MARIO S04 EP 8 |NDAKIBONA!!😎NATACHA AYAKOREWE!!!😰KIMPEE🙄

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 20 ต.ค. 2024
  • #IHURIRO_TV #UnachezajebyDiamond #URYAGUTE?
    Wipfuza kumenyekanisha urudandazwa rwawe kugiciro kitavuna? duhamagare hano +25761320806
    Izi Videos kugira uzobe\ wibera uwambere mukuzibona, ntugaheze kuraba utagize Subscribe hamwe na Like & Comment.
    Mushobora kandi kudusanga kumbuga zacu zigiye zitandukanye, Tubibutsa nokutagenda ugize Subscribe canke J'aime n'ugusiga iciyumviro cawe kugira turabe ico twohava duhindura, canke ngo twongerezeko mu ku bashikiriza ibintu vyiza:
    Page Facebook: www.facebook.c....
    Twitter: / ihurirot​​​​​​​​​. .
    Instagram: / ihuriromedi.... .
    TH-cam: www.youtube.co....
    Woba wipfuza gukoresha imanza [Mariage, Dot, Diplome]...zigiye zitandukanye n'ibindi bijanye n'ivyimanza? turondero turabikora kandi ku kabeyi keza cane.
    Wipfuza nogufata mu mugongo runo rwaruka ngizi numero munsi.
    +257 75151183 WhatsApp
    Ushaka guterera uru rwaruka ngiyi numero munsi✔
    Lumicash: 61320806

ความคิดเห็น • 217

  • @ggfwtgg1652
    @ggfwtgg1652 2 ปีที่แล้ว +2

    👍 👌 famba uranyish urakina neza peee uruwambere gasuguru umunyarugombo !!!!!! ♥ ❤ 👌

  • @BiryanguzeMarc
    @BiryanguzeMarc ปีที่แล้ว +1

    Mwubahwe mubikoraneza

  • @ndizeyehilaire8015
    @ndizeyehilaire8015 2 ปีที่แล้ว +12

    Hahahaha, sinababwiyeyuko famba arumusanzi akwije amategeko. Mamayangu turetsenivyama film famba simunzimamumutwe

  • @OlivierNiyongabo-d8d
    @OlivierNiyongabo-d8d ปีที่แล้ว +1

    Sha famba numukinyimwiza nanj ndamukunda

  • @ggggfggfff5717
    @ggggfggfff5717 2 ปีที่แล้ว +1

    Emwe famba ngobankubis ikofe Bose babireb 🤣🤣🤣🤣🤣

  • @nananice2961
    @nananice2961 2 ปีที่แล้ว +3

    😂 😂 😂 😂 😂 😂 😂 😂 😂 😂 😂 😂 😂 😂 😂 😂 Famba urankuyeho kabisa 😂😂😂😂😂😂mbavu zangu mie

  • @butoyijonathan1225
    @butoyijonathan1225 2 ปีที่แล้ว +5

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣iyimario.nirangira famba muzomusimbane kwarujandi murabeko arimuzima🤣🤣🤣🤣

  • @KillyYoungally
    @KillyYoungally ปีที่แล้ว +1

    Famba umwatatsi ❤❤❤❤ vernice

  • @iranzimwamini3061
    @iranzimwamini3061 2 ปีที่แล้ว +5

    Famba mbabarira kunsetsa NGO ankubise ikofe Bose babireba NGO unkubis ikofe nkukubita inda😆😆😆😆😆😆😆😆😆😆

