MARIO S04 EP1 ||FAMBA AYITANGUYE NABI😰AMUFASHE KUNGUVU😭ARAFASHWE🤦‍♀️|

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 20 ต.ค. 2024
  • #IHURIRO_TV #UnachezajebyDiamond #URYAGUTE?
    Wipfuza kumenyekanisha urudandazwa rwawe kugiciro kitavuna? duhamagare hano +25761320806
    Izi Videos kugira uzobe\ wibera uwambere mukuzibona, ntugaheze kuraba utagize Subscribe hamwe na Like & Comment.
    Mushobora kandi kudusanga kumbuga zacu zigiye zitandukanye, Tubibutsa nokutagenda ugize Subscribe canke J'aime n'ugusiga iciyumviro cawe kugira turabe ico twohava duhindura, canke ngo twongerezeko mu ku bashikiriza ibintu vyiza:
    Page Facebook: www.facebook.c....
    Twitter: / ihurirot​​​​​​​​​. .
    Instagram: / ihuriromedi.... .
    TH-cam: www.youtube.co....
    Woba wipfuza gukoresha imanza [Mariage, Dot, Diplome]...zigiye zitandukanye n'ibindi bijanye n'ivyimanza? turondero turabikora kandi ku kabeyi keza cane.
    Wipfuza nogufata mu mugongo runo rwaruka ngizi numero munsi.
    +257 75151183 WhatsApp
    Ushaka guterera uru rwaruka ngiyi numero munsi✔
    Lumicash: 61320806

ความคิดเห็น • 242

  • @behonest7
    @behonest7 2 ปีที่แล้ว +3

    Famba warasaze kweli. Ngo Bien Bien😃😃😃

  • @angebellairatunezereza313
    @angebellairatunezereza313 2 ปีที่แล้ว +14

    Iyaba harabantu bameze nkandany kwiyo scene yakinye nukuri uburundi bwobaye paradizo. Courage dany❤️❤️👌

  • @akbartz4
    @akbartz4 2 ปีที่แล้ว +4

    Ibintu bigiye kuryoha mur S4 courage mugukomez kuduha flm 🙏🙏❤❤❤

  • @mutamatv7128
    @mutamatv7128 2 ปีที่แล้ว +4

    Abakunda nyinabukwe wa dani tumusengere lmana imukinze kk bamunyuruze🙇🏼🙇🏼

  • @kirezimedia3904
    @kirezimedia3904 2 ปีที่แล้ว +3

    🔥🔥🔥🔥🔥🔥 UMURIRO URATSE

  • @sadikimaneno246
    @sadikimaneno246 2 ปีที่แล้ว +5

    Turabkunda cn♥️♥️♥️🇧🇮🇧🇮💯💯kur phrmacie ndiho mugihosha

  • @baderalnasri6812
    @baderalnasri6812 2 ปีที่แล้ว +5

    Dani Cakor, ubyitwaramwo neza kuko, intibagir, ntiban🙏💞👍

  • @mvuyekuretheogeneofficiel5193
    @mvuyekuretheogeneofficiel5193 2 ปีที่แล้ว +6

    Uyumunsi ndazinduye👏 Mukomere cane 🙏

  • @kanezasoso3221
    @kanezasoso3221 2 ปีที่แล้ว +3

    Hejur cyan Mario séries ❤️❤️❤️ ndabakund sana

  • @zamzamalhanayy5505
    @zamzamalhanayy5505 2 ปีที่แล้ว +2

    Estime pore sana Famba aragukubise CA numva ibigumbagumba Famba wew ukabura amaso bagufashe nkumwe araba samunani iyo matera muyiterura ata mpuzu umukobwa yambaye mugikiriza Komanda na Danny courage ndabakunda mufise umutima w' Ubuntu l love you 🥰🥰

  • @mutamagerrardofficial
    @mutamagerrardofficial 2 ปีที่แล้ว +2

    Love from Mutama Gerrard Official

  • @ntacobanzizaleatitazilfat7850
    @ntacobanzizaleatitazilfat7850 2 ปีที่แล้ว +3

    Estime Rondera Akazi ureke gusegereza Sha nuko namanze danny Atanzigo yakazika Afise Nayahandi wabugowe Famba Nawe Yanyishe Ati bariko guterura Imatera hama Maman Danny nawe Ubwichanyi Azobuheba ryari Maronko gusa

