H.E Paul Kagame atanze Umusi n'umurongo ntarengwa ku Burundi na Congo

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 29 ก.ย. 2024
  • #Amakuru_yurugendo_news
    #Updats_zurugendo_news
    #Interviews_zurugendo_news
    AMAKURU YA 🅱🅱C GAHUZAMIRYANGO
    AMAKURU YA RPA YIHUTA
    AMAKURU YA HAGURUKA YIHUTA
    AMAKURU YÍNZAMBA YIHUTA
    AMAKURU YA PEAC FM YIHUTA
    AMAKURU N'IBIGANIRO BICUKUMBUYE

ความคิดเห็น • 181

  • @KezaJeanclaude-y8p
    @KezaJeanclaude-y8p 8 หลายเดือนก่อน +9

    Mubisaswe abarundi ntidukundana ikindi turivanga mubitaturaba muvyukuri guterana amajambo nibibi jewe icontemera kuvugako woshigira icotembagaza ubutegetsi bwikindigihugu kuba arukwiyemera nogutoteza uwundi iyondwara yogutotezanya iwacu muburundi iriho cane uhereye hejuru gushika hasi rero niho twagomba kubikoresha mukindi gihugu ntigishobora kuvyemera kuvugako abarundi twotera urwanda tukarutsinda jewe nihondi ntamahigwe noha abarundi yogutsinda urwanda vyodufata imyaka 30 yukwitegura

  • @GisamaEspoire
    @GisamaEspoire 8 หลายเดือนก่อน

    Mufyiki

  • @ودادعبدالله-ز4ر
    @ودادعبدالله-ز4ر 8 หลายเดือนก่อน

    Iterambere i Burundi tuzorikesha lmana iryane gusa

  • @joachimbagirirwa4098
    @joachimbagirirwa4098 8 หลายเดือนก่อน +19

    Bwana Daniel jewe ntaho mpengamiye ariko uriko uraraba.
    1/ le Rnda yatatanze abarwanyi ba Red Tabara bari binjiriye mu Rwanda bavuye mu Kibira.
    Akabazo : none iyaba Kagame afasha uwo murwi ntiyari gutanga barya barwanyi. Au contraire yari guca abakira akabatunga bakazosubira kurwana.
    2/ Kuvyerekeye barya bashatse gutembagaza ubutegesti :
    #1 les droits de l'home protege les refugies. Ntibashobora kubarungika ari impuzi peu importe la raison baba ari impunzi qui ont droit a une protection.
    Ikindi abacamanza bo muri EAC baramenyesheje neza ikiringo ca 3 ca Nkurunziza kitari mu mategeko ko bakwiriye no kw'indemniza abo bose baciye mu ngorane kubera ico kiringo ca 3.

    • @BATAMURIZAMarieLouise-w2s
      @BATAMURIZAMarieLouise-w2s 8 หลายเดือนก่อน +3

      Tuze tuvugisha ukuri none gutanga barya barwanyi muvuga wibaza ko yobatanga bidaciye muri UNHCR?WUBUKE KO ARI IMPUNZI ZA POLITIQUE BIFISE INZIRA BICAMWO.UMUNSI YOBATANGA BAGACA BABICA U RWANDA RWOBISIGURA GUTE?

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 8 หลายเดือนก่อน

      @@BATAMURIZAMarieLouise-w2s Jewe narabaye Tanzania nk'umurundi w'impunzi (1977-1982, 1984/1985). Vyavugwako Gahutu Remy (yatanguje FNL-Palipehutu) hamwe n'uwundi muntu ntashatse kuvuga birukanywe kubutaka bw'Urwanda hanyuma baja Tanzania kuko Reta ya perezida Jean-Baptiste Bagaza w'i Burundi itashaka ko baguma i Rwanda. Abo bantu bose babiri narabiboneye Dar es salaam (mugabo ntitwavuganye ingene birukanwe mu Rwanda kandi bari bafise statut de refugies). .

    • @mugwanashakamadiba8726
      @mugwanashakamadiba8726 8 หลายเดือนก่อน

      Wapi umuntu yagirizwa coup d etat nta tegeko narimwe rimukingira mon frere

    • @PhilippeHARUSHIMANA
      @PhilippeHARUSHIMANA 4 หลายเดือนก่อน

      Mbega kagamewe kagihinga nabuzukuru basigwa naba fdr none abobuzukuru abagiriza jonosid pasifike nazibe nivyo uyakoze murutana ntituravyibagira n'a 2015 itaraza azoteba agaruke

  • @mugwanezainnocent8276
    @mugwanezainnocent8276 8 หลายเดือนก่อน +6

    Kurwana ntacyo dutakaza bivuze ko intambara ntago twayikorera iwacu i Rwanda. Yabera Iwanyu Iburundi ibi mbabwira muzabibona mubwira Neva Arase murebe. Hhhh ntamakuru mufite..

