SANITA THE TWINS MOVIE PART 1| 2022 FILM| EAST AFRICA MOVIES RWANDA, BURUNDI,TANZANIE, KENYA, UGANDA

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 5 ต.ค. 2024
  • SANITA ni film yakataraboneka yakinywe n'amahasa SANDY na SANITA.iyo film ikaba ifise inyigisho idasanzwe na canecane kubantu bahindagura amazina yabo bahawe nabavyeyi bakiyita ayandi mazina batabanje kubaza neza insiguro yayo mazina biyise, akarorero SANITA - Urashaka kuzokurikirana SANITA igice cakabiri? kora subsribe,share and comment mutazocikwa na SANITA part 2.
    #Sanita #twins #movie #SD #Films

ความคิดเห็น • 550

  • @sandynduwimana
    @sandynduwimana  2 ปีที่แล้ว +72

    Shalom Shalom, SANITA ni film yakimye nabakobwa babiri bamahasa canke Impanga #SANDY na #SANITA, yikurikirane hama uyisangize n'abandi kandi ntiwibagire gukora subscribe mugushigikira ibikorwa vyacu nokuzomenya impamvu SANITA Yiswe iryozina mugice kigira kabiri kuko benshi bavugako ryavuye muri SATANI. kandi nibikorwa dufise inyuma nivyinshi caane kandi vyiza biryoshe. Mwarahezagiwe❤🙏

  • @mrsammyofficiel9246
    @mrsammyofficiel9246 2 ปีที่แล้ว +39

    Scene yambere iranyishepeee ukobarwanye love from mr sammy comedien

  • @KAMIKAZISandrine
    @KAMIKAZISandrine 2 ปีที่แล้ว +7

    Sandy uyumusi ubanze undeke nirabire ingene Sanita akunkubitira💃💃💃👯‍♂️👯‍♂️👯‍♂️😂😂

    • @sandynduwimana
      @sandynduwimana  2 ปีที่แล้ว

      Haha warukumbuye kubona mwene za combat zo kwibombo🤣

  • @abelnduwayoofficial
    @abelnduwayoofficial 2 ปีที่แล้ว +17

    Nice movi.courage bagenzi

    • @bayishemezealberic7182
      @bayishemezealberic7182 2 ปีที่แล้ว

      Abel yahishikiye biranryoheye kubona mushigikirana ibi bikambimbara urundo muba stars burundais. Mrci bien les amis

  • @mamacheiilla72
    @mamacheiilla72 2 ปีที่แล้ว +6

    Ababonyeko sandy ariw yakiny arihasa ababibony mugongek ngaha ✊✊

  • @nduwayezujeandedieu6572
    @nduwayezujeandedieu6572 2 ปีที่แล้ว +12

    Sandy namenyeshe ko afs ihasa ritakijijwe ubund courage ndabon uburund bushoboye natwe rek tukutere inkunga dukunde ivyacu yemwe hhhh ''SANITA'' from buja

  • @mmnn3579
    @mmnn3579 ปีที่แล้ว +2

    Courage courage mes amies burundi hejuru🤩🤩🤩😘

  • @pkfj1udhg476
    @pkfj1udhg476 2 ปีที่แล้ว +7

    Film nziza sandy ndagukunda imana ibaje imbere mwarahezagiwe❤❤❤🇧🇮🇧🇮🔥🔥

  • @امنهامنه-و1م
    @امنهامنه-و1م 2 ปีที่แล้ว +6

    Sandy courage ndagukunda cane wubahwe🔥🔥💞💞❤❤ abakunzi basandy tumemyane ndabasavye 💞🙏 mutore rink twichungurukire🔥🔥🤦‍♀️🙏🙏👌👌🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦

    • @usmediaservice.
      @usmediaservice. 2 ปีที่แล้ว

      Turaha turamukunda nukuri❤❤

    • @Sandyupdate
      @Sandyupdate 2 ปีที่แล้ว

      Turihano❤❤❤❤❤

  • @amaniirakoze8730
    @amaniirakoze8730 2 ปีที่แล้ว +4

    Mwubahwe kabisa film SANITA uko ikozwe mûri Afrika ntawukurikira. Big up saana Happy River komeza kubaka impano zigihugu. Na Sandy arazi gukina film nivyiwe kabisa.

