FANNY LAVINE na LIBERT ivyo bapfuye |Nije nanditse UMUPFAKAZI anyankanisha nabantu|Abel nabobakinana

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 17 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 186

  • @blessingblessing4402
    @blessingblessing4402 2 ปีที่แล้ว +5

    Ribert il est très intelligent vraiment urabonako atandukanye nabandi bakinyi biburundi ari polie kandi avec beaucoup de sagesse vraiment je l,à courage

  • @minerveirakoze9444
    @minerveirakoze9444 ปีที่แล้ว +4

    Film za Abel na Fanny ntakanovera zifise wapiiiii ariko film za Libert na Fanny nizambere vrt👍 uwubibona nkanj nampe like

    • @Elogemuhoza-lu6tz
      @Elogemuhoza-lu6tz ปีที่แล้ว

      Really there is the difference between Fanny&Abel and Fanny&Libert. Fanny and libert courage and I respect a lot

  • @violettemediatv143
    @violettemediatv143 2 ปีที่แล้ว +3

    Lbr uvuz nez CNE, ✅🇧🇮❤️

  • @tuyimuhimbakazililyrahmatu5956
    @tuyimuhimbakazililyrahmatu5956 2 ปีที่แล้ว +6

    Love from Burundi 🇧🇮 rumonge 🐟🌴 ariko jewe ndabakunda cane Fanny na libert abandi Bose barabasharikana niyompamvu ndabanka kandi batahureko Imana itanga ukwishaka nibabareke muhaturire hagombe hashe

  • @vanessa-vavandikumwenayo2757
    @vanessa-vavandikumwenayo2757 2 ปีที่แล้ว +14

    Ata Fanny nta Libert
    Ata Libert nta Fanny
    Buri musi nsengera aba bantu bakomeze gutera intambwe kuko bahuje ibisazi kbs
    Fanny&Libert hejuru cane🙌🙌🥰

  • @Elogemuhoza-lu6tz
    @Elogemuhoza-lu6tz ปีที่แล้ว

    I really respect!!I like you very much!!!ok!!Congratulation!!

  • @abelnduwayoofficial
    @abelnduwayoofficial 2 ปีที่แล้ว +7

    Courage nivyiza.

  • @fridolinribatiro4064
    @fridolinribatiro4064 2 ปีที่แล้ว +1

    Murakoze kukiganiro Ciza muduhereje. Libert wubahwe Ikiganiro cawe ntacumvirije ndumva mba mpomvye ikintu kuko kiba kirimwo ibintu vyinshi vyo kwiga.
    BIG UP sana💪💪💪

  • @elidaniyera9085
    @elidaniyera9085 2 ปีที่แล้ว +4

    Ndakunda cane Fanny Lavine numutima wanje wose,numwana mwiza cane👍👍👍👍🔥🔥🔥🔥

  • @amedeemanirakiza9201
    @amedeemanirakiza9201 2 ปีที่แล้ว +4

    Hahahahaha ! Iki kiganiro kiraryoshe..
    Iki nico aba journalistes baba bakeneye kabisa.
    Beniiii

  • @WilliamPrincesses
    @WilliamPrincesses ปีที่แล้ว +1

    Courage Libert and Fanny

  • @kamanzikhadija3951
    @kamanzikhadija3951 ปีที่แล้ว

    Isomere amazi Libert ndakwikundira korakazi❤❤❤❤imana ibandanye ibahezagira muterimbere

  • @elise4023
    @elise4023 2 ปีที่แล้ว

    Nimuduhe nsoro turayikumbuye mwubahwe cane turabakunda 🙏🇧🇮🇸🇦

  • @aliceuwimbabazi8584
    @aliceuwimbabazi8584 2 ปีที่แล้ว +6

    3FA mbakunda mumabara yose p! Libert courage ibicantege ntibizabura! Hama Ben wowe uri uwambere mukuduha ibishasha! Hama Sikeyi umusuhuze🤣🤣🤣🤣love from Rwanda ❤️🇷🇼🇷🇼

  • @jimmypacifiquesezerano2449
    @jimmypacifiquesezerano2449 ปีที่แล้ว

    Big up libert bcs tu es intellectuel

  • @odetteniyokwizera3761
    @odetteniyokwizera3761 2 ปีที่แล้ว

    Yesu abakomeze Libert and Fanny murakina neza Vrt courage Caane kandi mukina ibintu vyigisha ahantu muracar ABA Number one vrt

