MARIO SEASON 1 EPISODE 6 👼👼VYAKOMEYE...Sinkubone KANDI😒|Burundian serie/Rwanda movie/Tanzania movie|

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 20 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 108

  • @dushimegift5314
    @dushimegift5314 3 ปีที่แล้ว +2

    Kabisa ndahari nanj big up Danny 😀😀Famba😂😂 mubikora neza caaane

  • @innocentjeshi257
    @innocentjeshi257 3 ปีที่แล้ว +8

    Hahaha we @famba ww ndakwemera kweli ahuri hose fata cesi Wallah,I'm your fan

  • @ezekielndayikengurukiye6104
    @ezekielndayikengurukiye6104 3 ปีที่แล้ว +5

    Iy season ij isumb bisanga man respect ihuriro tv

  • @twitezimbereababaji483
    @twitezimbereababaji483 3 ปีที่แล้ว +2

    Nkunda Famba cane mwamfasha kukampa akanimero kiwe.... 🙏

  • @sadikimaneno246
    @sadikimaneno246 3 ปีที่แล้ว +10

    Famba uranyic pe ndakwemera cn gose 🇧🇮❤️❤️💯💯💯🙏🙏

  • @soleilinzeza6897
    @soleilinzeza6897 3 ปีที่แล้ว +2

    Famba courage sana kubera ubikora neza cane iyi serie ni nziza pee🥰🥰🥰

  • @wakawakatvrw
    @wakawakatvrw 3 ปีที่แล้ว +6

    😀😀😀Love from Umutananigwa

  • @musanabaganwabelso2901
    @musanabaganwabelso2901 3 ปีที่แล้ว +2

    Mfalme wubahwe kwli, iyi marioo irarenze

  • @zelatwisenge7665
    @zelatwisenge7665 3 ปีที่แล้ว +1

    Big up from Canada 🇨🇦 turabakunda courage kabisa

  • @shabanjanat4915
    @shabanjanat4915 3 ปีที่แล้ว +3

    Apuu mvako rero iyi film ndayikurikirana kubwantu batatu famba nuwomugore hamwe na sheval ntabandi 😀😀😀😀 famba
    Ariko
    Abikora neza cane

  • @christineniyonkuru7137
    @christineniyonkuru7137 3 ปีที่แล้ว +3

    😂😂😂😂😂muranyishe kabis mwirambire kumpanuro muduha nokuduteramisha ndabakunda

  • @noelnishimwe2138
    @noelnishimwe2138 3 ปีที่แล้ว +2

    Congratulations ihuriro Tv nubwo barya babataye courage biraryoshe ndabemera from 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼

  • @mwaminiomar185
    @mwaminiomar185 3 ปีที่แล้ว +3

    Movie nzuri sana 🙏,camamare nawe uranyica mukuntwenza🤣🤣🤣,hama movie guhera mu ntango irasukuye iraryoshe gusa rer yatanguye kwongeza uburyohe kabisa 👌👌,hama ndabakunda 😘 cane mukomeze kutunezereza natwe turi kumwe namwe,courage kweli💪💪🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦

  • @jcfjbgstjv9505
    @jcfjbgstjv9505 3 ปีที่แล้ว

    Mwubahwe bagenzi mugire inguvu cane murashoboye kbx

  • @bigirimanaerick7687
    @bigirimanaerick7687 3 ปีที่แล้ว +6

    Mabuja déjà je nagukunze terminé🤣🤣

  • @younglovedii1065
    @younglovedii1065 3 ปีที่แล้ว +18

    Uwambere kuraba iyi ep please nimumpe like zanje

  • @kadoluxclassic7476
    @kadoluxclassic7476 3 ปีที่แล้ว

    i love you Hamza 😍😍yani uko serious katika uchezaji survupre

  • @channellechacha4177
    @channellechacha4177 3 ปีที่แล้ว +2

    Ndi mubambere pee courage turabakunda

  • @christineniyonkuru7137
    @christineniyonkuru7137 3 ปีที่แล้ว +2

    urankumbuje igitumbura yooo kadogo mpako iyondi maze imyaka3 ntarirya mpako

  • @dashdashtv9282
    @dashdashtv9282 3 ปีที่แล้ว

    Eeewana ndahakund cynee ukunt mudushimisha natwe abanya Rwanda turabakunda

  • @fulgencenduwarugira3173
    @fulgencenduwarugira3173 3 ปีที่แล้ว

    Courage vrt.ntacokabaye gsa ntimuze muratunyoteza.ibisigaye ni Good

  • @komlaakomlaa7465
    @komlaakomlaa7465 3 ปีที่แล้ว +2

    Yoooo mpatswe kuba uwambere kweri

  • @utwakera3289
    @utwakera3289 3 ปีที่แล้ว

    Gasore ko atakivugwa Muburundi ivyiwe Ageze hehe ndabaza Mr Amis Gasore na Yasoni Weyayu.

