Dudu kweri urya numuntu munini urya ni One Man Show nyene Kabisa.nibazako ata mu Bon Berger numwe azosiba kuko bari mubantu bamukunze cane kandi nubu bamukunda cane.Merci naje ngaho nkaba ndabafashije kwamamaza
Nikubera vyakozwe na upcoming artist iyobikora big fizzo ntimuba muriko mubigir big deal Like that, big fizzo igih avuga ivya DJ Paulin muri gerra Plaza kobitabay virale nkibi ? UMWANSI WUMURUNDI NUMURUNDI NYENE!!
Mbe hoho muvuze ngo indirimbo ntiyandikiwe kuri stage, kadie kay wewe yababwiye KO indirimbo yandikiwe kuri réseau sociaux? Umuririmvyi ntabindi bureau afite avugirako atari micro
Rasko analyse zawe ziraraba benshi mubakora music na concert. Bien dit!!! Kazima Imana inkunda iri powerful, the words and the vibe are beautiful…
Sha Rasko u speak always the truth
Très intelligent, Rasko ❤
Nimubandanye muvuga we yibereye muvyunguka reka nisubirire kuraba kazima imana inkunda
Rasko,jewe narabivuze,mugisata c'imyidagaduro ntakuntu yotogwa nkumuhuza(OMBOUSMAN)?
Juste Gaëlle, egooo wakoze ikiganiro neza.kuja au milieu nukwo kuba umu journaliste mwiza.
Par contre Big fizzo yama atanga message ari kur stage mais sindumva bamudugako..uwo mupeti nimumuhe amahoro
Fernando nimumuveko canke mumupfungishe
Ataruko murène kumudugirako hari Beshi ntaribwabone kuri écran aruko Ubu
Kuri Fernand mbona lwaje mutazambaye
Tres sages izo mpanuro zuwu musaza. Ndamwemeye cane.
Ikiganiro ciza 🎉🎉
Dudu kweri urya numuntu munini urya ni One Man Show nyene Kabisa.nibazako ata mu Bon Berger numwe azosiba kuko bari mubantu bamukunze cane kandi nubu bamukunda cane.Merci naje ngaho nkaba ndabafashije kwamamaza
Nkund ukunt rasco uvug atuj knd akavug ukir🎉🎉🎉
He has a point!
Kazima imana inkunda umenga yayikorey jw kuko maze 8ans ndahantu nugaraniwe.ndabivuze kubera ivyo Uwo mu Rasta avuze yuko umuririmvyi ashobora kuririmba arko hagafashw uwundi
Numb one🎉🎉🎉🎉
Nimumuveko wana dj Fernando mureke kuguma mumuvyonga umuntu wese agumaza avuga Fernando ncanumva anshishe kbx
Bien dit radio🫱🏾🫲🏿
ndakeneye kumenya impamvu juste Gael ibi bintu vya dj Fernando uriko ubishiramwo inguvu nyinshi kugira bikunde aje hasi😢basha urya numwana wigihugu mumwanya muto akoz music yaradugije ibendera ryigihugu navyo tubimushimire!kumushira hasi nawe ntaco bizokumarira ariko kandi nibaza k bitazokunda kuk agati kateretswe nImana ntigahenurwa numuyaga😊!nirenganira😊
Gael ndagukunda kandi nkunda ibiganiro vyawe ariko rondera ibindi biganiro urekane nivya Dj Fernando nawene umenga wabishizemwo akantu!
