Umukuru w'Igihugu abaza ko hari ico Uburundi bwohomba babakuye mu kazi . Namwe niko mubibona?

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 21 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 70

  • @wamupepe5301
    @wamupepe5301 2 หลายเดือนก่อน +1

    Njewe shaka kukora , umukeke misi yose et c'est tout 👍 , kubaza akazi perezida ndayishimiye , tutanze kubibwirana

  • @Phageï-xu7sm
    @Phageï-xu7sm 2 หลายเดือนก่อน +11

    Plzd❤❤❤❤ ndigupagasa mu rwanda ndagukunda caneee goseee ukomere kungoma🎉🎉

    • @Verrachegue-q4m
      @Verrachegue-q4m 2 หลายเดือนก่อน

      Kabura udakunze

    • @julesrwantabagu6312
      @julesrwantabagu6312 หลายเดือนก่อน

      Moi j’aime le Rwanda et le burundi j’aime mes deux pays❤❤

  • @pierrengabirano9648
    @pierrengabirano9648 2 หลายเดือนก่อน

    Vrai, Son Excellence il y a des cas la peine capitale est nécessaire pour arrêter certains crimes!

  • @AstereSinzinkayo
    @AstereSinzinkayo 2 หลายเดือนก่อน +4

    Uyo nyigisho niyo Excellence Mr le Président de la République

  • @t.v.a.i.s.s6842
    @t.v.a.i.s.s6842 2 หลายเดือนก่อน

    Jewe ivyo bintu vya cotesations kuri buri mu nyagihugu buri kwezi.. Ivyo jeww nabivuze kuva kera. President, ni bakoreshe cotesations buri mu rundi wese atange igiciro kanaka buri kwezi guhera k umurundi w imyaka 15 ans kuduga.. Aba nyumbakumi bakore iyo kazi

  • @julesrwantabagu6312
    @julesrwantabagu6312 หลายเดือนก่อน

    Président quel or je ne comprends pas ubuhe butare navyo nunva

  • @EricNdayambaje-bx8jt
    @EricNdayambaje-bx8jt 2 หลายเดือนก่อน

    Turakwemera papa ramba

    • @peaceloveisrael3992
      @peaceloveisrael3992 2 หลายเดือนก่อน

      Amashetani yemera se wayo nkuko yose asangiye imivumo kuva isi iremwa.. Sekibi yamuka kuri Sekibi nawe yavyawe n'a Sekibi avyara ba Sekibi , gushika kuri wewe wemera SEKIBI wewe ubwawe wamuka kuri Sekibi
      Que Dieu vous sur-maudisse..

  • @GWEMERAJOHN
    @GWEMERAJOHN 2 หลายเดือนก่อน

    Je suis en Tanzanie

  • @MaragaritaKandava
    @MaragaritaKandava 2 หลายเดือนก่อน

    Ndamwemera

    • @peaceloveisrael3992
      @peaceloveisrael3992 2 หลายเดือนก่อน

      Erega muri bamwe mwese mwamuka kuri SEKIBI mwese mur' amasato y'abahutu..
      Musa n' ikibi muri ikibi ubwanyu.
      Que Dieu vous maudisse davantage infiniment comme il l'a fait depuis la création

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 2 หลายเดือนก่อน

    Ndayishimiye Evariste urazi ko uri SEKIBI uvuka kuri SEKIBI wavyaye ba SEKIBI ntuzongere kwigira muzima personne ne te croira

  • @RaulentiEzekiel-sc2ii
    @RaulentiEzekiel-sc2ii 2 หลายเดือนก่อน

    Komela mtama

  • @ntwarititi
    @ntwarititi 2 หลายเดือนก่อน +3

    Ariko. Uyu mugabo akora iki muburundi niki ashinzwe ababizi mumbwire😂🤣😀

  • @nizigiyeemmanicool7387
    @nizigiyeemmanicool7387 2 หลายเดือนก่อน +1

    Aba ambassadors, nukuri Nino muri kenya ntaco mbona bamaze,nukwirira amahera gusa3

