Vraiment eka nanje ndi pour ya @Davina madame brizzy ,birateye isoni kubona umuntu yakoze the best song nka Bellisima bamwima award nukuntu indirimbo yakartonije mu guhugu cose c’uburundi hamwe na côté ya dispora irakartona gushika naho iyo ndirimbo nyene itwara umuririmvyi yayiririmvye muri concert en Europe mumwanya muto amaze mu muziki et en plus iyo ndirimbo nyene yarashitse nomu Rwanda 🇷🇼,ahantu bari baramaze kwugarira indirimbo ndundi mais cette chanson a pu pénétrer là-bas ,vraiment nimuze muraha crédit umuntu abikwiriye ,for me @I brizzy is the best producer mu Burundi 🇧🇮 mûri aka kanya 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾,Love from Sweden 🇸🇪
@@cadeauwatanga5686 nukuri he deserved it 100%. Is the attitude of the woman woyikunda wew uyibonye kuri maman wawe one day wakije TV? Come on, yari kuza akabitubwira nkuku abivuze hama twese tukamushigikira. Knd sinanse ko Davina yobabara, birumvikana. Sauf k “ amanyama arasara ntasaba “
Tres bien @Davina nukuri nuwatashoboye kumenya ibikorwa yotahura ko habaye amanyanga vrt, kuko ntakuntu hotangwa prix kuri deux songs ariko le producteur wazo ntahabwe prix, en plu birazwi ko muri iyi misi iheze Joel yariko yimuka rero ntakanya ko gukora ama songs yaronse, kandi no muri circulation birumbikana ko haguma humvikana logo ya one way! Barakwiye kwikosora abatanga udushimwe bagakorera kubikorwa apana kubishobisho.
Sha, irya image nabonye nibaza ko ari muri babagore baganza abagabo uyo. Ça dit qlq chose. Uri umokobwa ukubahuka kugumuka muri public nka kurya, Ibreezy arubatse ndakurahiy
C'est probablement vrai, baramurenganije Ibreezy, ariko ntibijustifia attitude ya Davina. Harya ndazi na Ibreezy yaramaramaye mubantu😅😅. She wouldn't act like she did ffs
I breezy naramwans kuri case y fernando yarikuvuga vyos ariko iy areka kugererany abantu bamaz 4 ans barikumw akagerageza kwerekan kumw amez neza uwundi akamera nabi ariko menya kufis umugore muzima pe umugore nuwurwanira urugo rwiw
Abarundi muri ibirofa ntumuzi kuva muyo mwaneye ivy n Fernando bihuriy h ? Kazima indirimbo yakoreye Fernando bayihay ereg harya baba banashimiy uwayikoze 🤣🤣🤣 mwe mwiyumvir nk ibijuju har indirimbo nkirya yamukorey arakora ifise uburyoh n views nka zirya
Rurya rubanza n'Umwana yoruca vrt.Ahubwo hariho Abantu batamaramara🤔.None aha Joël araja ngaho akanezerwa ngo yararonse award azi neza ko atayimerita???
Vraiment eka nanje ndi pour ya @Davina madame brizzy ,birateye isoni kubona umuntu yakoze the best song nka Bellisima bamwima award nukuntu indirimbo yakartonije mu guhugu cose c’uburundi hamwe na côté ya dispora irakartona gushika naho iyo ndirimbo nyene itwara umuririmvyi yayiririmvye muri concert en Europe mumwanya muto amaze mu muziki et en plus iyo ndirimbo nyene yarashitse nomu Rwanda 🇷🇼,ahantu bari baramaze kwugarira indirimbo ndundi mais cette chanson a pu pénétrer là-bas ,vraiment nimuze muraha crédit umuntu abikwiriye ,for me @I brizzy is the best producer mu Burundi 🇧🇮 mûri aka kanya 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾,Love from Sweden 🇸🇪
@@cadeauwatanga5686 nukuri he deserved it 100%. Is the attitude of the woman woyikunda wew uyibonye kuri maman wawe one day wakije TV? Come on, yari kuza akabitubwira nkuku abivuze hama twese tukamushigikira. Knd sinanse ko Davina yobabara, birumvikana. Sauf k “ amanyama arasara ntasaba “
Tur kumw nanj nd muruhande rwiw 💯❤
@@leecharonaca blablabla 🤫🤫
@leecharon none nkaho ivyo uvuze wumv vyuvyikan jew nd pour 100% davina ivyo avuze
Dear ladies ........... always fight for ur family especially your man🥰🥰🥰🥰 . Davinaaa ndakwemeye shaaaa big up sana
One Way 🍾🍾🔥🔥🔥🔥 numukozi ivyo birazwi
I Breezy naze asome izi commentaires yumveko twebwe abafana ibikorwa vyiwe tuvyumva kandi bidushikira twe turamushimiy nkaba Fana b'umuziki ndundi iyo Awards bamwimye twebwe Abafana turayimuhaye mumutima kandi nayakire twe ivyo yakoze uwu mwaka wa 2024 twarabishimy kandi cane kandi nibikorwa birivugira ntabe décourageux rero ngo acike intege abafana bakunda ibintu vyiza twe turamushigikiye nakomeze atwihere ibigoma bikaze twiryohererwe.Ubundi turamwemera umusaza arashoboye sana amashurwe yiwe twe nkaba Fana b'umuziki ndundi turayamuhaye.