Ni mureke indirimbo ya Alvin ivume 😅
Rasko wubahwe cane abobana nukuzurababwira. Ndakunze invugo yawe cae yaba juste gael yarikuntumira nobabwira abobana bakangwa nama succeed bagaca batwagwa nibishobisho mais nibatekane igihe ca succeed nigito cane bazonibagigwa burundu
Fernando yamaze! 🤧
Turamukunda Ivyo mwavuga vyose ☝🏾😂
Kuyindi mpwemu idaswanzwe bro barabure😊😊😊😊😊😊😊😊🫡🫡🫡🫡🫡🥰🥰🇧🇮🇧🇮🥰🥰🫡🫡🫡✊️✊️✊️✅️✅️
Uracavugivyo😂
Dudu turamwemera tuzoba tuhari kabisa
Kumu mwanya wa 46min 22 sec niho harukuri kwuzuye
Numwana mumubabarire nobody a perfect
Uvuzukuri
Rasko uvuzukuri kuzuye
Kurah'uburofa.uyu nawe avuye he?Juste Gaël utanguye kutuvangira
Juste Gaël ibintu vya Dj Fernando ko vyagutwaye umutima , nimureke umwana aterimbere kuko nomumukubito urabibona hagize ico bowuvugako ntivyokunezera!Nimumereke mukore ibindi biganiro canke Gael ntankuru zindi zumukubito
Rasko bahukuri abo bana bamenye uko baza barigenza
Uyu tuvuga burya tubwira nabandi siwe abitanguye ntagishasha munsi yizuba
Bien sûr
T'es un homme d parole vrt🙌respect à toi
Rasko ndakwemera ufise ubwo ko Umukubito kuyindi mpwemu
Nkund rasko can ukunt atuje
Rasko nawe uhora uba manager wumuririmvyi canke umukinyi w filme uryamugore yashatse kurya hit kandi birya yabigize arabantu bamugiye mumatwi sinon uryamu maman mbona menga numunyamahoro birya bintu sivyiza k'd n Fernand yarakosheje ntawera arimwo uwumuziki icatumy wanka kuduga nkuwahandi nukwikunda kwa cane kwabantu bawishirako ngo bashaka kuwushigikira akeshi impano ije ikavyitwaramwo neza izimwa nabotishigikiye sinzi karukwaguka kwa cane sinziko aruko baba baje gukora ibintu batazi sinziiiii birarushaaaa fau
Inkuru ya dj Fernando yaturambiye muduhe iyindi 🤪🤪🤪 gusa ukomubandanya muponda azina ryiwe riguma riduga 😂😅
None yandikiwe kumukubito ? Ko babizanye kumukubito ? Kuruburofa ngaho mureke ishari umwana mumwanka mumurwanya turamukunda 🙄
Ikindi,KO haba iki canke kiriya,ciza canke Kibi,vyabaye biba vyabaye.nyimba ufise igitabo wandikamwo ivyaranze ubuzima bwawe,ico kiba Cabaye gica candikwa murivyo gitano Hama ugaca ubandanya ubuzima bukurikira,ectera...ect.......
Nikubera vyakozwe na upcoming artist iyobikora big fizzo ntimuba muriko mubigir big deal Like that, big fizzo igih avuga ivya DJ Paulin muri gerra Plaza kobitabay virale nkibi ? UMWANSI WUMURUNDI NUMURUNDI NYENE!!
Umvug'iy'ibintu nagira mvuge.Mbe Fizzo wewe ko batamuduzeko nkuku baduze kuri Fernando?
@@chrishenrwagasore8908 industry yacu yuzuye Fake people gusa, yakoze Tour Europe nka yose ntama interview babivuzemwo gusa erreur ntoyi gusa raba ukuntu babigize big deal. Nibareke kubona ibibi kumuntu gusumba ivyiza kumuntu nakare nivyovyinshi, content bayikoze kubintu vyiza yosa neza kandi ikanagira itafari ishize kumuziki wacu. #PROUDBURUNDIAN🇧🇮🇧🇮
Mwebwe harico mutazi mwivanga muvyo mutazi harya ibirinyuma ntavyo muzi nimwihorere harya yashatse kumumenyekanisha urya mu damu kugira amenyekane azohore yandikira nabandi nimwinumire akonagakino
Mbe hoho muvuze ngo indirimbo ntiyandikiwe kuri stage, kadie kay wewe yababwiye KO indirimbo yandikiwe kuri réseau sociaux? Umuririmvyi ntabindi bureau afite avugirako atari micro
Muzanibindi tutari tuzi