Umwe muri babakinyi ba HANDBALL bazimiriye muri CROATIE atanze umuco// Uko batuvuyemwo//bimaze kuba

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 24 ส.ค. 2024
  • Umwe muri baba HANDBALLEURS bazimirira muri CROATIE atanze ukuri kwose//Uko batuvuyemwo//bimaze kuba
    ‪@NtareRushatsiHouseTV‬
    #diaspora #visitburundi #handball

ความคิดเห็น • 244

  • @innocentndayizeye5134
    @innocentndayizeye5134 10 หลายเดือนก่อน

    Mrci sana uwomwana ndamwemeye nafashe abandi

  • @kampimbarefidesfides2400
    @kampimbarefidesfides2400 11 หลายเดือนก่อน +2

    Yaba abagumyeyo yaba abatashe bose nintwari gusa ndabakunda bana bigihugu cacu vous etes mes petits freres

  • @user-nj5xe5nm9f
    @user-nj5xe5nm9f 11 หลายเดือนก่อน +20

    Uyu yagaruste kubera asanzwe aja hanze yarakiniye muri france usanga afise naba sponsor kubera yaba arumuntu atayindi chance yokugenda kurondera ubuzima ntaba yaragaruste ndashigikiye abagiye nibarondere ubuzima bazogaruka nabo arabakinyi bakomeye

    • @dididina8362
      @dididina8362 11 หลายเดือนก่อน +2

      Bien dit

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 11 หลายเดือนก่อน +25

    🎩Ce Jeune Homme a une Integrité de Class! Il a bien réprésenté le Drapeau!
    Esprit Burundaise❤❤👍🏽👌🏽
    Komera k'Umuheto ✊🏾🇧🇮
    Courage mon Garçon,le Bonheur t attend☝🏾✊🏾

  • @fabricekwizera1421
    @fabricekwizera1421 11 หลายเดือนก่อน +13

    Uyu muhungu yatanguye handball 2009 muri Lycée Rutovu haciye 14 ans akaba yaserutse mw’ihiganwa rya -19ans ubu twokwibaza ko afise 18ans 🫣🫣 n’igitangaza caaane kubera uharuye neza yashitse muri Lycée Rutovu à 4ans 😋😋😋😋😆😆😆 ivyakora vyose biratahuritse araciye ubwenge caane…!
    Merci Gaël ukora ibikorwa vyiza courage et more congrats for this 100k

  • @kalyka4107
    @kalyka4107 11 หลายเดือนก่อน +3

    Umuntu wese arafise programme yubuzima ubwiwe.
    Uwatashe ni sawa hama nabasigaye bonne chance!

  • @aaronnkunzimana6672
    @aaronnkunzimana6672 11 หลายเดือนก่อน +4

    shaaa abatutsi bubwenge barabakeeera uramaramaje beninka

  • @gloriaS127
    @gloriaS127 11 หลายเดือนก่อน +17

    Nous, patriotes sommes fiers de toi.
    Ps: un commentaire qui n'a rien àvoir avec l'emission ''t'es beau deh'' 😂😂

  • @aminanekesa3718
    @aminanekesa3718 10 หลายเดือนก่อน

    Numva novuga mvyinshi kuri Handball y'Uburundi haba kubakobwa cank kubahungu kimwe gusa jew nkumu Handballeuse yaserukiye uburundi mumakungu kuba abahungu bafashe ingingo yo guca ishene jew ndabashigikiye kuko ingorane twagenda turahura nazo ninyishi cane Imana Ibazigame cane Aho bari hose abo twari kumwe muri kenya uganda Zanzibar Dar es salama baca babitahura

