Du tout,monna yagirany interview n'umuntu ari fort mubintu vya question piège et question réponse.gira analyse yibibazo vya monna nivyuwo mu type n'a manière bishura!
Ibibazo vya monna ntibiri efficace,pas difficile à répondre.en plus monna biramunanira kwishura agac abesha au lieu d'être honnête pck ivyo ni divertissement
MONNAA NA JUSTE mugihe bitoba vyarabandanije mucumba nobabara sna gus ikiganiro nicumuti pe
Kwizina ry'Imana mona ndamukunda ndakunda interview ziwe
Aba bantu barimwo chemistry 😂. Nice show... this girl is down to earth
Relaxing interview! Thanks brother and sister of BURUNDI!
Ndakunda monna walda,urakana keza caaane,uri très intelligente vrttt,lmana ikuje imbere la belle fille.
Ntiwondusha Monna ndamukunda bikandenga
My people Juste Gael and Mo'w Kenzie, I fan you a lot
Kiraryoshe ico kiganiroo ukuntu mutwenga rero mwesee monna😍😍😍👌👌
Mana weeeee ibiganiro nkibi bihoreho kbx respect to you just and mona
Juste Gaël courage et bandanya uterimbere
Ehhh iyi émission irates vyahatar keep up gael and monna
❤ Mona walda
Muranyishe kbsaaa.emission ya bien sana musaza.i like it
Mona We Ndagukunda Kunini 🥰🥰🥰🥰
Courage big up émission nziza can
Justin ndakwemera tuuuu big up
Juste Gaëlle courage iyi émission ya bon sana
Juste na Monna murambujij kuryama, émission nziza cane ariko nzobabaza iyo vyahereye basha
Eeeeeee, Just gb up sana urashoboye💪🔥🔥
Just Gaël Big up kutuntu dushasha ugum ucrea👌
Nagashikuranzyaa👌👌
Muranyica sana🙏🙏🏅
Ikiganiro cari gitesa✊✊🙏❤️❤️❤️
😂😂😂 Émission ya b1 sana 😂😂. Entre-temps, Monna araciy'ubweng sana 😂😂😂, kubaza ibibazo atateguy, big up Monna 👏👏👏👏👏👏👏
Waaaoooo like that. Juste you made it
Haaa🤣🤣 Amenyo aza guher hejuru ndavyumv nubw ntarakimar
Nakubali msaza
Bavuga umuhusha tunga ahusha umugore apana uwuhisha we Monna🤣🤣🤣🤣
kbx vya amateka 🤝🤝
Les 2 Gaous de BJ !
😊😊😊
Ko Mona atishura ibindi bibazo?
Ubu ndaronse secret yoku draga Mona🤣🤣🤣
Inkoko niyo Ngoma!!!
Ikiganiro ciza cane🙏🏽🙏🏽
Gaël nakubali sana mzee baba turakubita umukubito umushushurooo yagaaaaa
monna kama manaaa🤣🤣🤣🤣🤭🤭
my Monna
Ikiganiro niciza ariko gira effort urondere microphones.....
Good job
Courage mon frère
MONNA araduhenze, like na love abisiguye nabi🤣. Kumuntu nta like ikora, ikora kubintu, kukontu hakora love. Exemple : I like her song. I love MONNA.
Umbwirire uyu mukobwa naharumu/50 ko mukunda😍
Icenda vya cumi🥰
Monna ndamukunda cane peeee araganira neza knd aratwenza
Izo ni films nyishi wishinga
Bakoresha telefone ndasavye abakunzi bumukubito tubagurire micro
Umusi wambere juste Gael asoma umukobwa yari 8 ème kuri St Joseph na Shalom umukobwa wa migutumiko( Gael twamwita JOGO😂😂😂)
Courage
Hahahaha urumusaza nukuri wew nzoguha agashimw kuko uraryosha ikiganiro nukuri uruwambere 🤣🤣🤣umukubito kwakundi
ndasavye gaga ubandanyeee comedie
Kbs ndabakunda mwese
Juste est vraiment intelligent, mona aussi très cool est intelligente.
Du tout,monna yagirany interview n'umuntu ari fort mubintu vya question piège et question réponse.gira analyse yibibazo vya monna nivyuwo mu type n'a manière bishura!