  • @alicemunezero9826
    @alicemunezero9826 ปีที่แล้ว

    Ndakunda Maman lawo

  • @BelyseB
    @BelyseB 2 ปีที่แล้ว +3

    Courage Steep media 257 Hejuru cane

  • @lyneburundi2443
    @lyneburundi2443 2 ปีที่แล้ว +5

    ❤❤❤❤❤❤❤twacerewe iyo twari twari tuyikumbuye

  • @kentak5008
    @kentak5008 2 ปีที่แล้ว +1

    terimbere shaaan Mungu mbere sisi nyuma

  • @mpingakayove9072
    @mpingakayove9072 ปีที่แล้ว +1

    You are a smart guy.👍In order to develop,we have to change our mindset,willingness to embrace innovative ideas and don’t be afraid to learn from failures.

  • @igiranezachantal6810
    @igiranezachantal6810 2 ปีที่แล้ว +3

    Libe uruwa bien sana👌uvuga ukuri! courage cane mwen Fanny !ndabakunda🥰🥰

  • @fridolinribatiro4064
    @fridolinribatiro4064 2 ปีที่แล้ว +1

    Mama lao & NSORO THE HERO hejuru caane.

  • @belysensavyimana9119
    @belysensavyimana9119 2 ปีที่แล้ว +1

    Courage ntimucike intege kuber amajambo yamw bamw bac umugani bati igiti cama ivyamwa biryosh Nico giterwa amabuye mwarahezagiwe 🙏🏼

  • @dignecynthiakezakimana6017
    @dignecynthiakezakimana6017 2 ปีที่แล้ว +3

    Iconankira abakinyi babarundi bafise jalousie babonye ugira utere intambwe,gusa bagabanye amajambo bakwiza ibikorwa,ndabafana Angel& libert

  • @irereghyslaine6228
    @irereghyslaine6228 ปีที่แล้ว

    Libert hejuru Can, uciye ubwenge 😍😍 ndakwibutse akantu; Umwana yankwa niwe Akura🤣🤣

  • @fannynshimirimana7972
    @fannynshimirimana7972 2 ปีที่แล้ว

    Mama Lao waaoo!turagukunda!hejuru cane Fanny Lavine

  • @doucineigiraneza933
    @doucineigiraneza933 2 ปีที่แล้ว +3

    Ndakunda maman lao 😘,Libert courage,ic ndagukundir uvug ukuri knd ukuri kurababaza niy mpamvu bakurwanya

  • @donavineukwibishaka3158
    @donavineukwibishaka3158 ปีที่แล้ว

    Fine bro,courage tu

  • @vanessa-vavandikumwenayo2757
    @vanessa-vavandikumwenayo2757 2 ปีที่แล้ว +6

    Terimbere bagenzi
    3FA hejuru cane🙌🙌

  • @salima7729
    @salima7729 2 ปีที่แล้ว +3

    Beni salama🙋‍♂️🙋‍♂️

  • @tantinendayishimiye579
    @tantinendayishimiye579 2 ปีที่แล้ว +6

    Big up Libert na Fanny kuko igiti kirakurira mu babaji❤

  • @francinemanirakiza2939
    @francinemanirakiza2939 2 ปีที่แล้ว +2

    Courage Béni Hama wew ndakwemera none wokoresha ibiganiro ahantu atabantu bagukurikirana??erega natwe turakunda Ribert n'a Fanny.nawe utegerezwakubakunda.

    • @joleal7941
      @joleal7941 2 ปีที่แล้ว

      Aca arungamwo umunyu😂😂

  • @angerubeneirakiza1628
    @angerubeneirakiza1628 2 ปีที่แล้ว +4

    Courageee 3FA hejuruuuu Benichou bandanya utera imbere

  • @ndizeyechantal6979
    @ndizeyechantal6979 2 ปีที่แล้ว +7

    Libert numunyabwenge 💪💪💪

  • @isabellekwizera278
    @isabellekwizera278 2 ปีที่แล้ว

    Mukora ibikorwa vyiza.kandi kw'isi nta wukundwa na Bose.nimwikomereze Imana imbere.🇧🇮 Rumonge

