Batwitwa aba SLAY QUEEN//Abagabo badusaba//Abasore b'i BUJUMBURA bige gutanga CARE/Ubusambanyi bwubu

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 7 ต.ค. 2024
  • Batwitwa aba SLAY QUEEN//Abagabo badusaba//Abasore b'i BUJUMBURA bige gutanga CARE/Ubusambanyi bwubu
    #urukundo #burundi #divorce
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 56

  • @Capy-xo1
    @Capy-xo1 7 หลายเดือนก่อน +3

    Ndakwikundira mukobwa mwiza 🥰🥰🥰. Ndakwinginze muntu uza hano inyuma yanje ukande kuri iyi foto twimenyanire. Imana ibahezagire/ iduhezagire twese. UMUKUBITO ❤️❤️❤️

  • @OrigeneNzeyimana
    @OrigeneNzeyimana 7 หลายเดือนก่อน +2

    Gael félicitation bandanya udufasha kutwibutsa kwihanganana muvyo twifuza gushikako...uwo mukobwa ariko avuga neza cane....gutahurana kuganira nibintu biba bikwiye kuza kubahungu nabakobwa baba bifuza gukundana...

  • @SeukPiri
    @SeukPiri 7 หลายเดือนก่อน +7

    Ico nagakundiye kuvugira ikirundi gusa❤❤❤❤

  • @cadeauwatanga5686
    @cadeauwatanga5686 7 หลายเดือนก่อน +4

    Aka kademu ni keza vraiment ❤,love from Sweden

    • @BrianNsabimana
      @BrianNsabimana 7 หลายเดือนก่อน

      None bro ni publicité Yaho uri ?

  • @boscoconkunze1068
    @boscoconkunze1068 7 หลายเดือนก่อน +1

    Sinari nakwumvise Uwo mudemu ndamukunze avugisha ukuri wallah wubahwe 🎉🎉🎉

  • @AlexandreNdarishikanye-qr8oh
    @AlexandreNdarishikanye-qr8oh 7 หลายเดือนก่อน +2

    Ego muga rero imico yikirundi ntaco ikibabwiy, kora ibintu bishasha bishira kugihe imico yacu 😢 muga ni sawa courage Gaël

  • @berkamp1
    @berkamp1 7 หลายเดือนก่อน +3

    Gaël, ko udashira muri description ama links ku ma social media y’abantu uba watumiye ?

  • @nadinekavabuyenzi1324
    @nadinekavabuyenzi1324 7 หลายเดือนก่อน +1

    Bless u beautiful soul❤

  • @gitumvagenevieve8806
    @gitumvagenevieve8806 7 หลายเดือนก่อน +1

    Mukobwa we utanga impanuro nziza nizere ko abigeme bazumvise Kweli merci ❤

  • @Chrisb-zr5qd
    @Chrisb-zr5qd 7 หลายเดือนก่อน +5

    Musaga reçois une balle perdue😂😂

  • @RareRobertha
    @RareRobertha 7 หลายเดือนก่อน +4

    NellyNat is typing 😅

  • @LeonidasNdayiragije-ys1ns
    @LeonidasNdayiragije-ys1ns 7 หลายเดือนก่อน +1

    Uyu mudemu ndamwemeye cane avuzukuri abasore dukuremwisomo kwinginga abobakobwa natwe tubihebe dawe

  • @ChrisB-pu3kc
    @ChrisB-pu3kc 7 หลายเดือนก่อน

    umukobwa uzubwenge kandi mwiza cyane

  • @pacellirukundo6004
    @pacellirukundo6004 7 หลายเดือนก่อน

    Allo GAEL......duhe REFERENCE yiyo FILM please and thanks......REGARDS

  • @RatifaRatifa-s7i
    @RatifaRatifa-s7i 7 หลายเดือนก่อน

    Gaël uzotuzanire emery san turamukumbuye turamukunda

  • @HamdanNijimbere-ke9nr
    @HamdanNijimbere-ke9nr 7 หลายเดือนก่อน

    Gaël uwow .ngo rwik tub rematic wallah abahungu Bari rematic barakenye

  • @raussakarire5509
    @raussakarire5509 7 หลายเดือนก่อน +1

    Nic

  • @christainc.5217
    @christainc.5217 7 หลายเดือนก่อน

    Shaaa ivyo bintu batangavideo barigusa canke bagasambanira kufone birambabaza😢😢nico gituma nahisemwo kuba single gushika ntahe kuko abashika kuribatatu narabahayumwanya bose bahurira kwico kintu naciye mbabroka

    • @ADtopcaste
      @ADtopcaste 7 หลายเดือนก่อน

      ibih vyarahinduts

  • @tmb257
    @tmb257 7 หลายเดือนก่อน +1

    Uyumu dada ndakunz ukunt yivugira ikirundi gus knd neza knd araciyubweng vrt

  • @cizzobwoy6806
    @cizzobwoy6806 7 หลายเดือนก่อน +1

    🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @harushimanadivine960
    @harushimanadivine960 7 หลายเดือนก่อน

