Chimamanda nyuma yo gutuka abakozi b'imana ubu yadtse Pacifique Nininahazwe na Daniel Mugisha

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 10 ก.ย. 2023
  • #Amakuru_yurugendo_news
    #Updats_zurugendo_news
    #Interviews_zurugendo_news
  • เพลง

ความคิดเห็น • 39

  • @johnnininahazweclaude
    @johnnininahazweclaude 9 หลายเดือนก่อน +2

    Daniel ico kijuju cimamanda ntuze ukigarukane ngaha

  • @user-fb9sd2us4s
    @user-fb9sd2us4s 9 หลายเดือนก่อน +1

    Cimamando numva arimvugakuri wemera wareka

  • @kennokanse1828
    @kennokanse1828 9 หลายเดือนก่อน +2

    Umuntu ashobora kunyuruzwa, ikibazo n'abamunyuruza.

  • @kennokanse1828
    @kennokanse1828 9 หลายเดือนก่อน +1

    Qu'est ce que Pacifique peut amener pour le pays sinon le système kagamien?

  • @kennokanse1828
    @kennokanse1828 9 หลายเดือนก่อน +1

    Non mais ,ce Chimamanda dit les quatre vérités, ubutegetsi bw'uburundi bigomba kwisubizako umutamana.

  • @JSharobyiii
    @JSharobyiii 2 หลายเดือนก่อน

    😢😢😢😢😢none uyo chimamanda kwavangavanga ibintu mweho mwatahuye mwumva arikwarhanirande canke arikwarahanurik??? Jesindiko ndanatahura ivyarikwaravuga kk avangavanga impandezose!!

  • @TimotheeGatangaza
    @TimotheeGatangaza 7 วันที่ผ่านมา

    Mugisha ndagukunda gusa nubwo biruko cimamand ivyoyavuze harimwo ukuri kuko beshi mubanyuruzwa sibose barenganwa

  • @CizaNdabaniwe-dd4uw
    @CizaNdabaniwe-dd4uw 9 หลายเดือนก่อน +1

    Daniel rekana nizombwa zabagabo niwewambere wamuduhukuri tuzinatwe zukuri kanastinda ntiwihisha nkabandi.abandi bashira kwamfoto.avuga nkuwategujwe kwicwa umutima yarawitumye.

  • @georgetown9676
    @georgetown9676 9 หลายเดือนก่อน +1

    Pacy avuga ibintu bitohojwe ntavuga nkuyo yihaye gutuka abakorerimana

  • @Salashigifty-ii2mb
    @Salashigifty-ii2mb 9 หลายเดือนก่อน +2

    Nawe urihenze inyambaro ntiranga umuislam

  • @odilebiza5950
    @odilebiza5950 9 หลายเดือนก่อน +2

    Jewe nabonye umengo arwaye mu mutwe

  • @TherenceNdahabonimana-mj3jv
    @TherenceNdahabonimana-mj3jv 16 วันที่ผ่านมา

    Chimamanda ivyavuga nukuri

  • @nassrasaid5680
    @nassrasaid5680 9 หลายเดือนก่อน +1

    Ico cimmamando co nigiki?

  • @SakubuQ-um3hc
    @SakubuQ-um3hc 9 หลายเดือนก่อน +1

    Iyo nurubwa avugibinyoma none bafatwa nabande urabazi

  • @user-mc7lh6js3o
    @user-mc7lh6js3o 9 หลายเดือนก่อน +1

    😂😂😂😂😂ntazivyavuga p

  • @ZIRUGURUYEAstere
    @ZIRUGURUYEAstere 12 วันที่ผ่านมา

    Bandanya uduha amakuru urekane na chimamanda, uwo ntavyiwe !