  • @ngendakumanasaidi2381
    @ngendakumanasaidi2381 2 ปีที่แล้ว +1

    Coooll murashoboye

  • @davidmatiabu4346
    @davidmatiabu4346 2 ปีที่แล้ว

    Basha next niryari vraiment mwadutebeje murabe muduhe twakumbuye

  • @eloiwihaye3260
    @eloiwihaye3260 2 ปีที่แล้ว +1

    Famba aranyica kbx

  • @bonteDivinendikumana3836
    @bonteDivinendikumana3836 2 ปีที่แล้ว +2

    😂😂😂😂😂😂 famba famba hejuru cane🔥🔥🔥🔥harahiy pe😅😅😅

  • @bukeyeneza000
    @bukeyeneza000 2 ปีที่แล้ว +2

    Kweri bahe

  • @Munezeroyvette
    @Munezeroyvette 2 ปีที่แล้ว +2

    Ariko Famba Iman irakubona wewe😅ngo kuja mu kwezi bisaba Volcano🤣🤣🤣🏃‍♀️🏃‍♀️🏃‍♀️❤❤🇧🇮🇧🇮💚💚🇸🇦🇸🇦

  • @albertnipfukamirwe4237
    @albertnipfukamirwe4237 2 ปีที่แล้ว

    Indwi iraheze mutaduhaye mario kabisa. Mwatunyoteje cane muduhe ep ikurikira

  • @iranzimwamini3061
    @iranzimwamini3061 2 ปีที่แล้ว +3

    Famba ngokuja mukwezi na volkano🤔😆😆😆😆famba uranduhura nukuri nubwo nobandemvye uransetsa

  • @barakaanordtv444
    @barakaanordtv444 2 ปีที่แล้ว +2

    Tulee shwoo nawakubari Mani esitime famba

  • @elmaestrocovid5681
    @elmaestrocovid5681 2 ปีที่แล้ว +1

    Komerezaho ni Elmaëstro i muyinga

  • @KorodineNdahimana-uv7rd
    @KorodineNdahimana-uv7rd ปีที่แล้ว +1

    Murandyohera

  • @raissanshimirimana7654
    @raissanshimirimana7654 2 ปีที่แล้ว +1

    Yooooooo Ndamanyuts nukur Famba 😂😂😂😂😂😂😂😂😂 ndeka ndakwinginz nukur 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @aawwaaww-mp7ye
    @aawwaaww-mp7ye 2 ปีที่แล้ว +3

    Famba uranyica wallah 🤣🤣🤣

  • @shineboy6826
    @shineboy6826 2 ปีที่แล้ว

    courage maze turabashigikiye mwubahwe

  • @joiskwizera1326
    @joiskwizera1326 2 ปีที่แล้ว +2

    Fama wew uri muzima kweli 🤣🤣 nukuri iyi Mario ikina abatwika gusa muga cheval raba uz urapunguza uramuhohotera estime maskin nayo agow arahagij 😅😅kimw iyi filim irimwo impanuro kabx courage vert 🔥🔥💞💞

  • @asqw3873
    @asqw3873 2 ปีที่แล้ว +1

    Hemw murazinduka manaweee famba azonyica

  • @lyndauwamahoro110
    @lyndauwamahoro110 2 ปีที่แล้ว +4

    Famba Gamana Yanje Bisaba Volcano 🤣🤣🤣

  • @raissanshimirimana7654
    @raissanshimirimana7654 2 ปีที่แล้ว +2

    Gs Dodo arakwiy kugaruka kwr azarahana Famba 😂😂😂😂yarenz ihaniro 😂😂😂😂🤣🤣😂😂😂😂

  • @akimanalodrique1437
    @akimanalodrique1437 2 ปีที่แล้ว +1

    Fambawe ubuho wasaze Burundu kwel turabakunda caaane

  • @fambegrace7871
    @fambegrace7871 2 ปีที่แล้ว

    Bas uyumusi mbayemubambere mumpetwatuntu abakunz ba Mario

  • @sjdjdj2909
    @sjdjdj2909 2 ปีที่แล้ว

    Aho mboney akanya kwa mwarabu vyahay kweri

  • @حسينمحمد-غ7ض9ت
    @حسينمحمد-غ7ض9ت 2 ปีที่แล้ว +3

    Non rusutima na mama Danny bose babangaho ndababonye

  • @baderalnasri6812
    @baderalnasri6812 2 ปีที่แล้ว

    Ngohabuz gat, ibangarimenek

  • @ndagijimanaolivier2423
    @ndagijimanaolivier2423 2 ปีที่แล้ว +2

    Twagiye nabishasha vyarusutume😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @mamanblesing3515
    @mamanblesing3515 2 ปีที่แล้ว +1

    Ucoza 'abanyarugombo ndagufashe 'nimujisho

  • @دهمياليامي-ش4ن
    @دهمياليامي-ش4ن 2 ปีที่แล้ว

    Famba hahiy kbx🤣🤣🤣

  • @butoyiroger3580
    @butoyiroger3580 2 ปีที่แล้ว +1

    Natacha reka ayabone kuko yazanywe nukurera King ntiyaje kurera Famba.