    Kwandura inda nyene Gae!yayayaa

  • @ADtopcaste
    @ADtopcaste 7 หลายเดือนก่อน

    Gael uraraba neza naww nihatari uwumwuga ntiworosh😁

  • @fridolinhabonimana4854
    @fridolinhabonimana4854 7 หลายเดือนก่อน +2

    Kuyindimpwemu idasanzwe🤣🤣🤣🤣🤣 icocukiiiiii💋⚘🥂🍾✌

  • @hakizimanajohn8618
    @hakizimanajohn8618 7 หลายเดือนก่อน

    Kbx Sister mr6 bcp vrt narahebwe kubr icokint kl😢

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 7 หลายเดือนก่อน

    Asha !Uyu Mutumire yamara
    Ndabona "Les Cheveux m'embêtent kbsa"😊🤦🏾‍♂️
    🤔

  • @boscoconkunze1068
    @boscoconkunze1068 7 หลายเดือนก่อน

    Kuyindi mpwemu Nari nacerewe Ariko ndashitse amashurwe yawee yakire🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @clarissabellaterimbere6073
    @clarissabellaterimbere6073 7 หลายเดือนก่อน +1

    nelly nat mugye kumuh akazi knsh😂😂😂

  • @fabienhakizimana832
    @fabienhakizimana832 7 หลายเดือนก่อน

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp 7 หลายเดือนก่อน

    Wooooa ❤❤❤❤❤❤

  • @relaxingbeach8571
    @relaxingbeach8571 7 หลายเดือนก่อน

    That girl is aperently beautiful.

  • @barakamfitiyecelestin8617
    @barakamfitiyecelestin8617 7 หลายเดือนก่อน

    Umurundi akwije ivyamategeko😅

  • @Tsw325-tu9lu
    @Tsw325-tu9lu 7 หลายเดือนก่อน

    Nuko ubwo babita aba slay queens rero nimwijombeshe mwiyoneshe nk'umurima w'ibigoli uri kunzira aho uhise wese acaho ajyana kotsa hanyuma iyo mbimenya iza saa munani !

  • @LiesseIradukunda
    @LiesseIradukunda 7 หลายเดือนก่อน

    None ga mwabakobwa kuber'iki none mwebwe mutobikorera abakunzi banyu ??? Entre nous ! Hari icopfa ? Iminwe iryoshe inyuranye . Changeons de mentalité ntitukiri muvyakera ubu ibintu vyarahindutse gabanya kuba des fardeaux kuba copains banyu

  • @LazaroMATESO
    @LazaroMATESO 7 หลายเดือนก่อน

    hhhhhhhh
    ibaze nawe iyo ababyeyi bawe iyo bakwiyegereza mbere hhhhhhh

  • @kwizerajaphet5244
    @kwizerajaphet5244 7 หลายเดือนก่อน

    Nimwiza sha🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @enzosahinguvu2079
    @enzosahinguvu2079 7 หลายเดือนก่อน

    Uyu ni wa mu chumie wa kireko 😂😂🙈

  • @julesspencer517
    @julesspencer517 7 หลายเดือนก่อน

    Gaël ash ww ibiganiro usugaye uzana nabademu gusa

  • @LilvinSmith
    @LilvinSmith 7 หลายเดือนก่อน

    Qui cava

  • @hakizimanajohn8618
    @hakizimanajohn8618 7 หลายเดือนก่อน

    Abahungu gt?

  • @mrcelestine4789
    @mrcelestine4789 7 หลายเดือนก่อน

    turi busy nakazi

  • @karangwa2315
    @karangwa2315 7 หลายเดือนก่อน

    abakobwa ni cash nirwo rukundo bumva neza 100%

  • @pacomekadeste8121
    @pacomekadeste8121 7 หลายเดือนก่อน

    Ikiganiro c b1

  • @guyblaisebihayi8936
    @guyblaisebihayi8936 7 หลายเดือนก่อน

    niko twabaye 🤪🤪🤪

  • @DJMurya
    @DJMurya 7 หลายเดือนก่อน

    Uyo aramiritse 😂

  • @jeanclaudenimbona9200
    @jeanclaudenimbona9200 7 หลายเดือนก่อน

    Batwitwa canke batwita?

  • @vyisijean7065
    @vyisijean7065 7 หลายเดือนก่อน

    Uyomudemu arazi kwimanzika

  • @InnocentPeter-x7h
    @InnocentPeter-x7h 7 หลายเดือนก่อน +1

    👍👍👍👍🫶❤️‍🩹

  • @veve5360
    @veve5360 7 หลายเดือนก่อน

    Uwo mukobwa avuye muri commune yahe? Vuga pole pole .

    • @ADtopcaste
      @ADtopcaste 7 หลายเดือนก่อน

      gitaga

  • @niyonkurunicaise6085
    @niyonkurunicaise6085 7 หลายเดือนก่อน

    uyu ntago ari slay queen nu mumama ivyo ntago vyomubera

  • @OrigeneNzeyimana
    @OrigeneNzeyimana 7 หลายเดือนก่อน

    Ivyerekey telephone iryo niterambere ryama telephone...nukuraba porno cane...emw bamenye yuko bariko bonona generation nabana babo bazokenera...ibintu vyamaterefone barakwiy kubihagarika kabisa...ni obsession sexuelle yakaja kabisa...

  • @Nkotanyi1990
    @Nkotanyi1990 7 หลายเดือนก่อน

    Duhe Number Yuyumukobwa please

  • @alphyfitness2573
    @alphyfitness2573 7 หลายเดือนก่อน

    et voila th-cam.com/video/zy7VGKPZNNk/w-d-xo.html

  • @InnocentPeter-x7h
    @InnocentPeter-x7h 7 หลายเดือนก่อน +1

    🔥🔥🔥🔥🔥🔥