Ibibazo vya monna ntibiri efficace,pas difficile à répondre.en plus monna biramunanira kwishura agac abesha au lieu d'être honnête pck ivyo ni divertissement
😂😂😅 monna she's play girl
My bro Juste, iyo choice kubaririmvyikazi ndayumva cane lol
Ndakunda umukubito❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Asha ntamenyo yosigarana kabisa yosigara ari ibihanga🤣🤣🤣🤣🤣🤣
muri ibisazi gusa gusa 😂😂😂😂🤣🤣
Mufise ivyiyumviro vyiza, sans doute biza gufasha societé et jeunesse en particulier😉😁🙏🏽🙏🏽
Juste Gael ararenze ndake
Nanje Mona ndamukunda cane
Ntimushonora kurondera ibikoresho mukareka kuguma mukoresha utwo dutelephone uzi ko mutumaramaza,
Terera none kugira agure ivyombo bikwiye ureke kuvuga ataco uri bukore
@@irakozechannel9551 😊😊😊
Keep it up bro emission nziz 👌👊
❤❤❤
Umukubito uraryoshe monna urimwiza
Umushishuro
Iyi émission biraboneka neza juste Gaël kuyikora neza cane kabisa.nayo santa muri Isaac TV nubuswage
Ndagushigikiy vrt santa abaz ibibaz vyuwarambiw
Komer Gaël na Mona
Thx
🤣 🤣 🤣 Monna we amenyo yose yoher ❤️
🔥🔥🔥
Gaël 🔥🔥🔥
Bro ndibaz indwi yaheze havuye mwiki!??😂😂😂😂😂
💜💜💜💜💜💜
Yaaga
14:21 ,😂😂😂 iyo question ya Monna hhhhhhh
Insolites zabaye nyishi kabisa
Ababonye ko ba Copie muri Isaac Tv bampe twatuntu like twimanukire
😂😂😂😂
Kura ubugorwi ngaho
Isaac nawe uzikoyagikuyeh??
erega mon nubu ntawokurondey nuko waronsimpane uramenyekane nayahandi ntagitangaza ndakubonako
Isaac arakubiswe coup ya grave kuri Isaac tv kabisa eh...Santa ntice uheba. Courage
Merci
Judie uri you😂😂😂😂 trop marant
Esheee neuzan bro
Mwahatwits vrt hahiye koko
Ibiganiro nkibi vyagiyehehe ?
iyasigarana ni : ivyicumi cenda .
vyabananiye Mwese 2
Murarez naw
Mwarasaze peee
Uramyishe ngo na tasha ngamahera
Bestemission bro wng
None nkubu ico kiganiro mwivye Santa muri IsaacTv,mwabibasavye?
Kimwe kukindi na Santa ...Isaac TV!
Babibasaba kuberik
Sinizerewe kubona ico kiganiro ca Santa waracivye, ariko na we yari yacivye kuri Genesis TV yo mu Rwanda naw baramukoreyeko nakome
Hhhhh ntavyo gusaba ngaho bana 😉😉
Ubon kur titre handits ng kimwe ku kindi ?
Gaël kenzie Big up
Yeeeeeeeebaba
mubikor bien san kak
Akabimara akabirya 😅
ikiganiro ca ouf ariko abo bantu batwenga c un peut 😬
Ubuho Sumukubito Numutwiko
Sha ikikiganiro kiratesa to much encor ni Monna mwagikorany ucuvyunv kokitari kubiha
Abantu babiri baryoshe ......
Egope
Emwe babacunge ndakee Indwi yose ndakee🤣🤣🤣🤣🤣
Kbs ndabakunda byahatari
Mbwirira uwomukobwa uti urimubi ariko wihangan
hahah rek numvirize ntweng gato
Mona kuba umu star ni kibazo mugeze aho mutifuza kwubaka vyabacanze nukuri 😂😂
Basha abarundi nihatari none wewe ga Gael santa amaze kugutumira wavuyeyo iciyumviro ciwe ugitwaye???
Niho saw bana none ntubona ko yanamusumbije kugikora neza
Hahahahahaha
Mona nakadem k b1 vrmt karatesa sn
😂😂😂😂🔥🔥🔥🔥
Ikiganiro caryoshe vrt
Umurundikazi aciye ubwenge kandi w'urupfasoni