FEAR WOMEN - JOHN K-AY, JOACHIM Smith, Fanny Lavine, KANYANA, SABBAS #JOHNKAY #joachimsmith_whatsapp +257 61760684 #film_burundi_rwanda_kenya_tanzania_2024
Hello Guys abakunzi ba Fear Women Turabashimiye Kukuntu Mwayitavye Mukomeze kuyiha Nabandi Share partage like Na Comment WhatsApp yacu Ni +257 61760 684
Mwanzo mpaka mwisho no kosa sinarinzi ko hari abarundi bazi gukina film nkizi vraiment igitangira narinzi ko ari mubihugu vyateye imbere thanks JOHN K KURI URWO RURIMI JABUKA MAHANGA VRAIMENT KILA MTU AKISIKILIZA ATAKUELEWA GOOD ENGLISH 🥰🥰😃🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Hello Guys abakunzi ba Fear Women Turabashimiye Kukuntu Mwayitavye Mukomeze kuyiha Nabandi Share partage like Na Comment
WhatsApp yacu Ni +257 61760 684
Joa respect kbxaaaa ahubw zose muzisobanure pls❤
I respect ubutaha uzohamagare umusobanuzi wabasobanuzi Rocky kimomo abamukunda hejuru❤
Mbega mbega film itanga isomooo vyasabwa in i Season
Kora Season yayo man
Nukuri ndabahaye courage kugikogwa muduhaye
UBurundi burikobuj kuyindintambw iyi flm nimbawayikunz nkanje siga like hno maze twimanukire😂😂❤❤❤❤
Kabisa
Kbx iyo irakubiy cyn
Abaryohewe niyi série nkanje mugonge hano❤
good
good
good
good
Love from Mr Sammy comedien nice jop icongereza kwenda mbere icongerez ca chr wanj kirangyoheye😂😂😂
😂😂😂😂😂😂Nico cakuryohey gus
Ham ngo urakunda Sauda es Sauda arimo fasha kurab😢 Sammy Sammy Sammy ndaguhamagay combie de X??
Uri ndaya😂😂😂 none ukunda sauda na kanyana😮😢😊
Ndaya mbaya samy jew canunva ushish ukuntu urabona engen ukinisha imitima yabantu
Bavyita kwiremesha ni chrie we Mr film nayo mubuzim busanzwe kanyna ntabwar chrie we
Yewegaye wee,bro coup de chapeau,nubu sindatahur,iy film irarenz bro,abemeranya nanje mump like hano
Mbay wamber abaz inyum like zany ndazikeney kbs rek ndidir ishik ❤❤❤❤
Waouh the best series of the year
Tuzasanga kanyana ariwe yataye urya mwana ukwo ndabibona, uwubinona nkanje ampe like
Nanje niko mbibona
Mbega film iryosh Welcome abaza nyuma yanj Enjoy 🎉🎉Mump twatunt 👍👍👍
Manawee mbega abarundi kuyindi sura hejuru cane ❤❤ababibonye nkanje mundemere twatuntu
Bishasha vya 2024 ni moto umwaka musha nibintu bishasha courage Joachim turikumwe IMana ituzigame nkuko yatuzigamye imyaka yose❤❤❤❤
Abateramye nkanje munyaruk hahiye hatokombeye🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Ndinyuma yawe shr
fire kbsa
Waouh abakunz ba john kay kanje mundemere twibandanirize
Idarapo ry'uburundi ni rihungabane mumpande zine zisi zose ndaba❤❤❤❤❤❤can
Munkorey umusi vraiment non ko iheze ntashaka😂😂😂😂 love you Fanny ❤❤❤ , merci Joachim ukoze ikintu kizima👊👊
Abakunzi biyi Film,mumpe liké tuhatwike hahire rimwe.Film ndundi kuyindi pwemu idasanzwe🙏♥️🙏🙏
Aaaa nuumriro 🔥🔥🔥 nn ah birhz!!dutemw
Nukuri muranyemeje ndongeye gukunda film ndundi mwubahwe