  • @moisensengimana3764
    @moisensengimana3764 4 หลายเดือนก่อน

    Mugisha uwo uramurenz rekana naw

  • @anacledondayizeye7857
    @anacledondayizeye7857 9 หลายเดือนก่อน

    Kera igihugu kirimuntambara iyo asoda Baje kufata umuntu akekwa
    Basiga babwiye chef de Coline na nyumbakumi Canke umukuru wumutumba naho namujanye bazomugemurira bamusanga

  • @angenkurikiye7703
    @angenkurikiye7703 9 หลายเดือนก่อน +1

    None nkubaze iyumwana abuze munzu abazwa nde? None abobantu 80 bafatwa kobadapfungwa ngo bacibwe imanza kotubabura irengero iyaba tubabona hoho iyaba twomenya ababanyuruza twobitwarira nicogituma igisirikare igipolice abacamanza bakore nicogituma pacifique asemerera rindira nibakunyuruza uzobivuga

  • @dianekamariza5174
    @dianekamariza5174 หลายเดือนก่อน

    Ninurugugu ntirugira intego yivyo rukora ninikivume kibwejagurika

  • @HabumukizaHonore
    @HabumukizaHonore 4 หลายเดือนก่อน

    wapi wwenyambutamwera twebweturamwera koko vyishibishibishoka avuga mirongumunanikwijana nivyo

  • @ERICKSHIANYULA
    @ERICKSHIANYULA หลายเดือนก่อน

    Uwambere yo kubitwa niwewe chimmanda

  • @georgetown9676
    @georgetown9676 9 หลายเดือนก่อน +1

    Mugisha Aya ma odio yuyu ntuzoyagarukane ntabintu avuga

  • @pascasienyanfwi966
    @pascasienyanfwi966 9 หลายเดือนก่อน

    uwomugabo ntakomeye neza nyimbariko Ariyeza kuri reta kugira Atahe Aragendebukebuke. ntagende Acafuje. Abandi

  • @ladislasmasabarakiza1012
    @ladislasmasabarakiza1012 8 หลายเดือนก่อน

    None cimamanda moses koyayinze nikuberiki? Navugatuje

  • @NduwimanaAmina-io2cf
    @NduwimanaAmina-io2cf 2 หลายเดือนก่อน

    Chimamanda. Urimbwa umugabo. Urusaku. Gwawe. Urarengeje. Umunwa. Urumuntuwumugabo???

  • @user-zf2qz1fz3i
    @user-zf2qz1fz3i 2 หลายเดือนก่อน

    Moses I nicengasan

  • @bjabdi6582
    @bjabdi6582 9 หลายเดือนก่อน

    Arikorero ivyo Kimanda avuga birimvikana %

    • @bjabdi6582
      @bjabdi6582 9 หลายเดือนก่อน

      Yemmwe yemwe ivyuyo mugaba Chimanda jewe numva vyumvika cane gose.

  • @chantalmwavita7402
    @chantalmwavita7402 9 หลายเดือนก่อน +2

    😂😂😂😂😂😂😢 Chimamanda 🤣 Umenga Nigikuza kivuye Kumutwe Cikubita Hasi Chimamanda. Caratabutse Mumuhogo Daniel Rekana nicogisazii😂😂 kizokwihitana😮

  • @NduwimanaAmina-io2cf
    @NduwimanaAmina-io2cf 2 หลายเดือนก่อน

    Wewe. Murafadikanyakubitutsi. Iryambwayivyanwa

  • @omernshimirimana
    @omernshimirimana 9 หลายเดือนก่อน

    Moses wewe uriko urondera ukuntu uza hano muburundi nyamba wara ponze reta nkozo vyeyi ntiwirigwe uravuga meshi guma iyo pe cank

  • @omernshimirimana
    @omernshimirimana 9 หลายเดือนก่อน +1

    Nyamba yahangaye pacifique nininahazwe biramunaniye kuko pacifique abarundi isinzi tumuzi neza pe nubwo abandi bamuzi nkumumenja arkwo sukwo pe kuko ukuri kurazwi ndazi neza nareta nyene irazi ukuri!

  • @erandi7815
    @erandi7815 17 วันที่ผ่านมา

    mwebwe mwavyize?wavyize hé wewe???cimamanda ntumusumvyumutwe ww

  • @nsr5135
    @nsr5135 9 หลายเดือนก่อน

    Daniel ico kijuju wagikuye h?

    • @urugendonews
      @urugendonews  9 หลายเดือนก่อน +1

      NAKIBONYE MWIBARABARA

  • @nyandwialpha
    @nyandwialpha 9 หลายเดือนก่อน +1

    chimamanda nimukileke nikijuju nimutahule umugambwekilimo none ntimubazi 😂😂😂

  • @nduwimana5535
    @nduwimana5535 9 หลายเดือนก่อน +1

    Icokigabo nikigwarudubi bamukireka kigomatwe umusi yabuze uwiwe azobimenye