Intahe ikomeye k'urupfu rwa PRESIDENT NKURUNZIZA//Icamwishe/COUP D'ETAT yabaye turi kumwe

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 6 มิ.ย. 2024
  • SINDIMWO amajambo akomeye k'urupfu rwa PRESIDENT NKURUNZIZA//Icamwishe/COUP D'ETAT yabaye turi kumwe
    ‪@NtareRushatsiHouseTV‬
    #president
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 116

  • @KaboyiJuma
    @KaboyiJuma 17 วันที่ผ่านมา +40

    Hmm! Gaston Sindimwo aradutangaje neza. Ntawarazi ko yari umushingantahe w’ijunja n’ijambo. Turagukeje mutama! Abakunzi b’amahoro mumpe like!

    • @LameckNgabo
      @LameckNgabo 15 วันที่ผ่านมา +1

      Uyumugabo abantu benshi bagendera kuvyiyumvira vyapacific na sinduhije bamwita umuhemu ariko incuro nyinshi maze kumwumva avuga arafise ubwenge yoshobora gucisha inka kukiraro naho utarumunyepolitike afise ubwenge ucumera nkirobo nka pacific na sinduhije 😂😂😂 ngo vyanse bikunze ariko bakibagira ko inzoka yoroshe yamize iyigumye

    • @KaboyiJuma
      @KaboyiJuma 15 วันที่ผ่านมา +1

      Turavye igihugu nka Soudan ejo bundi cari mu bihugu rutura muri Afrika, ariko abasirikare bagahendwa bagahirika ubutegetsi, none ubu kigiye kumera nka Somaliya, niho umuntu acabona neza ko Gaston Sindimwo, Petero Nkurunziza n’abandi bose baburijemwo ihirikwa ry’ubutegetsi babaye intwari zikomeye. Mu myaka mirongo itanu iri mbere imitima yaratuje, abarundi twese tuzobona ko Nkurunziza Petero yari umugabo w’ijunja n’ijambo.

  • @rugamba4517
    @rugamba4517 10 วันที่ผ่านมา +1

    Iyo ntahe niyo kandi ndayishigikiye. ❤❤❤ Mama wanje agiye guhura na Nkurunziza niko yamwakiriye yaranasengeye imitwaro ya mama ❤ Imana yo mwijuru imuhe kwicara kukuboko kwiburyo bwayo ❤❤❤❤❤

  • @Rugambamachine7714.
    @Rugambamachine7714. 18 วันที่ผ่านมา +30

    HE Pierre Nkurunziza we really miss him😢❤ yarumugabo abushitse kumyak yanj kuzoronka umu president nkaw muburundi bizosaba imis

    • @dianeinamwiza
      @dianeinamwiza 16 วันที่ผ่านมา +3

      J,espere que tout va bien chez toi,Hama ibjndi no comment

    • @ncxp5663
      @ncxp5663 16 วันที่ผ่านมา +1

      @@dianeinamwiza😂😂😂 no comment

    • @Rugambamachine7714.
      @Rugambamachine7714. 16 วันที่ผ่านมา

      ​@@dianeinamwizaTobora uvug cank uzoturike nkibombe

    • @dianeinamwiza
      @dianeinamwiza 15 วันที่ผ่านมา

      Ariko jewe ndashobora kuvuga kuko aho Ndi ndi mu mutekano nta kibazo mufise ariko mbabajwe n,abafashobora kuvuga.Igituma ntavuze nuko numiwe vyandenze ibintu yanditse ahubwo nibajije ko nibagiye gufata umuntu muganga yamwandikiye contre la psychose,ni hatari,iyo si irimwo vyinshi,Mana dufasheo​@@Rugambamachine7714.