  • @billyjoel5120
    @billyjoel5120 11 หลายเดือนก่อน +11

    Félicitations umukubito 100K👏🏿👏🏿👏🏿

  • @niyomanahubert-jcp8417
    @niyomanahubert-jcp8417 11 หลายเดือนก่อน +3

    Abalo my guy
    Respect kbsa
    Ukwiye udari
    intahemukira Gihugu

  • @ishimweaudrynoel
    @ishimweaudrynoel 11 หลายเดือนก่อน +17

    Mubashoboye kugenda nije nshoboye kuraba ikiganiro 🖐️ndaha ndacahema😁

  • @mwansaIsaac
    @mwansaIsaac 11 หลายเดือนก่อน +3

    Ndaguchimiye blo gusa uwu🎉baza neza ntari onete

  • @AnonymousJD88
    @AnonymousJD88 11 หลายเดือนก่อน +9

    Félicitations à toi Umukubito kuntambwe wateye 100k ni fire bro from France -Kigali - Bujumbura tuzanire Raoul Brother

  • @Royallyrics25.
    @Royallyrics25. 11 หลายเดือนก่อน +1

    Urimfura wamuhungu we Imana ibiguhembere sha😍🤩🤩🤲

  • @josephinendayishimiye1757
    @josephinendayishimiye1757 11 หลายเดือนก่อน +1

    Umukubito bravo 100k

  • @arsenegaelnahayo4598
    @arsenegaelnahayo4598 11 หลายเดือนก่อน

    Yes sir , big up sanaa

  • @user-zl2wd2lg1s
    @user-zl2wd2lg1s 11 หลายเดือนก่อน +1

    Alex respect kbs urumugabo niwubahwe

  • @NicodemeNishimwe-zg9qj
    @NicodemeNishimwe-zg9qj 10 หลายเดือนก่อน

    Uri igihume

  • @Ntwri
    @Ntwri 11 หลายเดือนก่อน

    Sha sincèrement nawe iyo ujana n'abandi ntawari kukurenganya, twese twari kubitahura😂😂

  • @josephinendayishimiye1757
    @josephinendayishimiye1757 11 หลายเดือนก่อน +1

    Uri umugabo pe
    Kuko ubugabo s'imyaka

  • @user-fb9sd2us4s
    @user-fb9sd2us4s 11 หลายเดือนก่อน +3

    Komera urintwari cane❤❤❤

  • @mbutadimbuta4191
    @mbutadimbuta4191 11 หลายเดือนก่อน

    Owo n'umugabo
    Ndamwemera

  • @raissankuriragiye5791
    @raissankuriragiye5791 11 หลายเดือนก่อน +1

    Un vrai patriote ☝️..... Aragahezagirwa 🤍

  • @jeanneumutesi9617
    @jeanneumutesi9617 11 หลายเดือนก่อน

    Umurundi wu mutima
    Muraduha phone tubafate mu mugongo abo bana Burundi bwejo

  • @jeanclaude9132
    @jeanclaude9132 11 หลายเดือนก่อน +2

    U are legendary my bro

  • @naragumalaurent5085
    @naragumalaurent5085 11 หลายเดือนก่อน

    Ndashimye cane ivyiyumviro nintumbero y'a Alex

  • @nadegekamikazi
    @nadegekamikazi 11 หลายเดือนก่อน

    Aho sha Papa tu t'es bien exprimé Go a head my classmate

  • @mugishapromoter8121
    @mugishapromoter8121 11 หลายเดือนก่อน +2

    Umukubito twujuje 100k félicitations

  • @bissychristus9241
    @bissychristus9241 11 หลายเดือนก่อน +3

    ❤❤❤❤ Uratuvugiye ....1984

  • @therencendikumagenge3067
    @therencendikumagenge3067 11 หลายเดือนก่อน +5

    Turi bazima turamez neuza😂

  • @burundiopenmarket257
    @burundiopenmarket257 11 หลายเดือนก่อน

    uri kiwerewere

  • @jeromeniyomwungere8424
    @jeromeniyomwungere8424 11 หลายเดือนก่อน +2

    congrats Gaël for 100k🎉🎊🎊

  • @mikeofficial2577
    @mikeofficial2577 11 หลายเดือนก่อน +5

    😂😂😂 mbega idage shaaann. Garuka urye impurunguk

  • @nkurunzizaisaie62
    @nkurunzizaisaie62 11 หลายเดือนก่อน

    Alex urazi gukwepa ibibazo
    Nivyiza cane
    Umuntu wese aronderera ubuzima ahashaka bareke