  • @Wolf-Junior205
    @Wolf-Junior205 2 ปีที่แล้ว +3

    Terme nshasha yo guterura imatela🤣🤣😂😂😂Famba yubahwe

  • @florenedannywiny5411
    @florenedannywiny5411 2 ปีที่แล้ว +3

    Haaaa famba baramufashe aho vyakabereye n kera kwl nn Danny kuki ufisumutima wikigogwe Mana yaba hariho Abantu bameze nkukwo igihugu coteyimbere kwl

  • @tausinyamana2403
    @tausinyamana2403 2 ปีที่แล้ว +1

    Ewe famba urantwengeje pe ngo guterura matera yoo🤣🤣🤣

  • @stitore2388
    @stitore2388 2 ปีที่แล้ว

    Mario kabisa ikonzwe nezape yoooo maman ivette imana yomwijuru ikutabare ntibakwice🧎‍♀️🧎‍♀️🧎‍♀️Danny uranyigishije cane gose wubahwe komada wubahwe camamare wubahwe ndakunda ubikoranezape yemwe famba gezaho ubugomebwawe courage mwubahwe Natacha ntuvyorosha n'a famba maman Danny ivyawe birakutekurukanye warishebeshe uzawashika maman ivette arakukorako kimwegusa harahiye 🔥🔥🔥 ntibiyekoroha rekaturorere🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯✍🤝👌🙏❤❤❤❤❤❤🥰🥰🥰🥰🥰🥰

  • @fanny4338
    @fanny4338 2 ปีที่แล้ว +1

    Courage my team mwubahwe ndabakunda cane kuko mubikora neza cane🥰🥰🥰🥰🥰🔥🔥🔥🔥✔✍

  • @setaseeta9779
    @setaseeta9779 2 ปีที่แล้ว +1

    Komanda urakoze kwibaraguza 🤣🤣🤣

  • @issakhamis9511
    @issakhamis9511 2 ปีที่แล้ว +2

    Natacha ilove so much. Nanj uraduterur imatela ndakunda abayaya🥰

  • @KDBMcenzo
    @KDBMcenzo 2 หลายเดือนก่อน

    Komeza komeza twabashimye cane Imana kandi ibajimbere nokubindi bikorwa❤❤❤❤

  • @ggfwtgg1652
    @ggfwtgg1652 2 ปีที่แล้ว

    Famba jewe uranvuna imbavu camamare imbavu nawe urazisubiza zikamera bien ♥ ❤ 👌 nice murakina neza

  • @nichimwechantal6437
    @nichimwechantal6437 2 ปีที่แล้ว +3

    🥰🥰🥰🥰🥰 ninoma yooooo 🔥🔥🔥🔥

  • @nicemedia8029
    @nicemedia8029 2 ปีที่แล้ว +11

    Number one 🥰

  • @milkamilka5009
    @milkamilka5009 2 ปีที่แล้ว +3

    Uyumusi nacerewe gato❤❤❤❤❤

  • @emelyneniyonizigiye6617
    @emelyneniyonizigiye6617 2 ปีที่แล้ว +2

    Yvette urantwengeje kbs ndagukunda 💓💓💓

  • @ndagijimanaolivier2423
    @ndagijimanaolivier2423 2 ปีที่แล้ว +5

    Kubita rusutime ntiyumva 🙅🙅🙅🙅😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @lisaalllisa5326
    @lisaalllisa5326 2 ปีที่แล้ว +1

    Famba we uranyishe neza mbavu zangu warikuterurimatera biranka yariremeye😂😂 teamu yose murashonoye

  • @nduwimanacharlotte237
    @nduwimanacharlotte237 2 ปีที่แล้ว +1

    Famba weee 😂😃😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @twizerimanadiallo2015
    @twizerimanadiallo2015 2 ปีที่แล้ว

    Ndabakunda mwese naravyize gukina mbona mbuze uwo dufashanya gutera imbere ubu tuvugana ndazi bizogenda neza.courage murashoboye Diallo gitega now Kenya

  • @mpawenimanainnocent2519
    @mpawenimanainnocent2519 2 ปีที่แล้ว

    🔥😅😂😂😅ibihere famba biramuhumiye ndake 😅😅😂👏

  • @uwimanahonolyne1758
    @uwimanahonolyne1758 2 ปีที่แล้ว

    Ndabkunda mubkora neza

  • @ابوكلنك
    @ابوكلنك 2 ปีที่แล้ว

    Ndabakunda

  • @conciliendayisenga2520
    @conciliendayisenga2520 ปีที่แล้ว +1

    Respect 🙏🙏munyarugamba

  • @emelyneniyonizigiye6617
    @emelyneniyonizigiye6617 2 ปีที่แล้ว +2

    Mbekomanda rumonge nihowabonye barogagusa???? Ntamwonga ubura isato iba idahizwe

  • @claudinentirampeba250
    @claudinentirampeba250 2 ปีที่แล้ว +2

    I really love this movie 🤣🤣🤣🤣 this two guys lol 😆. But Danny is very stubborn man why he can't listen to the poor guy he learn his lesson 😢