  • @fatmasaf63
    @fatmasaf63 3 ปีที่แล้ว +1

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂Famba eka warasuhaye🤣🤣🤣🤣nyene😂😂

  • @lisaalllisa5326
    @lisaalllisa5326 3 ปีที่แล้ว

    Ewe famba urantwenza gusa mubirimwo neza vrt courageux

  • @issakhamis9511
    @issakhamis9511 3 ปีที่แล้ว +1

    Iyimario uwayanditse ndibaza nabisanga niwe yariyayanditse guko nakantu kubwenge

  • @azibossladykenny2455
    @azibossladykenny2455 3 ปีที่แล้ว

    Danny amepata ndem mkalii😁😁😍😍ila famba jamaniii uwiii Kwa mabuja kwelii😂😂😂

  • @fernandnihorimbere9181
    @fernandnihorimbere9181 3 ปีที่แล้ว +1

    Daniella ♥️cheval
    Dany ♥️mukobwa wa Mariam
    🔥🔥🔥Turagowe turahiriwee twakumbuye mabuja wa famba na cheval barikumwe

  • @queliairambona860
    @queliairambona860 3 ปีที่แล้ว

    Ndabon muri on time kbs kd ibintu muri muduha birimw icigwa mwirambire 👍👍

  • @HAMISJuma-lc8ho
    @HAMISJuma-lc8ho ปีที่แล้ว

    Famba urihejuru ndak❤❤❤❤

  • @chimyornyvette3883
    @chimyornyvette3883 3 ปีที่แล้ว

    Famba uranyishe😂😂😂 ngerega nanje ndamukunda Danny😂😂 ngo nyoko sinakubwiy sinsubiramwo😂😂 ndabakunda vraiment

  • @hadidjaniyosaba6663
    @hadidjaniyosaba6663 3 ปีที่แล้ว

    Famba pore sana wallah 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @ccyoutube1485
    @ccyoutube1485 3 ปีที่แล้ว +2

    Bigiye kuryoha pe !

  • @kkkkftbbhgft9118
    @kkkkftbbhgft9118 3 ปีที่แล้ว +1

    😂😂😂famba mabuja deja jew nagukunze
    cnk navyononye subira kwishure uzoze gutera imisitare wabimeny neza😂😂😂😂

  • @MeRy-qk6bp
    @MeRy-qk6bp 3 ปีที่แล้ว +1

    Haha unomusi petit Gasore yakinye neza pe

  • @fernandnihorimbere9181
    @fernandnihorimbere9181 3 ปีที่แล้ว

    Ndanyotewe nguma nsubiramwo izo mwashizeko 😌nimuduhe vrt

  • @krodyakamarisa6734
    @krodyakamarisa6734 3 ปีที่แล้ว

    Haaaahaaas famba ntumbona mabuja jewe banyita famba, kndi ahari umwenge haca umuyaga !

  • @reginebigirimana131
    @reginebigirimana131 3 ปีที่แล้ว

    Mbega camamare weeeee uranyica nukuri ndashaka kugum ndakubon mwiyi film kandi ese mwohura n'a famba mukadutwikira

  • @masasthedon4570
    @masasthedon4570 3 ปีที่แล้ว +1

    Murikubikor nez gus ako gahung karek kwigan injwi rya gasogi😂😂😂

  • @nzeyimanachanel7900
    @nzeyimanachanel7900 3 ปีที่แล้ว +1

    Nyoko ntiwanyumvise? 🤣🤣🤣🤣🤣Niko fana wa Fsmba

  • @aishadjumaphones8877
    @aishadjumaphones8877 3 ปีที่แล้ว +1

    Nice movie😘😘

  • @claudineuwizeye871
    @claudineuwizeye871 3 ปีที่แล้ว +2

    Mon amour hama jewe ndagukunda ewe famba urekuza utwana nkisuguru Raba uze uroga 😁😁😁imitima irase

  • @ndereyimanajeanpaul1344
    @ndereyimanajeanpaul1344 3 ปีที่แล้ว +9

    Nanj uwakabiri abanda famba gira link ngaha

  • @raissanshimirimana7654
    @raissanshimirimana7654 2 ปีที่แล้ว

    😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Ngo ni comissinel wabakobwa😅😅😅😅😂😂😂😂😂😅😅😅

  • @Dewishi44
    @Dewishi44 3 ปีที่แล้ว +1

    Hello ihuriro Ndabemer cyan weeeeee ibyobibaho pe ntanjye byambayeh ariko mada wakisubirahop ndabakund