  • @ThemwamiTv
    @ThemwamiTv 17 วันที่ผ่านมา +4

    From America, 🇺🇸🇺🇸🇺🇸 we are on the way coming back to build our country Bwiza njo nyumbani... By the Mwami

  • @janvierrichardrwamigire2130
    @janvierrichardrwamigire2130 11 วันที่ผ่านมา +1

    Iyumugabo ufite umuco
    Nkunda umuntu utanga urugero ku inka imfiziebyiri murugohomgore waouuuuu ndagikunze cyane mutama

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo 18 วันที่ผ่านมา +9

    abana buburundi baracaherera kwicumu kubera uburofa bwabanyepolitike bacu bakinisha abana babandi bakashorera kubuhomba

  • @yvetteirankunda520
    @yvetteirankunda520 18 วันที่ผ่านมา +6

    Ngo kubabembe basangira ijombo. Ewe onorable, unyibukije muri quartier, twabana neza kera.

  • @user-xh4uy3bl7w
    @user-xh4uy3bl7w 17 วันที่ผ่านมา +6

    Uyumutama murakwiye kumutegurira umwanya wiwe uhoraho nizina ryikiganiro ciwe gihoraho mukacita izina akaza yigisha abarundi cane cane urwaruka kugirango kahise kabi basogokuruza baciyemwo katubere icirwa cokugirango tuvavanure Burundu namacakubiri gutyo igihugu tugikorere turi abarundi bazira ubwoko

  • @habonimamadesire6815
    @habonimamadesire6815 18 วันที่ผ่านมา +3

    Gaston anyibukije Lionel Imana imwakire mubwami bwayo

  • @yvesnininahazwe1130
    @yvesnininahazwe1130 15 วันที่ผ่านมา +4

    Juste Gaëlle, ibibazo vyawe ni sawa cane. Muga présentation n'ukuntu uheza ntutuje neza. Uratuza bizoca biba correcte

  • @ericciza926
    @ericciza926 17 วันที่ผ่านมา +2

    Uranyibukize umuvyeyi wacu Imana yari yaraduhaye Dawudi NN yamukunze kuturusha ntuzova mu mitima ya Barundi isinzi.!

  • @user-st4rc2bo8y
    @user-st4rc2bo8y 16 วันที่ผ่านมา +5

    Juste uragira effort ibiganiro bidafitaniye isano na music ubihindurire fenetre UMUKUBITO, kuko si Music.

  • @bibonimanaepithas3805
    @bibonimanaepithas3805 16 วันที่ผ่านมา +1

    honorable Gaston rigize kabiri nkurikirana ibiganiro vyawe,nukuri imbuto nziza ikurimwo.ivyerekeye nyakwigendera Nkurunziza ntitozokwibagira impanuro ziwe nibikorwa vyiwe

  • @Mimi-tm4vi
    @Mimi-tm4vi 18 วันที่ผ่านมา +16

    Woreka kumuvuga neza mwarasangiy gutabagura uburundi😢😢

    • @etienneuwimana3797
      @etienneuwimana3797 17 วันที่ผ่านมา +3

      Iyo baba baratabaguye Uburundi ntuba uriko uradedemba utwo udedemba

  • @komerakumutima3546
    @komerakumutima3546 16 วันที่ผ่านมา

    Haracariho abagabo biyumvira abanyagihugu ko bogira ubuzima namahoro komera cyanee mutama turagukeje mutama turasaba Nandi bashingatahe kugira akagero keza nkawe ❤❤❤❤