  • @JosephHavyarimana-q8w
    @JosephHavyarimana-q8w 2 หลายเดือนก่อน

    Abobagabo mukorana nabasuma ntabwo bakundigihu mumitwe Habari tumerenkukwabandi babaye nukuri natwe abanyagihugu turabibona reta ikoresha amahera meshi mugabo ico ikoze kikagira Valerie ntoyi none ayoyandi Madera yagiyehe gerageza muhindure Kandi gutwara samashure meshi nubwenge karemano

  • @amiribuja9317
    @amiribuja9317 2 หลายเดือนก่อน

    🎉 thanks my président

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 2 หลายเดือนก่อน

    Abakozi ,Bahe ikiringo,uwutikosoye,mumwereke Umuryango wabasohoka bataha!

  • @kevinnizigiyimanamajeste8733
    @kevinnizigiyimanamajeste8733 2 หลายเดือนก่อน +2

    Babajureho kui bituma hongerekana amafranga yo kubahemba kandi ata kazi kenshi bakora

  • @GWEMERAJOHN
    @GWEMERAJOHN 2 หลายเดือนก่อน

    Nice

  • @eliemanirakiza750
    @eliemanirakiza750 2 หลายเดือนก่อน

    Ndashimye caane iki kiganiro,jewe nibaza ko ibijanye n,amategeko agenga ivy,amakori n,amatagisi bimeze neza.Ehe hoba uburenganzira bwisanzuye mu bu mudandaji (liberalisme).

  • @alexisYvette-v7p
    @alexisYvette-v7p 2 หลายเดือนก่อน

    Ikinyoma kirayoboye

  • @maisonguide4539
    @maisonguide4539 2 หลายเดือนก่อน

    Mutama komeza utubwire ntihazobura nabakeya bavayo! Ariko mudukingire inkuba n'imituragabo be n'ibisebuzi hejuru mu bicu no munsi y'aho dushinga amaguru!

  • @japhetnkeshimana9251
    @japhetnkeshimana9251 2 หลายเดือนก่อน

    Bategeke none aboba obuha barekure banse ubirukane mutama nicotwagutoreye tegeka uhane

  • @LouisNdayishimiye-ic4qs
    @LouisNdayishimiye-ic4qs 2 หลายเดือนก่อน

    Igihe kimwe bazobura ivyo babesha bibeshere.

  • @Bobleeswagger586
    @Bobleeswagger586 2 หลายเดือนก่อน +1

    Wapi ntavyawe genda

  • @invisiblek2854
    @invisiblek2854 2 หลายเดือนก่อน +1

    Uri umunyeshuri mwiza ariko ntihabura udukosa technic

  • @irishuratv3619
    @irishuratv3619 2 หลายเดือนก่อน

    Mukomere kwibanga

  • @nizigiyeemmanicool7387
    @nizigiyeemmanicool7387 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ivyovyose biba kuberako, Muraba nkunzi cnk imigambwe, mutaraba, uwufise, ubumenye, bwivyo bintu, ico mbona kugira, ivyovyose, bihere, nimba Arakazi, nihakogwe,ikibazo, hahabwe, akazi uwubishoboye

  • @karyabwiteeric4006
    @karyabwiteeric4006 2 หลายเดือนก่อน

    Hahaha Leadership urayizi 😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅

  • @BigirimanaSaidi-n5y
    @BigirimanaSaidi-n5y 2 หลายเดือนก่อน

    Nino muri Dubai ntaco bakora ubituye bakuraba nkibwa baronka umushahara ataco bakora

  • @agrcem6707
    @agrcem6707 2 หลายเดือนก่อน

    Komera, amacommune, ama province, ahenshi zitezwimbere nabanyagihu, nabadandaza, namakori, baba, batoje, nayo leta itanga mu ma commune yoose harimwo umugambi munini .

  • @VianneysiaIranzi
    @VianneysiaIranzi 2 หลายเดือนก่อน

    Yeah ntayo bozana kuber benshi nabasuma non babahe munrye. Knd nawe ayaronk arushe.