  • @nshunguyinkaemmanuel7095
    @nshunguyinkaemmanuel7095 8 หลายเดือนก่อน +12

    Ariko ubundi Neva yageze mwishuri aravuga ibigambo bidakwiye umukuruwigihugu ntazi politike abereye kuba umukuru winyeshyamba😂😂😂

    • @shyakaprotogene150
      @shyakaprotogene150 8 หลายเดือนก่อน

      Uransekeje 🤣🤣🤣ibyo uvuze nukuri

    • @ElesieNdorimana
      @ElesieNdorimana 8 หลายเดือนก่อน

      Mugume hamwe .

  • @byukusengefidelite8526
    @byukusengefidelite8526 8 หลายเดือนก่อน +6

    Ariko evariste yakabije ukuntu arikwihutisha ibintu bigaragaza KO barikumukoresha. Tanzania yabitse inyeshamba zateraga u Burundi nawe arimo Kuki U Burundi butafunze umupaka cyangwe ngo butere Tanzania

    • @GiseleUwera-m6g
      @GiseleUwera-m6g 8 หลายเดือนก่อน

      Si Tanzaniya yonyine ibihugu vyinshi bariya bantu leta y'uburundi ishakisha bahungiye mubihugu vyinshi, ariko uRwanda rwonyine nirwo rutungwa agatoki. Ibyo rero birerekana ko atari bo bashaka, ahubwo ari inzigo y'akazikira uburundi bufitiye uRwanda ndetse na ideology ishingiye ku bwoko ngivyo ibiri mumutwe ya bariya ba Cndd naho ivya bashatse gukora coup d'etat ni urwitwazo

  • @NduwayoBosco-xy1ut
    @NduwayoBosco-xy1ut 8 หลายเดือนก่อน +6

    Burundi Congo biratumbaraye😂😂😂😂😂😂

  • @ni17207
    @ni17207 8 หลายเดือนก่อน +9

    Nukuri président w'urwanda ni ruremensha ngabo urumva ukuntu ahumuriza abanya Rwanda 😊

  • @NduwayoSamuel-h4n
    @NduwayoSamuel-h4n 8 หลายเดือนก่อน +7

    Neva nuwokigenda asaba marifuti mundege zabandi byarabacanze nevawe ark yavuze ko anwa inzoga ashobora kuba abayasinze kbsa

    • @Josephat-cw6co
      @Josephat-cw6co 8 หลายเดือนก่อน

      Mwebwe mwarariye intuka bakuru umukuru w'igihugu mumuhiga ko iki?

  • @jeanmarievianneykaramaga2123
    @jeanmarievianneykaramaga2123 8 หลายเดือนก่อน +7

    Arashaka abari bagiye gukora coût d'Etat ya Nkurunziza yishe. Mbega urukundo! Amour diabolique.

    • @LonginUwizeyimana
      @LonginUwizeyimana 8 หลายเดือนก่อน

      Ariko see mwabantu mwe ubundi abantu bashatse gukuraho leta yihe.
      Yari yemewe se.
      Urukiko rwa East African rwayivuzeho iki.Manda ya Nkurunziza zari zarangiye ashaka kwiyongeza Indi imwe.
      Bivuze ko yari yishe itegeko nshinga ry abarundi.
      Bivuzeko rero ishya riri ku butegetsi miryo ryiteje akaga ubwaryo rinateza abarundi ibyago.
      Ubwo igihe kuzabibabaze aho kubigereka kubandi.
      Murakoze.

  • @jeannyiridandi4724
    @jeannyiridandi4724 8 หลายเดือนก่อน +4

    Umupigaminyaga w umuperezida abaho?cg n umupede wa Kisekedi?

  • @YvetteMUTIJIMA
    @YvetteMUTIJIMA 8 หลายเดือนก่อน +4

    Cyakora Neva nta mpuhwe agira njyanibuka ukuntu inka zanze kurisha kubera umunuko w' imirambo😢😢 yabarundi yaboreye mu Farm.Wagirango ntiyabyaye sha

    • @GiseleUwera-m6g
      @GiseleUwera-m6g 8 หลายเดือนก่อน +1

      Reka reka uriya ntanubumuntu yigirira, inyungu ziwe gusa

  • @ikizihizadodo9306
    @ikizihizadodo9306 7 หลายเดือนก่อน +1

    sorry naringiye ntaguhaye subscribe

  • @eliasmanirakiza9281
    @eliasmanirakiza9281 8 หลายเดือนก่อน +2

    Neva birya yavugiye congo yashutswe namashi bamukomeye yinjiye muri stade bamuhayagiza kk nimbaa mutarabibona president wacu arafis ukuntu yicanganya agakora cnk akavug ibimujemwo niyo mpamvu mubona reta yaciy ivuga yuko ngo batahuye nabi hhh mumusengere neva wacu yige gukor atuje nka kagame