  • @ntizzolehardi1914
    @ntizzolehardi1914 16 วันที่ผ่านมา +1

    #Ibiganiro nkibi nigwizwe❤❤❤

  • @user-hw3cp4tv3r
    @user-hw3cp4tv3r 16 วันที่ผ่านมา +1

    Genda honnorable urumugabo ❤❤❤

  • @DeoMacedoineNdabaniwe
    @DeoMacedoineNdabaniwe 18 วันที่ผ่านมา +3

    Uwo muntu muzomump
    Kanndi ikiganiro ce
    Ndagikeneye
    Ububeshi. Towa

  • @toyi7605
    @toyi7605 17 วันที่ผ่านมา +5

    Mzee una ogea vizuri kabisa

  • @user-hs9kt7fw6s
    @user-hs9kt7fw6s 10 วันที่ผ่านมา

    Gaël urareeenzeeee fooo sn Kbxx ❤❤

  • @evelynensanga3330
    @evelynensanga3330 18 วันที่ผ่านมา +6

    😔😔 turamukumbuye disi utumye nibuka amajambo yahora avuga

  • @boscoconkunze1068
    @boscoconkunze1068 17 วันที่ผ่านมา

    Émission ya bien courage juste Gaël you are intelligent ❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉

  • @dianeinamwiza
    @dianeinamwiza 17 วันที่ผ่านมา +1

    Gael nawe asigaye ari muri politique,mana,ngira barabibahembera,c,est la vie

  • @user-hs9kt7fw6s
    @user-hs9kt7fw6s 10 วันที่ผ่านมา

    Uwumutama yubahw cn Kbx ❤🦅

  • @ahmadbelier3160
    @ahmadbelier3160 17 วันที่ผ่านมา

    😭😭😭😭😭
    Utumye mwibuka, Imana yarisubije ivyayo kabisa.

  • @RETUS-BRAINY
    @RETUS-BRAINY 18 วันที่ผ่านมา +2

    Nkubu yogaruka twomenya uko tubigenxa turamukumbuye 😢😢😢😢

  • @user-sx2fs6jb5v
    @user-sx2fs6jb5v 18 วันที่ผ่านมา +2

    Muzotuzanire uwitwa Ngagari be n'abarya ba memeurs bandika utuntu tw'ubwenge kandi dutwenza

  • @user-hs9kt7fw6s
    @user-hs9kt7fw6s 10 วันที่ผ่านมา

    ❤❤

  • @butoyialexis2316
    @butoyialexis2316 17 วันที่ผ่านมา +1

    Honorable Gaston kumbe ni Diplomate caché wubahwe

  • @elieniyoyitungira8331
    @elieniyoyitungira8331 18 วันที่ผ่านมา +3

    Imana yarikumwe Nawe mugihe gikwiye

  • @AimableRugerinyange
    @AimableRugerinyange 16 วันที่ผ่านมา +9

    Ikiganiro cawe ni ciza ariko ukuntu ugira présentation ntibiryoshe,vuga utuje,uti kuri ino TV yacu turi niteka ryokwakira umutumire w'iteka.......iyo mvugo y'ubu jeune n'ubufyeri ntiryoshe vraiment.

  • @ericbikorimana8713
    @ericbikorimana8713 17 วันที่ผ่านมา

    Iyinjiji

  • @BerchmansMinaniJean
    @BerchmansMinaniJean 17 วันที่ผ่านมา +1

    Nta mahoro ashoboka ata gitambo.
    Gusa birababaje kuti uka b in izo ntwari.
    Naho umuntu yo pfira ukuri nta kibazo kuko amaherezo ya vyose ni urupfu.
    Wotuma upfa ushaka gukiza benshi.......

  • @onesphorenkunzimana773
    @onesphorenkunzimana773 17 วันที่ผ่านมา +1

    Toka

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja 16 วันที่ผ่านมา

    ❤❤❤

  • @erobert693
    @erobert693 16 วันที่ผ่านมา

    President Nkurunziza yarumunyabwenge bwinshi naho neva we wagirango umutwe we urimo indagara ibyokurya ntabwonko burimo pe

  • @mariusmpawenayo9714
    @mariusmpawenayo9714 17 วันที่ผ่านมา

    Uwumwan amwandureko intwar yacu kk ndazi abarund besh turamwemer ahubwo iman izomuduh mushusho yuwund muntu

  • @DeoMacedoineNdabaniwe
    @DeoMacedoineNdabaniwe 18 วันที่ผ่านมา +1

    Asege neza

  • @nsabimanaernest3109
    @nsabimanaernest3109 13 วันที่ผ่านมา

    Lionel est entrain de nourrir les racines de notre vie!!!!!