Burundian films industry on top 🙏 Smith's fans let's gather here and gimme a like
Turavye urugero mwakoze muriyi film mugiye kuba abambere muri Africa ndabateye intege bivuye kumutima ❤❤❤❤❤ ico tubasavye iyo tubashimiye ntibivuze KO tubaciye intege ahubwo tuba tubasavye mwongereze urundi rugero kuko ntituraba film zanyu kubera tuba tubuze ivyo dukora. Mumbabarire mvuze amajambo menshi harimwo naho nakankamye imbabazi ariko nibishobisho numunezero mwaduhaye good 🎥🎥🎥🎥film
Ndabona bitanguye 2024 kuyindi mpwemu idasanzwe film ndundi hejuru cane
Ntanguye kuyikunda ntaranayigeza hagati ❤❤❤❤ iraryishe gwose❤
Courage ndabakunze cyane muze muduha utuntu nkutwo kwel❤❤❤❤❤ cane
Mbonye rya coti chimamande yakozeko inkuru😂sha ndumiwe kumbe yri iyo film, chimamande nae ngo 😂😂sh fany komeza wipowere kbx
Nae waribony😂😂😂abant tuz kwihutir kuvug😂😂
Chimamande urya ivyavuga bimwebimwe numubeshi ndabira ingene yabambitse ibara jewe niyompamvu ivyavuga ntabitako umwanya
Bien joué courage vrt murashoboye👏👏👏
❤🎉
Courage chérie Fanny❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Fanny mwabikoze neza Can ahuri sinohabura❤❤
I love this Film kbx kuko uyumusobanuz yubahwe Rock
Courage kbs abiwacu musigaye mushoboye❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
john-k kumengo bazohava bamubaza kayemwe kanyana umengo arateye amakenga
John Kay his is a very special actor, keep watching this beautiful movie you had never seen here in Burundi
thank you very much we love you
Yakuza rata mugusobanura ashiramwo ubuki nisukari💖💖💖💖 courag Yakuza. Iyifirime narindayi rindiranye igishika nukuri ndayikunze cane
Burundi bwacu hejuru caneee🇧🇮🇧🇮💥💥💥
hagiye gusha ndabarahiye burundi 💯💪💪
2024 kuyind mpwemu idasanzwe 😂😂😂😂😂ukuntu kar karyosh disi😢ihez ntashaka 😢courage joachim
Waaaoooo filme iraryoshe sana mwubahwe cane kabx mwayiteguye neza 2024 hagiye gusha kbx❤❤❤❤
Vrm good job mufise talent idasanzw❤❤🎉mugum muduh
Courageee vrt murategura ndab❤caaaane
🎉🎉🎉 vyiza cane shishikara muterimbere
Congratulations my bros and sisters 🔥🔥🔥❤️another step Burundi,Buja kure can 🙌💪👍 Smith respect🫡
Picke wacu yagarutse warukumbuwe saana❤🎉🎉
Guys let's support burundian tarent like here 🇧🇮
Waaaaaooh much❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
Let's go, Look amazing for INdundi
Intambwe kuyindi turabakunda mukomeze kudushiramo izindi 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🇧🇮❤️
Burundi tera mujimbere muvyanyu turabakunda cane muradukoreye umuti kbx❤❤❤❤❤❤
Iratesa kbx knd courage🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤iratesa
Waaaoo welcom❤❤❤ hagiye gusha
Sha ndakunze can iyifilm
On love ❤❤😂
😮😮😮😮Yoooooo Mana yanje weeee uzi ko ndayisubiyemwo gatatu abagore bamwe bamwe turama shetanikazi koko😮😮😮
Ndaryohew cane KK ndabn abarund natwe twatangue guhumuka nimuzane nizindi i'm support you!!!