  • @omernshimirimana
    @omernshimirimana 8 หลายเดือนก่อน +3

    Abarundi bamwe bamwe umengo ntimugira ubwenge ntimwohagwa nibibazo bibahanze Abarundi ubwanyu ntasukari iri mugihugu ntamwavu wa angel ntamazi ntamatara ntagitoro ubukene butagira izina inzara gushika yaho mwabibajije nyene icubahiro neva yabishuye ko wewe atavyazi ko wewe arima ivyinzara atavyazi niyo nyishu none muriko mugwa kukindi gihugu mbe nyamba kagame president wurwanda atatanze abagovye gutembagaza ubutegetsi bwari buhari 2015 mbe se bobo bakurikije amatebeko ko numva bahonyanze amasezerano bagiranye iyarusha tanzania 🇹🇿 none uwatembagaje ubutegetsi ninde?

    • @Josephat-cw6co
      @Josephat-cw6co 8 หลายเดือนก่อน

      Vmt ntuhengama bangwe nabanje kutagutahura ariko Ubu ntakibzzo kinini ugereranije nabandi

  • @oscarniyongere-e4u
    @oscarniyongere-e4u 8 หลายเดือนก่อน +2

    Jew sinibazako harabantu bahuj umuco nururimi nku Rwanda nu Burundi sinumva uko aba congomani botubera imbarutso yu rwanko vyukuri abantu munshobora kubana munzu mugasangira nkabavukana nu murundi nu mu nyarwanda m gerageza ubane numu congo yew muzoheza nabi pe

  • @NzabandoraReonald
    @NzabandoraReonald 8 หลายเดือนก่อน +3

    Amahoro umuntu ushotora inkotanyi aba akinanumuriro Kandi isahanisaha zagusukaho umuriro, yewe nibacire kuko birarura.

  • @IssaNiyongabo-k5r
    @IssaNiyongabo-k5r 7 หลายเดือนก่อน

    Nibamutere ,abakosore twitwengere

  • @BoaseUwamwiza
    @BoaseUwamwiza 4 หลายเดือนก่อน +1

    Ok

  • @jeremiarazaro2740
    @jeremiarazaro2740 8 หลายเดือนก่อน

    Acha ujinga rwandaniwachokonozituu!! washakoswa Mutu wakuwavunjavunja ebu wakaichezee misili au afrikakusini

  • @Salambwe
    @Salambwe 8 หลายเดือนก่อน +1

    Mufite igiperezida cyikigoryi ntabwenge kiyobowe ninda uzi abasirikare babarundi bapfiriye imweso bashize hapfuye 200

  • @EmmanuelNishaka-n1r
    @EmmanuelNishaka-n1r 8 หลายเดือนก่อน +1

    Nishimiye kubona, kukumva uvuga, Kandi ndipfuza kuyaga nawe.

  • @angelinendayishimiye-yo6fz
    @angelinendayishimiye-yo6fz 8 หลายเดือนก่อน +4

    barek bagwane nakare gira ivyuma yintambara twobaho neza

  • @rutayiterasaidi2037
    @rutayiterasaidi2037 7 หลายเดือนก่อน +1

    Bwana Daniel komereza aho uvuga amakuru neza n'ukuri

  • @ferdinandodanielo1
    @ferdinandodanielo1 8 หลายเดือนก่อน +7

    Icambere ikiringo cagatatu ca Nkurunziza carikinyuranye nibwirizwa nshingiro ry’Uburundi.Mbega urwanda nigwo rutuma bananigwa kuzanira iterambere ibihugu vyabo?.Ikibazo bagishakira ahokitari.

  • @muslimmuslim512
    @muslimmuslim512 8 หลายเดือนก่อน +2

    Amahoro araboreza ivyo vyose babivugishwa namahoro ubwoko ntayo buzodushikana kimwe bomenya abategetsi Niki ushobora kubaka igihugu ariko wew nyene ukabikibazo co kubisambura amerika nuburusiya ndabona mukarere bagira bahimurire intambara izoba itoroshe

  • @felixmwungeri8424
    @felixmwungeri8424 8 หลายเดือนก่อน +1

    Ni gute Red tabara itera mu gatumba auo kwamagana Congo, ukamagana u Rwanda.