Umukenyezi mwiza avigira umushingantahe wiwee,ndakwemeye ugwanira ivyawe❤
😂😂😂ndazi ntiwobikora kurya
I breezy one way the best producer....baramwivye
Sha nukuri baramurenganij vraiment
Nukuri Davina nanje ndagutahura cane vrt kandi warwaniye ukuri🎉
Uko nukurii 🙏 sincèrement parlant nibabe bareka ivya gatumba Cnk imiryango
Davina 100% ndikumwe nawe ufise ukuri
Ivyo mu Burundi vyarabaye ndanse kwel ni gt umuntu yokora song zigatora awards ark wewe yazikoze akabura daaah birababaje ndake
❤❤❤❤❤❤❤akarenganyo nikibazo pee
ivyo uvuga bishobora kuba arivyo muga nindero irakeneweee cane nkumuntu wumugore wumuntu kuja imbereee kuvuza induruu ntivyar bikenew ubu breezy yaj kuvuga ivya dj fernando ko atandero afise naze yongere avug ko numugore wiwe atandero kuko bakoze bimwe....
Uvuzeeee nezaaa ☑️ kbxaaa
Uciye ubwenge Davina Wishurira kugihe
I brezzzy yrarenganijwe joel baramwibiye 😂😭
Twarabizuguye cane baramurenganije breez niwe yari kuronka karya gashimwe pe
Davina♥️
Tres bien @Davina nukuri nuwatashoboye kumenya ibikorwa yotahura ko habaye amanyanga vrt, kuko ntakuntu hotangwa prix kuri deux songs ariko le producteur wazo ntahabwe prix, en plu birazwi ko muri iyi misi iheze Joel yariko yimuka rero ntakanya ko gukora ama songs yaronse, kandi no muri circulation birumbikana ko haguma humvikana logo ya one way!
Barakwiye kwikosora abatanga udushimwe bagakorera kubikorwa apana kubishobisho.
Avuze ukuri kabisa muta ♥️
Bien dit sana bige gutegura ibintu neza no guha agaciro abafanaa
moi aussi je suis d'accord avec Davina c'est de l'injustice
Erg ama award menshii baratagura polee sh davi bibaho
😂😂😂😂😂davine sinarinziko ukaze kurya hoboneka 10 nkaw bakazababikora kurya😂akamwana wa mama kovaho
😅😅😅😅
I love your voice
Oyaa vrmt Breezy baramurenganyije kwel
Oya Davina yarafise reseaux yo kubabara je ahantu nca hose numva indirimbo nka zose ngo "One Way" Joël ntama hit yakoze kurusha I Breezy naho twofata kuva 2023-2024
One way gusa kabisa
Shaaa Muvyukuri baramwivye Joel uyu mwaka ntabikobwa yakoze Brezzy yarakoze nibigaragara gusa nga iburundi hakora ikimenyane kwl
Ahubw barimaramaje kwr gus courage sha I breezy nukur turagukund trop umwana yankwa niw akura courage can
Vraiment ako ko kurengany sikeza,Davina tu as raison,ivyera birera ,ivyirabubura burira
Sha, irya image nabonye nibaza ko ari muri babagore baganza abagabo uyo. Ça dit qlq chose. Uri umokobwa ukubahuka kugumuka muri public nka kurya, Ibreezy arubatse ndakurahiy
Davina ar serieuse kabisa ♥️
Bzu davina❤
Vavina nivyiza ivyo wakoz natwe twari twabikoze kuri vote wihangan tweho mumutwe turazi Kari mukozi😊😊
Uyu mugore yubahwe cane ❤❤
C'est probablement vrai, baramurenganije Ibreezy, ariko ntibijustifia attitude ya Davina. Harya ndazi na Ibreezy yaramaramaye mubantu😅😅. She wouldn't act like she did ffs
Davi ndagushigikiye caneeee❤
One way 🎙️🎙️🎶🎶
ihorere natwe turabizi ko bamwivye gusa i brizzy agire courage ntacike intege kandi davina ndamushugikire yavugishij ukuri gusa comportement wagiz ntiyaryohey kumuntu wumu dam nkaw kuri jew wari kwihorera ham ukagira reaction kum chaine youtube courage brizzy encore
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂Gaë yambu.
Ibi ndabiguyeko
Ntumbaze!
Mbon'igishinwa!😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Ndabizi naw vyarakubabaj kuk nanj arijew vyarambabaj kub breezy atatway iry award arik naw warikwihang apan guca uhaguruk kury gus ndabizi ibigumbagumb nikind kintu ndagutahur
Ibreezy hejuru cane sha turinyuma yanyu kndi ibikorwa vyanyu bizoguma hejuru cane
Ivyuvuze nivyo bahindure style yoshimira ahantu abakoze bahabwe ikibabereye
Brizzy baramurenganij😢😢😢
Very intelligent
One way is the best producer👑✨ in our 🇧🇮👋😭
Davinaa uratesaa goose❤️t'as totalement raison kandi
Wubahwee Davina
😢 Blaise
Breesy tw naho batamuhay award baramurenganij n'a gusto
Davina mwihangane ntakundi gusa nakunze ukuntu wavuze amajambo akomeye nibabe baha credit umuntu akwiriye award bayihe ibikorwa apana ikimenyane ubundi urugendo ruracari rurerure kumuziki wacu baracafise vyinshi vyo kwiga Ibreezy ijwi ryanje ryariko kandi ntiryapfuye ubusa kuko nibiboneka ko yibwe
Vrt award yarikwiye IBREEZY,ibyo bintu bidahindutse mur buja flava ntahotuzoshika harinuwonzi yaguze award ngo ni best stylish mugihugu
Uyumudada araciyubwenge kbx
Nukuri barasarishije cnee indirimbo irengane ariko uwayikoze abure Award nakana ka mama
Umaze gufata muri organisation ugashiramwo abantu nkaba Santa umuntu agenda ararekereza inkonda.
😂😂😂
😭😭😭🤣🤣🤣🤣🤣
Yooo😢😢arik vtt
Maskini 😭😭💔🤣🤣😅🤣
One way hejuru
Oui baramwivye,none solution nikuja kurwana imbere?niyemere ko inzoga zamukoresheje amakosa
One way
Ukuri Davina ariko aravuga na juste Gael arakumva caneeeeeee vyoba vyiza ukuri kwiwe kugeze Kure goseeeee
Indirimbo yose hit 🤌wumve ngo onee way ukacubona Joël gt mur award??
I breezy naramwans kuri case y fernando yarikuvuga vyos ariko iy areka kugererany abantu bamaz 4 ans barikumw akagerageza kwerekan kumw amez neza uwundi akamera nabi ariko menya kufis umugore muzima pe umugore nuwurwanira urugo rwiw
Ibrezzy baramwivye ivyo muburundi namanyanga gusa
Nn akeney ik???
Inkoko mwagerereyemwo Fernando mw numugabo wawe Imana irabamaramaje namwe..be humble sha isi ntisakaye
Muvyukuri umugabo wawe baramyivye, nunomwaka yari yakoze cane vraiment yaragakwiriye.
Gusa yiyubare kuza arita mubita muraba kuko birya vya Fernando yitwayemwo vyaramumaramaje mubantu kuko ukuri kwose siko kuvurwa.
Rero yite kubikorwa vyiwe ibisigaye mumwaka uza nabandanya akora azokaronka.
I like it😂😂😂😂😂😂😂😂
Abarundi muri ibirofa ntumuzi kuva muyo mwaneye ivy n Fernando bihuriy h ? Kazima indirimbo yakoreye Fernando bayihay ereg harya baba banashimiy uwayikoze 🤣🤣🤣 mwe mwiyumvir nk ibijuju har indirimbo nkirya yamukorey arakora ifise uburyoh n views nka zirya
@@Short_story12316 wewe ntiwarezwe nabavyeyi babiri pe.
Izo message zawe ziranateye isoni. Uraraba wikubite agashi kuko imvugo yawe ntishimishije.