  • @irambonageorges5280
    @irambonageorges5280 17 วันที่ผ่านมา

    Ewe Gaston shaaa

  • @DesireHenk-pr8qp
    @DesireHenk-pr8qp 16 วันที่ผ่านมา

    Mutama Gaston uri umushingantahe knd wame uko knd turagusavye ko worushira hamwe urwaruka rwa badasigana twitegurire amatora mu mugambwe

  • @_-wt8ns
    @_-wt8ns 18 วันที่ผ่านมา +7

    Twarabuze Sha mutama

  • @chrishima9203
    @chrishima9203 17 วันที่ผ่านมา +4

    Gaston aca maneno yako petit frere waw cnk neuve TAkU uramuzi ivyo yakoze 2015 ? Uyo uvuga nkurunziza kubwanje naramukunze 2005 à 2015 apres avoir vue k ahinduye constitution naramwanse kndi nico catumye apfa adashikiye ivyo yashakam ,mbe aho mwijabe ninde yarashe? simwe mwatanguye kurasa ?
    Irya cout etat ntiyariyo yari mucezo wandani !
    Nne gaston 3ēm mandant yarikwiye?
    Mbega iyo uprona uvuga ntabapfuye bazize iyo mandant?
    Reka kuba uhenda abenegihugu ! ́peter na micombero na Buyoya ni bamwe .

  • @innocentjeshi257
    @innocentjeshi257 12 วันที่ผ่านมา

    Shall he become our president 😌

  • @boaseniyimbona4810
    @boaseniyimbona4810 17 วันที่ผ่านมา

    Nyakwigendera yarakunda igihugu kabisa natwe tubigendere

  • @user-jx6mt1lb9h
    @user-jx6mt1lb9h 17 วันที่ผ่านมา

    Twarabuze , lmana izodushumbushaa

  • @yakunzeeloge
    @yakunzeeloge 12 วันที่ผ่านมา

    Ico ndagushimiye nubwo urinyuma KO wibuka Lionel natwe twarababaye tumaze kumenya intwari muri UPRONA nubwo yaje kukuraba wamuretse agataha ufise ingabo wari kuba hafi ukamufungira iwawe ubuzima bwe bukazobandanya 'arik turashima kuba warabivuga KO yaguciye munyanya yintoke vyerekana KO nawe wabuze pore mutama Niko vyategerezwa kugenda umugabo agira ibibazo vyinshi niyo wamwituye haraho abarahndi kubera Lionel ntiyarigupfa avuye gushikirizza ibibazo vye

  • @user-xh4uy3bl7w
    @user-xh4uy3bl7w 17 วันที่ผ่านมา

    Iyo mutama ndamukunda nukuri nigitangaza kuba imana yaraduhaye umuntu wumugabo avuga ukuri kandi gukiza abarundi atitaye kunyungu ziwe abantu baribakwiye kumwigirako igihugu kigatera imbere ndamukurikira cane kandi ndamukunda cane

  • @arnaulddolfi20
    @arnaulddolfi20 13 วันที่ผ่านมา

    Kuberiki wihutuye ? Uzorinda upfa Uri imbwebwe !

  • @arnaulddolfi20
    @arnaulddolfi20 13 วันที่ผ่านมา +1

    Ako kagabo Kari kazi kurya gusa ! Mbe wa Mbwa we , iyo nda yawe ,izokugeza hé ?