  • @nibigiraaugustin6076
    @nibigiraaugustin6076 8 หลายเดือนก่อน

    Ivyonibindiyavuze vyiterabwoba,akangande🤭🤭🤭🤭

  • @AudaceNkeshimana-so7et
    @AudaceNkeshimana-so7et 8 หลายเดือนก่อน

    Kandi yitondewe kuko intambara ntiyuba ahubwo irasambura kandi burya higihe umuntu avugabike afise vyinshi yovuga

  • @HigaOmbi
    @HigaOmbi 8 หลายเดือนก่อน +2

    Ntawuninezererewe boss. Gusa Neva arikwishora muntambara, kandi nawe ntizamugiraho impact nzima 😂 azahanwa bikomeye

  • @johnphiri-vf3ih
    @johnphiri-vf3ih 8 หลายเดือนก่อน

    Non igihe dd yarwana na leta y, uburundi imyaka 10 katagihugu nakimw bigez bugara imipaka ?cank barwana bari muburundi nyen 😊😊😊 cank abategetsi bahari bakwirikiza wamugani ngo ntawuvuka rimwe yuzure ingovyi? Abandi ngo ntawuhera kubumba ahere kuntango neva imyaka yarwanye aba Tanzania ko batugaye imipaka? Muze musoma na comments.

  • @AudaceNkeshimana-so7et
    @AudaceNkeshimana-so7et 8 หลายเดือนก่อน

    Vyari bikwiye rwose ko abakuru bibihungu bavuga amajambo ahumuriza abobarongoye nkayo kagame avuga

  • @AudaceNkeshimana-so7et
    @AudaceNkeshimana-so7et 8 หลายเดือนก่อน

    Intambara zihuza ibihugu ntanumwe atabona ikivamwo niyompamvu bizwi ko atamuheto utsinda uwundi arukuganira gusa umuntu wese

  • @ngaborodney8855
    @ngaborodney8855 8 หลายเดือนก่อน +1

    Ubundi turetse ibya fanaticism president wuburundi ajya kuva yabwira abarundi ko afite toni yibiraya we adataka ubukene nubu ndacyaseka😂😂

  • @nibigiraaugustin6076
    @nibigiraaugustin6076 8 หลายเดือนก่อน

    Ivyonibindi huuuuu

  • @kagenzatharcisse3869
    @kagenzatharcisse3869 8 หลายเดือนก่อน +1

    Kutavuze interahamwe ziri muri congo za koze genocide

  • @AudaceNkeshimana-so7et
    @AudaceNkeshimana-so7et 8 หลายเดือนก่อน

    Avuga intambara tumwumva nabi pe untuwe wese avugira mwishavu yama yicuza

  • @alexnaku9265
    @alexnaku9265 8 หลายเดือนก่อน +1

    Uwo mumenyeshamakuru wa Cnl ni fake ariko arakokeza aryohewe

  • @Xson_Buntu17
    @Xson_Buntu17 8 หลายเดือนก่อน +3

    In between we are brothers... Rwandans and Burundians, we don't know actually why could we separate ourselves...
    Infact we should make it together support each other and strengthen our Love at all...

  • @niniarutek7257
    @niniarutek7257 8 หลายเดือนก่อน +1

    Urugendo you got ne subscriber uravuga utongereye utagabanyije nagukunze

  • @angelinendayishimiye-yo6fz
    @angelinendayishimiye-yo6fz 8 หลายเดือนก่อน +3

    gusa neva nawe avuganabi

  • @nibigiraaugustin6076
    @nibigiraaugustin6076 8 หลายเดือนก่อน

    Iryoniterabwoba azobagiriki

  • @nibigiraaugustin6076
    @nibigiraaugustin6076 8 หลายเดือนก่อน

    Ukonukwirarira nonesabatutsi lnkotanyi

  • @murwanashyakaevariste4291
    @murwanashyakaevariste4291 7 หลายเดือนก่อน

    Ab abayobozi konumva ibyabobikaze,

  • @Sarah1985-q1b
    @Sarah1985-q1b 8 หลายเดือนก่อน +1

    Ubunukuma duhagaze kiriyagihe warahunga muga ugafungura none ubunaho nkanje nayirungurutse batureke twicweninzara muga 👳

  • @byukusengefidelite8526
    @byukusengefidelite8526 8 หลายเดือนก่อน +1

    Nta mpamvu nimwe mbona U Burundi bwakwifuza Intambara.

    • @hodaligeoffrey
      @hodaligeoffrey 8 หลายเดือนก่อน

      Ntacyo bwushoreye .ubuse ko bateraniye ku m23 wari wabona icyo bashoboye .udashinga arabyina

  • @dieudonneendekezi4283
    @dieudonneendekezi4283 8 หลายเดือนก่อน +5

    Ubwo butegetsi nyirabwo koyipfiriye Ndayishimiye haruwamuteye coup d,etat?

