ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Shalom Shalom, ngiyi film TOBO BOY😂 Ntiwibagire kuyisangiza abandi please! Thank You...❤
Twayibonye mugenzi thanks too
Turabikora muvyeyi
Jamen kuigiza nikuigiza kwel kueni serious please i am burundia
Courage nukuri urashoboye
@@TeamBaganofficialabantu ntavyo bazo gukina films ababishoye bari bz n ubuzima
Courage cane bibondo vy’Uburundi, muranteramisha cane.🎉🎉🎉
sha nukuri muhezagigwe sha ndabakunda cane film zanyu ndazikunda sana
sha tobo boy urashe 😃😃😃😃 pe nishwe nagatwengo abenshi twanka ukuri kandi ariko kwiza
Mazina wamama wanje ndakwikundira urachoboye kwelli Courage ❤❤❤❤❤🎉❤
Wawoooh Riva tobo boy love youuuu
Mwubahwe vrmt flm yany irigisha cane🥰🎉🎉🎉🎉🎉
Ndumyeeee mw ndabakunda kndi courage ukwo nukuri iy fulm irigisha beshi ukuri kurabarya bakunda ikinyoma
Gux riva sandy uramukunda nukuri ukamukinisha séné zitatu zose ❤❤❤❤ ariko ndabakunda cane
Waaaaaa vyz cn crg kbx💪💪💪 mubikor bien❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Big UP sana ma bro
Film nari ndindirany igishika so❤❤❤❤
Uko kuri ntamuntu numwe yokwemera kuko kugoye kwemera vyukuri gusa Mariam Na maria banyigishije ikintu gikomeye cane turakeneye suite yingene Muvyeyi wa maria Na maria babayeho kwa MariamLove from Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Fiston sower
Waaaaaaa gusa mwari kuyibandanya kwel yariryoshe courage Hama Sand uwomumaman wanyunawe arazigukina
Courage iriko Riva wapi kbs hanaga hisiya yakukaza mujye mura mu controra hajawezaga Kuni convencre
Mama wa Maria na Mariam arantwengejeee😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 ukuntu arabira mumarori😂😂😂😂
Naho nzosigara ndumwe nzoguma nfana Riva kabisa numwe kumubumne
Ubwo nanj nkaba ndahigereye from mama cheiilla 0fficial ❤❤❤❤
Amashi menshi bavukanyi, film nziza cane kandi turabakunda❤❤
Courage❤
Tobo boy yubahwe kabisa, aduhe n'umuziki nawo ndawufana
Welcome sandy twari tugukumbuye naRiva🎉🎉🎉❤❤❤❤
Tobobobobo boy inyigisho bKirazira kuraba mumubiri ngo abantu barakijijwe agakiza nimumutima❤❤❤❤❤
Tobo boy hahahahaha good good kabisa😂😂❤
we sandy niwab umusaz uzob uberew😅😅uranyeguy ab bakobw bawe ushak bakuvireho🤣🤣film ni nziz mrci Riva&Sandy🤩
Tobo boy
Courage
Wawoooh Big upsaana brother and bofuuu❤❤❤
Nari narababuze p
Sandi wubahwe nukuri urashoboye gukina film urumwe 😂😂😂courage kabisa ndakwikundira cane❤
Asha muduhe ikindi gice kuko harimwo inyigishishoooooo😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅 kweri murakunzweeee❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Sandy na River nibo bambere kuri film kabisa, ntanizindi nifitiye muri frash nitwanyu gusa❤❤
Iyi flm muyisubireowo haba kwandika ntiyanditse neza haba nogukina utunenge nitwishi vrt
Gs iy montage n bn❤ nukuri film ndundi iriko iratera imbere❤
Courage murashoboye💗💗
Wow mercii😅😅
❤❤❤🎉🎉🎉
Courage ma chrie
Thank you my love friend for this movie ❤❤
Ababona kwa tankizwa yimbeba zose zonona 😂😂😂
Tobobobobo y 😂😂😂😂nn mwebwe mwahorahe😂 mur Edeni mwar mwarazimye😂
Ndamukunda riva nukur😂😂😂😂😂
Welcome back my River sandy❤❤❤
Courage vraiment ariko turakeney gishasha kuri mwebw vyoryoha gusumba❤❤
Uwakoze ito film numwe kabisa. Abantu batatu ntivyoroshe pee yubahwe
Ukuri kurababaza shn,Sandy ndabona nacomedie azishoboy
Kararyoshe cane nimutwongere akandi
❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉 ndakunda cane gose❤❤❤🎉🎉
Bien joués vrt❤❤
Ndabemera cane bakundwa mwakoze film nziza cane Tobobobobo😂😂
Ah sh kubaka si mumpwemu n mumubiri
Wow!mwubahwe cane kuko murazi gutegura💫
Nice, keep posting.