  • @rg4631
    @rg4631 11 หลายเดือนก่อน +3

    100k 🎉 congrats juste Gaël 🥂

  • @Dan4real-le2ey
    @Dan4real-le2ey 11 หลายเดือนก่อน +2

    Congratulations Juste Gaël AKA the real from more😂😂😂100k,🎉

  • @angenellynasangwe5026
    @angenellynasangwe5026 11 หลายเดือนก่อน +6

    Umutaturo w' uno munsi mpfuma nsiba nakazi🤣🤣

  • @donbrunodushime1069
    @donbrunodushime1069 11 หลายเดือนก่อน

    Big UP sna kbsa ❤👊

  • @kwizeraarsene5995
    @kwizeraarsene5995 11 หลายเดือนก่อน +2

    juste gael thank you for your good work...we love to see it!!! you do amazing interviews!!but one thing is that we like to see who is asking questions,face expression, when you laugh together with your guest and so on...so please do look for a second camera or switch images when you ask questions so that we see you during the whole interview..!!Big up saana and tks a lot..!!

  • @omanizki6080
    @omanizki6080 11 หลายเดือนก่อน +4

    Félicitations 100k❤

  • @kevinniyonsaba6906
    @kevinniyonsaba6906 11 หลายเดือนก่อน +3

    Umwe wes na futur yiw shaaa ubu bazogaruk araba diaspora shaaa uyu numwany wokuvug rek tuzobibabaz inyuma y’a 7 ans baj ara ababirigi

  • @alvellaniyonzima4046
    @alvellaniyonzima4046 11 หลายเดือนก่อน +1

    Yase kwitwa Arakazavichi😂😂😂

  • @gmbtvburundi2725
    @gmbtvburundi2725 11 หลายเดือนก่อน +3

    Da way da way da burundi way 🇧🇮💪🇧🇮💪

  • @baradeskiramvumurava
    @baradeskiramvumurava 11 หลายเดือนก่อน

    Asa na Ibrahim Traoré, kandi n umu patriot

  • @mrkey257
    @mrkey257 11 หลายเดือนก่อน +2

    Dyohewe cane nimyaka yawe ufis -19ans erega jewe sinkura nani😂😂😂 Uri umwana w'umutima✌👐🇧🇮
    #WeGotThat👁

    • @aimerobertkindi6348
      @aimerobertkindi6348 11 หลายเดือนก่อน

      😂😂😂😂 2009 agiy mur 7eme niho yatangura gukina handball arik ndibaza noe de 2009 à 2023 hari imyaka 14 dont yatanguy handball afise 5 ans en même temps l'école primaire yayihejj à 4 ans yayitabguye kumyaka ingahe ?😂😂😂

  • @3bsfathernews
    @3bsfathernews 11 หลายเดือนก่อน +4

    Turagukeje notre frère ! Vous êtes un excellent patriote.

  • @ireneendayikeza255
    @ireneendayikeza255 11 หลายเดือนก่อน +1

    Alex uri intègre j'adore ❤

  • @jadouhuru
    @jadouhuru 11 หลายเดือนก่อน +8

    You're the hero bro❤❤

  • @NkenguburundiKenny-xn8of
    @NkenguburundiKenny-xn8of 11 หลายเดือนก่อน

    Nivyo gusa nukuri, gusa abana nkawe ubu bakiriwe nk’abana nkabana iburayi kumbure nihaba iyi tour uzogenda😆 gusa ufise umutima ukomeye knd courage