  • @fabiolaniyuhire8748
    @fabiolaniyuhire8748 16 วันที่ผ่านมา

    imanikubabarire nditije mwihoze kuko ntimungana ntarikuri levo yawe ! malipo ni apa apa

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo 18 วันที่ผ่านมา +1

    Oya jew sinovyemera kubera none vyarikugenda gute ko niyombare yogenda kuri RPA hanyuma Gaciyubwenge akaja kuradiyo yigihugu? nimba vyarivyabadede vyarikuba vyaciyemwo

  • @NDUWARUGIRAClothilde
    @NDUWARUGIRAClothilde 16 วันที่ผ่านมา

    Barundi. Barundi. Kazi. Cuti. Zuburundi. Ico nico. Ndamwibukirako

  • @leonidasnibimenya466
    @leonidasnibimenya466 17 วันที่ผ่านมา

    Abarundi turazinanyi bwana

  • @user-qg5gl6ok6f
    @user-qg5gl6ok6f 16 วันที่ผ่านมา

    Imyaka wamaze ukina politique yaragufashije kuba relaxe.Wubahwe mutama Kayobera😅😅😅

  • @PeterMwanza-hy1ot
    @PeterMwanza-hy1ot 17 วันที่ผ่านมา

    Vyukuru twarabuze intwari aryama aruhuke pe ariko nutu Neva nawe numuntu mwiza arakaramba ikibazo tufise na bamwungirije nibo basambura gihugu niyo mpamva unyagihugu mutoye tukwiye kwitondera abantu ntizobe nko muri Libia.

  • @imandwamwaratsinze8823
    @imandwamwaratsinze8823 16 วันที่ผ่านมา

    UYU MU PALIPEHUTU ARIKO ARARIMANGANYA.

  • @cedricknkeshimana9426
    @cedricknkeshimana9426 11 วันที่ผ่านมา

    Komera mutama wacu

  • @user-gn8xz8pb5z
    @user-gn8xz8pb5z 16 วันที่ผ่านมา

    Twarabuze intwari yacu

  • @dennisniyonkuru8457
    @dennisniyonkuru8457 17 วันที่ผ่านมา

    Gaston ndumva azi vyinshi.courage di gael

  • @Steve_Uwimana
    @Steve_Uwimana 16 วันที่ผ่านมา

    TV online yanje ni UMUKUBITO KABISA
    Gael ni jiurnaliste kabisa
    Yakoze
    Interview na President
    Nabandi bubahwa
    Buryukora neza
    Biba ari vyiza
    Ukomeze udukubita mumu kubito bwana Gael A.k.A UMUKUBITO
    kwakundi hahandi
    Kuyindi mpwemu idasanzwe

  • @user-hw3cp4tv3r
    @user-hw3cp4tv3r 16 วันที่ผ่านมา

    Genda uranyibukije umuvyeyi wacu kl ariko ntawuzomwibagira kl

  • @gildasbijus505
    @gildasbijus505 9 วันที่ผ่านมา

    None hari uwuhunga abishaka? ngo bamwe barahunze, ngo jewe sinahunze???ngo mu Mugamba yavuze ngo nzobereka`ko atavuga ukuntu batwaye UPRONA We nu muhisi Nkuru?Minani ni umugumya banga...gusa ngo Nkurunziza yari umunyamahoro......Imbonera kure zikora training, ababikira bakabica, bukeye nazo bakazica inzuzi hagati y´u Rwanda n´u Burundi ziruzura....

  • @akumirostefano8169
    @akumirostefano8169 17 วันที่ผ่านมา

    None iki ni ikiganiro ck ni pub gusa

  • @FredericNdikuriyo-lk8ww
    @FredericNdikuriyo-lk8ww 15 วันที่ผ่านมา +1

    Gasto , uzobimbwa gushika ryari? Ntasoni yivyo uriko uravuga??

    • @LameckNgabo
      @LameckNgabo 15 วันที่ผ่านมา

      Ahubwo imbwa niwew

  • @PrudenceTuyisabe-rc5ov
    @PrudenceTuyisabe-rc5ov 18 วันที่ผ่านมา +3

    Nimba urumuhungu canke umukobwa ntuzusubir kuvugira amajambo mabi kuri runo rubuga ahubwo niwewusara ninaw udakwije niwuri ikirofa iyaba bikunda MBA ndagufuse kuri runo rubuga.