  • @AnacletNshimirimana-e5o
    @AnacletNshimirimana-e5o 2 หลายเดือนก่อน

    Pourquoi ne pas les limogé?le président est un bon leader que tout le monde peut suivre son schemain.Ceque nous voulons c'est le leadership.

    • @burundishallsmile1day109
      @burundishallsmile1day109 2 หลายเดือนก่อน

      Le Parti au Pouvoir est plus fort que le Président de la Republique😊

  • @JosephHavyarimana-q8w
    @JosephHavyarimana-q8w 2 หลายเดือนก่อน

    Tanguay kubafunga iyo democracy ya feki tuyihebe twikorere iterambere

  • @butoranojimmy6053
    @butoranojimmy6053 2 หลายเดือนก่อน +1

    Turipfuza kuronka numéro ya Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu cacu ciza c'Uburundi

  • @JosephHavyarimana-q8w
    @JosephHavyarimana-q8w 2 หลายเดือนก่อน

    Nkubu kwubaka ibarabara kugira ryuzure hagasohoka amahera yubatse amabarabara atatu Meza none ntiwumva kwarabasuma namwe ntimubisuzume mukagenda mugatabura ibitambara ngo vyatunganye abanyagihugu bahasize amajigo

  • @karyabwiteeric4006
    @karyabwiteeric4006 2 หลายเดือนก่อน

    None umugwizatunga nta service canke fourniture canke construction aba yahaye l'Etat ?
    Ntanvo wunva pe 😂😂😂😂😂 bazokwigishe economie

  • @Mafia1984Ayirwanda-ge4ty
    @Mafia1984Ayirwanda-ge4ty 2 หลายเดือนก่อน

    Ngokwigisha ntarumwuga?buriyase never atekerezako umuntu wese yaba umwarimu?

  • @FabriceIradukunda-h3i
    @FabriceIradukunda-h3i 2 หลายเดือนก่อน

    Eeeee!kandi Muta aho ntubesh abagene baguma baduga kurima

  • @deobiho
    @deobiho 2 หลายเดือนก่อน

    Jewe ntanga ayarenga $5 ku kwezi, ariko yose bayamarira mu biyeri n'inyama gusa, ntabindi bashaka atari le Lux gusa

  • @FabriceIradukunda-h3i
    @FabriceIradukunda-h3i 2 หลายเดือนก่อน

    Nn kamut nkuyomunt atuma tubura igitor . Nkubu uraz nkabant yica mugihugu nkajew ubwanj narimy amash nabuz imodoka iyamanukan kuber ibitor ugi ng urayirons unsang umanukany umuzigo usang utanz amafarang angan nutah warimishiy

  • @emmanuelminani9270
    @emmanuelminani9270 2 หลายเดือนก่อน

    Biraryoshe uriko uravuga atawushoboye kukuvuguruza nubwo biruko ntuce wibazako banyuzwe

  • @BagirubwitonziDawson
    @BagirubwitonziDawson 2 หลายเดือนก่อน

    Abo batavyumva nabo bazoja kumurongo naho umwana avoma adashaka avoma ibirohe

  • @ntahompagazeemmanuel8502
    @ntahompagazeemmanuel8502 2 หลายเดือนก่อน

    Uretse umisaza HE Pk twemera,abandi ba perezida bo muri Africa ni ukuvuga gusa ni amagambo masa nta bikorwa😂😂😂

  • @mariagoretti8096
    @mariagoretti8096 2 หลายเดือนก่อน +4

    Ibyo president avuga nibyo nibabisabe tubikore izo 5: dollars tuzitange buri kwezi ariko ibikogwa tubibone twese dushinishwa no kubona igihugu cacu ciza giteye imbere !!❤️

    • @EGIDEBAYIKEZE
      @EGIDEBAYIKEZE 2 หลายเดือนก่อน

      Ababirig bob ntitwabah amag n,amasor baj kwubaka iwab navumer tuyatang arik tubon ibidutezimbere vyinsh

    • @RoseNijimbere
      @RoseNijimbere 2 หลายเดือนก่อน +1

      Abo banyororo barya badakora leta irondere ibikorwa bozabakora Nko kuzobura imigende y'ibarabara no gutera ibiti .......