  • @uwaseaulla7312
    @uwaseaulla7312 2 ปีที่แล้ว +1

    Ariko mana hariho abarara bataryamye kubera mario murabon igene mwantaz

  • @ininahazwedaniella7948
    @ininahazwedaniella7948 2 ปีที่แล้ว +2

    Famba wew ntakibazo acifitiye gusa daniella yakumbuwe ankosorere famba kwl

    • @loudyryooopolsanntubonakur5747
      @loudyryooopolsanntubonakur5747 2 ปีที่แล้ว

      Iconyereka famba ariguterura imatera na Natasha daniella akabasangayo asha nzotweng mpaka 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣❤️❤️❤️❤️❤️❤️Team ihuriro hejuru

  • @barakaanordtv444
    @barakaanordtv444 2 ปีที่แล้ว +1

    Nawakubari Sana wzee

  • @blandineiradukunda7494
    @blandineiradukunda7494 2 ปีที่แล้ว +1

    🤣🤣🤣🤣Famba ngwimatera yabayiki je leur le yéyé légende😅😅😁

  • @ndayisengalydwine8939
    @ndayisengalydwine8939 2 ปีที่แล้ว +2

    Hahahhah famba Na nathach murihaye ibara yoooo Danny courage ndabakund pe mukina nez peee 🙏🙏🙏🙏👏👏👏🤣🤣😂😂Much love you from 🌺🌺🙏🙏🙏

  • @medineirakoze4304
    @medineirakoze4304 2 ปีที่แล้ว

    Waoo courage muraryohey cane ni yamber ndatwenz nduma.

  • @nitungamireille316
    @nitungamireille316 2 ปีที่แล้ว

    Mbaye uwambere kwrr congratulations

  • @sosopro9859
    @sosopro9859 2 ปีที่แล้ว +4

    Scène ya estimé ndayikunda ukuntu yifata ndabishima

    • @christellemwana3311
      @christellemwana3311 2 ปีที่แล้ว

      Mana ndapfuy nuguseka camamar afis memair 64 hahahah famba arafashwee ukuntu asenze biranyishe

  • @جميلهال-ز3ن
    @جميلهال-ز3ن 2 ปีที่แล้ว +1

    😂😂😂😂😂Famba we🇧🇮🇸🇦

  • @Oscarnimpagaritse24
    @Oscarnimpagaritse24 2 ปีที่แล้ว

    Famba ndamwemera araryohera kwri

  • @komlaakomlaa7465
    @komlaakomlaa7465 2 ปีที่แล้ว +2

    Camamare urarimenye🤣🤣🤣

  • @lysenitunga521
    @lysenitunga521 2 ปีที่แล้ว

    Vyukuri Mario niyambere kweri.Dany courage vrema ukina neza nabandi barabizi.cheval uyumunsi ntiyabonetse

  • @shadiahshadiahshadiahshadi4060
    @shadiahshadiahshadiahshadi4060 2 ปีที่แล้ว

    🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮abashangazi tumenyane naho nacerewe

  • @setaseeta9779
    @setaseeta9779 2 ปีที่แล้ว +1

    Ayo maso ya famba 🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @shukulualexandre3545
    @shukulualexandre3545 2 ปีที่แล้ว +5

    Famba big up urazi gukina, camamare nawe urazi guparangana, Dani wakinye neza Iyi season nguku uko ngiye gutanga amanota. Famba 8/10
    Dani 7/10
    camamare 6/10
    komando 5/10
    Estime 5/10
    Mama Dani 3/10

  • @marietuyisenge8566
    @marietuyisenge8566 2 ปีที่แล้ว

    Danny Big UP xan ufis umutima Mwiza iyaba Bos bamez nkaw vyoba vyiz cn gxa gerageza umuh indaro ubuyarisubiyek yabonye ingaruk zivyoyakoze.natacha naw bac umugani ng iyowibagiy amatek wica amategeko wibukeko Danny yagutoy mwibarabara rek kumumaramaz ntakwirukan

