sha n'abandi bagisigaye ngaho n'uko ata VISA baronka bose bosohoka igihugu

  • @lazzR1935
    @lazzR1935 หลายเดือนก่อน

    Bareme Imana Ibonaboro yara duserukiyeko ,ejo niheza,kuba twarakuronse Mutama🇧🇮🤍🫂👌🏾🤞🏾💪🏾🏆 wacu vyose bizoza

  • @sabitijohn2770
    @sabitijohn2770 หลายเดือนก่อน +2

    Mukore politique ya retention yigihe comme 5ans ou 4ans.Noneho uwize kumafaranga ya Leta abanze yishyure Kandi mukore une formation en masse Des medecins

    • @Princetuyishime
      @Princetuyishime หลายเดือนก่อน

      Ubutare bwabaye ubutare
      😂😂kuva nakera uburare bwarahab ahubwo kubiyagacane nokuvyirukamo kwa @GeneralNeva nokubikwirakwiza hose nukurangaza abarundi abe arivyo bayaga gusa bareke gutegera inkuru zabasoda babo bapfira muri congo kubusa. Ikindi ivyigitoro ngo mbe 2008 vyarahaba? None president ubu turiryari ? 2024 None urashaka gusubiza igihugu 2008 ?
      Thank you mr cimamand urumugabo wukuri ureba kure.

    • @lazzR1935
      @lazzR1935 หลายเดือนก่อน

      Mbe burya​ ko uburundi bwababujije amahoro nimutaraba neza muzorwara AVC@@Princetuyishime

  • @mugishaadelin5438
    @mugishaadelin5438 หลายเดือนก่อน

    Ngumuganga abaga umutwe abantu yarabishe yarabamaze

  • @nimubonaeric8074
    @nimubonaeric8074 หลายเดือนก่อน +5

    Nyakubahwa turashima Imana yakuduhaye kdi iciye muri wewe Uburundi buzoshika Kure kuko ufise umwete n ubwira. Ntabaganga kwisi bakunda igihugu cayo nk abaganga babarundi uravye amahera bahembwa nakazi bakora.
    Imana izobashoboza mubahe umushahara wisununuye maze bavure borohewe.
    Imana ikutuzigamire

    • @user-ns1qo5oj1u
      @user-ns1qo5oj1u หลายเดือนก่อน

      Uyu yazanywe na shetani

  • @Mafia1984Ayirwanda-ge4ty
    @Mafia1984Ayirwanda-ge4ty หลายเดือนก่อน +2

    Birasekeje ibitaro bitagira iki?ninkokuvugango ufite igisirikare utagira abasirikare. Nguburundi buteyimbere kko ntawe urwaye kwashi ibaze kabisa

  • @marie-gorettihavyarimana9047
    @marie-gorettihavyarimana9047 หลายเดือนก่อน +2

    Docteur Sahabo yatashe bamukorera amaki?

  • @user-mf7gi8oh2i
    @user-mf7gi8oh2i หลายเดือนก่อน +2

    😂😂😂ntamuganga

  • @user-ek6ju2fg7i
    @user-ek6ju2fg7i หลายเดือนก่อน

    ❤❤

  • @user-xy4nk9rl1z
    @user-xy4nk9rl1z หลายเดือนก่อน +2

    Muve mumagambo namatiku mujye mubikogwa basha

    • @Princetuyishime
      @Princetuyishime หลายเดือนก่อน +1

      Ubutare bwabaye ubutare
      😂😂kuva nakera uburare bwarahab ahubwo kubiyagacane nokuvyirukamo kwa @GeneralNeva nokubikwirakwiza hose nukurangaza abarundi abe arivyo bayaga gusa bareke gutegera inkuru zabasoda babo bapfira muri congo kubusa. Ikindi ivyigitoro ngo mbe 2008 vyarahaba? None president ubu turiryari ? 2024 None urashaka gusubiza igihugu 2008 ?
      Thank you mr cimamand urumugabo wukuri ureba kure.

  • @baquezprofessionalcleaners3178
    @baquezprofessionalcleaners3178 หลายเดือนก่อน +1

    Ibitaro birashaje 😂

  • @user-mf7gi8oh2i
    @user-mf7gi8oh2i หลายเดือนก่อน +1

    Ewe never,none kuberiki bagiye?