❤❤❤❤❤❤❤ kumbe waramuciyemw
Sangy courage ❤❤
Happy arazi kuririmba cane navyiyumviye liveeee❤❤
Wawoo mwubahwe❤❤
Good Movie mamy❤❤❤ big up to you
Courage vrmnt 🔥🔥🥰😍
Ndakuye ishapo amashurw nayanyu🌷🥀🪴
Ukuri nikuki kwama kubabaza😂😂😂😂❤❤❤❤
Nukuri ntuzi kuririmba utubabarire
Simvuze nyoko wawe wihangane muranyishe gusa film iraryoshe nah😂
To boy eeeh narindayirindirany igishika janeth and fainess❤
Eèeeeee komuryoheye cane nukuri muze mwubahwe tobobobo
Couragee mubikorwaa nezaa
Tobo Boy komeza msaza
Wooow 🎉🎉🎉
Ndabakunda❤❤❤❤❤❤
Courage ❤🎉
Tobo boy narindayirindany igishika pe janeth and fainess ❤
Wooooa ❤❤❤❤❤❤
Respect for this film
Happy urandyoher sana ndagukunda❤❤❤
Ndabakunda❤❤❤🎉🎉🎉
Coulage MA cousin Haha tobo boyi we yari umugabo yarushije nabakijijwe🤣🤣🤣🤣
Ni hatari , nta kubaka mumpwemu 😅❤❤
Courage 🥰
Tobo boy cunga neza ntibabatanduknya
Amateka kuyandi, na film umusi mubi narayikunze, iyiyoyoooo ni mwakemwake
Thank you for this video.
Glad it was helpful!
Courrage ❤❤
❤❤
Wapi kabs mwaravyibagiye
❤❤❤
❤❤❤❤
Mwaramutse mukumbuwe mur film
Courage mwiza
Tobo boy😂😂😂😂 muzoze muraduha twuteramira❤❤❤
❤❤❤❤❤❤
Mwakoze umuti kabisa, film yamateka mwubahwe cane
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
😂😂😂😂nisame nimesambana
❤❤❤❤❤
Eira❤
Toboboyi yahishikiye nari ndayinyotewe😂😂😂😂😂😂 toboboyi shaa
Waoooooo Nice❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Courage ❤❤❤❤😂😂😂😂
Tobo boy sh kararyoshe
Murashoboye vrt iki gihe ikinyom nico kiganjeee
Vyiza cane
River wari wagiyehe nukuntu uryosha flm
Shalom Shalom, ngiyi film TOBO BOY😂 Ntiwibagire kuyisangiza abandi please! Thank You...❤
Twayibonye mugenzi thanks too
Turabikora muvyeyi
Jamen kuigiza nikuigiza kwel kueni serious please i am burundia
Courage nukuri urashoboye
@@TeamBaganofficialabantu ntavyo bazo gukina films ababishoye bari bz n ubuzima
Courage cane bibondo vy’Uburundi, muranteramisha cane.🎉🎉🎉
sha nukuri muhezagigwe sha ndabakunda cane film zanyu ndazikunda sana
sha tobo boy urashe 😃😃😃😃 pe nishwe nagatwengo abenshi twanka ukuri kandi ariko kwiza
Mazina wamama wanje ndakwikundira urachoboye kwelli Courage ❤❤❤❤❤🎉❤
Wawoooh Riva tobo boy love youuuu
Mwubahwe vrmt flm yany irigisha cane🥰🎉🎉🎉🎉🎉
Ndumyeeee mw ndabakunda kndi courage ukwo nukuri iy fulm irigisha beshi ukuri kurabarya bakunda ikinyoma
Gux riva sandy uramukunda nukuri ukamukinisha séné zitatu zose ❤❤❤❤ ariko ndabakunda cane
Waaaaaa vyz cn crg kbx💪💪💪 mubikor bien❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
Big UP sana ma bro
Film nari ndindirany igishika so❤❤❤❤
Uko kuri ntamuntu numwe yokwemera kuko kugoye kwemera vyukuri gusa Mariam Na maria banyigishije ikintu gikomeye cane turakeneye suite yingene Muvyeyi wa maria Na maria babayeho kwa Mariam
Love from Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Fiston sower
Waaaaaaa gusa mwari kuyibandanya kwel yariryoshe courage Hama Sand uwomumaman wanyunawe arazigukina
Courage iriko Riva wapi kbs hanaga hisiya yakukaza mujye mura mu controra hajawezaga Kuni convencre
Mama wa Maria na Mariam arantwengejeee😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 ukuntu arabira mumarori😂😂😂😂
Naho nzosigara ndumwe nzoguma nfana Riva kabisa numwe kumubumne
Ubwo nanj nkaba ndahigereye from mama cheiilla 0fficial ❤❤❤❤
Amashi menshi bavukanyi, film nziza cane kandi turabakunda❤❤
Courage❤
Tobo boy yubahwe kabisa, aduhe n'umuziki nawo ndawufana
Welcome sandy twari tugukumbuye naRiva🎉🎉🎉❤❤❤❤
Tobobobobo boy inyigisho b
Kirazira kuraba mumubiri ngo abantu barakijijwe agakiza nimumutima❤❤❤❤❤