  • @user-hs2yc6ro9j
    @user-hs2yc6ro9j 3 ปีที่แล้ว

    Nabakwigishe imistr braz🤣😂🤣

  • @BLEYMUSIC16
    @BLEYMUSIC16 3 ปีที่แล้ว +2

    Hi

  • @sinzoyihemukirabenjamin402
    @sinzoyihemukirabenjamin402 3 ปีที่แล้ว +1

    Big up Ihuriro TV

  • @BUSHASHASWITCH
    @BUSHASHASWITCH 3 ปีที่แล้ว

    Respect Ihuriro tv

  • @janeatg2871
    @janeatg2871 3 ปีที่แล้ว

    Famba yishakira mabuja

  • @nduwimanacharlotte237
    @nduwimanacharlotte237 3 ปีที่แล้ว +1

    Uwabonye ko bigiye kuryoha munkorere umuti

  • @ابوكلنك
    @ابوكلنك 3 ปีที่แล้ว

    Ifilm niyo ndabafana sana

  • @jcfjbgstjv9505
    @jcfjbgstjv9505 3 ปีที่แล้ว

    Hhhh famba nyoko buja yagutey'indobo ntamuntu yubahuka nka famba pee hhhh

  • @heyale4893
    @heyale4893 3 ปีที่แล้ว

    Courage caanee

  • @mosatawi393
    @mosatawi393 3 ปีที่แล้ว +1

    🤣 🤣 🤣 Vlm ndabakunda cane, kuko munteramisha

  • @arnoldnnz3446
    @arnoldnnz3446 3 ปีที่แล้ว

    Famba urakazeuu vrt 🔥👊👏

  • @maniratangaalain483
    @maniratangaalain483 3 ปีที่แล้ว

    Eweee famba shaaa hhhhhhh

  • @lilianeerica3318
    @lilianeerica3318 3 ปีที่แล้ว +1

    Oya vrt iyiherutse kuki muyihera kure iminota ine yose oya vrt murabe muhindure

  • @rossikirossiki6518
    @rossikirossiki6518 3 ปีที่แล้ว

    Hahhhhhha ewe famba sha urumuti wamenyo ariko ndagukunze urazi gukina pe niwubahwe

  • @claudineuwizeye871
    @claudineuwizeye871 3 ปีที่แล้ว +4

    Indobo weee famba 😂😂😂

    • @hadidjaniyosaba6663
      @hadidjaniyosaba6663 3 ปีที่แล้ว

      🤣🤣😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂🤣🤣🤣😂😂😂😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣😜

  • @aboubakarnkurunziza2883
    @aboubakarnkurunziza2883 3 ปีที่แล้ว

    Famba nurusazi nkeeee😂😂😂😂😂

  • @mrbrotherrichard9563
    @mrbrotherrichard9563 3 ปีที่แล้ว

    Uraho muduhe nitundi duce ndi mu Rwanda

  • @shadiahshadiahshadiahshadi4060
    @shadiahshadiahshadiahshadi4060 2 ปีที่แล้ว

    Mukomere

  • @ezezetuyifootcr7andsport904
    @ezezetuyifootcr7andsport904 3 ปีที่แล้ว +1

    😂😂non nje guterura ivyuma nasaze?😂😂ewe famba sha

  • @اسماءالفرج-ق2ر
    @اسماءالفرج-ق2ر 3 ปีที่แล้ว

    Yoo dis jumi urumwan mwiza

  • @onesime9havyari19
    @onesime9havyari19 3 ปีที่แล้ว

    Hhh bro ndabemey ngo nagukunze deja hhhh

  • @hatungumanalahmabintiyusuf6722
    @hatungumanalahmabintiyusuf6722 3 ปีที่แล้ว +1

    😆😆😆😆😆🥰🥰🥰

  • @ابوكلنك
    @ابوكلنك 3 ปีที่แล้ว

    Abamama bafise ingeso nkinzo bateye isoni nibabihebe

  • @loverylovery4514
    @loverylovery4514 3 ปีที่แล้ว

    Hahha part 7.8.9.10.11

  • @hadijahadija6037
    @hadijahadija6037 3 ปีที่แล้ว

    numvis akazin kawnj ngo daniella

  • @shadiahshadiahshadiahshadi4060
    @shadiahshadiahshadiahshadi4060 2 ปีที่แล้ว