  • @dotoibrahimu7384
    @dotoibrahimu7384 2 ปีที่แล้ว +1

    Muhezagigwe cane

  • @chimyornyvette3883
    @chimyornyvette3883 2 ปีที่แล้ว

    Hatwike twimanukire🔥🔥🔥🔥❤❤❤❤❤❤💃💃💃💃🇸🇦🇧🇮

  • @nshimiyimanatimothee6865
    @nshimiyimanatimothee6865 2 ปีที่แล้ว

    Kgl turabakunda cyane ntimugatinde muge mutebuka

  • @ndayisengaannick7291
    @ndayisengaannick7291 2 ปีที่แล้ว

    Famba mwariko muterura imatera 😅😂😂😂famb ati bien bien bien 😂😅😅😅😂

  • @sueh5139
    @sueh5139 2 ปีที่แล้ว +1

    Waawooo curage 🇧🇮 courage 💋💋 ndabakunda nutubizu 💋

  • @nahimanamana9532
    @nahimanamana9532 2 ปีที่แล้ว +2

    Camamare ngo afise carte mémoire 64 🤣🤣🤣🤣🤣 rusutime asigaye ateye akagongwe🤔

  • @benzenesanyofficial3841
    @benzenesanyofficial3841 2 ปีที่แล้ว +4

    The first

  • @gikonabigdogaliasdududu4144
    @gikonabigdogaliasdududu4144 2 ปีที่แล้ว

    Genda muyiterure kandi

  • @Munezeroyvette
    @Munezeroyvette 2 ปีที่แล้ว +2

    FAMBA YATE TERU RUYEE😅😅IMATERA NA NATACHAA!😅😅😅😅😅🤝🤝🤝❤❤🇧🇮🇧🇮💚💚🇸🇦🇸🇦💪💪

  • @gaudencedusengimana2849
    @gaudencedusengimana2849 2 ปีที่แล้ว

    Woooow vrm ndabakunda cn

  • @ericruzobavako-cy9tj
    @ericruzobavako-cy9tj ปีที่แล้ว

    Na famba ndamukunda kbsa kuk aranduhura mumutwe mukuntwenza vous etes capables vrt

  • @Dewishi44
    @Dewishi44 2 ปีที่แล้ว

    Ihuriro oyeeee hejur hejur cyaneeeee ndabemera cane famba aratwika pe 👏 Dani mureke yitwikir tu uriya nyina was Dani nabwenjye afitep aho ageze hose aric kweri nafungwe pe arakabij cyan pe camamare nkwemer birenze bl utanjyi amakuru kugihe tu 💋 mukomez muduh shao murwand turabemer hano kigar

  • @Maryam-hl7hk
    @Maryam-hl7hk 2 ปีที่แล้ว

    Mwakoze kuyibandanya

  • @emelyne4167
    @emelyne4167 ปีที่แล้ว

    Danny. Wubahwe kbx. Urakina neza waninyitse.ntunatwengaaa. ukina nkumugabo kbx

  • @enockbaraka6262
    @enockbaraka6262 2 ปีที่แล้ว

    Danny uvyitwaramwo neza nimba nomukibano ariko umeze uruwakarorero Imana imuhe imbere

  • @rojinablaso3786
    @rojinablaso3786 2 ปีที่แล้ว +1

    Courage turabakunda cane 🔥🔥🔥🔥

  • @joiskwizera1326
    @joiskwizera1326 2 ปีที่แล้ว +2

    Yoo stime nukuri isi irakwigishij 😪😪famba n'a komanda namw murmuti wamenyo🤣🤣 so mwes mukina neza muratwigisha jew maz kwigamwo ko guhemuka ari bibi ndabakunda bz bz 🇧🇮🇸🇦

  • @ccyoutube1485
    @ccyoutube1485 2 ปีที่แล้ว

    Mwubahwe mubikora neza

  • @iddyali4160
    @iddyali4160 2 ปีที่แล้ว +3

    💥💥💥💥💥

  • @mufwayaalines6245
    @mufwayaalines6245 2 ปีที่แล้ว

    Mwakoze akazi keza

  • @jeanbaptiste5399
    @jeanbaptiste5399 2 ปีที่แล้ว

    Murakora neza courage kbx

  • @masumbukoboston2627
    @masumbukoboston2627 2 ปีที่แล้ว +5

    Famba kurya abayaya 🙄🙄

  • @jeanineuwizeyi1839
    @jeanineuwizeyi1839 2 ปีที่แล้ว

    Courage ndabakunda cn😍😍😍😍😍😍😍

  • @emelyneniyonizigiye6617
    @emelyneniyonizigiye6617 2 ปีที่แล้ว +1

    Kiburandero famba

  • @fabricendayishimiye419
    @fabricendayishimiye419 2 ปีที่แล้ว

    Mwubahwe bantu banje!