    • @RenovatKubwimana-p8c
      @RenovatKubwimana-p8c 8 หลายเดือนก่อน

      Zirisha mukeba ziraririye mukije mwenewacu.namba harabagerageje kubutembagaza vyagumye mumitwe yabarundi bituma biga ingene bakumira akabi kataragera

  • @NgaboFady
    @NgaboFady 8 หลายเดือนก่อน

    U Burundi burabeshya....Neva nkumuntu warezwe na Habyarimana ! Habyarimanq wamaze abatutsi...afite umugambi wo gukomeza kubamara aciye muri cingo. Muri make niba u Burundi bushaka abagerageje coup d etat 2015....kuki uburundi bwo butakohereza abakoze genocide mu Rwanda de puis 1994 ???? Abarundi bakoze amabara hano mu Rwanda : Rukomo, kiziguro, murambi, Gahini, sake..
    Aho hose abahutu babarundi barikumwe ninterahamwe bamaze abatutsi...rero u Burundi bwarahubutse, bushaka gushimisha Congo, ariko Neva yifitiye umugambi wo kumara abatutsi baba congomani...muri make Neva imbere yu Rwanda ninkicyondo. Militairement, financierement, diplomatiquement....et le reste. ABARUNDI muri abavandimwe, ntimuzashorwe muntambara u Burundi bwatsindwa dans une semaine.

    • @ntwaraneadolphe5850
      @ntwaraneadolphe5850 8 หลายเดือนก่อน

      Hhhh dans une semaine, anyways true that

  • @J.pierreSibomana
    @J.pierreSibomana 8 หลายเดือนก่อน +1

    Iryoniterabwoba kagamentazoshobora ibihugu binganankakurya 19vyibihugu

    • @christiannsengiyumva124
      @christiannsengiyumva124 8 หลายเดือนก่อน

      Noneko muguma mubweja mudatera u rwanda ngo mwibonereko.

    • @ntwaraneadolphe5850
      @ntwaraneadolphe5850 8 หลายเดือนก่อน

      Are you sure ?
      Irire wiryamire kare ibyo ubireke muvandi

    • @herrschmidt4814
      @herrschmidt4814 8 หลายเดือนก่อน

      Nitera bwoba??? Nta makuru ufite ariko muzagerageze 🤞

  • @NiyigenaPacifique-q6p
    @NiyigenaPacifique-q6p 8 หลายเดือนก่อน

    No

  • @ndereyimanaferdinand8447
    @ndereyimanaferdinand8447 8 หลายเดือนก่อน +1

    Jew ndagushigikiye cane gose komeza wubakee

  • @EddyPeter-ez5kt
    @EddyPeter-ez5kt 8 หลายเดือนก่อน +3

    Ndayishimiye ashobora kuba afite ikibazo mumutwe ntago Ari muzima kbs

  • @YvetteMUTIJIMA
    @YvetteMUTIJIMA 8 หลายเดือนก่อน +1

    Arikoo abo bayobozi ba Red tabara abashakiriki?kubica?😂😂nareke amategeko akore akazi kayo.

  • @muslimmuslim512
    @muslimmuslim512 8 หลายเดือนก่อน +1

    Nkuwokunba uburundi nurwanda Bari muntambara vyukuri umuntu afisubwenge yovyakira gute?? Ubu aba bategetsi bimpande zose batwipduriza gusubira kugwara inda mumpuzu😢😢😢😢 nambandakara koko

  • @EddyPeter-ez5kt
    @EddyPeter-ez5kt 8 หลายเดือนก่อน +5

    😂😂😂😂 ngo nukubibona bitumbaraye nka balloon ariko ntabwenge cyakoze yabashubije kweri

    • @ElesieNdorimana
      @ElesieNdorimana 8 หลายเดือนก่อน

      Erega igifobagane nacyo kivuga ibyo cyi shakiye kwita president atayoboye mugihugu cyawe ngo nigitumbagane bibonekako koko ari igifobagane nkuko abyivugira .

    • @cibutsojoefranck3164
      @cibutsojoefranck3164 8 หลายเดือนก่อน

      Kagame ni mubona arengeje ibiro 60 azaba yakuze erega Umugere uva kwitako jewe sinemeranya nabavuga ko Uburundi rwatera u rwanda cnk Urwabda rwatera Uburundi kuko twese turavukana bareke kudutesha umutwe twikorere imishinga mu Rwanda no mu burundi Imana ibakoreshe bareke guterana Amajambo erega na Never yibagiye burya ubugabo s'urucumu....Ntaguhandwa kururimi ibirenge bihari

    • @EddyPeter-ez5kt
      @EddyPeter-ez5kt 8 หลายเดือนก่อน

      @@cibutsojoefranck3164 Ese kucyi burigihe bahora bavuguruza ibyo president wanyu yavuze ntabajyanama agira nugupfa kuvuga gusa arahubuka sana

  • @ericciza926
    @ericciza926 8 หลายเดือนก่อน +1

    Ntakundi natwe turi Maso

  • @chrissvendsen6589
    @chrissvendsen6589 8 หลายเดือนก่อน +3

    Barundi barundikazi , UBURUNDI nigihugu cyabatutsi nabahutu . None umbu unyeee ABAHUTU BAMWE Barikumwe na ninterahamwe bashaka ko igihungu cyoba cyabahutu GUSAAA