  • @user-tl2tw9rg7r
    @user-tl2tw9rg7r 11 หลายเดือนก่อน +2

    Bagukubise coup warubizeye nivyo bigezweho🎉

  • @thomasndayisaba2454
    @thomasndayisaba2454 11 หลายเดือนก่อน

    100k felicitation brother !! Courage san

  • @hamzafishten9560
    @hamzafishten9560 11 หลายเดือนก่อน

    Urikijuju kabisa

  • @Savage_TV2
    @Savage_TV2 11 หลายเดือนก่อน +6

    Alex is very discipline player respect ❤

  • @arakazashabani3295
    @arakazashabani3295 11 หลายเดือนก่อน

    Komera,urintwari

  • @ndayiragijeemilemarlon1369
    @ndayiragijeemilemarlon1369 11 หลายเดือนก่อน

    Iyo bataba bashaka gucika Bari gutsinda kweli bakinye nkabadsshska ewe Burundi bwanje

  • @richardalonsonibitanga7557
    @richardalonsonibitanga7557 11 หลายเดือนก่อน

    Big up

  • @gygygyslaine4712
    @gygygyslaine4712 11 หลายเดือนก่อน

    100k🎉Congratulations Just Gael🍾🥂

  • @eric7321
    @eric7321 11 หลายเดือนก่อน +3

    africa imana izobahana kuki mubesha imyaka?moins de 19 ans😬😬😬binyibukije umukinyi muri gabon kuri passeport yavutse 1990 nyina yapfuye 1986

    • @maeli6300
      @maeli6300 11 หลายเดือนก่อน

      Iyo yo niyambere😂😂😂😂😂😂😂

  • @inkingichannel8287
    @inkingichannel8287 11 หลายเดือนก่อน

    Alex voyou😂
    Wubahw muta👊

  • @wamublack
    @wamublack 11 หลายเดือนก่อน +4

    2009-2023= 14 ans , Plus 6 ya primaire ça fait 20ans , Dufate KO yatanguye à 3 ans muwambere donc Ubu afis 23 ans 😂😂🤌🏾bakaba bagiye gukina muri worldcup ya U-18 🥱👍🏾

    • @luckyprocessor7217
      @luckyprocessor7217 11 หลายเดือนก่อน

      😂😂😂😂😂😂😂😂😂 gezaho imibare😂😂

  • @glorianikiza3940
    @glorianikiza3940 11 หลายเดือนก่อน

    Umwene gihugu yuzuye

  • @damienbahenda4863
    @damienbahenda4863 11 หลายเดือนก่อน

    Uburundi burakeneye n'imiburiburi imisore 20 nk'uyo

  • @AbdulSalim-wu8wo
    @AbdulSalim-wu8wo 11 หลายเดือนก่อน +2

    Nkaho usanga cherie wiwe akaze canke harico bari bumvikanye yanse kukirengako🙈🙈🙈

    • @omarkhelaifi5888
      @omarkhelaifi5888 11 หลายเดือนก่อน

      Uyo yaragize mariage l’année passée

    • @majedalotaibi9350
      @majedalotaibi9350 11 หลายเดือนก่อน

      😂😂😂😂😂

    • @majedalotaibi9350
      @majedalotaibi9350 11 หลายเดือนก่อน

      ​@@omarkhelaifi5888yagiz mariage ari moins de 18ans😂😂😂😂😂😂

  • @aaronnkunzimana6672
    @aaronnkunzimana6672 11 หลายเดือนก่อน +1

    oya urikijuju basi ntibakubeshera aho wibaza ngo prezident ngo azoguh agashimwe😅😅😅😅

    • @ndabwarukanye-pg3zp
      @ndabwarukanye-pg3zp 11 หลายเดือนก่อน +1

      Mbega yemwe nihatari mbega hati ywewe nuyo ikijuju twocitande?