  • @onesphoredushime7300
    @onesphoredushime7300 2 ปีที่แล้ว

    Ihuriro ndabemera gusa mwese murashoboye

  • @alestidebigila5732
    @alestidebigila5732 2 ปีที่แล้ว +1

    From tanzania tunawafatilia tunawakubali turabhakunda

  • @GiftKaluba-dg7xv
    @GiftKaluba-dg7xv ปีที่แล้ว +1

  • @yeah1093
    @yeah1093 2 ปีที่แล้ว +1

    Atumwana asanigisigo

  • @هديهاوغندي
    @هديهاوغندي 2 ปีที่แล้ว +1

    Nacerewe muga ndabakunda cane

  • @albabrowndushime
    @albabrowndushime 2 ปีที่แล้ว +4

    Famba 😂😂😂😂😂

  • @sheilapamela8122
    @sheilapamela8122 2 ปีที่แล้ว +1

    Famba nuwuzokunda uzomungirukwo
    Ntavyawe birama

  • @eugeniemacumi8717
    @eugeniemacumi8717 2 ปีที่แล้ว +2

    Famba 🤣🤣 kuja mukwezi bisabwa amahera angahe?🤣🤣🤣

  • @lisaalllisa5326
    @lisaalllisa5326 2 ปีที่แล้ว

    Arko famba ngo afat volcano aj mukwezi😂😂ngo sinogukunda areha nibuy

  • @willy9745
    @willy9745 2 ปีที่แล้ว +4

    Famba Love From Rwanda

  • @barakaanordtv444
    @barakaanordtv444 2 ปีที่แล้ว +2

    Sevali ukienderea kuva Eleni badae utava pedi

  • @zamzamalhanayy5505
    @zamzamalhanayy5505 2 ปีที่แล้ว +1

    Oya Famba emera akabi urakuze yaco wirwaza ibifukunyi wifyuza amaso😲😲😲😲

  • @nduwimanachristian6638
    @nduwimanachristian6638 2 ปีที่แล้ว +1

    Famba ukwonyene uramwihakany ,abahungu nirw rubishe

  • @irakozejean2464
    @irakozejean2464 2 ปีที่แล้ว

    Famba ngo nzobiteka mubiharage😁😁😁

  • @masumbukoboston2627
    @masumbukoboston2627 2 ปีที่แล้ว +4

    Umugabo wagasuguru 😂

  • @nkurunzizaoswald5801
    @nkurunzizaoswald5801 2 ปีที่แล้ว

    J naravuz k famba kwar ukwifyonder ibihere gsaa atamukunda Natacha

  • @ndayisengafrida4209
    @ndayisengafrida4209 2 ปีที่แล้ว

    Nivyiza kweri muga famba aratinya kurongora

  • @ابوكلنك
    @ابوكلنك 2 ปีที่แล้ว

    Famba yavyonze ibihere

  • @jolisjojo-key9216
    @jolisjojo-key9216 2 ปีที่แล้ว +1

    Le premier 💪

  • @arthurniyongendako5989
    @arthurniyongendako5989 2 ปีที่แล้ว +1

    Famba arateranye ishavu kwl

  • @darcybrilliantdushime6513
    @darcybrilliantdushime6513 2 ปีที่แล้ว

    Love Ihuriro TV from Cibitoke Big Up Mufalme

  • @مممكطم
    @مممكطم 2 ปีที่แล้ว

    Turabakunda

  • @alinenizigiyimana8266
    @alinenizigiyimana8266 2 ปีที่แล้ว +1

    Number one

  • @stitore2388
    @stitore2388 2 ปีที่แล้ว +1

    Courage maman Danny pore kabisa yemweeee famba ukonyene abagabo nihatari hagera kubatsire hooo nakahomeramunwa🙆‍♀️🙆‍♀️😭😭😭😭natasha pore niwewe wamwikwegeye🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯✍🤝👌🙏