  • @nshimirimanayvette8116
    @nshimirimanayvette8116 2 ปีที่แล้ว

    Waouh intwara nsoro ww nturyumunwa pe ndekwemera

  • @dastellaharerimana7192
    @dastellaharerimana7192 2 ปีที่แล้ว

    Libert uvuga neza sha!ukuri kuraryana arik nivyiza kukuvuga👍👍wew songa mbele ibindi birimenya🤣Libert&Fanny mwirambira turabakunda kuk ibikorwa vyanyu birivuga😍😍🥰

  • @ndizeyechantal6979
    @ndizeyechantal6979 2 ปีที่แล้ว +6

    Mitoma Libert ndagukunda cane💕💕

  • @emelynendikumwenayo9579
    @emelynendikumwenayo9579 ปีที่แล้ว +2

    Big up brother displine, objectif, travailler avc effort

  • @jeannettenduwimana3704
    @jeannettenduwimana3704 ปีที่แล้ว

    librt wubahwe hamwe na fany ndaba love you

  • @alicefaraja7712
    @alicefaraja7712 2 ปีที่แล้ว +2

    Keep it up Libert, you’re so smart

  • @indirimbotv59
    @indirimbotv59 2 ปีที่แล้ว

    Yoooh sha uvuze amajambo yukuri mwishwanje turekane nivyubugenzi hubwo dukore cane uransiguriye ntabeshe nahora mbona kumengo mwarikuy abandi sérieusement uyumusi amajambo uvuze nayukuri knd nayubwenge

  • @noellaniyonkuru7157
    @noellaniyonkuru7157 2 ปีที่แล้ว

    Libert nukuri niwubahwe cane🥰🥰🥳🥳,nukuri jewe ndagukunda cne.Hama na béni niyubahwe cne,kuko arabakoresha ibiganiro cane😊😊😊🥰🥰

  • @jijimire4735
    @jijimire4735 2 ปีที่แล้ว

    Ndakunda mamalaoooo kabisa na Libert yubahwe. Béni urakorumuti peeee wubahwee🙏🙏🙏🙏🙏

  • @anefamm9802
    @anefamm9802 2 ปีที่แล้ว

    Courage caane team 3Fa na nsoro turabakunda ababasharika nakazi kabo nimukore bakomeze kuvuga kuko muruvugo nihlmana ihezagirira.

  • @dianenkurunziza3799
    @dianenkurunziza3799 2 ปีที่แล้ว +2

    Nukuri Libert avuze ukuri kwuzuye wubahwe ndakwemera mwe na Fanny hamwe na Bénin🥰🥰🇧🇮✌

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe558 2 ปีที่แล้ว

    Ndamukunda mama lao mwubahwe MWe na Libert

  • @KamarizaMariegoreth
    @KamarizaMariegoreth 3 หลายเดือนก่อน

    Mureke Bei kuko arakubaza ukavuga ibikenewe kuko bidakenewe ntavyo wovuga kuko ntuba urumikeha bwenge ngo wishure ibiguteranya.beshi mwanka kwumva ukuri.

  • @nostressfreedom8615
    @nostressfreedom8615 2 ปีที่แล้ว +1

    Je nirabiye ikibaju tu 🥰😂😂hama Libert komera indero 👌🏾

  • @immaculeenduwimana6873
    @immaculeenduwimana6873 2 ปีที่แล้ว +3

    Courage libert and Fanny 🙌

  • @emelynendikumwenayo9579
    @emelynendikumwenayo9579 ปีที่แล้ว

    J aime mamalawo sanaaa

  • @chanellamanariyo3699
    @chanellamanariyo3699 2 ปีที่แล้ว

    Libert ucuye ubweng cn ,wishur neza utuj kndi harimw ubweng bwinshi kndi urakor cn courage mw na fanny ndabakund tro