    • @usmediaservice.
      @usmediaservice. 2 ปีที่แล้ว

      Asha arabizi nukuri numuziki nashake ahebe pe

  • @eulalieirakoze
    @eulalieirakoze 2 ปีที่แล้ว +4

    Yayayaya izoba yaka kabisa ntimudutebereze.we love you❤😍

  • @origeneigiraneza351
    @origeneigiraneza351 2 ปีที่แล้ว +7

    Cela me rappelle l'histoire de Kara et sara dans la série doble kara.
    Umugisha w'uwundi naho bigenda gute ntawuwutwara! Il est question de prier Dieu le tout Puissant ! Merci Sandy.

  • @niyokwizerarachel3742
    @niyokwizerarachel3742 2 ปีที่แล้ว +3

    Emwe iraryoshe Sandy nimwizaa atikoze uraguma ukonyene Imana yakuremye 😘😘ndagukunda

    • @usmediaservice.
      @usmediaservice. 2 ปีที่แล้ว

      Ego nanje mbona arimwiza cane atisize kweli

  • @jeannenduwimana5950
    @jeannenduwimana5950 2 ปีที่แล้ว +1

    Yoooo Sanita muduhe igice cakabiri

  • @francineciza1994
    @francineciza1994 2 ปีที่แล้ว +9

    Courage ma chérie turinyuma yawe ❤️🇸🇦🇧🇮

  • @nadineirambona5414
    @nadineirambona5414 2 ปีที่แล้ว

    Abarundi vrt mwubahwe murashoboye iyi film iraryoshe cne nukuri Sandy love u ❤️❤️

  • @bucumirizanirizani9788
    @bucumirizanirizani9788 2 ปีที่แล้ว +8

    Nimushireko bashanukuri 🤗🤗🤗

  • @khalidmousad5545
    @khalidmousad5545 2 ปีที่แล้ว +5

    Yoooooooo irababaje irateyi kigogwe 😭😭😭

  • @MathieuNDUWAYEZU-nk2tm
    @MathieuNDUWAYEZU-nk2tm ปีที่แล้ว

    ❤courage sandy uwiteka abaje imbere cane mugabo bamushirako akanimero kantu vyobavyiza cane

  • @LalaSleep
    @LalaSleep 2 ปีที่แล้ว +1

    Vrt Sanita wubahwe caaaaaaane muri film Vrt ubijamwo neza Ivyo uvuga ngo ushaka kubivamwo vrt ntuzoshake kuva muri movie kuko birakubera caaaane

  • @violettemediatv143
    @violettemediatv143 ปีที่แล้ว +1

    Mpore sandy 🇧🇮✅❤️

  • @dismasndayiragije5245
    @dismasndayiragije5245 2 ปีที่แล้ว +1

    Mbebasha igice cakabiri kizoza ryari

  • @lilianeirakoze723
    @lilianeirakoze723 2 ปีที่แล้ว

    Wooow film nziza cane sanita hinduka disi kuko uwusenga ntacaba kuko Imana ibiriruhande gwiwe

  • @jenniferosman6509
    @jenniferosman6509 2 ปีที่แล้ว +1

    Ni jojo nta mukirisu kumureti kabis🥰🥰🥰🥰

  • @mpawenimanaaline6576
    @mpawenimanaaline6576 2 ปีที่แล้ว +1

    Riva ndagukunda cane vrmnt wirambire

  • @murumbamathias9638
    @murumbamathias9638 2 ปีที่แล้ว +3

    Allez de l'avant Sandy Nduwimana et toute l'équipe. Vous faites un travail sans égal👏👏👏

  • @bukuruleoncy1876
    @bukuruleoncy1876 2 ปีที่แล้ว +1

    Yoooo hppy muratwemejekabisa yoooooo

  • @ininahazwedaniella7948
    @ininahazwedaniella7948 2 ปีที่แล้ว +5

    Courage sandy muduhe part mbon ari igisasu🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥💯💯💯

    • @adechoun9316
      @adechoun9316 2 ปีที่แล้ว +1

      Kbs iratwika🤣🤣🤣🤣

    • @usmediaservice.
      @usmediaservice. 2 ปีที่แล้ว

      Nibaduhe nukuri bareke kutwicisha inyota

  • @Fildaus6306
    @Fildaus6306 2 ปีที่แล้ว

    Sandy untey akagongwe guhemukirwa n'ihasa ryawe disi pole ariko Imana ihabwe icubahiro ko ibishiz kumugaragaro wambitswe izera courage

