Mon ami d'enfance nkunda sana Aristide a.k.a RUGARA..merci pour les précieux conseils à la jeunesse..un gars vmt intelligent plein de sagesse..komereza aho mon frère..
Bonjour. Je suis pas habitué à réagir à vos émissions ariko ibi vyigisha bigahindura notre société biciye ku mpanuro n'ama témoignage nivyo abenegihugu banyotewe. TURABATEYE INTEGE!!!
Numva ubizi. Yakoze servage forcé, l'absence de la substance yategerezwa gucausa des troubles kuko déjà ll en dépendait ! Icanezereye nuko yaciy aronka psychothérapie de soutien nziza yo Mu Mana
Mon ami d'enfance nkunda sana Aristide a.k.a RUGARA..merci pour les précieux conseils à la jeunesse..un gars vmt intelligent plein de sagesse..komereza aho mon frère..
Merci cher Aristide
Imanishimwe kuba yaragushoboje kuva muriy sitoition itaba yoroshe
Intahe nziza vrt ntavyonywa ark bintera intege yokubija kure nabandi bibahe ivyigwa 🙏🙏
Uzoz uhanure abandi bajeunes nabaye nabi aha mu carama ni benshi.
Barambabaza iyo ndababony
Niho nkiraba ico kiganiro ndashimiye Gael hamwe na aristide abavyeyi biratunejereje kandi biramfanshije cane muhezagirwe
Terimbere Aristide ...Imana irakomeye yaguhinduye.ndakubony ndahimbarwa jew twariganye Primaire Gitega...
Mon Cher neveu, 🥹❤️❤️❤️ maintenant il est la fierté de notre Famille🙌🙌🙌,Yesu yatugiriy neza,ntawundi yari kubishoboraaa
Sha urinze uheba boost aba ari ubuntu bw’Imana…uze ushimire Maman wawe🙌🏾
JESUS Christ is about to back....ahindura ivyanse guhinduka! Congratulation bro
Bonjour. Je suis pas habitué à réagir à vos émissions ariko ibi vyigisha bigahindura notre société biciye ku mpanuro n'ama témoignage nivyo abenegihugu banyotewe. TURABATEYE INTEGE!!!
Imana nigitangaza kabisa,ifise uburyo bwinshi bwo kurondera umuntu🎉
Alléluia yesu arakomeye kand agira neza
Courage Gaël.Muma TV en ligne uruwambere vrt ugirisha ibiganiro vyubaka haba mubakuze nabato.Uterimbere Imana iguhezagir ir ibikorwa vyawe
Imana ni nziza vrmaaa waratabawe 😭🙏🙏
Imana iguhezagire kuntahe yawe Mon frère Aristide mugisha
Ukuboko kw Imana kurakomey caane
Ariko Mana iyo n'Intahe idasanzwe🥺Iman ikuje imber, intahe yawe izofashe benshi, kuko urwaruka rwinshi rugez habi kuber ivyo biyayura mutwe.
Imana ishimwe kubwa Arstide MUGISHA
Juste Gael courage ibiganiro nkivyo ni ibiganiro vyubaka
Courage cane Mugisha
Erega ni Imana idukunda kandi iratwitayeho.Nibishimirwe kuba yarahabaye.
Imana ibandanye ikugirira neza mon ami Arstide
Imana ni nziza.kandi Izo mpanuro icompa zigafasha abandi.
Uzogume ufasha abari muri iyo ntambara
Urakoze kudusangiza iyo ntahe
YESU aragahora Ku ngoma
Imana ninziza Big Brother
God is all time
Glory be to GOD!!
Erega aba jama atari imana yikoreye kabisa,kubiheba biragoye! Kandi umu kaceri wa vrai ntani phone atunga,même agahinda ntatunga! Ntimwibaze rero ngo bazoraba ikiganiro!
Ntaho Imana itocish inzira,nabo bazotabarwa
😅😅😅
Imana ni nziza ibihe vyose Rugara nabandi bizogenda neza Jah bless
Gaga 13 😂😂😂
Imana ishimwe kweli.
Uwokenera kubavugisha tworonka numéro de téléphone za Aristide...