  • @IgiranezaTeta
    @IgiranezaTeta 8 หลายเดือนก่อน

    Ico gihume neva kizopfa gipfane nubugugu bwaco none nticabivuze tubarungikire ikiyago Kagame azokimena urwo ruda hewe mugihanure kinnwe nkenyi

  • @shyakaprotogene150
    @shyakaprotogene150 8 หลายเดือนก่อน +1

    Rwanda turahari abarundi ntimuzadukange twabemeza mubizanye ariko abarundi bo hasi tubanye neza ikibi nabayobozi banyu wagirango ntibuzuye

    • @cibutsojoefranck3164
      @cibutsojoefranck3164 8 หลายเดือนก่อน

      jewe sinemezanya naya majwi kuko ndumva Neva atakora ubugoryi nkubwo aba jrnaliste batubwira

    • @cibutsojoefranck3164
      @cibutsojoefranck3164 8 หลายเดือนก่อน

      ikindi tuzaguma muntambara kuko abayobozi bacu boose bahawe numuheto nukuvuga Intambara barayizi niyo mpamvu ntizera ko borwana Aba Generaux bose kagame na Neva

  • @Guershomhavyarimana
    @Guershomhavyarimana 8 หลายเดือนก่อน +1

    Duh video yemeza ko Neva yabivuz

  • @EddyPeter-ez5kt
    @EddyPeter-ez5kt 8 หลายเดือนก่อน

    Abarundi nta president mufite nidage gusa yigendera ubundi ntabajyanama agira ko bahora bamuvuguruza mubyo avuga burigihe

  • @JesanDev-hy6mo
    @JesanDev-hy6mo 8 หลายเดือนก่อน +1

    Ndifuza number yawe yaphone nzendatelera mubiganiro vyawe

    • @urugendonews
      @urugendonews  8 หลายเดือนก่อน

      +358465831314

  • @carinemanirambona2708
    @carinemanirambona2708 8 หลายเดือนก่อน

    Ubuse ishavu Neva afise uwamuha abobashatse gutembagaza ubutegetsi igihugu cotekana iterambere rikiyongera mugihugu?Niyombare niwe wabujije abarundi amahwemo?

  • @sonofthesoil5209
    @sonofthesoil5209 8 หลายเดือนก่อน

    war is never a good thing or something to joke about. Both sides suffers.

  • @hakuzimanagirbert1161
    @hakuzimanagirbert1161 8 หลายเดือนก่อน

    abarundi ko ari abavandimwe bacu kd ko tubakunda none murashaka kudushyira muntambara muzatwumva murabeshya president evaliste wagirango ntamujyanama agira p

  • @byukusengefidelite8526
    @byukusengefidelite8526 8 หลายเดือนก่อน

    DR Congo ibitse ADF, FDRl , Red tabala kuki mudatelana ngo mutere Congo .icyombona byose biterwa n'ubushobozi bushye bwa congo

  • @RuzocimanaCaritas
    @RuzocimanaCaritas 8 หลายเดือนก่อน

    Kabisa ndakwemera cane ariko je ndakundigihu canje cu buburundi t

  • @Innocent768
    @Innocent768 8 หลายเดือนก่อน

    Abarundi nabavandimwe gusa indanini ya neva izomukoraho zahabu zakingo zizamusemera gusa Inkotanyi ntimuzizi mubanze mwubake uburundi nabwo bugure iterambere naho intambara siyanyu kbs ibyanyu nukorora inkwavu ningurube

  • @HabyarimanaJacquis-ej3xz
    @HabyarimanaJacquis-ej3xz 8 หลายเดือนก่อน

    Muzotubarize cyagihe ahungira mu Rwanda yarabitewe niki?
    Impunzi igengwa na protection internationale ntabumwe afite uburenganzira bwo kumufata kireka urukiko mpuzamahanga rumucira urubanza rugaragaza ko yakoze ibyaha biri pénale bitsyo rugategeka ko bafatwa.

    • @GiseleUwera-m6g
      @GiseleUwera-m6g 8 หลายเดือนก่อน

      Ibyo se arabyibuka ko bibagirwa vuba

  • @oswaldbaranyedetse9297
    @oswaldbaranyedetse9297 8 หลายเดือนก่อน

    N'a Union Européenne yarabibony ivyiw

  • @kagenzatharcisse3869
    @kagenzatharcisse3869 8 หลายเดือนก่อน

    Ubuse abarundi bakoze Génocide murwanda 1994 muntara yamajyepfo bugesera ntibabitse bamwe sabayobozi iburundi mwarabanduhaye ntimubafite

    • @ClaudeNahayo-xv8dh
      @ClaudeNahayo-xv8dh 8 หลายเดือนก่อน

      muvuga ayubusa ntanumwe azomara 120 kuriyisi rero nobasaba komuhinduka mugakizwa ikirema muntu kuriyisi kimara umwanya urumerumara kuvyatsi rero awaphfuye uyumusi nawe ejoniww

  • @CYAKWERABetty
    @CYAKWERABetty 8 หลายเดือนก่อน

    Umunsi yawutanze ryari??