  • @emerimadivine5506
    @emerimadivine5506 2 ปีที่แล้ว

    Waaaaoooo nar nacerew cn.sandy mbega ivyiza nkibi.kowar waraduteberej?tubwir umus isohokerak nzohor ntiza agateb ndab ibi vyiza.iyi flm ndayikunz cn.sandy war waraduteberej❤️❤️❤️💥💥

  • @mdras1616
    @mdras1616 2 ปีที่แล้ว +2

    Ndabuze nico nkomanta kubwiyi firme inteye umubabaro nagahinda so courage 😭😭😭😭

  • @emiliennempawenimana5030
    @emiliennempawenimana5030 2 ปีที่แล้ว +1

    Nukuri Courage iraryoshe caan nzoyoraba pee mushishikare kutunezera

  • @emelynetuyishime6968
    @emelynetuyishime6968 2 ปีที่แล้ว +5

    Narinteramw Dada courage impanuro nziza can 👍mwubahwe 🙏

  • @فهدالشمري-ر2ي
    @فهدالشمري-ر2ي 2 ปีที่แล้ว +1

    Gusa nukuri sandy n'a sanita barasa kbs

  • @benignenibitanga2051
    @benignenibitanga2051 2 ปีที่แล้ว +4

    Happy river we nisawa urinzobere muri film kand na Fanny ngo niwe wamusohoye wubahwe

  • @YakiniTvBurundi
    @YakiniTvBurundi 2 ปีที่แล้ว +2

    Mamawe kumbe sandy uko mukari sana hivo habangegukamata ungewua mwenzako

  • @mutamatv7128
    @mutamatv7128 2 ปีที่แล้ว +11

    😹😹😹😹😹umukwe Aneka mubukwe 😹😹birangiye inabukwe
    Amufashe😹😹🏃🏃🏃uwabibonye asigire Link

  • @mariamraja5805
    @mariamraja5805 2 ปีที่แล้ว +4

    Wauuwooondabakundacane courage

  • @priscillamugisha794
    @priscillamugisha794 2 ปีที่แล้ว +1

    Ninziza kweri.

  • @mukamucolea6095
    @mukamucolea6095 2 ปีที่แล้ว

    kararyoshe ahubw vuba muduhe suite.sandy courage na team yawe.😗😗😗

  • @imlovely8398
    @imlovely8398 2 ปีที่แล้ว +6

    Courage cane sandy murashoboye😍😍River wubahwe kabisa muracari aba mbere,sanita nawe nikavyonzi p😀😀😀

    • @mebebonfils4418
      @mebebonfils4418 2 ปีที่แล้ว

      Kavyonzii original

    • @usmediaservice.
      @usmediaservice. 2 ปีที่แล้ว

      Haha emwe ni kavyonzi nukuri🤣🤣

    • @usmediaservice.
      @usmediaservice. 2 ปีที่แล้ว

      Baduhe iyakabiri twirabire bareke kutwicisha inyota

  • @aminajngabire2106
    @aminajngabire2106 2 ปีที่แล้ว +6

    Yooo 😭😭😭 Courage Sandy wanj film nziz can kbsa

  • @benjos-bofficial453
    @benjos-bofficial453 2 ปีที่แล้ว +2

    Mbega i film ifise uburyohe, mbega abantu bazi gukina ,iyi film ni number 1 🔥

  • @rahimaksa4422
    @rahimaksa4422 ปีที่แล้ว

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂 gwabababababaaaaaamuranyishe 🤣🤣🤣🤣🤣courage ndabikundira♥️♥️♥️♥️♥️

  • @angeligal4151
    @angeligal4151 2 ปีที่แล้ว +5

    Courage sandy

  • @nishemezwechristella-ol9yb
    @nishemezwechristella-ol9yb 10 หลายเดือนก่อน +1

    Courage tous que Dieu nous protége tous ❤❤😊😊🎉

  • @sabbasburundi2404
    @sabbasburundi2404 2 ปีที่แล้ว +2

    Sanita ni bacemwo kweli

  • @furahaneema920
    @furahaneema920 2 ปีที่แล้ว +2

    Courage sandy nice movie l like it 👍👍🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️

