ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
We lova muzika turabakunda saaaana....Gusa Jew sintahuye ugutandukana kwanyu...kubera amajwi yanyu arajanye....ariko mufise ngene mubibona mais ugutandukana kwanyu nyene ni😢ntakundi kabisa...ariko courage muvyanyu vyose murimwo mubikore kubwineza yico mwifuza muvyanyu....WE LOVA MUZIK hejuru cane
We love ndabakundachane kora change imber niheza. Ndabukunda very much
Abakunda we love muzik munyiher like❤❤
Ababahungu nukuri barafise urukundo hagati yabo Imana izibafashe ntibaze bahagarik ubucuti bwabo naho vyoshik bagatandukna muvyakazi Muterimbere bene Burundi 🇧🇮
Murabizi nimusubirane kl vyaribiberey
My melanin nguyoooii🎉🎉🎉
We just love muzika ❤️🇧🇮💪💪 Melanin gusto much love for your melody ❤️❤️❤️❤️🇧🇮💪💪
ndi umunya rwanda bro cyakoze nemeye bro umuzigo aho bigeze nanjye umanza nasaze tooo kubera iyi song
So cool bro
We Love MuzikaNdabakunda sana Abo bajama barakaze ❤❤
Good friends, good songs I'm proud of you we love music 💥💥🥰🔥🔥😊
Wilove music
go ahead ur musics are th bst😊😊
Nanje kuva ndabamenye narabakunze kabisa munaweza guys your voice ❤ mubikorafreshi
COURAGE IBICA INTEGE NTIBIBURA ARIKO TURABAKUNDA TUBARI INYUMA NEVER GIVE UP
Yoooo baramfuse nukuru hejuru ❤❤❤😮😮
We love muzika ndabakunda gose
Ma bro après tout que je connais simfise ivyo mvuga pe,kimwe congratulations 🤞🔥🔥
Ndakunze cane bano bahungu bubahwe mukomeze ubucutiiii birababaje gukorera abatera imbere ubwabo urundi ruhand rutesetseee
Welove muzika kora flesh kweri❤
August ndabakund cyan❤❤❤ que Dieu vous bénisse
Murakaze 🎉 Gtg boys ✊👊
Oyanibabarek cank nikuber babony mushoboy🎉🎉🎉
Kbx
We just love muzika songa mbele basore 💥💥💥💯
Much respect kubasole bacu song zabo twazakiriye neza cane love from @Edmond Polar Promoter
Melanin Gusto 👌🏻🥰🥰
We just Love muzika ♥️♥️♥️
We love music ndabakunda kanini!!
Ndabafana san from 🇨🇦🇧🇮
Guyz this duo is so🔥🔥🔥💥💥. Much respect We love🤘
Muterimbere bahungu bacu imbere niheza cane igihugu kibandanye kuryoha
We Will grow up love musika❤❤❤❤❤❤big up basaza
Abaa ba gee barashoboy sn man 👊🔥
Nukuri we love music ndaba❤❤❤cane
🎹🎧🎹🎧🎤🎹🎤🎹ni wafundi wakutosha
Ndakunze ukuntu bazi kuvuga ukuri, rero vuba muzoce muza murahana collabo, deal done, we luv muzika gonna hit back, though...
Best ideas kbsa
Vyukur ndabakund❤
Yes Gael niba bitakugoye ubutaha ujye uduha link zabo watumiye kugirango bidufashe kubashigikiraThank you
Abana bigihugu Ingabirano ikomeye#welovemuzik
We love music nibakorere hamw bazoshika kure 👋
Imbere niheza 🙌
Murashoboye we love muzika hejuru💪💪
courage we love muzika
Bro murashoboy san❤
👌👌👌👊hejuru cn mazeuuu
Ibiganiro vyawe ndavyemera 5/Kuga chr kako
Ikiganiro kiraryoshe cane kl🎉🎉😊
Gave me the good song
Music yabo ooh iritesa vrema courage
Umuziki w'Uburundi urakwiye kugarukirwa kabisa
Nukuri birakwiye guhinduka ivya ma lebo zacu
Watoto wagiteg juu sn heshima kwenu
We love musika juu🎉
Utu dupromota twa 200cent turek aba ba petit bikorer big up xan juste gael
Big up we love muzika 📢
❤❤❤ we ❤ muzika
I love ghusto's voice
Wlh abo ba jeune kl ndafana sn 👌👌👌knd much respect to this guys
Wooooa kuyindi mpwemu idasanzwe barabure ❤❤❤❤❤❤
We will we love muzika ❤❤❤
We still love muzika everytime
Mbaye uwa1❤❤❤❤
Ugutandukana ryanyu rirababaj😢iy muguman mwakora nez courage ark❤❤
Urumvako babisiguye kobitabavuyeko gusa barafashanya kand barakundana❤❤
WE love Muzika hejuru cane ❤♥️♥️♥️♥️♥️
Mubikor nez pp❤
talents kabisa
Ndabakunda❤❤❤
Imana imbere❤
WE love muzika hejur kbs
Guys vrmnt iyi group ndayikunda trop barampoza ku mutima
Hejuru cne
