MARIO SO3 EPISODE 1 KARABAYE !!😰KUMBE!!! IVYO YAVUZE BIRABAYE😢😢😰MBEGA?

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 27 ธ.ค. 2021
  • #Subscribe_Now​​​​​​​​​​​​​ #Bujumbura​​​​​​​​​​​​​ #Comedy
    Wipfuza kumenyekanisha urudandazwa rwawe kugiciro kitavuna? duhamagare hano +25761320806
    Izi Videos kugira uzobe\ wibera uwambere mukuzibona, ntugaheze kuraba utagize Subscribe hamwe na Like & Comment.
    Mushobora kandi kudusanga kumbuga zacu zigiye zitandukanye, Tubibutsa nokutagenda ugize Subscribe canke J'aime n'ugusiga iciyumviro cawe kugira turabe ico twohava duhindura, canke ngo twongerezeko mu ku bashikiriza ibintu vyiza:
    Page Facebook: ihuriroTV/?m....
    Twitter: / ihurirot​​​​​​​​​. .
    Instagram: / ihuriromedi.... .
    TH-cam: th-cam.com/channels/ams.html....
    Woba wipfuza gukoresha imanza [Mariage, Dot, Diplome]...zigiye zitandukanye n'ibindi bijanye n'ivyimanza? turondero turabikora kandi ku kabeyi keza cane.
    Wipfuza nogufata mu mugongo runo rwaruka ngizi numero munsi.
    +257 75151183 WhatsApp
    Ushaka guterera uru rwaruka ngiyi numero munsi✔
    Lumicash: 61320806
  • ตลก

ความคิดเห็น • 137

  • @mrsammyofficiel9246
    @mrsammyofficiel9246 2 ปีที่แล้ว +57

    Love from mr sammy officiel abakunzi binosaison tumenyane

    • @aishaaisha248
      @aishaaisha248 2 ปีที่แล้ว +2

      Smmy namw mwubahw turabakund naba rero baratwikaaaaa zamutuvunvy abipfuz gukin 🤦🤦🤦🤦so mwubhw

  • @mutamatv7128
    @mutamatv7128 2 ปีที่แล้ว +22

    Uwongeye kubona wamuvyeyi mama Asaac ampe lik canke mama seval ampe lik

  • @mutamagerrardofficial
    @mutamagerrardofficial 2 ปีที่แล้ว +14

    love from Mutama Gerrard Official

  • @chimyornyvette3883
    @chimyornyvette3883 2 ปีที่แล้ว +3

    Nciye ndabakunda gusumvya ukonabakunda❤❤❤❤🥰🥰🥰🥰 mbega umunezero numva kuba mubandanije iyi film🥰🥰❤❤🥰🥰 Narinabonyeko Yvette azotahira kwa Danny🥰🥰🥰🥰🥰👌

  • @jeaninendayisenga731
    @jeaninendayisenga731 2 ปีที่แล้ว +4

    Maman chevale yahashitse karibu ndabona films ingiye kuryoha courage Rusitime mutage Yvette

  • @dorinetv3013
    @dorinetv3013 2 ปีที่แล้ว +11

    Mumpe twatuntu bash kko mbay uwambere😂

  • @loginalrjwaili1685
    @loginalrjwaili1685 2 ปีที่แล้ว +6

    Yoooooh bigiye kugenda neza ko Ivette yiyumviye kuzobwida Dany akandikisha umwana couragee turabakunda kandi umwaka mushasha wimigisha🙏🙏🙏

  • @loginalrjwaili1685
    @loginalrjwaili1685 2 ปีที่แล้ว +8

    Nanje uyu musi mbaye uwahafi ndabakunda cane knd couragee🥰🥰

  • @fanny4338
    @fanny4338 2 ปีที่แล้ว +1

    Bonane Mariooooo UMWAKA mwiza mubandanye kwitagatira kbx gusa hagiye gusha sindababesha 🔥🔥🔥uwomuhungu nawe afatanye nicogisoromandandura theleza arafuy kabx🙈😅😅😅😅gusa Danny wihangane bigiye gucamwo🔥🔥🔥✍💞

  • @niyokwizeramireille5520
    @niyokwizeramireille5520 2 ปีที่แล้ว +1

    Ubu rero ndabona hagiye gusha mama WA yvett aracahari kweli bahuye n'a maman WA Danny ahohantu ndabe IYO biherere Danny ❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦

  • @Oscarnimpagaritse24
    @Oscarnimpagaritse24 2 ปีที่แล้ว +2

    Famba w ndakwemera p amajambo uvuga araryohera

  • @adidjafafa3850
    @adidjafafa3850 2 ปีที่แล้ว +1

    Nukuri iyi flime irandega nkabura ukwogira muhezagirwe mwese ndabakunda mubandanye kuturyohereza ibintu ndabkna umuriro ugiye kwaka

  • @chantalbutoyi1330
    @chantalbutoyi1330 2 ปีที่แล้ว +2

    Ok mubikoze neza kuba muduhaya seze 3

  • @rosendayisenga645
    @rosendayisenga645 2 ปีที่แล้ว +2

    Abari bakumbuye mama ihuriro mundabire twatuntu mama cheval na yvette wubahwe muvyeyi mwiza

  • @ghanimaali1279
    @ghanimaali1279 2 ปีที่แล้ว +1

    Irareze, kbx, mutwongere iyindi, kandi, courge

  • @honestchilambo3270
    @honestchilambo3270 2 ปีที่แล้ว +1

    Aho rero iyi namavuta nabazambia barayivugako Kandi ntavyo bumva

  • @babalaoofficial6713
    @babalaoofficial6713 2 ปีที่แล้ว +3

    Iyi suite kumengo izoba ikaze kumenga habayeho ukumenyana hagati yuwo mu mere niyo beach?

  • @fxx9090
    @fxx9090 2 ปีที่แล้ว +1

    Urunyarugombo rwafamba shaaa Famba nkunda ukuntu ukunda kugatumba😅😅😅😅😅😅😅

  • @hussainsur6211
    @hussainsur6211 2 ปีที่แล้ว +1

    Yewew yewe ndabon hagombahashe munyarutse igikurikira

  • @honestchilambo3270
    @honestchilambo3270 2 ปีที่แล้ว +1

    Gusa Dany garura umugore wankendewe ukomeza ukubiturutwe ngaho bakuriyuzigo

  • @emmanuelawambui597
    @emmanuelawambui597 2 ปีที่แล้ว +1

    Jenumva bigiye kuryoha cane ivete iciyumvirocawe ndagishimye KK Na Danny ndabonako muzocamusubirana kandi vyo ryoher ndabakunda cane

  • @azzaalharthi6731
    @azzaalharthi6731 2 ปีที่แล้ว +1

    Ewe mama sheval urarushe ubuho urinjiranwe nigisoroma ndandura

  • @aliismail3974
    @aliismail3974 2 ปีที่แล้ว +1

    Komele tubakurikira100%

  • @stitore2388
    @stitore2388 2 ปีที่แล้ว +3

    Courage ndabakunda cane gose mwubahwe nimpanuro zikomeye ivette wishuye neza cane gose Danny ihamahoro azoza ivette nirwawe abarundi murashoboye🇧🇮🇧🇮💯💯

  • @stitore2388
    @stitore2388 2 ปีที่แล้ว +2

    Yooooo maman ivette karibu cane gose twari tukumbuye ndakunda impanurozawe mwenyezigu akubariki muvyeyi ndakufana naca mamarere turamukumbuye mumugarukane famba courage mwubahwe🇧🇮🇧🇮💯💯

  • @masasthedon4570
    @masasthedon4570 2 ปีที่แล้ว +1

    Ndabon ibara rigiy kugwa 🤭🤭🤭😂😂😂gir ndab iy biherer mbeg inday shaaa

  • @williamkennedynihorimbere2603
    @williamkennedynihorimbere2603 2 ปีที่แล้ว +1

    Iyi season ndabon itanguye neza sha ndabakunda murampimbar kuk jentaco mbina mwohindura kuk mbona vyose bikoze nezq