  • @melchiorngendakuriyo2828
    @melchiorngendakuriyo2828 2 ปีที่แล้ว +1

    Ribéry courage nafanny💪💪💪💪👍👍👍

  • @salima7729
    @salima7729 2 ปีที่แล้ว +5

    Ribati❤️yubahw ham uwabonye ku wo mwana ariko arafasha sikeyi gukamera🤣🤣🤣

  • @kagendakaridoga9084
    @kagendakaridoga9084 ปีที่แล้ว +1

    Nukuri ndakwikundira urashoboy

  • @plecillahnininahazwe4642
    @plecillahnininahazwe4642 2 ปีที่แล้ว

    Mwubahwe vrt Imana imbere

  • @chanellekanyamuneza207
    @chanellekanyamuneza207 2 ปีที่แล้ว

    Big up sana bro libert

  • @florencekubwayezu706
    @florencekubwayezu706 2 ปีที่แล้ว +3

    courage Libert🎉🎉🎉🙌

  • @alinetuyisenge4092
    @alinetuyisenge4092 2 ปีที่แล้ว

    Big up sana bro

  • @ndayipfukamiyeemelyne1903
    @ndayipfukamiyeemelyne1903 2 ปีที่แล้ว

    Libert umunyamitoma kbsa...... Béni komera nawe

  • @niyonzimasolange5320
    @niyonzimasolange5320 2 ปีที่แล้ว +3

    Abarundi turakwiy guhindur mind turakwiy kumeny k impan dufse dukwiy kuzivyaza umusarur ibnt vy gufashany knd waramaz kwandik izin ab bnt bakeney gufashw nibarindir UNICEF.
    Ab babank birabash kazim j ndabakunda😘
    Mukomerezah tubar inyum

  • @patientndayi1035
    @patientndayi1035 2 ปีที่แล้ว

    Ivyuvuze novyemera kuko filme ndundi zitanguy kugira akanovera Aho ugaragariy muma filme

  • @nduwimanafabiola6424
    @nduwimanafabiola6424 2 ปีที่แล้ว

    Libert Big up Sana bro kandi courage man💪

  • @dolianneyankunze323
    @dolianneyankunze323 2 ปีที่แล้ว +3

    Riberi turamwemeracane

  • @akimanamariam4451
    @akimanamariam4451 2 ปีที่แล้ว

    Riber ndagukunda❤️❤️❤️

  • @charlesnimpaye7995
    @charlesnimpaye7995 2 ปีที่แล้ว

    Ndabikundir muvyitwaramw nezaa canee ahubw zan EP zisigay

  • @judithbimenyimana5419
    @judithbimenyimana5419 ปีที่แล้ว

    Libert na fanny ndabakunda cane vrm mwubahwe

  • @ndayizigabenigne609
    @ndayizigabenigne609 2 ปีที่แล้ว

    Mama lao 🎉😍😍🥰

  • @ntakarutimanaadeline9639
    @ntakarutimanaadeline9639 2 ปีที่แล้ว

    Uwudakunda Maman Lao na Libert nn akunda nde?nibaz k aruguher aho vraiment hejuru caneee

  • @santhaaudreilleakimana1778
    @santhaaudreilleakimana1778 2 ปีที่แล้ว +2

    Courage urimukuri vrt

  • @rfftyhhh8699
    @rfftyhhh8699 2 ปีที่แล้ว

    Komera mugukina turabakunda

  • @ziyadabasca4840
    @ziyadabasca4840 2 ปีที่แล้ว +1

    Fanny na Libert mubahwe turabakunda cane muteri mbere ntu muzinga🙏🥰

  • @niyonzimaalice4159
    @niyonzimaalice4159 ปีที่แล้ว

    Libert n'a FannyLavine ndabakej kundambw mugezek👩‍🔧👩‍🔧👩‍🔧

  • @loislouiseniyakire1803
    @loislouiseniyakire1803 2 ปีที่แล้ว +1

    Abakinyi ba film mworoshe umutima mugurire akantu libert kuko avuz ukuri .

  • @violettemediatv143
    @violettemediatv143 2 ปีที่แล้ว +1

    Wew benicho bank ukokunt uramukanya mur France kand turabarumdi

  • @emelynendikumwenayo9579
    @emelynendikumwenayo9579 ปีที่แล้ว

    Libert wubahwe waramuteje fanny Lavine Kandi moi personnellement ndabona uciy ubwenge ufis vision de loin wubawe

  • @lisaalllisa5326
    @lisaalllisa5326 2 ปีที่แล้ว

    Mama lao et libert💝💞✌🙏

  • @izandokoradiane9173
    @izandokoradiane9173 2 ปีที่แล้ว +1

    Ndakunda mama Lao

  • @niyiragiraemelyne93
    @niyiragiraemelyne93 2 ปีที่แล้ว

    Uwudakunda mama lao nkeka atarukundo afise vrt🥰

  • @digitalhead1345
    @digitalhead1345 2 ปีที่แล้ว

    Hejuru

  • @nadinebahati8612
    @nadinebahati8612 ปีที่แล้ว

    Libé uvuzukuri pe

  • @ireraaudrine2516
    @ireraaudrine2516 ปีที่แล้ว +1

    Ufise ikibb ciza sha Libert

  • @violetteniyongabire3859
    @violetteniyongabire3859 2 ปีที่แล้ว

    Nic

  • @denisehatungimana937
    @denisehatungimana937 2 ปีที่แล้ว +4

    Fany na bibert ndabalovinga.mwubahw.