  • @blaisenishimwe3116
    @blaisenishimwe3116 11 หลายเดือนก่อน

    🎉 congrats for 100k

  • @user-pk1kr4rb4z
    @user-pk1kr4rb4z 11 หลายเดือนก่อน

    Mwubahw❤❤❤❤

  • @manudiofficial
    @manudiofficial 11 หลายเดือนก่อน +2

    100k congratulations Gael 😆

  • @ezekielnsengi2480
    @ezekielnsengi2480 11 หลายเดือนก่อน

    Ubuzima burazimvye cane niyo mpamvu batorotse kuko amahigwe aza 1

  • @nzisabiraericaudry6713
    @nzisabiraericaudry6713 11 หลายเดือนก่อน +7

    Nadusigurire umuntu 2009 ariho yatanguy gukina handball yiga muri 7eme.Haciye imyaka cumi nine ahama agaca aserukira igihugu gukina mubari munsi yi myaka 18 ivyo bintu vyokwiba imyaka uri umu sportif birakwiye guhagarara

    • @niyomanahubert-jcp8417
      @niyomanahubert-jcp8417 11 หลายเดือนก่อน

      🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

    • @kamilgadobvs8112
      @kamilgadobvs8112 11 หลายเดือนก่อน +1

      Usanga twumvise nabi yavuze 2019😂

    • @Gtown9676
      @Gtown9676 11 หลายเดือนก่อน +1

      Ni intwari uyu mwana

    • @nirenganira8433
      @nirenganira8433 11 หลายเดือนก่อน

      2009 yari 7eme ubwo yari afise 12ans ubu afise 35ans 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

    • @freddymuhimpundu5247
      @freddymuhimpundu5247 11 หลายเดือนก่อน

      Kauka😂😂

  • @user-pb4gz3dt4z
    @user-pb4gz3dt4z 11 หลายเดือนก่อน

    Ihasa ryawe ko ryasigayeyo utarihanuye,😂

  • @KingBalez-zt6cy
    @KingBalez-zt6cy 11 หลายเดือนก่อน +1

    Nareke kubesha uyo afise visa ya america

    • @batungwanayoaugustin2115
      @batungwanayoaugustin2115 11 หลายเดือนก่อน

      Nous avons besoin de la ferveur d'esprit de nos leaders africains.D'autres parts, je sens que l'amour qui enflamme ce monsieur est simplement l'amour de son continent et de son avenir radieux que Ibrahim Traoré a le bonheur d'incarner.

  • @didokhadafindayizeye9682
    @didokhadafindayizeye9682 11 หลายเดือนก่อน +1

    Bamwita voyou 😂, yize L Star😅

  • @elyseeirankunda6030
    @elyseeirankunda6030 11 หลายเดือนก่อน

    Aracarimu mineur nicogituma yigarukiy

  • @ibrahdimpoz5820
    @ibrahdimpoz5820 11 หลายเดือนก่อน

    #Mkombozi WEYAYU

  • @pokemon-Go22
    @pokemon-Go22 11 หลายเดือนก่อน +1

    Ariko uri ikijuju kbs🤣🤣🤣 amahirwe aza rimwe gusa... uzabyumva ushaje

    • @luckyprocessor7217
      @luckyprocessor7217 11 หลายเดือนก่อน

      Kirazira kwita ikijuju uwundi wosanga nuwomuha 50million atokwemera kubayo naho?ntabarundi bamaz kuva America habananiye?erga bos ntibagowe nkawew wandits?😂😂😂😂

  • @edouardniyongabo9436
    @edouardniyongabo9436 11 หลายเดือนก่อน

    Umutima wo gukunda igihugu niwo umuranga.mr6 kugukunda igihugu,Gaël nawe turamushimiye cane kubiganiro biryoshe adushikiriza

  • @IradukundaVicent-gu3oj
    @IradukundaVicent-gu3oj 11 หลายเดือนก่อน

    Numva shaka kumenya imyaka afise cank afise abana bangahe 😂😂😂😂

  • @user-sf5tv2pr2d
    @user-sf5tv2pr2d 11 หลายเดือนก่อน

    Arakaza Alex IMANA Igushikane Kuri Vision Ufise Yogufasha Urwo Rwaruka Ubandanye Ukunda N'Igihugu Cakwibarutse

  • @febronieemerimana406
    @febronieemerimana406 11 หลายเดือนก่อน

    Umutaturo kuyind mpwemu.