Aba nibo banje❤❤❤
💥💥💥💥💥
We love muzika hejuru. Ntakuvana namba ahubwo nukugira badukwege twebwe abarorezi kbs. Natwe tuzoyabaha amajwi
Muri rusangi mukwiye kuraba abanyamategeko
Ako kantu ng iyi yar ihari 🤣🤣
Barabizi caan❤❤
Ewana turi inyuma yanyu kbs murashoboy san
Justin Gaël ndagufana sana ibikorwa vyawe ubikora neza Bro
Mukavana ni Inscendue vrt
Ndabakunda cyan.ariko DB turasavye atezure Hama ibintu bib byiza
Vrt informing zany ziryosh muirikumw kubon muvany birababj
Natwe. Turajana namwe tuko nyuma
Turabemer San ❤
Umwe murabo byebye azocazima melanin
🎉🎉
🥺🥺their voices ❤
Burundi❤❤❤❤
We still love muzika❤
Good songs✌️j maze muzonsaza
Wee love youuuu❤❤❤❤❤
We will always love MUZIKA
Classement des 20 premiers artistes burundais les plues vues th-cam.com/users/clipUgkxRu-Jz65F3sGDSHK81wkS6CxtukIYIDW9?si=eKLltau9XzDuIXW1
keep it up🙌 🎧👑🇧🇮
Aba nibo bayoboye umuziki ubu
The best duo 🎉🎉
Bararenze 👌👌
WLM forever
Juste mazina ab batip ndabemer san kl
Nimugumane vrt.ibibazo ntibibura ariko nimuvyihangnire mugumane
We love muzika for life
We lova muzika turabakunda saaaana....Gusa Jew sintahuye ugutandukana kwanyu...kubera amajwi yanyu arajanye....ariko mufise ngene mubibona mais ugutandukana kwanyu nyene ni😢ntakundi kabisa...ariko courage muvyanyu vyose murimwo mubikore kubwineza yico mwifuza muvyanyu....WE LOVA MUZIK hejuru cane
We love ndabakundachane kora change imber niheza. Ndabukunda very much
Abakunda we love muzik munyiher like❤❤
Ababahungu nukuri barafise urukundo hagati yabo Imana izibafashe ntibaze bahagarik ubucuti bwabo naho vyoshik bagatandukna muvyakazi Muterimbere bene Burundi 🇧🇮
Murabizi nimusubirane kl vyaribiberey
My melanin nguyoooii🎉🎉🎉
We just love muzika ❤️🇧🇮💪💪 Melanin gusto much love for your melody ❤️❤️❤️❤️🇧🇮💪💪
ndi umunya rwanda bro cyakoze nemeye bro umuzigo aho bigeze nanjye umanza nasaze tooo kubera iyi song
So cool bro
We Love Muzika
Ndabakunda sana Abo bajama barakaze
❤❤
Good friends, good songs I'm proud of you we love music 💥💥🥰🔥🔥😊
Wilove music
go ahead ur musics are th bst😊😊
Nanje kuva ndabamenye narabakunze kabisa munaweza guys your voice ❤ mubikorafreshi
COURAGE IBICA INTEGE NTIBIBURA ARIKO TURABAKUNDA TUBARI INYUMA NEVER GIVE UP
Yoooo baramfuse nukuru hejuru ❤❤❤😮😮
We love muzika ndabakunda gose
Ma bro après tout que je connais simfise ivyo mvuga pe,kimwe congratulations 🤞🔥🔥
Ndakunze cane bano bahungu bubahwe mukomeze ubucutiiii birababaje gukorera abatera imbere ubwabo urundi ruhand rutesetseee
Welove muzika kora flesh kweri❤
August ndabakund cyan❤❤❤ que Dieu vous bénisse
Murakaze 🎉 Gtg boys ✊👊
Oyanibabarek cank nikuber babony mushoboy🎉🎉🎉
Kbx
We just love muzika songa mbele basore 💥💥💥💯
Much respect kubasole bacu song zabo twazakiriye neza cane love from @Edmond Polar Promoter
Melanin Gusto 👌🏻🥰🥰
We just Love muzika ♥️♥️♥️
We love music ndabakunda kanini!!
Ndabafana san from 🇨🇦🇧🇮
Guyz this duo is so🔥🔥🔥💥💥. Much respect We love🤘
Muterimbere bahungu bacu imbere niheza cane igihugu kibandanye kuryoha
We Will grow up love musika❤❤❤❤❤❤big up basaza
Abaa ba gee barashoboy sn man 👊🔥
Nukuri we love music ndaba❤❤❤cane
🎹🎧🎹🎧🎤🎹🎤🎹ni wafundi wakutosha
Ndakunze ukuntu bazi kuvuga ukuri, rero vuba muzoce muza murahana collabo, deal done, we luv muzika gonna hit back, though...
Best ideas kbsa
Vyukur ndabakund❤
Yes Gael niba bitakugoye ubutaha ujye uduha link zabo watumiye kugirango bidufashe kubashigikira
Thank you
Abana bigihugu Ingabirano ikomeye#welovemuzik
We love music nibakorere hamw bazoshika kure 👋
Imbere niheza 🙌
Murashoboye we love muzika hejuru💪💪
courage
we love muzika