  • @NduwayoSamuel-h4n
    @NduwayoSamuel-h4n 8 หลายเดือนก่อน

    Ese wagiye uvuga amakuru yawe BBS niyo ukorera byarakuyobeye migabo

  • @Bapfunya
    @Bapfunya 8 หลายเดือนก่อน

    None le mec koyakiyogoje arashika na tanzania buca turaba ayomapampagi tuzokugara imipaka abure iyo aja niyava ntaco mugitakaza mwihevye

  • @secumijacques4540
    @secumijacques4540 8 หลายเดือนก่อน

    Nev yakwiturije kwer akareka kwishinga Congo

  • @chantalmwavita7402
    @chantalmwavita7402 8 หลายเดือนก่อน +1

    Nihataliumu

    • @urugendonews
      @urugendonews  8 หลายเดือนก่อน +1

      CHANTAL WANJE

  • @niyonsengaleo5525
    @niyonsengaleo5525 8 หลายเดือนก่อน

    😂

  • @martensnshimi3613
    @martensnshimi3613 8 หลายเดือนก่อน

    Burya Kagame YAVUZE ko azogira genocide mi Burundi.Ariko rero ntakingwe abanyarwanda b'abatutsi bigeze bagirira abahutu mi Burundi.abana b' ubu ntavyo nabonye.Ariko twebwe tutazi ingene bafasha ya n'abahima Leica abahutu kuri genocide abahutu bagiriwe mi 1972

    • @jeanbaptistendikumagenge8695
      @jeanbaptistendikumagenge8695 8 หลายเดือนก่อน +1

      Uravyigisha abana bawe baje kwihorera nakare igisiga kibi gita iryoya ribi. Iyo umuhutu yishe uwundi uc'uvuga k'abahutu bakoze genocide y'abahutu? Yesu yaciye musi y'igiti asanga atacamyeko aca arakivuma. Izonyigisho zawe ziriko umuvumo n'uje gusaba imbabazi Imana utarakabirana.

  • @NiragireFlorence-i8y
    @NiragireFlorence-i8y 8 หลายเดือนก่อน

    Hhhh abarund barasetsa kd mbona aritwe baturage tuzabigwamo

  • @PierreGakuba-zc8dj
    @PierreGakuba-zc8dj 8 หลายเดือนก่อน +1

    Mr.Daniel ndashima ibiganiro vyawe bidahengama abifuza intambara nabo ntibazi amakuba zinana kubantu batobato

    • @urugendonews
      @urugendonews  8 หลายเดือนก่อน

      MURAKOZE

    • @stansiyomana1239
      @stansiyomana1239 8 หลายเดือนก่อน

      @pierregakuba. Jewe mbona uyu Daniel n'umwe umengo yitwa Magara (aba mu Bubirigi) bavugira umugambwe CNL-Inyankamugayo, kandi ni uburenganzira bwabo. RERO NTABWO IBIGANIRO VY'UYU DANIEL YAMA YEREKANA IBIMENYETSO/EMBLEME VYA CNL WOVUGA KO BIDAHENGAMIYE KURI CNL.

    • @PierreGakuba-zc8dj
      @PierreGakuba-zc8dj 8 หลายเดือนก่อน

      @@stansiyomana1239 urakoze kuriyo nkuru jewe nanka intabara kuko idatora ibisubizo iyinzara turimwo iraturembeje

  • @byukusengefidelite8526
    @byukusengefidelite8526 8 หลายเดือนก่อน

    Imitwe yose yayogoje Akarere yabonye aho yihisha

  • @NduwayoSamuel-h4n
    @NduwayoSamuel-h4n 8 หลายเดือนก่อน

    Ese wagiye uvuga amakuru yawe BBS niyo ukorera byarakuyobeye migabo

  • @AimableNkurunziza-y9o
    @AimableNkurunziza-y9o 8 หลายเดือนก่อน

    Kuvyukuri jewendumurundi kandi sinegereye umupakawugwanda ariko boraba abategetsibacu inyungu canke uruhombo kumunyagihugumutoyi aronderubuzima mwibibihugubibiri

    • @urugendonews
      @urugendonews  8 หลายเดือนก่อน

      MURRAKOZE NAMWE

  • @DonnasManiraguha
    @DonnasManiraguha 8 หลายเดือนก่อน

    Intambara kurwanda nacong

  • @yuui1878
    @yuui1878 8 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @medineiranzi4824
    @medineiranzi4824 8 หลายเดือนก่อน