  • @mamanblesing3515
    @mamanblesing3515 2 ปีที่แล้ว +1

    Gusa famba' ndakubwire' ivyuguma🇧🇮

  • @Oscarnimpagaritse24
    @Oscarnimpagaritse24 2 ปีที่แล้ว

    Famba oyeee

  • @alexlukwi3863
    @alexlukwi3863 2 ปีที่แล้ว +1

    Famba turakuboha utanguye kwihana inda

  • @mamanblesing3515
    @mamanblesing3515 2 ปีที่แล้ว +1

    Ukureyo 'yivet🇧🇮

  • @omanabrifrancaise3112
    @omanabrifrancaise3112 2 ปีที่แล้ว

    Famba . Nawe 💞😂😂

  • @safiburundi3313
    @safiburundi3313 2 ปีที่แล้ว +1

    Unkubise ikofe nkukubise inda 😂 😂 😂 😂

  • @mwajumamunezero4055
    @mwajumamunezero4055 2 ปีที่แล้ว +1

    Haratse hemwee🔥🔥🔥🔥

  • @mutamatv7128
    @mutamatv7128 2 ปีที่แล้ว

    From zambia tuguma twayatunuye👁👃🏾👁kur ekra

  • @kirezimedia3904
    @kirezimedia3904 2 ปีที่แล้ว

    ndabashimara cane 🙏🙏

  • @happy6376
    @happy6376 2 ปีที่แล้ว

    Famba mukwezi ndapfuy😲😲😲😲🤣🤣🤣

  • @nicaisenkurunziza3932
    @nicaisenkurunziza3932 2 ปีที่แล้ว

    Uguhuza bizotuma mutera imbere

  • @chimyornyvette3883
    @chimyornyvette3883 2 ปีที่แล้ว

    Much love🥰🥰🥰🥰❤❤❤❤❤❣❣❣harahiye peee🔥🔥😘🥳🥳🥳Famba araganguye😅😅😅😅🏃‍♀️

  • @sadikimaneno246
    @sadikimaneno246 2 ปีที่แล้ว +1

    Courage ihurir TV ❤️❤️ kur phrmcie ndiho gihosha

  • @firecomediebdi4661
    @firecomediebdi4661 2 ปีที่แล้ว +1

    Bgp xana

  • @janeetjeannette2036
    @janeetjeannette2036 2 ปีที่แล้ว

    Famba ntakwije kwer gs ibintuvyokwamamaza twarabobonye ubumwobikuramwo turabakunda kand mwobamukoze