  • @akimanaamina9648
    @akimanaamina9648 2 ปีที่แล้ว

    Danny wubahwe ndakunda uko ubyifatamwo uko ukina mpurampimbara n'a ivete turabakunda❤️❤️❤️❤️🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇧🇮🇧🇮

  • @inyishumedia
    @inyishumedia 2 ปีที่แล้ว

    Nice one

  • @niyorugirafabrice2911
    @niyorugirafabrice2911 2 ปีที่แล้ว

    Mwubahwe Can kukwitanga kwanyu

  • @jeaninendayisenga731
    @jeaninendayisenga731 2 ปีที่แล้ว +1

    Famba wasubiye kugira akanyaro Daniella arakubonasha Estim uranteye ikingogwe 😭😭😭😭😭 Danny yifitiye umutima mwiza cane Maman Danny ntuheba ubwicanyi

  • @zabibuilovemycountryofburu9156
    @zabibuilovemycountryofburu9156 2 ปีที่แล้ว

    Nihoturi kabisa

  • @alinaalina3089
    @alinaalina3089 2 ปีที่แล้ว

    Ewe mario we ndabakunda from alina Alina

  • @emelyneniyonizigiye6617
    @emelyneniyonizigiye6617 2 ปีที่แล้ว +1

    Komanda sakabati arabivugavyose

  • @alinenizigiyimana8266
    @alinenizigiyimana8266 2 ปีที่แล้ว +1

    Numer 1

  • @nqubh3520
    @nqubh3520 2 ปีที่แล้ว +1

    🤣🤣🤣Ewe Famba imatera yariremeye kumbe wariko urafyonda ibihere

  • @emerimadivine5506
    @emerimadivine5506 2 ปีที่แล้ว

    Waaaooo nar nacerew.Danny nukur mubikora neza.hhhh noneh ivya mama Danny bigiy kumutekurukan.yishe ker agiy yica uwumukora.vandredi nzob number one mukuzinduka.Danny ark zamuragabany ayo ma publicité nukur atuma muduh gatoya.

  • @divinejinior4490
    @divinejinior4490 2 ปีที่แล้ว

    Iyvette
    ndagukunda

  • @laicntungwananayo41
    @laicntungwananayo41 2 ปีที่แล้ว

    Uwund atoresh ni CAMAMARE we nukur je rer mwenafamb Muze mufate agashimw kbx

  • @geraldineirankunda1159
    @geraldineirankunda1159 2 ปีที่แล้ว

    Aho nisawa muzoyibandanye

  • @richardnayoguhora822
    @richardnayoguhora822 2 ปีที่แล้ว

    Famba Na Natacha bihaye ibara pe Danny kuteribere

  • @sonianiyonkuru4624
    @sonianiyonkuru4624 2 ปีที่แล้ว

    Courage vmt muratunezerez

  • @janeetjeannette2036
    @janeetjeannette2036 2 ปีที่แล้ว

    Gs ivyobintu vyokwamamaza twarabibonye nikubikuramwo hagataho turabakunda🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦❤❤

  • @wekesapeter9361
    @wekesapeter9361 2 ปีที่แล้ว

    Nukuri muratwika pe

  • @ArakazaJimmy
    @ArakazaJimmy 9 หลายเดือนก่อน

    Nimwubahw kbx muraduh ibint ryamavut kbx.

  • @niyonkuruniyonkuru9615
    @niyonkuruniyonkuru9615 2 ปีที่แล้ว

    Nattacha ubik ikar mu mpuzu bwac rikaguturira 🙏🙏🙏

  • @patrickirakoze6233
    @patrickirakoze6233 2 ปีที่แล้ว

    Famba baramuroze

  • @هديهاوغندي
    @هديهاوغندي 2 ปีที่แล้ว

    Igugwa agahe ndayikene

  • @josreenajojo4982
    @josreenajojo4982 2 ปีที่แล้ว

    Yooo!! Rusutime
    Uranteyikigorwe kabs

  • @aliveratuyiseng8850
    @aliveratuyiseng8850 2 ปีที่แล้ว

    Ndabemera bantubacu mudukorerumuti

  • @jeromesmith6540
    @jeromesmith6540 2 ปีที่แล้ว

    Famba urumugabo mama yang