Une émission digne de guerison merci pour le temoignage Mr Aristide et Dieu soit loué❤❤❤
Ikiganiro gitera intege..Imana Igiraneza Ibihee Vyoose. Abavyeyi bakwise neza kndi harabayemwo kukwihanganira..Wagize nawe Ugarura ubufura..Imana ikomez ikujimbere. Merci bcp à Gael Juste tu animes très bien tes émissions tjrs
Imana iguhezagire cane
imana ishimwe Aristide
😂😂😂ngoyaswingi😂😂
bro ugira emission za frsh kwr keep going
Yesu n’umwami kandi n’umukiza. Merci bcp Aristide, satani nta nganji Afi se numubeshi.
Aristide I love u , God bless u❤🙏
"Yooo.....sorry bro, waciye mubibazo bikomeye kabisa
God is good all the time
as usual an inspiring video keep it up umukubito
Yesu abishimirwe 48:28
Gaël iki kibazo uzgikoreko cane carabaye akananirabahinga nukuri
Amen Yesu Kristo agira neza😮😢
Respect bro, imogi nikintu kigoye guheba☺️
Muraho neza Aristide urakoze kutugezaho intahe yawe imana igukomerezaho ntugasubire inyuma ukomeze usenge imana ishoboye byose nkwifurije kuzaba pastor bishop akomeye uzakize benshi merci
Imana ishimwe sha turanezerewe Cane😊 Yesu ni mwiz ibihe vyos
Uti ntanw umuzigo😀😀 ew Mugisha
Yesu ni Mwiza
Pole Bro Rugara
Aristide ni signe vivant yuko Imana ikora yamukuye kure.Merci pour le témoignage grand frère
Imana Ishimwe🙏Gael hejuru cane👏
God is good all the time...Merci pour le témoignage grand frère sois béni
Komera mutama
Courage ibiganiro nkibi nivyiza sha birafasha abandi
GOD is faithful 🥺🥺 ntawayizeye yamaramaye...
Woow such an inspiring interview 👌bravo à l’équipe
Merci Aristide ku ntahe yawe🙏🏿ndahimbawe cane kukubona uy umusi ari wewe uriko uhanura abandi🙏🏿Imana yaratugiriye neza nukuri kandi ibandanye iguhezagira n umuryango wawe🥹🙏🏿
umunegiri 😂😂😂😂
Amen
Very very interrested!!thank you
Jeune Homme, tes parents avaient les moyens eehh. Zarahatswe kugushira habi gusa munyuma zagukijije mu kuronka amashure na objectifs
Bravo Aristide..toute Gloire à Dieu. Uwuzi uwundi vyanse kwaheba womufasha iki??
Uwo vyosaba ko tubonana tukaganira kugira umuntu amenye uko twomufasha….
D'où viennent ces voix?Sont-elles des hallucinations à cause de ces drogues ou quoi!?
Numva ubizi. Yakoze servage forcé, l'absence de la substance yategerezwa gucausa des troubles kuko déjà ll en dépendait ! Icanezereye nuko yaciy aronka psychothérapie de soutien nziza yo Mu Mana
56:53
Huyo ni mutoyi wanje twaragerageje vyaranse😢😢😢
Mpole mpole bizokunda, n’ukumusengera kandi murondere abantu bashobora kumwiyegereza mu rukundo, kandi badacika intege kuko birasaba ukwihangana gufasha umuntu nk’uyo.
Gaël nomuronka gute kugira afashe petit frère wanje ibiyayura mutwe bigira bimwiche 😢
Ndababaye kuba atanyishu ya Gael nsanz kur iyi msg nizere ko yoba yaragufashij ukundi
@@jadohazardmukunzi6534 wapi gushika nubu ntaranyishura
Merci bcp woduha watsap yawe
Hahaha nubundabona rimwe rimwe urashitura 😂😂😂😂😂😂
Kuvyo wumvirije watahuye ko ashitura aho gutahura icirwa nintahe kweli nivyo vyaciyemwo
Kuki mumeze uko mugucana intege
Oya nuukuri intaheyiwe irakomeye Kandi izofasha beshi kwari ugutera inkuru
@@arakaaime3915 oya mugenzi uwoyaramazegukira Kandi intaheyiwe irakomeye kwari ugutera inkuru ntimuntahure ukundi
Yarabihebeyeko gose jew numugenzi turazinanye cane ubu amaze igihe akijijwe kabisa
None ubu uri muzima?
Ntavyubona noe aho gukuramwo icirwa kuntahe yiwe ubaza ko arimuzima knd ubibona
@@aeroarsy4624 nivyo kabisa
Ni atari
Egoo mugenzi kubw’Ubuntu bw’Imana gusa.
nashaka kugusaba service . unyigorere kugira umfashe kugira umwana wanje ahinduke