  • @minanimadjaliwa900
    @minanimadjaliwa900 2 ปีที่แล้ว +1

    Hagiye gusha kbs mugs camamare yarabuze kwer

  • @musanabaganwabelso2901
    @musanabaganwabelso2901 2 ปีที่แล้ว +9

    Abanezerewe na season 3 nimumpe link 🤟

  • @ininahazwedaniella7948
    @ininahazwedaniella7948 2 ปีที่แล้ว +1

    Ngaho zida wamuhunguwe😃😃😃😃🔥🔥🔥

  • @sabushimikegerard7841
    @sabushimikegerard7841 2 ปีที่แล้ว +2

    Sha nico ndabakundira kabisa,,,narababwiye sinipfuza kwiyi film yohera vrt😀😀😀😀😀

  • @musanabandiladouce7230
    @musanabandiladouce7230 2 ปีที่แล้ว +1

    Ndabakunda cn Ihuriro Tv

  • @zainabzainab9803
    @zainabzainab9803 2 ปีที่แล้ว +1

    Nic💪💪💪💪💪💪👌👌👌👌♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️

  • @darassaofficial3601
    @darassaofficial3601 2 ปีที่แล้ว +2

    Is good film ariko vyobaye vyiza cane mukora ndende

  • @nadinemuhimpundu3011
    @nadinemuhimpundu3011 2 ปีที่แล้ว +1

    Courage

  • @irakozekorodine2786
    @irakozekorodine2786 2 ปีที่แล้ว +1

    Ndabona hagiye gucha kwl mm cheval wararuche kwl uyomukazana yaraguhamy gusa ndabakunda mutegura neza

  • @furahaburundi4686
    @furahaburundi4686 2 ปีที่แล้ว +1

    Mbega Condition weeeeee Za Gasuguru Famba Umwatatsi,Ruswi Gwinobera Ngo Niwe Agiye Kuganza Urupangu Kuko Bose Babaye Banyakwigendera So Ndabakunda Cane Kandi Ndabakurikirana100%🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @divine1997
    @divine1997 2 ปีที่แล้ว +1

    Ndazindutse mwes mwubahwe mugir numwaka mushash mwiz

  • @setaseeta9779
    @setaseeta9779 2 ปีที่แล้ว +1

    Waoooo ✌

  • @egideniyongabo928
    @egideniyongabo928 2 ปีที่แล้ว +1

    Muhezagigwe cane

  • @medissonmaslownemse2373
    @medissonmaslownemse2373 2 ปีที่แล้ว +1

    Teleza utanduza uwundi kabisa ngarutse inyuma gato urukundo Yvette warabaye igihemu ntakuntu woyipfuje guhemukira Dani nubwo yali yakwihakanye warigutahura kwatabikora abizi ark vyatumwa na situation yararimwo

  • @rossikirossiki6518
    @rossikirossiki6518 2 ปีที่แล้ว +1

    Hahhhhhha ntwengejwe n'a mm wa chevale n'a nyina wa Dany mukama muranyeguye mm chevale nyina wa Dany yaramugambanije kubana bose agira abanduze umugera amushangale ningorane kweri

  • @angeliquecongera1597
    @angeliquecongera1597 2 ปีที่แล้ว +1

    Mutunyarukirize iyikurikira.

  • @niyonkuru3294
    @niyonkuru3294 2 ปีที่แล้ว +1

    Uw mu Mario Azobamar

  • @hakizimanageorges8753
    @hakizimanageorges8753 2 ปีที่แล้ว +1

    Ndahagez walahii hagiy kuba fire

  • @ommysompa7166
    @ommysompa7166 2 ปีที่แล้ว +2

    Famba ayayayayaya😂😂😂😂😂❤

  • @emerimadivine5506
    @emerimadivine5506 2 ปีที่แล้ว +1

    Waaaooo Danny thx kutunyarukiriz aga flm.rek kwiyahuz inzog Danny yvette nuwaw uzomutahira.maman wa Danny wew agir yice besh agum yironderer abasore bakir bato.

  • @linatikitoktikitok7357
    @linatikitoktikitok7357 2 ปีที่แล้ว +1

    Gusa famba ameze nkumuntu atagirinder yogerageza agakina ar series kuk iyo ni film

    • @dancillekwizera1360
      @dancillekwizera1360 2 ปีที่แล้ว

      Ego cane iy ni film nabakina nubu sérieux ibitutzi nagabanye kuk umusi yakiny film ar pasteur bizomugora