  • @bnjamindayisaba1326
    @bnjamindayisaba1326 2 ปีที่แล้ว +1

    Mwubahwe bantu bacu

  • @kezirakezira3480
    @kezirakezira3480 2 ปีที่แล้ว +3

    Uwo mwana inyuma yokuba umukinyi wa film (umupfakazi) ashaka kuba camerawoman . Ndamufana saaana.

  • @nicoleiradukunda2823
    @nicoleiradukunda2823 ปีที่แล้ว

    Je nzobasengera tu

  • @yvettekazaneza8632
    @yvettekazaneza8632 2 ปีที่แล้ว

    Ndagukund caaan libert ubandany uhezagirw

  • @bienvenuemwandu7225
    @bienvenuemwandu7225 2 ปีที่แล้ว

    Courage Libart Wubahw kandi urashoboye ndakunda ibikorwa vyaw hamw na Fanny

  • @prudenciennegatavu2281
    @prudenciennegatavu2281 2 ปีที่แล้ว

    Ndakunda maman Lao

  • @rossikirossiki6518
    @rossikirossiki6518 2 ปีที่แล้ว

    Libert et Fanny ju zaidi

  • @annonciatteuwimana371
    @annonciatteuwimana371 2 ปีที่แล้ว +1

    Libert harikintu kimaze
    Imisi nibaza kuberiki ntarabona
    Utanga
    Link ya film Icirwa ya Kercy knd mukorana?? Si vyiza bisaba Kumufata ukuboko naw ukamuzamura
    Gus ntunyumve
    Nabi kbx nase kuvyihezamwo
    Knd narabibony 🙏🙏🙏

    • @nsoro9135
      @nsoro9135 2 ปีที่แล้ว +1

      Film ya Kercy yitwa INZIRA YANJE yirabe kuri channel yanje muri COMMUNITY,Hama ico utazi nije namufashije kuyandika!!

    • @annonciatteuwimana371
      @annonciatteuwimana371 2 ปีที่แล้ว

      @@nsoro9135 ok inzira yanj kl nari nihenz kl nivyo vyiza gufashanya
      Knd Merci beaucoup 🙏🙏🙏🙏

    • @dodidodobd4272
      @dodidodobd4272 2 ปีที่แล้ว

      Turagukunda nsoro mwiza imana ikugeze ahishaka kukugeza

  • @mpawenimanaaline6576
    @mpawenimanaaline6576 2 ปีที่แล้ว +4

    Beni nawubuje guteranya non nkivyobibaz sivyogucanishamw kugir wumve ukavuga. 🤦‍♀️🤦‍♀️🤦‍♀️Bagwita urusaku🤭🤭🤭have nkubise nanje ntunyandukiz🏃‍♀️🏃‍♀️🏃‍♀️

  • @francineharerimana1682
    @francineharerimana1682 2 ปีที่แล้ว

    Courage

  • @m.gorethndayishimiye2265
    @m.gorethndayishimiye2265 2 ปีที่แล้ว

    Libert courage kbsa urincambwenge kweli

  • @niyogushimadorine6086
    @niyogushimadorine6086 2 ปีที่แล้ว +2

    Courage mwese

  • @jsjejejjdjrowp5796
    @jsjejejjdjrowp5796 ปีที่แล้ว

    💕💕💕🥰🇧🇮🇸🇦

  • @لافل-غ8د
    @لافل-غ8د 2 ปีที่แล้ว

    Hejuru nsoro🔥

  • @mariamsakora2818
    @mariamsakora2818 2 ปีที่แล้ว +4

    Oya ukur kuravugwa jew nkanj sinaribwigere ndab filme zabarund arik libert na fani batumy ndazirab

    • @anithanininahazwe816
      @anithanininahazwe816 2 ปีที่แล้ว

      Libert niyubahw araciye ubwenge kandiii zvugisha ukuri