  • @user-et8lc7tb3p
    @user-et8lc7tb3p หลายเดือนก่อน +1

    Ntibanka Igihugu Banka mwebwe

  • @oswardjaphal-cd6np
    @oswardjaphal-cd6np หลายเดือนก่อน +1

    Urya wubuvuzi kama nawe kwazi ibintu vyinshi mureke akoere kumugaragaro

  • @turikumwee
    @turikumwee หลายเดือนก่อน +2

    Nuko uvuga bitwengeje hhhhh, no tkck kuri wewe

  • @undoyenezapeter8102
    @undoyenezapeter8102 หลายเดือนก่อน

    Neva avuga ibintu bidakenewe kuko yakabaye avuga uko abaganga bagiye kuboneka

  • @clementkimararungu9911
    @clementkimararungu9911 หลายเดือนก่อน +1

    Ko yavuze atumv umu docteur akorera 200k

  • @PolycarpeGAHUNGU
    @PolycarpeGAHUNGU หลายเดือนก่อน +1

    None KO rukoresha abarundi bacu.So na nyoko barakwigishije uyahejeje ugaca ubaheba ngo n'abakene aribo barakwigishije woca uguma ubatuka ngo n'abakene nawe waciye ugenda guteza imbere abandi?

  • @RoseNijimbere
    @RoseNijimbere หลายเดือนก่อน

    Abirabure bazokwama ari abaja babazungu, Aho kuvura bene nyoko abirabure ntamwe mujakuvura abazungu babuze ababavura? Ngaho mwiga mwama muribijuju

  • @onesphorenkunzimana773
    @onesphorenkunzimana773 หลายเดือนก่อน +2

    😂😂😂😂😂😂

  • @Imfura_Iriho
    @Imfura_Iriho หลายเดือนก่อน

    Bahembe neza urabe ko batahaguma

  • @estaniyongabire9956
    @estaniyongabire9956 หลายเดือนก่อน +2

    Why y'all laughing at??

  • @kg7285
    @kg7285 หลายเดือนก่อน

    Iyo kira Hospital ivurirwamwo bande?

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian2196 หลายเดือนก่อน

    Arigira nyene amafaranga yubundi agumatagacyiro babukorere gute ntanibitoro bihari bazajya bagenda kukuzi namagutu batahe nayandi wumva bagumamugihugu😅😅😅😅😅😅

  • @Nta-m4z766
    @Nta-m4z766 หลายเดือนก่อน

    None ko mubafunga? Dr Sahabo ari he?

  • @ildephonsengoma2398
    @ildephonsengoma2398 หลายเดือนก่อน +2

    Genda Rwanda uratengamaye yewe Harakabaho Paul Kagame nabo bafatanyije❤❤❤

  • @user-ms9je5up1v
    @user-ms9je5up1v หลายเดือนก่อน +1

    Nihatal mutama

  • @muhiretheoneste1706
    @muhiretheoneste1706 หลายเดือนก่อน +1

    Ntabwo mushobora kudufata pee

  • @LarissaAkimana
    @LarissaAkimana หลายเดือนก่อน +5

    Impamvu abaganga bagenda nuko bahembwa nabi none mushaka baze bafungure iki ko mwashimye gukumira incabwenge mugashira imbere imbonerakure reka bigire izo mbonerakure zizobavura turabe nukuri birateye isoni na président bama bamubwira impamvu baguma bigira ariko akaguma ashaka kwerekana ko aribo bari mumakosa kandi ariyo leta nyene ihemba nabi

    • @PolycarpeGAHUNGU
      @PolycarpeGAHUNGU หลายเดือนก่อน

      Uheza guhemuka ibigori bikera.None ninde Arya ikiro c'ibiharage n'i

    • @PolycarpeGAHUNGU
      @PolycarpeGAHUNGU หลายเดือนก่อน

      Icimuceri kumunsi.

    • @Zola788
      @Zola788 หลายเดือนก่อน

      Well said..