    • @user-hw3cp4tv3r
      @user-hw3cp4tv3r 16 วันที่ผ่านมา

      Zurabampanurira amajamb umunt avuga niyo amwiyicira

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo 18 วันที่ผ่านมา +1

    Twarabuze Rest 🛌 in peace papa ❤❤❤❤

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 17 วันที่ผ่านมา

    uyumutama ndamukunda avuze ukuri

  • @himbazimanagrace8102
    @himbazimanagrace8102 16 วันที่ผ่านมา

    gaston gusa atezimbere igihugu ashinge amahinguriro yiwe nka diriyano kuko nawe avugwa mubatunzi bambere mugihugu

  • @Shurwe
    @Shurwe 17 วันที่ผ่านมา +1

    We miss him 😔💔

  • @bizuruvenant7953
    @bizuruvenant7953 18 วันที่ผ่านมา +1

    Ikinyoma cuzuye igihugu kuva hasi gushika hejuru , nta couq d'état yabaye habaye (montage) irementanya nkarimwe ryaba kuri Ndayizeye na Kadege ivyobashaka barabigezeko ariko bigiye kubagarukaho nabo

  • @ISANGE2312
    @ISANGE2312 9 วันที่ผ่านมา

    Usigaye usozera ikiganiro nabi cane

  • @DesireNdikumana-hx9ui
    @DesireNdikumana-hx9ui 18 วันที่ผ่านมา

    Ubu nkurunziza ntamwika wabazima agifis sinzi uko bigiy kukugendera. Mbebasha uzosubira kuba icegera cumukur wigihugu? Uzosubira kuba umushingamateka muntara yagutse ya buja?

  • @Inzaghi809
    @Inzaghi809 18 วันที่ผ่านมา +1

    Nkurumbi umwicanyi numubembe shindano

    • @eliusbizimana7646
      @eliusbizimana7646 17 วันที่ผ่านมา +1

      Imana ikubabarire ntuzi ico ukora

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana1974 13 วันที่ผ่านมา

    Yahomvye keigira ihihugu ??? Hahahaaaa eka yagomvye kucigura. Yahomvye kwigeanira ngo ntibamutware igihugu ntikwari keigira

  • @Aiuoex
    @Aiuoex 18 วันที่ผ่านมา +2

    Gaël kumbe nawe uri ikijuju ndakwumvise. Siniriwe ndasigura ikinyeretse ko uri ikirofa

    • @viateur4781
      @viateur4781 18 วันที่ผ่านมา +7

      Ahubwo nawe wiyibagiye cane ndagufashe 😂😂
      Kuko inzigo nkumvisemwo iteye ubwoba

    • @bibikiki8437
      @bibikiki8437 18 วันที่ผ่านมา +7

      @@viateur4781Wofata umwanya ukumviriza iki kiganiro ntiwobura ico uhigira. Juste-Gaël bravo mon frère 👍

    • @evelynensanga3330
      @evelynensanga3330 18 วันที่ผ่านมา +1

      😂😂 none nkaho umutukiyiki? Bamugirindero mumenya nimyaka mufise

    • @LameckNgabo
      @LameckNgabo 18 วันที่ผ่านมา +2

      ahubwo niwew urikirofa abarundi bose ntibatwarirwa hakurya ya kanyuru erega

    • @abdallahjuma7997
      @abdallahjuma7997 18 วันที่ผ่านมา +1

      Iyonzigo izobica kabisa

  • @DeoMacedoineNdabaniwe
    @DeoMacedoineNdabaniwe 18 วันที่ผ่านมา

    Burya uwo mugagabo avuga. IVYO azi? Muramumpa

  • @motherofthegreatlakes6297
    @motherofthegreatlakes6297 14 วันที่ผ่านมา

    None ko duheze mubuhungiro, hmmmm. Ubu lero hari Amahoro iBurundi? Turazi ingene yashitse. N'abamuherekeje barazwi. Abana bafashwe bagahambwa babona mukinogi kimwe, abavyeyi ntibemererwe nokubashingura, ubavuga ko iki? Aba maratiri b'iButa bobo? Abavyeyi babo wobabwira iki?