  • @fiacreniyogusengwa2672
    @fiacreniyogusengwa2672 2 ปีที่แล้ว +1

    Eee vyakomey kabs bandany kabs

  • @uwimanaangenelly348
    @uwimanaangenelly348 2 ปีที่แล้ว +1

    AMZA yubahwe pe kur story ararenze Ihuriro mwese courage pe

  • @nkunzimana4214
    @nkunzimana4214 2 ปีที่แล้ว

    Vyiza cane murashoboye

  • @user-oy6qk5vs5n
    @user-oy6qk5vs5n 2 ปีที่แล้ว

    Ivete ndagukunda

  • @niyoncuticlaude3567
    @niyoncuticlaude3567 2 ปีที่แล้ว +1

    Courage ndabakunda

  • @janeetjeannette2036
    @janeetjeannette2036 2 ปีที่แล้ว +1

    Danny Yvette nuwiwawe

  • @mireilleininahazwe961
    @mireilleininahazwe961 2 ปีที่แล้ว +1

    Haaa ndabona igiy kub 🔥🔥🔥.yvet aronder Danny ndizera koo bizogend nez,tereza naw ng ni Zaza hemw munyumvire🙈🙈🙈🙈🙈,gus barahuy n'a nyina wa cheval rek turab uko bizogenda

  • @rindaklelia7986
    @rindaklelia7986 2 ปีที่แล้ว +1

    Yvette ryoshibintu dany yandikishe umwan niyonzir yokumuronk abamezenka Yvette tumenyan

  • @winnienzubakana431
    @winnienzubakana431 2 ปีที่แล้ว +1

    Nacerewe ariko tumenyane

  • @ezezetuyifootcr7andsport904
    @ezezetuyifootcr7andsport904 2 ปีที่แล้ว +4

    Comanda ngo n igipande kireha n amagara y isazi😂😂😂ewe cheval sha uranyishe

  • @user-gc9kh9jj1k
    @user-gc9kh9jj1k 2 ปีที่แล้ว +1

    Murakoze can🥰🥰🥰✌️

  • @uwimanaangenelly348
    @uwimanaangenelly348 2 ปีที่แล้ว +1

    Waooooooo vyiza cn

  • @ndikumanaismail6949
    @ndikumanaismail6949 2 ปีที่แล้ว

    Ibintu birashushe

  • @dfinafriga9863
    @dfinafriga9863 2 ปีที่แล้ว

    Hagiye gusha

  • @sma-bbhofficial1750
    @sma-bbhofficial1750 2 ปีที่แล้ว +1

    Yebabawee imboga mbi ntiziva munkono mama Dany agir yihe uwundi musore🤦‍♂️🤦‍♂️🤣🤣 ewe wamugor uzosiga usasits inganda
    But yar I blague 🤣🤣🤣♥️❤️

  • @nichimwechantal6437
    @nichimwechantal6437 2 ปีที่แล้ว +1

    🏃‍♀️🏃‍♀️🏃‍♀️🏃‍♀️🏃‍♀️🏃‍♀️ harahiye amakikape?...

  • @ezechieliratwibutse1586
    @ezechieliratwibutse1586 2 ปีที่แล้ว +1

    loved from Ngozi kugasaka

  • @wowwow9457
    @wowwow9457 2 ปีที่แล้ว +1

    Madutebej kuduh Maman Danny ntashirwa aguma yandika imisitari hosi na Maman Yvette yaje nono yakiriy uwamurerey abiw bigiy gucika 🥰❤

  • @djpathman1266
    @djpathman1266 2 ปีที่แล้ว +1

    Love from top 10 media

  • @user-oy6qk5vs5n
    @user-oy6qk5vs5n 2 ปีที่แล้ว

    Mwubahw ndabakunda

  • @zazalareine257
    @zazalareine257 ปีที่แล้ว

    Big up san bant banj

  • @dieudonnendayishimiye9631
    @dieudonnendayishimiye9631 2 ปีที่แล้ว

    Ije bushasha

  • @mediatricenizigiyimana9019
    @mediatricenizigiyimana9019 2 ปีที่แล้ว +1

    Wow

  • @uwizeyimanaolivier6674
    @uwizeyimanaolivier6674 2 ปีที่แล้ว

    Nibere mubambere

  • @cizaernestmaisha
    @cizaernestmaisha 2 ปีที่แล้ว +1

    Love From BURUNDI MEDIA

  • @user-lq5nk5br8t
    @user-lq5nk5br8t 2 ปีที่แล้ว +1

    🇸🇦🇧🇮😂😂😂😂.famba.ubaye.databuja

  • @janetgaaj2705
    @janetgaaj2705 2 ปีที่แล้ว +2

    ESTIME YARISIZE ABAHUNGU NUBW WOB USA NAGAHAM NTAMUGORE WOBURA MWAGIYE MUREK KWIMONYORA

  • @shadiahshadiahshadiahshadi4060
    @shadiahshadiahshadiahshadi4060 2 ปีที่แล้ว