Welcome joachim,fanny lavine,john key,sabas...... Tunawependa sannaa❤❤❤❤❤❤
Man duh iyind film kabis muruko nyen,mwakiny nez
Mbaye uwa 25 courage bantu bacu🎉🎉🎉❤❤❤
Mbega film yigisha😢 ndizecane kubwiyi film muhezagirwe cane we love u❤❤❤❤
Waaauh good Job
Yeweeee gayeewe rek ntor agatebe kwl
Film nziza cane nayikubze❤❤❤ Abarundi nuburundi hejuru cane turashoboye Yesu abahe umugisha mwibuka nogusengera igikogwa canyu mugire umugisha ndabakunda
Nice song❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉Welcome and English ❤❤❤🎉🎉🎉🎉
Welcome and english Guy Come back at skl😊😂😅
Kabisa muraryoheye cane ❤
Bien Joué courage
Abarundi nimwakomeza gukorera mubumwe nkubu ntacobuza film ndundi zidaterimbere👌👌👌👌👌🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
❤❤❤❤❤❤ hejuru caneeee
Mukomeze gukora film nkizi ndabarahiye imbere cane twoba dushikiriye Nigeria so bravo
Best quality video, best story , bravo. Keep shining
Waaaoooh Burundi hejuru cane courage bcp
Uyumwaka muzotwicisha umunezero💃💃💃💃 iyi film iratwika sana courage kuriyi team yose 🎉🎉🎉❤❤❤❤❤
Bazonaturangiza mwiza😂😂😂😂
@@kubwimanayvette6203 uyumusiguzi nawe ashiramwo nibirungo 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Ndemeye wallah. Iyi Film irarenze pe. Mwubahwe cane. Fear woman ndayikunze pe
Irarenze pe❤❤❤❤kuvugish'ukuri n'ivyiza cane gose bituma uticuza, courage team yose❤❤❤
Ubundi ntewe ishema n kwitwa umurundikazi kubwanyu❤
Pls we need it part 2 so I love u all them ❤❤🔥🔥🔥🔥👊
John kay uravug ikingereza neza kbsa your pronociation is rather well❤❤❤
Welcome back FEAR WOMEN from 🇧🇮 🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️
Mwanzo mpaka mwisho no kosa sinarinzi ko hari abarundi bazi gukina film nkizi vraiment igitangira narinzi ko ari mubihugu vyateye imbere thanks JOHN K KURI URWO RURIMI JABUKA MAHANGA VRAIMENT KILA MTU AKISIKILIZA ATAKUELEWA GOOD ENGLISH 🥰🥰😃🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
This movie is something 👌 ❤❤❤
#Burundian🚀
#hejuru cane Joachim
L homme qui traduit est vraiment bon et drôle. Wow un bon film.
Très drôle 😂😂😂😂
Ndakeneye iy film noyironka gute
Courage vrt Ese ga film gatwika itanguye kuryoher ntarakamar ❤❤❤❤
Joachim courage san film nziza cyane🎉🎉🎉❤🇴🇲🇧🇮
Fani muraberanye nuyo musore rispect fani kuberwanivyawe
Abantu baz baravugishw nirya koti y john igihe yari inyuma y fanny barisesaguy😂😂
😂😂😂😂
Rek kunsetsa😂😂😂😂😂🤣🤣🤣😀😀😀😀barihuta kuvuga😂😂😂😂😂
@@kubwimanayvette6203 barihee barihee 🙈🤣🤣🤣🤣
Oy Moses agir umunw ury mugab Yew ntubon ivy bar barimw😅😅koyar film 😂😂
😂😂😂😂reka kubinyibutsa bihuta kuvuga gusa😂
Woooo lispect 🔥🔥🔥🔥❤️❤️
Joachim Joachim ikibombe mbega mbega tora amashugw yawe 🌹🌹🌹🌹🌹ndabuze ico mvug urabarenze ntibabesh amagur yitanga kugitand akarar mumirambizo urabahese❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Oooh . thanks for this ome it 's the fast Time this country make good movies.
Waouh🎉🎉🎉🎉🎉
Vyz cn musubirey murondre niynd ep🔥🔥🔥🔥🔥
Umwaka mushasha ,ibintu bishasha ❤❤❤❤
Courage courage mes frères &Soeurs!Kure cane niho mbipfurije kugera.Ubwo none si kanyana yataye uwo Mwana KO mbona babivuze agahinduka mu maso.
Mbega film iryoshe manaweee nivyontets birazigiye kuberiyifilm karahera 🤣🤣🤣🤣🤣
Burundi 🇧🇮💪🏿💪💪💪
Filim zomwuyumwaka komutwika courage ndayikuze❤❤❤
Muruw mukin wa Films Abarundi turayoboye👌👌👌👌🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Umugabo wakanyana azogwara umutima ndabarahiye akaba yubatse😂😂😂😂😂so ndabakunda❤❤❤
mubuzima buzazwe ntamugabo. afise
We love u so much burund hejur cn
And Joachim respect to u❤
🎉🎉🎉
Mukomez kuduha ivyiz nkibi imbere Nigel🇧🇮🇺🇬🇺🇬🇺🇬
Waoooooo ndabakunda can❤mutuzanir iyind❤❤
Tinya umugore ❤❤
♥️♥️♥️♥️♥️ courage ndabakunda cneeeeee
Sha aho mugiye mukora umuti
Félicitations bantu bacu Imana ibajimbere🎉🎉