  • @pacifiquendikumana5495
    @pacifiquendikumana5495 2 หลายเดือนก่อน +1

    Uraryoshe utar'inyama nukuri!!

  • @NiyongaboGaspard-z2n
    @NiyongaboGaspard-z2n 2 หลายเดือนก่อน

    Mutama ndagukunda ariko dupfa kimwe uravuga ntushira mungiro nukosora ako kantu oyeeee ariko urantunga ndabubaha kuko kirazira kwivuguruza

  • @thierryhakizimana343
    @thierryhakizimana343 2 หลายเดือนก่อน +1

    Mutama ayo 5 dollars twoyatanga ariko ingorane ihari nuko tutazi aho iyonoti yozimirira. Iyo noti yoca ija mu mifuko ya bamwe bamwe mu bakwegereye.

    • @ibrahimcongeram.806
      @ibrahimcongeram.806 2 หลายเดือนก่อน

      None harayo umazegutanga akazimira? Tanga ubu ko batoye inzego nshasha za Diaspora turabe izi nzego ico zizotumarira.

  • @floblack3767
    @floblack3767 2 หลายเดือนก่อน +3

    Numéro nizahe za WhatsApp zo kwandikira Président?

  • @SantaNiteka
    @SantaNiteka 2 หลายเดือนก่อน

    Nyakwubahwa,none abo mubanza gusubizamwo akazi kenshi kenshi,muba mwabakuyeh?mushireho ababishoboye bariho.abo nabo babanze banonosore amashure

  • @BagirubwitonziDawson
    @BagirubwitonziDawson 2 หลายเดือนก่อน

    Ukuri kucamuziko ntigusha imwanya watakaye tugiye hamwe ivyose birashoboka

    • @J.BaptisteMANIRAKIZA
      @J.BaptisteMANIRAKIZA 2 หลายเดือนก่อน

      Umuvyeyi.wavuga.ntuvura.dufise.nkamwe.bunvakwitaho.igihugu.igihugu.cokira.pe

  • @wamupepe5301
    @wamupepe5301 2 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂

  • @pascalmanirambona9201
    @pascalmanirambona9201 2 หลายเดือนก่อน +1

    Natwe ugwaruka tukurinyuma waje hageze mutama emwe tugufise ntaco tuzobura

  • @Amafaranga300
    @Amafaranga300 2 หลายเดือนก่อน

    Hhhh ati comment?😂😂😂

  • @FabriceIradukunda-h3i
    @FabriceIradukunda-h3i 2 หลายเดือนก่อน

    Mutama wubahwe kbx w nukukonger kk ugumy utar igihug kizoter imber gos gos

  • @NijimbereGREGOIRE-u4u
    @NijimbereGREGOIRE-u4u 2 หลายเดือนก่อน

    Babwire nyakubahwa mukuru imyaka50 batwivye inarenga ubu imana ishimwe

    • @mariagoretti8096
      @mariagoretti8096 2 หลายเดือนก่อน

      5 dollars is okay everyone can afford it! Nigitekerezo ciza caaane!!!!!!

  • @SamuelAbdhul
    @SamuelAbdhul 2 หลายเดือนก่อน

    Ivyiyumviro vyiza bitomoye

  • @peaceloveisrael3992
    @peaceloveisrael3992 2 หลายเดือนก่อน

    Isi yarahumaanye kuva 2005. Kuva umwanda mukuru Umuhutu Nkurunziza na we Neva muje au pouvoir. Abahutu mwaravumwe. Kubesha nivyanyu urazi k ubwicanyi bwose mwagakoze kuva les années des indépendances ubwo bwicanyi bwatangugwa nububeshi.
    Ubwawe urazi ko atakuri werekwa
    Que Dieu te maudisse davantage.

  • @alexisniyimubona9161
    @alexisniyimubona9161 2 หลายเดือนก่อน

    Cc c z

  • @EmileDari-iq5gn
    @EmileDari-iq5gn 2 หลายเดือนก่อน

    Banza ushireho politique nziza kuko Sahabo avundiye mwibuye azira ubusa