    Muzinduka kubi abakunzi ba mario

  • @nihorehororence2497
    @nihorehororence2497 2 ปีที่แล้ว +1

    Mashall

  • @lievinndayizeye9895
    @lievinndayizeye9895 2 ปีที่แล้ว

    Mukomer neza munyaruts

  • @jolie6396
    @jolie6396 2 ปีที่แล้ว

    Numuriro

  • @chantalbutoyi1330
    @chantalbutoyi1330 2 ปีที่แล้ว +1

    Ok💃💃💃💃

  • @emmansmith8718
    @emmansmith8718 2 ปีที่แล้ว

    Nahigereye ndabona hagiy gusha

  • @milkamilka5009
    @milkamilka5009 2 ปีที่แล้ว +1

    Courage team ndabakunda❤❤❤👌👌👌

  • @mwaminiomar185
    @mwaminiomar185 2 ปีที่แล้ว +2

    Kabisa Mama wa cheval yarakumbuwe ,Famba nawe🔥🔥🔥🔥,komando 🔥🔥🔥,murashoboye😘😘🙏🙏,courage

  • @nicebugattiboyofficial8789
    @nicebugattiboyofficial8789 2 ปีที่แล้ว

    kwl uyumwaka mubandanya muturyohera murashoboy abandi nbaje kumubari

  • @mfitumukizagaddy5833
    @mfitumukizagaddy5833 2 ปีที่แล้ว

    Umunyarugombo yubahwe

  • @aishaaisha248
    @aishaaisha248 2 ปีที่แล้ว +2

    Maman snny aricakunda aba bb kbx akaz kiw ntikarahr mbega birahererah na mama cheval 🤦🤦🤦next episod ni mwoto kbx dnny urumusirw musangw reka kwiyahuz inzoga so nd♥️

  • @hdhdhhsjsje4540
    @hdhdhhsjsje4540 2 ปีที่แล้ว

    Murab8ryosha yemwe ndabikundira cane

  • @user-js4yi6xg4y
    @user-js4yi6xg4y 2 ปีที่แล้ว +1

    arani nawew biraharaw

  • @juvenalnkurunziza
    @juvenalnkurunziza 2 ปีที่แล้ว +1

    Alan tout est commencé par regard tu te souviens de ce que Fabrice nous a dit

  • @emelyneuwayisavye419
    @emelyneuwayisavye419 2 ปีที่แล้ว +1

    🥰🥰🥰🥰🥰

  • @user-bi9pn1pm8z
    @user-bi9pn1pm8z 2 ปีที่แล้ว +1

    Leo nakuwa wakaribu😍

  • @kanezasoso3221
    @kanezasoso3221 2 ปีที่แล้ว +1

    😘😘😘😘👌🏻👌🏻👌🏻

  • @nahimanamana9532
    @nahimanamana9532 2 ปีที่แล้ว +1

    Courage ihuriro👏👏👏

  • @user-dl6ft9fy9b
    @user-dl6ft9fy9b 2 ปีที่แล้ว

    Yoo murashoboy kabis

  • @aishaaisha248
    @aishaaisha248 2 ปีที่แล้ว +1

    💪💪💪💪💪💪♥️

  • @sandrinendayishimiye8158
    @sandrinendayishimiye8158 2 ปีที่แล้ว +1

    Namba 2

  • @yusrairakoze3966
    @yusrairakoze3966 2 ปีที่แล้ว +1

    🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @michoulove8764
    @michoulove8764 2 ปีที่แล้ว

    Uwumvise observations nkanj ninde

  • @bruceirakoze5515
    @bruceirakoze5515 2 ปีที่แล้ว

    Mama we noe dany ahombeyemw es mama bigiye gucamw yubak csnk ahomberamw so yvette ntiwemer umbashaka kumwiyandikako navyare rwiwe kumukunda ntibisiguye ko numwana aruwiwe kuk niy yorenz imvyaka 17 umuha umugabane kuk yagukoreye arik ntumuha umugabane ungana nabo wavyaye so umwana akunz azobaza ise ninde mbe namenya kowamwatse uburengazir bwokugira se wamaraso ntihazovyuka intambara jew ico mbona mwovugana mugahiga se akamwandikisha kuk aracahar arimuzima

  • @bayubahejames7536
    @bayubahejames7536 2 ปีที่แล้ว

    Duhe iya next nayo