  • @apprentissageniyongabo3916
    @apprentissageniyongabo3916 11 หลายเดือนก่อน

    Komera 😂

  • @arakazaaxcel642
    @arakazaaxcel642 11 หลายเดือนก่อน +2

    None uwo numu moins de 19 ans uwo kondamuzi ari umusore w'umutama😂😂😂😂

  • @richardalonsonibitanga7557
    @richardalonsonibitanga7557 11 หลายเดือนก่อน

    Big up😅

  • @gygygyslaine4712
    @gygygyslaine4712 11 หลายเดือนก่อน

    Ufise kubawagarutse kubera ufise abagufasha guhora hanze noe uwugize chance imwe wumva yoyifusha ubusa😅😅 ahubwo bakore cane bitezimbere ntibatwagwe nivyimahanga naw Courage ibirimwo neza

  • @bamberic248
    @bamberic248 11 หลายเดือนก่อน +2

    Vugisha ukuri...abatagiye ni batatuu...umwe yarafise visa ya france yagezeyo ubu,uwundi visa ya Canada uwundi ari faculté ya medecine...uri uwahe murabo batatu?uwo wa France?

    • @IVOMO_TV
      @IVOMO_TV 11 หลายเดือนก่อน

      Ubizi gusumvya uwarariyo?

  • @BrandonKabanga-vo7nl
    @BrandonKabanga-vo7nl 11 หลายเดือนก่อน +2

    Umu moins de 19ans😂 africa irafise impano kbx

  • @leonewstv7484
    @leonewstv7484 11 หลายเดือนก่อน

    Uwonumubono

  • @user-tl2tw9rg7r
    @user-tl2tw9rg7r 11 หลายเดือนก่อน +2

    2hrs ni BUS 🚌 he ari deep in Mugiye nico gituma bamwe Batagarutse I'm sorry 😂😂😂😂

  • @inarukundochristella
    @inarukundochristella 11 หลายเดือนก่อน

    😮

  • @user-gq1qd5cg1t
    @user-gq1qd5cg1t 11 หลายเดือนก่อน

    Arakwiye agashimwe

  • @user-kh1ei6bj4v
    @user-kh1ei6bj4v 11 หลายเดือนก่อน

    Nawe wabuze iyuja ubawaragiye

  • @user-pd1yd6xd2c
    @user-pd1yd6xd2c 11 หลายเดือนก่อน +1

    🖐

  • @manirakizaderrick4048
    @manirakizaderrick4048 11 หลายเดือนก่อน

    Shigikira Alex Alain arashoboye

  • @ericciza926
    @ericciza926 11 หลายเดือนก่อน

    Umurundi Azi agaciro ki 8🇧🇮🇧🇮:35

  • @DerrickSikaumbwe-zd8uz
    @DerrickSikaumbwe-zd8uz 11 หลายเดือนก่อน

    Uyo ntakibazo afise cari gutuma agenda , ariko nkumusi yobona bikenewe nawene yogenda kuko suwo sabatorotse bose nabarundi kandi bakunda iterambere

  • @huguellauwera6947
    @huguellauwera6947 11 หลายเดือนก่อน

    Commentaires zanyu zirarenze😂😂😂😂😂🔥🔥🔥🔥

  • @user-sz7ko6rd7h
    @user-sz7ko6rd7h 11 หลายเดือนก่อน

    Ntakintu nakimwe😂

  • @DelvykeithenMpundu-jk5ip
    @DelvykeithenMpundu-jk5ip 11 หลายเดือนก่อน

    Ntukomeye neza mumutwe 🙂

    • @aminaofficial2022
      @aminaofficial2022 11 หลายเดือนก่อน

      Nawe waje kumuraba niwe udakomeye kandi Uri nikijuju

    • @justinndayiziga838
      @justinndayiziga838 11 หลายเดือนก่อน

      😂😂😂😂😂😂

  • @lgdnce8309
    @lgdnce8309 11 หลายเดือนก่อน

    Wewe wavukiye mu mutanka chanke kiriri huna njala

  • @FerdinandNduwimana-ul1cr
    @FerdinandNduwimana-ul1cr 11 หลายเดือนก่อน

    Abalo musaza,shika impore