Fun&facts:intahe ibabaje cane😭/umwana yampfiriyemwo hageze k avuka/abarundi bakwiye amajambo bavuga

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 28 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 48

  • @marieclairebigirindavyi4919
    @marieclairebigirindavyi4919 ปีที่แล้ว +8

    J ai vécu le même cas mais harabay négligence Yaba docteur kubera tugnda kubaganga bitwako babimazemwo imyaka alors que en principe haba hagezeko ba pensionna bakareka bashasha bakore Bari jeune.apres naragize dépression mais Dieu merci j si surmonter ça grâce à un autre docteur.ubu je suis maman de trois beaux enfants

  • @holinessamandine9047
    @holinessamandine9047 ปีที่แล้ว +5

    None ndababaze ,murafise abantu bambika mbona mufise impuzu nyinshi muraronka aho muzikwiza.Muraberwa caane

  • @doucenoellaishimwe1951
    @doucenoellaishimwe1951 ปีที่แล้ว

    Hama Dacy mun dusa arampa musaza wiw ndonk Nanj umu chéri. Abatwerek. Muradutwenza nukuri. Abo vyarambiy nukuri mbuze Num zanyu. Hemw mufash kwunganir bishur!

  • @doucenoellaishimwe1951
    @doucenoellaishimwe1951 ปีที่แล้ว

    J ndagagay ngira nuko ntaravyara. Umunsi umwe naho muzogire fun and fact muhagaze ya terama. Mutumire club za danse moderne nka k.o.d . B n'abanyeshure.

  • @brendan.5441
    @brendan.5441 ปีที่แล้ว +5

    Sha merciii beaucoup ku ntahe yawe Lionelle ❤ aba parange turi henshi kandi twitez ivyiza vy’Imana. Deuil périnatal iragoye kubamwo kandi ntitwibukwa kenshi malheureusement 😇. Merci rero kukiganiro les dames

  • @ellasheillamugisha9550
    @ellasheillamugisha9550 ปีที่แล้ว +4

    Abantu turagoye kweli. Turakwiye kwiga kuvuga amajambo akwiye dans les moments difficiles kabisa. Imana ikomeze imitima yaba mamans bimaze gushikira

  • @Midwife257
    @Midwife257 ปีที่แล้ว +3

    Thank you for sharing;murampaye une idée;hariho Journée mondial d'une Mère en deuil ça peut aider les Maman;hama je vous aime

  • @mucomwizaliliane3236
    @mucomwizaliliane3236 ปีที่แล้ว +3

    ikindi nukuvyibuka ukagasomedhereza Imisa tuze turibuka utu ange twacu

  • @viateurnsengiyumva6144
    @viateurnsengiyumva6144 ปีที่แล้ว +3

    Ncuti wihangane nanje vyambayeko ariko jeho yaramahasa ariko jew umwe yarabayeho

  • @gracemarley1793
    @gracemarley1793 ปีที่แล้ว +4

    Nsubiye gukomereka kndi Imana idukomeze twebwe abavyeyi twahuye nivyo bibazo ,nzohora ndabibuka Bana banje🥰♥️💔

    • @havyarimanakanykarlie5200
      @havyarimanakanykarlie5200 ปีที่แล้ว +4

      Courage Courage ndabizi ko biba bitoroshe je nabuze 3 ariko Imana igihe kigeze irashumbusha

    • @sosomh5430
      @sosomh5430 ปีที่แล้ว +2

      Mukomere cane bavyeyi, ntibiba vyoroshe ariko Imana yonyene iba ibona igikomere c'imitima yanyu izohore ibomora

    • @gracemarley1793
      @gracemarley1793 ปีที่แล้ว +4

      @@havyarimanakanykarlie5200 Amina 🙏🙏🙏🙏 Imana yaguhojeje nanj nabuze 2 knd ndizeye KO izonkorera ibikomey

  • @fannygracenirera
    @fannygracenirera ปีที่แล้ว

    Iyo émission yari nziza mugabo avec la culture burundaise bizogorana ishirwa mu ngiro ryayo Ku cerekeye urwo ruja n'uruza Ku Muntu ari mu bihe bigumagumye.

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or ปีที่แล้ว

    Turabakunda bant beza❤

  • @liessedado6325
    @liessedado6325 ปีที่แล้ว

    Icogikombe nanje nakinyoyeko,ntibiva vyoroshe ariko Imana yaradushoboje🙏

  • @peace7313
    @peace7313 ปีที่แล้ว +5

    Dada turamukumbuye

  • @danedanioche6047
    @danedanioche6047 ปีที่แล้ว +2

    hugs 🫂 ❤️❤️❤️❤️❤️❤️ thank youuu for sharing with others your testimony again… Sending you again love my love❤️❤️

  • @msn-zv9oe
    @msn-zv9oe ปีที่แล้ว +1

    Numv umutima wanj uremerew kbr iyi ntahe,sinibaza k hari ikintu kibabaj nk kubura umwana,rwaw watway mumbanyi yaw❤❤❤❤Imana ikomez abavyeyi Bose baciy muribi

  • @arlenemugisha9495
    @arlenemugisha9495 ปีที่แล้ว +1

    Abarundi turahemana vrmt kandi ukamenga nibisanzwe🙄!!!Imana ihe kwihangana ababuz mwubwo buryo cank ubundi.