    🇧🇮🇧🇮♥️♥️

  • @tuyisengeegide6019
    @tuyisengeegide6019 2 ปีที่แล้ว

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂famba urandenze

  • @rojinablaso3786
    @rojinablaso3786 3 ปีที่แล้ว

    👍👍👍👍👍

  • @dianentakarutimana3291
    @dianentakarutimana3291 3 ปีที่แล้ว

    Courage

    • @nadiaburundi6871
      @nadiaburundi6871 3 ปีที่แล้ว

      😃😃😃😃❤️❤️😅😅

  • @galaxyace2416
    @galaxyace2416 3 ปีที่แล้ว

    Manawe imbavu zanje murandiha kabisa

  • @setaseeta9779
    @setaseeta9779 3 ปีที่แล้ว

    Famba ngo bamvyaye nasuhaye 🤣🤣🤣

  • @ndereyimanaclaude2246
    @ndereyimanaclaude2246 2 ปีที่แล้ว

    Famba famba wirambire

  • @theogenemvuyekure7522
    @theogenemvuyekure7522 3 ปีที่แล้ว +1

    Yoooo uyumunsi nacerewe akazi nihatari 😴So Impundu ntibungwa ndabafana🙌kndi mugume mukora umuti ikiringo cuko muyiturosa kabiri mundwi ntimuhindure👏Natwe umurongo ntiduhindura kwihuriro Tv🙅

  • @اااا-ج3ك8ذ
    @اااا-ج3ك8ذ 3 ปีที่แล้ว

    Botike wewe aranyica😂😂😂😂😂😂😂

  • @dj-reissitolkira2343
    @dj-reissitolkira2343 3 ปีที่แล้ว

    Famba uri mubi kbs urica🤣🤣🤣🤣

  • @solanj_fatimafatima7252
    @solanj_fatimafatima7252 3 ปีที่แล้ว

    ❤❤❤❤

  • @tuyisengeegide6019
    @tuyisengeegide6019 2 ปีที่แล้ว

    Ingare fambaaa

  • @shabanjanat4915
    @shabanjanat4915 3 ปีที่แล้ว

    Akonako kigana gasoji

  • @sbaytsyba5166
    @sbaytsyba5166 3 ปีที่แล้ว +1

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @zainab-wj2qx
    @zainab-wj2qx 2 ปีที่แล้ว

    Ewe samba famb weee

  • @dfinafriga9863
    @dfinafriga9863 3 ปีที่แล้ว

    Famba wewe dah🤣🤣

  • @adolphendikumana8800
    @adolphendikumana8800 3 ปีที่แล้ว

    🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @hayyatinahlazaza1322
    @hayyatinahlazaza1322 3 ปีที่แล้ว

    😂🤣😅

  • @hamzamfalme8878
    @hamzamfalme8878 3 ปีที่แล้ว +3

    Harigihe wandika filme nawe ubwawe nkumwanditsi ikakuryohera so ababonye yuko kana gafilme nakanditse neza bansabe numéro yanje ya lumicash 😂😂🔥

    • @michoulove8764
      @michoulove8764 3 ปีที่แล้ว

      Hmmmmm cheval kumbe uk nikukor rek ndaguh lumicash yanj urab icunkorera nan😂😂😂🤣🤣🤣

    • @wrrwfsdddssfdd3774
      @wrrwfsdddssfdd3774 3 ปีที่แล้ว

      Muradushimisha ariko muradutevya turikumwe namwe

    • @nkurunzizaetienne5093
      @nkurunzizaetienne5093 3 ปีที่แล้ว +1

      Yime nzogiriconererakabisa naravyenyishi iyiyo irarenzekabisa

    • @hamzamfalme8878
      @hamzamfalme8878 3 ปีที่แล้ว

      Ingo in box fbe nitwa mfalme hamza tuyage

  • @ericsuccessor470
    @ericsuccessor470 3 ปีที่แล้ว

    Famba vrma yafashe ubuserie gutongoza boss lady wiWe😂😂😂😂Murashoboy kabisa

  • @hakizimanageorges8753
    @hakizimanageorges8753 3 ปีที่แล้ว

    Ngo gumahamw nubwanw buhetamy famba nukur de urumuti wamenyo urantwenz

  • @rahaddymeddymixkeza2305
    @rahaddymeddymixkeza2305 3 ปีที่แล้ว

    Ese ndababaz nkokudusubizamwivyotwaravy umwanyunganuko muzinutwoduc twanyu ingenar tugufi duher natw tutabishak mugir tugufi cn knd turabiheb kuyirab mukor nez mukosor kuz muradutevy

  • @benitanitanga6624
    @benitanitanga6624 3 ปีที่แล้ว

    None jewe ndabibarize famba mwamukuyehe nukuri numukinyi ararenze

    • @NNn-mj2pb
      @NNn-mj2pb 3 ปีที่แล้ว

      Kabisa ararenze nuko bateyimbere Baca bagara

    • @خديجة-ث5د
      @خديجة-ث5د 3 ปีที่แล้ว

      💕🙏

  • @leonardirakoze8923
    @leonardirakoze8923 3 ปีที่แล้ว +1

    Korumuti bene wacu

  • @nananadia8496
    @nananadia8496 3 ปีที่แล้ว

    Famba nigisazi😂😂😂😂😂😂