  • @NduwimanaSandrinee
    @NduwimanaSandrinee ปีที่แล้ว +1

    Firm nziza cane. CANADA 🇨🇦🇨🇦🇨🇦

  • @sisilburundi2741
    @sisilburundi2741 2 ปีที่แล้ว +1

    Riva respect musore nkunda burigihe uduha byiza 🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰

  • @mireillemanirakiza1019
    @mireillemanirakiza1019 2 ปีที่แล้ว

    Sandy Imana ibajimbere mubikirwa vyanyu

  • @priscillamugisha794
    @priscillamugisha794 2 ปีที่แล้ว +1

    Ariko namahasa cyanke

  • @ndereyimanaoscar1896
    @ndereyimanaoscar1896 2 ปีที่แล้ว +1

    Ndakwikundira cane komeza iraryoshecane ndashka akanomero kawe

  • @chantalnahimana5270
    @chantalnahimana5270 2 ปีที่แล้ว +1

    Courage mwakiny nez cn

  • @gatekafilms6225
    @gatekafilms6225 2 ปีที่แล้ว +1

    Courage SANITA ubikora neza cane

  • @bayishemezealberic7182
    @bayishemezealberic7182 2 ปีที่แล้ว

    Sindayiraba ariko mbonyemwo River itegerzwa kuryoha tu je vous jure . Reka nfate agatebe nicare imbe ndiryohererwa👍👍👍👍

  • @kanezasoso3221
    @kanezasoso3221 2 ปีที่แล้ว +2

    Nkuyemw isomo rikomey 😢😭 knd inteye agahinda 😭 mbeg sanita weee 🙊🙊🥰

  • @AncillaManariyo
    @AncillaManariyo ปีที่แล้ว +2

    Courage mes amis

  • @fanny4338
    @fanny4338 2 ปีที่แล้ว +4

    Hahiye koko🔥🔥🔥🔥

  • @clarissekk2978
    @clarissekk2978 2 ปีที่แล้ว +1

    Mwubahwe murashoboye

  • @therencewatara1770
    @therencewatara1770 2 ปีที่แล้ว +1

    vizuli san dada yetu

  • @chimyornyvette3883
    @chimyornyvette3883 2 ปีที่แล้ว +2

    Woooooow🥳🥳🥳🥳 courage nyinshiii caaane🔥🔥🔥💪💪💪💪

  • @charlesbukuru8341
    @charlesbukuru8341 2 ปีที่แล้ว +1

    Waouh umfite impano disi mbega film 🎥 nziza imana igukomeze impano yawe ishike kure hashobora

  • @landryvyizigiro8819
    @landryvyizigiro8819 2 ปีที่แล้ว

    Bravo Sandy Nduwimana

  • @saimonsimon9745
    @saimonsimon9745 2 ปีที่แล้ว

    Yes mubikoranezaa

  • @manirakizadoriane3911
    @manirakizadoriane3911 2 ปีที่แล้ว

    Hababababababab hahahaha yesu abahe umugisha kweri

  • @isabellebigirimana9765
    @isabellebigirimana9765 2 ปีที่แล้ว +1

    shalom shalom muduhe ikindi gice turabakunda

  • @jajasoldado198
    @jajasoldado198 2 ปีที่แล้ว

    None Ayo Mahasa Yavukiye Aho Batabona Kuburyo Bomenya Ko Hari Uwukijijw Nuwundi Adasenga Love Burundian🇧🇮 Movie👌

  • @Munezeroyvette
    @Munezeroyvette 2 ปีที่แล้ว +3

    Courage mukobwa wo mu maramvya gusa murashoboye!😅😅uzutuzanire ihasa ryawe Sanita!😅😅🤪🤪🤪🤪

  • @niragirasyldie703
    @niragirasyldie703 2 ปีที่แล้ว +1

    Courage Sandy urashoboye kweri

  • @fabi-onentare4584
    @fabi-onentare4584 2 ปีที่แล้ว

    Dukunde ivyiwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮💥

  • @irenedusenge5946
    @irenedusenge5946 2 ปีที่แล้ว +1

    Yooo manaweee kuvandabafirme iyirarenze nukur komeza akazimurimw nukuri murampimbaye cane yesu abamperumugicha ndanabakunda canegos

  • @amedeemanirakiza9201
    @amedeemanirakiza9201 2 ปีที่แล้ว +1

    Aloooooo! Harahiye koko...
    Mama weeee!!! Sanita aratwika

  • @marymgort1160
    @marymgort1160 2 ปีที่แล้ว +1

    Wawooo ibikorwa vyiza cane sando turagukunda

  • @خلفانوائل
    @خلفانوائل 2 ปีที่แล้ว +1

    Urakaze

  • @gmggwpmdt1416
    @gmggwpmdt1416 2 ปีที่แล้ว

    Nukuri sandy urambabaje

  • @benzenesanyofficial3841
    @benzenesanyofficial3841 2 ปีที่แล้ว +3

    In Burundi we have many super stars,may God give you the power,continue in this way you will arrive.