  • @george496
    @george496 หลายเดือนก่อน +1

    Icokijuju naco ngo ni president ntabwo kizi ico Gukora ntanuko azikuvuga

    • @Princetuyishime
      @Princetuyishime หลายเดือนก่อน

      Ubutare bwabaye ubutare
      😂😂kuva nakera uburare bwarahab ahubwo kubiyagacane nokuvyirukamo kwa @GeneralNeva nokubikwirakwiza hose nukurangaza abarundi abe arivyo bayaga gusa bareke gutegera inkuru zabasoda babo bapfira muri congo kubusa. Ikindi ivyigitoro ngo mbe 2008 vyarahaba? None president ubu turiryari ? 2024 None urashaka gusubiza igihugu 2008 ?
      Thank you mr cimamand urumugabo wukuri ureba kure.

  • @Zola788
    @Zola788 หลายเดือนก่อน

    Ngo abaganga.. Si wowe wirigwa uvuga ko igifaransa batakirya.. Ko inka atawaronka aho ziba ugakangurira abarundi kworora ingurube n'amasazi..? President usuzugura ab yari ashinzw kuyobora akanabashinyagurira ko ariw ukiz mu gihugu kuruta abandi mu gih abaturage bishw na bwaki.. Government irangwa n'inzigo urwanko n'ingengabitekerezo, government aho ubutasi ha kurwanya umwanzi yirirwa yica abo bitavuga rumw na cyane cyane bishingiy kuco bari cyo aha ndavuga bazira ko ari abatutsi, mafia government aho nutubonets ari gusahura gusa ? Mediocrity culture is on level aho mubuza rubanda gutekereza aho President ubwe yivugira ko iterambere atari ngombwa mu gihugu hama ngo Physicians or other PhD holders barabahombeje.. Ese har uwanga abarundi kuruta CNDD-FDD ? A Political military party ataco ishoboy urets kwica, gutanya no gusenya igihugu ititaye no kuneza yabo yitwa ko yaharaniraga aribo bahutu.. Ishyaka rikorana n'interahamwe zasiz zihekuy u Rwanda.. CNDD-FDD n'umuvumo ku Burundi ndetse atari kubusenya ntacyo yanabugezako.. Nta muntu utekereza neza n'ibyiyumviro bizima ufite degree yatura I Burundi CNDD-FDD yatumy all burundian intellectuals bahunga.. Shame on them.. Puuuuuu....

  • @RoseNijimbere
    @RoseNijimbere หลายเดือนก่อน

    Abarundi murikozisoni kweli,Nkurinziza mwaramwiyamirije,amaze kwigira ngo yarumuvyeyi ntagitoro twabura kandi hari ambarugo,ati:ter'amavoka ,ngo ntapolitike yoguter'amavoka, Ubu ivoka rigur'angahe?Ndayishimiye ati: imberbe yo kuja kuvura umuzungu Banzaï uvure nyoko n'a benevanyu ,umuzungu ntabuze ubuvuzi namwe ngo reka twigire uburundi burakenye.niwavura umuzungu abawe nabo bagahona canke niwakiza umuzungu uburundi bugakena hageze kutaha uzotahahe? Abarundi muzokwama mumatora gushika ryare? KO mutangiye kwiyamiriza kagame ngo yiziziye k'ubutegetsi? Muratora ngo urwanda rwabasize mw'iterambere, nirubasige kuko ntibama mukuryanira ubutegetsi.harumunyarwanda avuganabi urwanda n'abategetsi nabo? Ntamurwanda ahendwa ngo gumuka Bose ni kukivi.

  • @RoseNijimbere
    @RoseNijimbere หลายเดือนก่อน

    Nane barundi ndabaze kandi umwumwe yiyumvire yishure,igihe Buyoya yatwara,mwaravuga ngo yatembagaje igihugu? Burya hariho umutegetsi yasahuye igihugu nta Buyoya?igihe yatoza kunguvu effort de guerre kumurundi wese mwaravugije induri? Kontaco Buyoya mwamuvuzeko yatwara neza?hamwe yatwara neza Edmon Ndakazi yazize iki? Mwaravuze? K'umengo biryoshe gusevya Nkurunziza canke Neva ubwo ntibabarirako kandi abandi mwari musangiye kurya igihugu?

