Amamuko y'izina "Kirundo" mu ntambara yahuje Uburundi n'Urwanda
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 8 ก.ย. 2024
- Menya amamuko y'izina "Kirundo" risanzwe ryitwa imwe mu ntara zigize Uburundi. Iryo zina rikaba rituruka ku ntambara yabaye 13 Ndamukiza 1763 yahuje Umwami Mutaga wa 2 w'Uburundi hamwe n'Umwami Yuhi Gahindiro w'Urwanda
uwo mu historier ndamukunze gose
jewe uwomfasha nuwotubwira igituma reta yaragurishije intara y,ubuha nonubu abana bu Burundi bakaba batagirahobaba
Abarundi twubahwe turashoboye
imana imutuzigamire kuko arakenewe cane
Mbega isuku rike mbonye waga🤔🤔 Emwe abo bantu badafura mubabwire baje biyitako
Burya umusazi ntahagutuka ntumusubiza erega abobago nabasazi.
Aloyse, uretse ko wize, ufise imyaka ingahe?
Mubabwire na Nyamirambo ivyahabereye
Muzanababwire ibyashikiye umwami w'uburundi Mutaga III igihe yateye Nyaruguru...munababwire ukuntu yishwe atewe icumu mu gahanga n'ingabo z'umwami w'u Rwanda Cyirima II Rujugira...mbega ko ayo mateka yanyu muyahisha ntimuyavuge?? Abanyarwanda ntibashaka kwigamba nkuko mwebwe mukunze kubikora!
@@vyuguruzumwangumwereka mu Rwanda iyo babivuga aho baneshejwe barabyemera aho banesheje bakavuga imyato ariko aha nabonye babivuga umujyo umwe.
Des histoires zitagira documents écrits c'est vraiment drôle d'entendre.
Ndumva arisawa kabisa, none abarundi nabanyagwanda baje bavahe ??
Kahise kararyoshe kumva
Kahise gasunitswe na Nkurumbaya! Vyinshi avuga n'amafuti nk'intwaro yabo! Ubwo bugaragu bwiwe bushatse bwogira research independant kuko nawe abikura aho ntavuze😉. Iyaba yavugisha ukuri! Ariko siwe murundi n'umwenegihugu!😅
Burundi bisobanura iki? Burundi bwiswe nande?
Abavukanyi 2. Umwe ati:Je ndi URwanda nawe "b'urundi"
Murabeshe siko byagenze...uburundi bwarwanye n'ubugesera kuko bugesera yari royaume yigenga... mureke kubesha abaturage banyu...mbega ko mutavuga ko umwami w'uburundi mutaga III yishwe n'abasirikare b' Abanyarwanda bamuteye icumu mu gahanga mu gihe cy'umwami Cyirima II Rujugira...ariko abanyarwanda nta na rimwe bigamba ko batsinze uburundi muri nyaruguru nkuko mwebwe muhora mwigamba kuri bugesera!
UVUZE UKURI, UKUNTU YANSE KUVUGA KO TWAHABURIYE UMWAMI BIRANSIGA GUTAHURA
Abanyarwanda nanguvu bafite
Baby Jean Paul kutabivuze wewe none
Nubu nibazako abarundi na banyarwanda bosubira kuganira cane cane abanyepolitic.
Iburundi byimipfu ?hhhhh ntacomvuze.
Burundi et Rwanda étaient 2 frères, fils du Pharoah Ptah. Ce dernier leur départagea son royaume, l'aîné Burundi prit le territoire Burundi et son frère prit le Rwanda.). Learn your true history
..stop lying...all Africans are descendants of great Pharoahs.
None mbere yuko hitwa Kikrundo hitwa ngwiki?
ni mu BUGESERA