Ibreezy baramurenganije vrt...ibaze ko nanje nababaye ataho duhuriye na breezy🤔davina yashavuye hageze kbx
❤❤
@victorious team 🎉❤
Shn uramaze kwibwa ubona one way bamwivye akanura
Davina ivyo avuga nivyo baramwivye umugabo wiwe
One way×600
aha rero nuyu ashaka kuvuma😂
Muri football burigihe equipe itwaye igikombe umu menyereza mwiza wumwaka abarumumenyereza wiyo equipe yabaye champion ibreezy rero harya yaribwe caane kuko niwe yakoze indirimbo zakoze umuti uwumwaka
Ingorane y'abantu bari sentimental bama bibaza ko ibintu bitegerezwa kugenda uko bavyifuza...la plus part du temps bihera babaye deçu
Maneno tu
Mubisanzwe ntakuntu indirimbo yoba iyumwaka uwayikoze ntatorwe ikitari kiryoshe ni reaction yuwo mugore sinayikunze yari gu contesta mubundi buryo butandukanye na birya yakoze
Iryo jwi ngira aranywa itabi canke inzoga
Barakayimwim kuk yarashak gushir hasi dj fernando naw niyumv uko bimera
Kazima indirimbo Yakoreye Fernando Ariyo Bahay agashimwe ikaba iyambere murahumbaaa mwebwe n abarozi banyu murasha mushane n ibihunda vyanyu
Je suis d’accord avec toi Davina💯🫶🏾🫶🏾🫶🏾
Joel arabizi ariko breezy baramurenganije uyu mwaka.
Afise ishavu rikaze kbsa
Davina uvuze ukuri🤝🥰🥰🥰
Mpole barabarenganije nukuri bisubireko
Ivyo nivyabindi bababwira komukoresha kamwana wamama nibiturire vyiraye muburundi hama mukavyanka nomumuziki kweri ningorane
BM bahindur ingendo vrt kk mugutang award bakoreshej akarengany vrt
Award yabateka mitwe.
Award yari iya Bedi best
Inshinzi gusa... y😂😂😂 Joel aracayoboye tekana.
punguza bangi rasta😂😂😂
Inshinzi ni nyoko yakuvyaye abura akanya k kuguha indero wa kirofa weee @nishimwe
Insimbarubebe y,umu slay
😂😂😂
😂😂😂
Umudemu avugukuri coe simbizi
Ivyo wavuze turabihurizako nka vyose.Gusa ico nokongerako nuko Abaririmvyi b'Abarundi bokwemera bakaza barandikirwa,ntibabone yuk'umenga wandikiwe woba usuzuguwe kuko nibisanzwe.Hama n'Abanditsi nabo nyene ntibace baja ngaho ngo bishire hejuru gose nkuwuraho,kuko nimb'uzi kwandika utaronse uwuzi kuririmba neza iyo mpano yawe yob'ipfuye ubusa.
Abarundi murek inzara mwicare mwige
ntabwo batanguy gukunda umuziki ndundi kuri bellissima ubwo ni ububeshi bwambay ubusa ntabwo ariyo y1 yandits neza kirets niyaba abwira public yabafana bavuts 2005
Iconabonye co nkumukobwa yokwihenda agakunda numugabo wuyumugore akamumenya yomutungika kushito ndakurahiye😂😂😂😂sha nanje narakwemey vrt urintwarikazi uzomeny nogukingira urugo rwawe
nduwambere mumpe likes
Ntiwaruzwi nacyiye ndakumenya kwel
Rurya rubanza n'Umwana yoruca vrt.Ahubwo hariho Abantu batamaramara🤔.None aha Joël araja ngaho akanezerwa ngo yararonse award azi neza ko atayimerita???
Davina numugumutsi kbc naciy nibaza aho avuka ko yoba avuka mu kamenge😂😂😂kbr ukuntu yagumumutse umengo nibaba bakobwa bo mu kamenge 😂😂gs nyn mpol urazi kurwanirir umugab waw knd nd muruhande rwaw baramwibiye 😢😢😢
Naj ndemeranya naband ko one way agashimw karakiw kk uyumwak yarakoz birashimw
😂😂😂😂😂sina cheko
Davina uvuz UKURI 100% Nuwutabitahura sindamwumva! Gute indirimbo 2 zamber zihabwa agashimw,hama nyen kuzikora ntibamurabe niryahumye? Urya Muhinyanyuzi yahaw agashimw bakamuhay bashingiy kuki? Hahaa... Tubandanya kumirwa😅
Je ndiko nirabira birya bikoko biri inyuma zanyu