  • @gacutimariefreddyne6419
    @gacutimariefreddyne6419 ปีที่แล้ว +1

    Yoooo Lionelle disi mpore mwiza mpore nyen ntibiba vyoroshe Yesu nyen niw agumbira umutim wawe kuk vrm ubundi biba bigoye cane gose❤❤❤❤

  • @alexissindayihebura5844
    @alexissindayihebura5844 ปีที่แล้ว +1

    Nimuze south Africa cap town turi mubeho nyishi cane natwe twipfuza akazuba

  • @havyarimanakanykarlie5200
    @havyarimanakanykarlie5200 ปีที่แล้ว +1

    Hosy merci beaucoup abantu twabuze abana tuba mu bihe dutahurwa nabake

  • @lucieblessing5807
    @lucieblessing5807 ปีที่แล้ว

    abaganga baragoye kweli gusa sometimes nukubatahura kuk ya des informations difficiles à révéler ahonyene

  • @doucenoellaishimwe1951
    @doucenoellaishimwe1951 ปีที่แล้ว

    Siren vibes TV isigay yitwa "goody nzima"

  • @kyjojennish8679
    @kyjojennish8679 ปีที่แล้ว +1

    Mercii pour la belle émission

  • @arlenemugisha9495
    @arlenemugisha9495 ปีที่แล้ว +2

    Turakwiye gutahura ko umwanya personnelle ukenewe mu buzima non seulement muri izo cas zo kubura Umuntu no mu bindi... malheureusement nabantu bake babitahura😢

  • @ininahazwejoyeuse8839
    @ininahazwejoyeuse8839 ปีที่แล้ว

    Birababaje cane

  • @sabellaelsa628
    @sabellaelsa628 ปีที่แล้ว

    Sha iconabonye nubabarira kuko nabo babaguhaye ico bafise kndi bababunva atako bagize gusa ako kajambo kubuhizi kazi ndakanka canke ngo Imana yacaguye wewe kwatandi canke yabonyeko imbere haribindi vyarikuba bibi uta kwihanganira iciramwisubiza bavuga vyishi gusa inama Notanga nukunuma kuko umuntu ari mukibazo canke yabuze agwaje numa mwunvirize ntakindi kuko ikintu gikora kumwana wawe kiba kiguhejeje

  • @Marlyak
    @Marlyak ปีที่แล้ว

    Itunda ni fruit mu kinyarwanda. Irya ndirimbo yariyabanyarwanda 😁

  • @uwinezajohara8362
    @uwinezajohara8362 ปีที่แล้ว +3

    Njye ubu Fata 2Lt fite 79 kg

  • @FlorianeNshimirimana-jh7zw
    @FlorianeNshimirimana-jh7zw 8 หลายเดือนก่อน

    Yooooooooh Mana😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😭😭😭💔💔💔

  • @bellardnijimbere1423
    @bellardnijimbere1423 ปีที่แล้ว +1

    Ikiganiro kiryoshe cane

  • @gacutimariefreddyne6419
    @gacutimariefreddyne6419 ปีที่แล้ว +1

    Nkuk mubivuze vrm uwabuze arakenera umwany wo kwitekerezaho ukiyunvisha réellement ko wabuze ukarira ukunva ikiri kumutima kigabanutse burya no kubwir umuntu kur Enterrement ng ntarire ni bibi urareka uwabuze akarira kuk haraho biba ngombwa kurira kuk uba umukunda❤Ubwirizwa kurira.rer vrm mureke ababuze barire ivy ihangane oyaaa

  • @francinenibigira247
    @francinenibigira247 ปีที่แล้ว +2

    Uyumusi camera yanyu wapi kweli muzoze muraraba mugushiraho ikiganiro

    • @ChachaChany
      @ChachaChany ปีที่แล้ว +1

      No kuvuga bavuze buhobuhoro sinzi ingoran yzhabay umengo micro bari bazizimije umutumire rer yavuze buhorobuhor can hari nivyo avuga ntumva

  • @aristidendayubaha6114
    @aristidendayubaha6114 ปีที่แล้ว

    Abantu bareke gukora ivyaha bugabanuke

  • @kmp8979
    @kmp8979 ปีที่แล้ว

    biranse KO nikausha.abarundi duhindure ingendo kk ndibuka dans un group umudame yarabuze umugabo ,umudame umwe aca yandika muri group ngo muraduha amafoto yo kumpanda .abarundi twisubireko

  • @fleurdemelissaingabire2423
    @fleurdemelissaingabire2423 ปีที่แล้ว

    Nikiii ako kantu ka Heure de visite muhira wavyavye nikoo 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @ngendakumanawilly2159
    @ngendakumanawilly2159 ปีที่แล้ว

    Sad story😭

  • @jeannettenkurunziza6045
    @jeannettenkurunziza6045 ปีที่แล้ว

    Mpore mpore sh lionelle

  • @tuyizereclaude8546
    @tuyizereclaude8546 ปีที่แล้ว +2

    Toujour je suis là bantu banjye

    • @dianensanimfura580
      @dianensanimfura580 ปีที่แล้ว +1

      Sois forte M Lionnelle yesu agukomeze uhinduke ukomeza abandi kandi azogushumbusha niwe atanga kandi agasubira kuco yatanze .merciii Hosy Nikita et Dacia .Dieu est souverain bé blessed

    • @dianensanimfura580
      @dianensanimfura580 ปีที่แล้ว +1

      Uharire abantu rumwe narimwe umuntu aravuga ikintu kuriwe yumva atakibi birimwo ariko kubera igikomere uba ugifise ukagitahura uko .yesubagushoboze guharira abantu Bose boba barakubaye hafi bakisanga bavuze amajambo yagukomerekej kandi atariwo mutima bafise .ndumva wokwisengera caane

  • @duraduura3726
    @duraduura3726 ปีที่แล้ว +1

    Yoooo

  • @elysefuraha4588
    @elysefuraha4588 ปีที่แล้ว +1

    😢❤️❤️❤️

  • @lydia_wamaana
    @lydia_wamaana ปีที่แล้ว +1

    Fun and fact my choice