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana1974 13 วันที่ผ่านมา

    Dindimeo natwereke izobixeo zerrkana ko nkurunziza ivyo yona yaravuigizhije ko sbatutsi sri sbsrundi nksbahutu ??? Nanitwereke kuri video.kulo nibaza ko yigisha hari inimdnyedhamskuru.

    • @pierreclavernduwimana1974
      @pierreclavernduwimana1974 13 วันที่ผ่านมา

      Voups d'dtat ysje iva mumugambwe wiwe. Ariko snishwe, ni muma quattiers yabatutsi. Vyumvikana ko na bimwe sbuze atativyo

  • @Rubuka264
    @Rubuka264 16 วันที่ผ่านมา

    Ngo ni wewe wabogoye igihugu? Ubwa mbere umukuru w'igihugu yiyumvira kugirira nabi abanyagihugu atwara ntaba akibereye kuba umukuru w'igihugu. Hanyuma uravye aho igihugu kigeze uyu musi, nta gitoro, nta mazi, nta matara, ibiciro vy'ibintu vya nkenerwa aho bigeze, ubuzima bw'umurundi asanzwe. Nico gihugu wabogoye? Warakoze baguhe amashi !

  • @lostboy2608
    @lostboy2608 18 วันที่ผ่านมา

    Uyu mugabo ngo ntakeneye police imucunga🥺 Sawa komeza wijajare. Mbwira ikindi gihugu kwisi, uretse scandinavie, aho abatware badacungererwa umutekano

    • @jahhyute
      @jahhyute 18 วันที่ผ่านมา +1

      Canada

    • @userk23456
      @userk23456 17 วันที่ผ่านมา

      Eka no hano mu Rwanda,urashobora kubona ministre ata numwe amuncungereye.
      Aho mu burundi,niho huzuza aba police bacunga abantu

    • @intekerezo2023
      @intekerezo2023 17 วันที่ผ่านมา

      Ubundi mu gihugu gifite umutekano,nta mutegetsi igira escorts.Umutekano aba ari uwa bose.
      Burundi hari insecurité niyo mpamvu barinda abategetsi!

    • @userk23456
      @userk23456 17 วันที่ผ่านมา

      @@intekerezo2023 nivyo ariko harigihe birenza.i burundi har'umutekano,kandi hari bihugu vyinshi turusha umutekano niyo mpamvu ntibikenewe ko umuntu w'umutegetsi agendera mumodoka zirenga 5.
      Nka president birakenewe,ariko abandi birarenze.

    • @muvunyileonce6466
      @muvunyileonce6466 16 วันที่ผ่านมา

      None bamucungera kubera ari #Ex vice president? Cank ari mu kigobe munsigurire?

  • @boscoconkunze1068
    @boscoconkunze1068 17 วันที่ผ่านมา

    Émission ya bien courage juste Gaël you are intelligent ❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉

  • @user-zp3ki3ek9d
    @user-zp3ki3ek9d 17 วันที่ผ่านมา

    Twarabuze kwere itwari

  • @lostboy2608
    @lostboy2608 18 วันที่ผ่านมา

    Ninde yonsobanurira ukuntu bujumbura yamizwe? Uwo mugabo ntansobanuro atanze

  • @SamNdayi
    @SamNdayi 17 วันที่ผ่านมา

    Wamubajije vraiment faux ntiwamubajij nkumunyanakuru w'umunyamwuga kweli yarafse vyinshi