    Muraduha iryo jambo evariste yavuze turyumvirize

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana1974 8 หลายเดือนก่อน

    Mbega ico nibariza! Burya iyo imunti ahunze ubwicanyi bwa cnddfdd, akagira imana akanacamwo, bisigura yuko uyo muntu agite kugira ikirobeli ? Canke uhunze abahunze kutagira intambara

  • @milamila8653
    @milamila8653 8 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤❤😢😢😢😢😢

  • @RenovatKubwimana-p8c
    @RenovatKubwimana-p8c 8 หลายเดือนก่อน

    Ebana ndagushize kuri liste yabo nzoza ndumviriza.terimbere mwenewacu.uvugamakuru yomukarere ndimwo kandi ubikora neza wirinde guhengama Ubu ntaco nkuneguyeko

    • @urugendonews
      @urugendonews  8 หลายเดือนก่อน

      URABE NIBINDI BIGANIRO.

  • @SAMYBAYUBAHE-cc9ui
    @SAMYBAYUBAHE-cc9ui 8 หลายเดือนก่อน

    MCHEZO WA WAZUNGU

  • @rwasaaugstin4741
    @rwasaaugstin4741 8 หลายเดือนก่อน

    Neva ibyakora arabizi,arashaka abashatse gutembagaza ubutegetsi bwuburundi,kandi arabazi baba ikigari kubarero ubabitse ari akigari yabamuhaye urwanda ruakagiraamahoro,kigari irabagumana ngo bizagende gute?

    • @ndungutsedamien3777
      @ndungutsedamien3777 8 หลายเดือนก่อน

      Neva nareke u Rwanda abake HCR .
      Abo u Rwanda rwafatiye nyungwe rwarabatanze zbandi nta burenganzira rubafiteho ari impunzi.

  • @USABYEMWIZAMarieGorette
    @USABYEMWIZAMarieGorette 8 หลายเดือนก่อน

    12:15

  • @USABYEMWIZAMarieGorette
    @USABYEMWIZAMarieGorette 8 หลายเดือนก่อน

    10:20

  • @HappyAquaticWhale-fo6kk
    @HappyAquaticWhale-fo6kk 8 หลายเดือนก่อน

    ❤❤good

  • @HarimonizeCondeboy
    @HarimonizeCondeboy 8 หลายเดือนก่อน

    Atanguye kugugunwa

  • @NkurunzizaReverien-d5k
    @NkurunzizaReverien-d5k 8 หลายเดือนก่อน

    Jew ndakwemera pe ntuhengama

  • @pierreclavernduwimana1974
    @pierreclavernduwimana1974 8 หลายเดือนก่อน

    Ndayishimiye nabereshere hariya, kuko biranoneka neza yuko intearo yiwe igendera kumacakuniri. Nkuko reveriyano ndikuriyo yirirea arabyigisha ndayishimiye yumva,ariko ndayishimiye ntamuhagarike ntamuhagarike ngo aciree urubanza rukwiranye nivyo yirirea yigisha.

    • @pierreclavernduwimana1974
      @pierreclavernduwimana1974 8 หลายเดือนก่อน

      Ivyo navyo vyuko red tabara ariyo yica abanyagihugu, leta yubirundi niyemere ko ariyo yirirea yica abanyagihugu niba vyukuro ivyo avuga ko ari red tabara yabikoze, nitumeko abagira enquete yogenga, nibasanga ari red tabara bace bayihagarika ubu nyene. Niyunahika alanikora,jewe ndemera yuko azoba ari red tabara yabikoze. Ariko turazi neza yuko let's ya ndayishimiye ariyo yoshe des innocents, kugira bavydgeke kuri red tabara.

  • @nyabendasayumwe8514
    @nyabendasayumwe8514 8 หลายเดือนก่อน

    Mbega uyo mupaka ntashobora kuwirengera wenyene ahunga?

    • @jeanbaptistendikumagenge8695
      @jeanbaptistendikumagenge8695 8 หลายเดือนก่อน

      Ahung'iki? Wigeze ubona aho kagame yigeze atsindwa muntambara? Ahunze amajambo novyemera kuko niyo neva na kisekedi bashize imbere kurusha ibikorwa😂😂😂

  • @alexnaku9265
    @alexnaku9265 8 หลายเดือนก่อน

    Urwanda rufite ibihe bigwanisho? Ifite indege zingahe ama drone angahe? Ama chars anghe? Nowadays, intambara ni amahera n'iigwnisho

    • @MathieuNkurunziza
      @MathieuNkurunziza 8 หลายเดือนก่อน

      Intwaro ntabwo arizo zitsinda urugamba, kurwana ni science. Kandi ntabwo ari izo kurata ni izo kwirinda.

    • @ntwaraneadolphe5850
      @ntwaraneadolphe5850 8 หลายเดือนก่อน

      Harya cyera bakoreshaga amabuye gusa 😂😂