  • @essaalsuwaidi2294
    @essaalsuwaidi2294 2 ปีที่แล้ว +1

    Iyi film irarenze kwel

  • @alinenininahazwe4365
    @alinenininahazwe4365 2 ปีที่แล้ว

    Yooooo!!!!ikindi vice tugihabwe!!!!

  • @nkurunzizapascal1109
    @nkurunzizapascal1109 2 ปีที่แล้ว

    Nukuri sanita ninziza cane irigisha imana ibahezagire

  • @mucoburundi3504
    @mucoburundi3504 2 ปีที่แล้ว +1

    Film idasanzw kabisa

  • @FannyBukeyeneza
    @FannyBukeyeneza ปีที่แล้ว

    Namahoro cane nukuri murafise amafirime meza kweri

  • @nostressfreedom8615
    @nostressfreedom8615 2 ปีที่แล้ว +1

    Sanita shaa😢

  • @gaudencedusengimana2849
    @gaudencedusengimana2849 2 ปีที่แล้ว +2

    Wooow ndabakunda nukuri mutere imbere

  • @shabahmob8907
    @shabahmob8907 2 ปีที่แล้ว +3

    Sanita sandy ❤❤❤

  • @Bahoamagaramazima
    @Bahoamagaramazima 2 ปีที่แล้ว +1

    Wooooo Imana ikora nk'Imana nyene ,komezaa

  • @خديجة-ث5د
    @خديجة-ث5د 2 ปีที่แล้ว +2

    Wubahe🙏🙏🙏💪💪💪

  • @جميلهال-ز3ن
    @جميلهال-ز3ن 2 ปีที่แล้ว +1

    Bareke.bamarane

  • @marremarre9498
    @marremarre9498 2 ปีที่แล้ว +1

    Ndahariii nzoyikurikira mpaka

  • @blaisenimbabazi3162
    @blaisenimbabazi3162 2 ปีที่แล้ว +2

    Bandanya Sha mukunzi wacu ❤️❤️🌹

  • @Maryam-hl7hk
    @Maryam-hl7hk 2 ปีที่แล้ว +1

    Kuraje Sandy lmana ibajimbere mubikora neza

  • @alinenizigiyimana8266
    @alinenizigiyimana8266 2 ปีที่แล้ว

    Number one

  • @swsw3394
    @swsw3394 2 ปีที่แล้ว +4

    Nukurri n i mwike buke mwiyita ngo mukorera imana muhena na fany iyi firm iramuraba arahena nakantu kubwibone aragafise kandi mukorera imana

    • @Bagenzi4life
      @Bagenzi4life 2 ปีที่แล้ว

      ☹️☹️☹️☹️☹️☹️

  • @fidelebizimana6324
    @fidelebizimana6324 7 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤ dabakunda

  • @florenedannywiny5411
    @florenedannywiny5411 2 ปีที่แล้ว

    Courage ❤️🥰❤️muzane iyikurikira pe

  • @nzeyimanajosue2411
    @nzeyimanajosue2411 2 ปีที่แล้ว

    Film ni nziza vrm iraryoshe trop, courage.muduh part2

  • @barabwirizadenys5016
    @barabwirizadenys5016 2 ปีที่แล้ว +3

    Wawoooooo
    Courage my Sister, ndishimye cane

  • @jaliairakoze6617
    @jaliairakoze6617 2 ปีที่แล้ว +2

    Yooooooh Sanita ivyo akoreye sandy😭😭😭😭

  • @mriposikusemeni6616
    @mriposikusemeni6616 2 ปีที่แล้ว

    Nic movie
    Sandy nduwimana

  • @دوريناج
    @دوريناج 2 ปีที่แล้ว +2

    😢😢sanita lmana imubabarire