  • @menyabyosetechnotv3979
    @menyabyosetechnotv3979 หลายเดือนก่อน

    NEVA ari gukorera abarundi

  • @ericbikorimana8713
    @ericbikorimana8713 หลายเดือนก่อน

    Ibitaro bitagira abaganga😂😂😂😂😂Turi n'umu président w'inkungusi nukuri kw'Imana.mwe Na mayondori mwirirwa murasahura uburundi mwiba igihugu none uhunze inzara uteza wewe nyene none uriko urabatuka.uburundi bwaraguye mw'isanganya.

  • @user-xy4nk9rl1z
    @user-xy4nk9rl1z หลายเดือนก่อน +2

    😂😂😂 yatashye ibitaro bitagira abaganga?!, ubwo se nibitaro?!,mwemere ko mwatsinze ntabwo CNDD FDD yishoboye yonyene muve mubyimbonerakure namacakubiri mushyire hamwe mwubake igihugu

    • @Princetuyishime
      @Princetuyishime หลายเดือนก่อน

      Ubutare bwabaye ubutare
      😂😂kuva nakera uburare bwarahab ahubwo kubiyagacane nokuvyirukamo kwa @GeneralNeva nokubikwirakwiza hose nukurangaza abarundi abe arivyo bayaga gusa bareke gutegera inkuru zabasoda babo bapfira muri congo kubusa. Ikindi ivyigitoro ngo mbe 2008 vyarahaba? None president ubu turiryari ? 2024 None urashaka gusubiza igihugu 2008 ?
      Thank you mr cimamand urumugabo wukuri ureba kure.

  • @muhiretheoneste1706
    @muhiretheoneste1706 หลายเดือนก่อน +1

    nta muyobozi abarundi mufise bagabo mureke dukore merge Ni U Rwanda urwanda rubashire kumurongo

  • @JosephSikogukira
    @JosephSikogukira หลายเดือนก่อน +1

    Aba bagabo bavuga aya muhe sibo babirukanye ! Ubu bariko baravuga iki? Nayo Urwanda rwarabasize iyo batazopfa basubiye kurushikira :
    - Mu Rwanda bus zunguruza abantu internet ni free
    - Muri bus nta muntu akiriha cash ni card
    - Un généraliste ahembwa make ni 1,500,000 Rwf, un specialiste ni ibindi
    - Ubuvuzi bwaho burenze kure y'ubw'iwacu 80%
    BA MUREKA GUTWENGA ABARUNDI AYO BAGOWW S'AYO KUVUGA

    • @Princetuyishime
      @Princetuyishime หลายเดือนก่อน +1

      Ubutare bwabaye ubutare
      😂😂kuva nakera uburare bwarahab ahubwo kubiyagacane nokuvyirukamo kwa @GeneralNeva nokubikwirakwiza hose nukurangaza abarundi abe arivyo bayaga gusa bareke gutegera inkuru zabasoda babo bapfira muri congo kubusa. Ikindi ivyigitoro ngo mbe 2008 vyarahaba? None president ubu turiryari ? 2024 None urashaka gusubiza igihugu 2008 ?
      Thank you mr cimamand urumugabo wukuri ureba kure.

    • @Zola788
      @Zola788 หลายเดือนก่อน

      Haha uvuz neza..

  • @user-qu9rj1ek1h
    @user-qu9rj1ek1h หลายเดือนก่อน +2

    😂😂😂😂😂😂

    • @Princetuyishime
      @Princetuyishime หลายเดือนก่อน +1

      Ubutare bwabaye ubutare
      😂😂kuva nakera uburare bwarahab ahubwo kubiyagacane nokuvyirukamo kwa @GeneralNeva nokubikwirakwiza hose nukurangaza abarundi abe arivyo bayaga gusa bareke gutegera inkuru zabasoda babo bapfira muri congo kubusa. Ikindi ivyigitoro ngo mbe 2008 vyarahaba? None president ubu turiryari ? 2024 None urashaka gusubiza igihugu 2008 ?
      Thank you mr cimamand urumugabo wukuri ureba kure.

  • @umuhozashakira6837
    @umuhozashakira6837 หลายเดือนก่อน +2

    😂😂😂😂😂😂