  • @ndikumwamievrard6643
    @ndikumwamievrard6643 2 ปีที่แล้ว +1

    Wow!! Let's watch

  • @baderalnasri6812
    @baderalnasri6812 2 ปีที่แล้ว

    Ewe famba, uranyish🙈🙈🙈😍

  • @aisahsad7362
    @aisahsad7362 2 ปีที่แล้ว

    Sh famba nomubuzim bwamis yos ngir numusaz

  • @EmileMugisha-r1q
    @EmileMugisha-r1q ปีที่แล้ว +1

    Abakombwa mwigireho kwr

    • @EmileMugisha-r1q
      @EmileMugisha-r1q ปีที่แล้ว

      Famba uribwa urayihakanye gusa nabakobwa namwebwe jamwirinda

    • @EmileMugisha-r1q
      @EmileMugisha-r1q ปีที่แล้ว

      Gusa Dani yahora abwiranyina nginger ugereramwo abandi niyuzogererwamwo

    • @EmileMugisha-r1q
      @EmileMugisha-r1q ปีที่แล้ว

      Abagorenkaba Imana ibaharire

  • @williammandela7192
    @williammandela7192 2 ปีที่แล้ว

    Hhhhhhhhh efamba urumutwenza kbx 😂

  • @nimpayeannick6679
    @nimpayeannick6679 2 ปีที่แล้ว

    Courage esamba urantwengj ndumye

  • @jameslulu352
    @jameslulu352 2 ปีที่แล้ว

    Wamuzima wahora akubita famba watahiyehe? Niwugaruke wongere umukubite🤣🤣🤣😁😁😁

  • @bigirimanaerick7687
    @bigirimanaerick7687 2 ปีที่แล้ว

    Mutagifise famba mw'ihuriro muzoba musigaranye nde??ntaworaba ivyanyu🤣🤣🤣🤣

  • @mbonihankuyefabrice791
    @mbonihankuyefabrice791 2 ปีที่แล้ว +1

    Komera

  • @juvenalndihokubwayo9777
    @juvenalndihokubwayo9777 2 ปีที่แล้ว +1

    Nahigerey kbx Natasha Na comand

  • @leanirera8477
    @leanirera8477 2 ปีที่แล้ว +2

    daniella turamukeneye

  • @startv257.
    @startv257. 2 ปีที่แล้ว +1

    🔥🔥🔥🔥👑👑👑👑👑👑👑

  • @fanuelntirampeba1106
    @fanuelntirampeba1106 2 ปีที่แล้ว

    Imvugo uwiyita famba akoresha ninkiyo mwishamba

  • @nduwimanachristian6638
    @nduwimanachristian6638 2 ปีที่แล้ว +1

    Courage

  • @ininahazwedaniella7948
    @ininahazwedaniella7948 2 ปีที่แล้ว

    Cheval warasaze uramuboner rusutime

  • @albabrowndushime
    @albabrowndushime 2 ปีที่แล้ว +2

    One Love From Kinindo 🇧🇮 Bujumbura

  • @ngendakuriyomelchior8884
    @ngendakuriyomelchior8884 2 ปีที่แล้ว

    Farta farta 👍👍👍👍👍👍

  • @wowwow9457
    @wowwow9457 2 ปีที่แล้ว

    Chv Imana izoguh igiti ingazi namashi yooo 🤔🤔🤔😂😂😂💞

  • @enockbaraka6262
    @enockbaraka6262 2 ปีที่แล้ว +1

    Famba ntakwije neza naho arinikino baramujana kwa rojanti

  • @lilianempawenimana1722
    @lilianempawenimana1722 2 ปีที่แล้ว +1

    Famba, gasuguru muswi winobera utanguy wihakana natacha nukuntu waguma ufyonda ibihere😂😂😂

    • @christellemwana3311
      @christellemwana3311 2 ปีที่แล้ว +1

      Famba ibihere yafyonze bikozibara indayanatacha arayihakanye

    • @lilianempawenimana1722
      @lilianempawenimana1722 2 ปีที่แล้ว

      @@christellemwana3311 abakobwa bahakur icigwa gikomey kuk mubuzima vyama vyabay

  • @Vision_n1
    @Vision_n1 2 ปีที่แล้ว

    Famba, nikirara co mwisite😀😀😀😃😃😃😀😀 wew command azokurega,

  • @ndoricimpasimplicite3448
    @ndoricimpasimplicite3448 2 ปีที่แล้ว

    Ewe esty shn Ngo urigwariye🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @benitanitanga6624
    @benitanitanga6624 2 ปีที่แล้ว

    Famba numusazi kweri ngwivyo binini ngwazobiteka mubiharage

  • @khalidmousad5545
    @khalidmousad5545 2 ปีที่แล้ว

    Samba famba 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 ngoduhava tuvyara ibisigo 😂😂😂 kaguma kadiyara wallah famba 🤣🤣🤣 yashaka gufyondi bihere gusa🤣🤣🤣🤣

  • @rossikirossiki6518
    @rossikirossiki6518 2 ปีที่แล้ว

    Ewe famba umutwaje inda utanguye kumwihakana niatari kweli ndumiwe abantu nka famba bamaho